‼️ ITANGAZO RYA KAMINUZA Y'I NGOZI

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • Kaminuza y'i Ngozi (Université de Ngozi) iramenyesheje abize kuri iyo kaminuza kuva mu mwaka w'1999 n'imyaka yakurikiye, baronkejwe ingurane y'amafaranga y'ishure (Frais académiques) n'amafaranga yo kubaho (frais de subsistance), ubu bakaba batasubije iyo ngurane kandi baragiye mu buzi butandukanye, ko bahawe ikiringo c'amezi atatu ngo basubije iyo ngurane. Ico kiringo kirangiye iyo kaminuza imenyesha ko izoca ishira ahabona (ku mugaragaro) amazina y'abo bayiheraniye yongere ibitwarire.

КОМЕНТАРІ • 1

  • @nsabumugishalibere5930
    @nsabumugishalibere5930 Рік тому

    Tafadhali !! Umuntu wese yize kwideni arihe vyihuta. Kumbe batwiyemerako bize kumadeni😂😂😂