Burundi turi gtera imbere kbxaaa clip nziza ndayiha 10/10 kk itwibutsa utwakera twaciyemwoo...Big up snaaa kuri mwebwe mwamisore.....nimba wemera ino song like zawe ndazikeneyee
Waouhhhhhhhhh un artiste ,un vrai ,yn modèle,un exemplaire,tu merites une prime considerable..... tôt ou tard la musique burundaise sera productive au niveau mondial
Video nziza cane👏🏾 Iyi ndirimbo ndayikina Kira kuri Burundian/East Afrocan party ndi DJ. People love it👍🏾👍🏾
Support Boy Vovota. Indundi yizuye
am still listening to that song in 2024, Big Up Data
Waoow.! Iyi ndirimbo irakunzw cane kabs muma boite yogaha Ikigali iravuzwa kenshi gashoboka Nice Song kabs
duuuuh...Mwabikoze bant banje #datadrama
Hit for every time, 2024 we need another banger with Drama t again pls
Best song of year culture of BURUNDI
nimeipenda basi kama nawew umeipenda gonga like uache na komenti
Scenario nibivurwa birajanye nivyiza gose komereza ngaho Mb Data ft Drama T i like it🖒🖒
Abantu mwese kwonger kuraba zino song after kugarunakirwa account yiw mumpe likes mbabone
Bikore bikoreeeee
Love from #Esther Nish#🌹
U can sing giiiirl!!! Wouaaw
"RFI prix decouvertes 2020"??why not😊??uko bimeze kose tukur'inyuma mutaa👊👏
Drraaaammmmaaa T ..buja boy 💯💯🔥🔥🔥💥waappeeeeepeereee
You people why don't you like this guy MB data he knows how to make songs very well and is so funny please let's us be together and support him to win
Nice song my brothers nakunze amajwi yanyu kwiyumvira n ubwenge mwashize muriyo ndirimbo mutere muja imbere ndababonamwo abaririmvyi bakomeye cane vuba cane
All supports from Music Is Picton.
Big up sana to Burundian Music.
Good song!!! Umuntu yakuriye i Burundi wewe acagira nostalgie .
How did i miss this master piece??? it's a deadly banga
First to comment nice work Creativity is Awesome Keep it up Guyz
My favorite singer,big up brother. 🥰🥰🥰 nkavovota ninde arihano 3 octobre 2020
iyi ni #1
bid up MB DATA...
Waao vidéo nziza cne irimwo ibivurwa vyose courage MB data ❤❤👍
Drama T ..ndagukeneye..nomaaaaaaaaaaaaaaaaa uranejereje...il fo k dukorana..
#KikiHouston
🔥🔥🔥🔥#burundianmusicontheworld love from🇺🇸
This one is going to be a legendary song for ever big up #mb data 🔥💯
Nimwe mundirimbo nziz zabayeho
Courage Nice Song Brothers 🇧🇮🇧🇮
woooooow mb data naweyyyy kbx #courage sana urashoboye
Tera muj imber Imana Ihezagire ibikorwa vy'amaboko yanyu👏👏👏dukomez kuryoherwa na vovota
Woouuuh true History kabx🙈🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Uwariwe wese iyo yumvise iyi ndirimbo aca yibuka abo vyakuranye kera tuciga mu mashure, uko twaryohehwa muma camps de travail muri vacances, uko twakina ama biye, gukina nage, le lion,ikibuguzo, gusoza ibigori n'ibiyoba,kuroba mubitanga, gukina umupira wibishashi, vyabitito kumugoroba kuziko twibereye mumbari nukuntu twaharyanira, mukanya gato tugatura ingiga... nafyonde j'aime .
Ikirori cari kera kweli ubu naho woja mubisagara ukaba umusirimu gute, ntakiryoshe nka kera.
Burundi turi gtera imbere kbxaaa clip nziza ndayiha 10/10 kk itwibutsa utwakera twaciyemwoo...Big up snaaa kuri mwebwe mwamisore.....nimba wemera ino song like zawe ndazikeneyee
wooww I've really liked this song😍 #vovota
Keep it up guys 🇧🇮🇧🇮🔥
AKANTU KUMUTSE KABISA... KEEP UP GOOD VIBES
Yego. Sha uraryoheye untwaye mubwana dukina amabiye na cobo kofi na komborewa
Abahungu bacu😍😍
My brothers muri hot hot🔥🔥🔥🎶🎵🎤💘
Nic sana my brothers imana mbere ntimuyibare kugira mugerekure
Indirimbo zifise amajambo nkaya jewe ndazikunda cane!♥
Drama.t from bantu bwoy big up
I like it ma bro big up SN this job is🔥🔥🔥
Yaga Yaga Yaga agaciwe karuma basiii #niceone basaza murakoze kutwibutsa ubuto bwacu #Vovota
Nice guys go ahead muvyo muvuz ntanakimw ntaciyemwo hh
hhh umuti m data vovotaaaa
Sha mwadukoze ahotugwaye mwubahwe❤❤❤❤❤❤❤❤
MB DATA woooow
ako ga style kawe mur'iyi song karagutoka sannaaa
bandany uduha kbx turi inyum
Keep your good work up
Butoyi moise donnée uko sawaaa knd imbere niheza
Big up bro...go ahead #nice song
Jew nabivuze bakwitege babandi bigira ngo nabaker vamunzira respect MB data
Merci MB data🇧🇮🇧🇮🇧🇮
👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾🇧🇮saaafi
Burundian music is crossing the international front, courage Mb data we will follow you
🔥🔥🔥💣💣💣GrandPictures
Woooooow👏👏bn courage video yamateka💥💥I support my super 🌟#my fav MB Data
Vovota nice song👑.
Courage 💪💪💪 mb data
DATA iyi topic na beat yayo vraiment biri compatible, wamye uri hit
Iyi ndirimb nayikunze courage
data pon this eeeh naweyeeee
This is actually a good song! Neza cane MB!!
Mwamubony uwuryosh imizik yo muburund ubu kama umekubali video gonga like
Burundi turashoboye kabisa nic song
Mwar mwayiririmvye kabisa
clip nziza kabisa ni song iraryoshe sana courage bro drama na mb data
Malheureusement abana ntibazi ko ikirori kiri ruguru. Des images qui rappellent que la vie reste meilleures à l'intérieur. Nzoduga mere nka double Jay
Mb data ndamunze sana
🔥🔥🔥🔥 from 🇺🇸
Love from Quebec !!!munyikije ingene naryoherwa nurunganwe hiyo mukiyaya c imbo nkavovota
Waouhhhhhhhhh un artiste ,un vrai ,yn modèle,un exemplaire,tu merites une prime considerable..... tôt ou tard la musique burundaise sera productive au niveau mondial
Imwe mundirimbo zitwibutsa twinshi👊👊👊best Song to be honest ✍️✍️
Wow,i really appreciate your work,Drama T. Also has a nice voice
Na kuku Bali bro love you misuc
VIDEO NZIZA CAAAAANE
My favorite 👌
Coolllllll sn ndavovotaaa
good work my Bro,continue to wave🇧🇮🇧🇮
Niceeee Script of video kbs I've like it ma bro, reka tu Vovotere hamwe
Benewacu najewe ndiruguru nda VOVOTA
Urabizi nukuri🤗
Vovota🔥🔥🔥🔥
Uy mwak ni kuvovota kbx
urankubuje kabisa
Turagushigikiye uririmba ikirundi kabisa wiyumvira kure apana babandi baririmba ijambo rimwe kwibuka kahise nivyiza nacanecane ubuto big up
Clip nziza cane ijanye na text😍😍
Aha Unyibukije Kahise
j'encourage vraiment MB data c'est un très bon artiste
ni nezaaa mutama wanje
Nime comment nyimbo iko sawa good guys nimekumbuka our home 🇧🇮🇨🇦💪
MB data, uri kirumara! Vovota sha! Ndakwumviriza 4 mu ndwi
Nice work my bro!big-up!
I love it keep it up ninja's
Ayayaaaaaa
#Vovota kabisa🔥🔥
It brings out a nice vibe.komera
J ' adoreee 💓💓💓
Uyumujama azagusiga abantu habi kabisa.. ntavyorosha pe.. good effort keep hustling imbere niheza
Nkibuka ingen twakina nka vovota na 2020 ndacavovota🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰😋😋
Mb data 😎 uruwahatar
Maz kuyumviriza incuro 10😍😍nizind ziracaza good work bro terimbere
vovota iko fresh sana michezo ya dhamani kweli akiwacu nike aslaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa
Nice video urashboy kbs
Agatwengo karanyishe nukuri nzoguma ndayisubiramwo😂😂😂😂❤❤🤜🤛💪🇸🇦🇧🇮
Nyirabayazane wo kwamatirida, MB data urandangiza kabsa. Keep work bro
Nimeipenda sana! Uwakuze mu misi iheze cane cane uwakuriye ruguru aratahura ivyarivyo 😂😂😂😂 Respect ku mu réalisateur w'iyi vidéo 💥💥💥🇧🇮🇧🇮