Ndababaze, Vyimazeyo ko iguma ingarukamwo kenshi ni kubera iki? N'ubu mbanje kuyiraba kandi imbere y'uko ndyama! Hari uwundi yoba ari mu rukundo na #Vyimazeyo nkanje?
First to comment💪 Umwana wanje azohitamwo gufana August &Kidumu canke amvire mu nzu😌 When two living legends meet bivyara imiriro .Like nimba nawe wakunze Iyi ndirimbo #vyimazeyo
Sinobesha, nguma nsanga nasimbiye kuri youtube kwumviriza kandi iyi ndirimbo. Hari abantu baririmba neza kabisa ibintu ata gishegu na kimwe kirimwo, amajambo akora ku mutima, aryohera abakundana, akavomerera umutima banje kudigadiga amatwi! August Burundi, coup de chapeau, uratweretse ko vyose ubishoboye! Abamaze kugaruka kuyumviriza mumpe izo likes
Song ninziza abavyemera mump likes hano
Nice song🎉
Vyimazeyo kabisa iratomoye pe!irafise akanovera yisangije,Noris
Amasanamu meza pe!ari Ku rwego rwo hejuru.
Yeeee Gihigu cacu, akadiho
Mbega ururirimbo ruryoshe wee❤
Mwanditse amateka ❤
Wooh so nice song❤
Imbega zarababereye 🎉 eka ifise amashusho meza abayikunze nkanjz mumpe like zanyu
Indirimbo iraryoshe caaane
naze tumutware iwacu i Muramvya
Muyinga ❤️🇧🇮
So beautiful song😘
❤ karibu kuri RTBB
Ab'iwacu I Muramvya tumenyane😂😂😂
kanyimbo ka bien
Sana
Ndababaze, Vyimazeyo ko iguma ingarukamwo kenshi ni kubera iki? N'ubu mbanje kuyiraba kandi imbere y'uko ndyama! Hari uwundi yoba ari mu rukundo na #Vyimazeyo nkanje?
Vyiza cane 🙏🌹 nkaba nturutse kur fb kwa Edisson
Magnifiqueeeeeee❤
Best outro Kidum
Naje iyo ndirimbo ndayikunda vyimazeyo
Umuhungu wo kumasanganzira turagukumbuye cane ❤❤❤
Nawabali sana wazee❤❤❤.XO,Nice song🎉🎉🎉
Ego kwl
Irarenz
First to comment💪
Umwana wanje azohitamwo gufana
August &Kidumu canke amvire mu nzu😌
When two living legends meet bivyara imiriro .Like nimba nawe wakunze Iyi ndirimbo
#vyimazeyo
❤❤❤❤❤
bisanzwe bizwi kabsa wubahwe
Abantu banj August ft kidumu mwabwirizwa kuduh akantu twinovore
Indirimbo irakosose vmt like kubabibon nkanj
Iratwika
Cane irakosoye pe
Nukuhatwika hagasha
@SandrineManiirankunda-no3er sana
@@SandrineManiirankunda-no3ernta kosa kabisa
👌👌👌🔥🔥🔥🔥🎤🎶📽️ Waoooh Nic job 🇧🇮🇧🇮
Iyabarundi baguma mwuyumudiho tuba dufise identité nka Nigeria kuri afrobeat
Akiwacu music❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyi ndirimbo vyukuri ninziza Can gose amafoto meza yoooo karibu kumbiz mutama har ivyiza August Burundi ndabashimire kugikogwa mwaduhaye
Irarenze kabisa
Dukunde uburundi iyo ndirimbo ninziza caneeeeeeee gose kuko niyakaranga
Wawooô August Burundi mubikora neza cane
Ndayumvirije kenshi vrt iguma iba nshasha💪💪💪
😊😊😊😊😊
A masterpiece ❤❤ from Belgium 🇧🇪 with love ❤️
Umuntu yabonye ukuntu kidum aberewe nizo mpuzu traditionnel zibereye kidum ampe like?
Aka k'uburundi hejuru cane ....
Karatomoye
Sinobesha, nguma nsanga nasimbiye kuri youtube kwumviriza kandi iyi ndirimbo. Hari abantu baririmba neza kabisa ibintu ata gishegu na kimwe kirimwo, amajambo akora ku mutima, aryohera abakundana, akavomerera umutima banje kudigadiga amatwi! August Burundi, coup de chapeau, uratweretse ko vyose ubishoboye! Abamaze kugaruka kuyumviriza mumpe izo likes
The sound of Africa kweli kweli congratulations both ariko kibuganizo wari wikoze mugaho nako ga comedy mwakoze nuyo mudem 😂
Mwubahwe, ikirundi naco cubawe.
Ewe kibido n August murampay umuzik uryosh peeeeee! Ndabakund vyimazeyo
VYIMAZeYO
Rab udusoni twak gakobwa disi
Kararyoshe ! Big up august , big up legend kibido ! Akaranga hejuru cane
Ni indirimbo nziza cane y'akaranga k'abarundi igaruka ku karanga ka ba Canco Hamisi, Masudi,n'izambere za Kidumu,
0 igishegu, full respect k'umuco❤ mwubahwe
❤❤❤❤❤
Vyimazeyo iraryoshe pe august burundi mwubahwe
👌👌👌🇧🇮🇧🇮
Akadiho kiwacu mu Burundi 🎉
Cane gose Big brother
Nice song kabisa congratulations
August Burundi 🇧🇮 Wubahwe, urumwe mu ntore dufise mugihugu hamwe Na IREBE FM mwubahwe
Kidumu umuririmvyi w'umurundi natanguye gukunda, nkiriko
Idukumbuje vyinshi cane. Mubahwe
Ntawohaga ibikorwa vyawe wallahi🔥🔥
Tsimbataza akaranga😇💯💥
Hejuru canee🇧🇮🔥🔥🔥🔥🤝
Hejuru cane👌🏽👌🏽👌🏽👌🏽
i Muramvya iwacu wow❤
Iyi ndirimbo ni nziza cane. Ikoze neza, irekenana neza umuco wacu.
🙌❤️ ryosha,ryoshaaa!!!
Vyimazeyo iri Ku rwego rwo hejuru pe!
Vyimazeyo hejuru cane 🔥🔥🔥🔥🔥
Big up Sana abacu💞💞💞💃💃💃
Big up my bro🔥🔥🔥💥
Indirimbo nziza Cane👍🎤🇧🇮
Akaranga Twitambire vyimazeyoo
Idukumbuje vyinshi cane. Mwubahwe❤
Augast ico ndamwankira nuko aguma akubita ama hit gusa 😂
uranyemeje kabsa😊
❤❤❤❤iyi ndirimbo ndayituye uwo nakunze nanje ndamukunda peeeeee iyi ndirimbo nisawa
Amajambo y'akanovera pe!
INDIRIMBO YANJE Y'UMWAKA
Love from BE CHAP TV ❤
Inkumbuje vyinshi nimwirambire
Indirimbo iryoshe cane abazi gutamba ikirundi nimuze dutambe
Hii ngoma kali kiukweli . Congrat Augast
Iratesa sana❤
Hapo sasa😂❤
Vyukuri iyo inararibonye zibiri Zihuye bitegerezwa gutanga igikorwa kimeze neza
Keep it up.
Vyiza Cane August Ft kibido
Nice song umusaza kidum araberewe caane
Wow,nice song
Nc song iyi nzoguma ndayisaba kumaradio 📻
Abanyamuramvya mwubahwe
Gafise umudih ugenda nez, kandits nez. 👌ikirundi cacu kiraryoshe ❤🇧🇮
Biraberey cane
August uririmba neza
❤❤❤❤urabaza ababanyi disiii❤❤❤
indirimbo nziza inakoze nez cn
Nanje ino ndirimbo ndayikunda vyimazeyo❤❤❤❤❤
Amajambo yayo arasosa cane
Keep going forward August. This one is a hit.
❤❤❤❤
Nice song my brother
Uyibon gt iy ndirimb vyukur
nice work umuco wubahwe
Courage vraiment très mignonne mes frères et soeurs
Indirimbo Ntaco ibaye kweli
gumaha uduha ibintu bitagase mukaranga ❤
Arabishoboye kwel
Vyimazeyo by August FT kidumu🔥🔥🔥
Babahungu baguma bavug Ng bosara ashaa bagiy gusaraa rr😂hit song ✨🇧🇮🇧🇮🔥❤
Mwabikoze neza
Tera uja imbere
Good Job the Boss August ft Kidumu
Kabisa