Mbega ivyiza?🥰|NSORO na FANNY LAVINE amuhojeje amarira | Amwemereye ko bazobana akamukunda
Вставка
- Опубліковано 5 жов 2024
- #umupfakazi #part3 #Nsoro
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Jewe burya Libert na Fanny babanye nkumugabo numugore mubuzima bwinyuma ya flm vyonezera gusumvya😍😍😁😁😁😁😁😁
Libert yarigeze kuvuga ko afise Madame wiwe,rero n'ubwo bakorana neza na Fanny,ndamwinginze ntaze ahemukire Madame wiwe please 🙏
Libert arafise umufasoni.numwana.kandi vyemewe namategeko.
Hanyuma umukenyezi Libert afise akamushirahe ga mugenzi?
Libert arafise umuryango mber umwana wiwe yaherutse kubatizwa rer numugor wiwe nimwiza vrmnt
Ariko iyo muzagutwarana vyarikuba vyiza cane ukondabibona.fanny and Libert I Love u 🥰 so much
Jew kweli ivya fanny n'a libert ntaconkironka nkibivugako birandenga.....!!!😍🥰gusa bubahwe.Yezu abaducungire vraiment !!
Mwebwe muzandangiza💕💕💕
Nukuri umengo ntivyari guhera benichou love so mouch 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Fanny na libert ndabakunda caaan kurusha ukw muvyibaza vrmt❤️
Nanj nuko shaaaqs
Muratesa muraryoshe yooo😍😍😍
Vyiza gwose Imana ibandanye ihezagira ibikogwa vyanyu ndabakundaaa
Mwebwe muzatuma nsubira gukunda nari narabirahiye❤️❤️❤️❤️
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Béni wumve KO ngukunda, courage
Bini chou ubeho wonger ubeho. Hama abobantu bacu nabo njew baransaza kumajambo yabo yurukundo ❤️❤️❤️
Benichou naw araryosha ibintu bikarenga.😍😍
Ndabakunda cane beza banje muga Libert yatunyoteje
Ch Ben nukuri sinzi ngo nagushimita nte gusa ndagukunda🇷🇼🇷🇼fanny na libert bo jyambura ukombavuga mbakunda mumabara yose meza
Mwebw vrmt ndabemera libert ft Fanny 🌺🌺
Love from Josiane 💓 respect Bennich
Kuraje. Sana. Fann lavin
Nanje mubarize ribati ndamukunda
Liberty vrt fanny ntagucike pe nuwawe 🤣🤣
Muraryoheye mukomereze aho
❤️❤️❤️❤️ béni chou thx 🥰🥰🥰🔥
Lispect
Yooo, Benichou, urabeshe jewe Fanny Lavine, aranyishura kweliii, ni umupfakazi mwizaaa
Mwubahwe nukuri pe
Mwaturyohereje umusi merci mwese
Libert na Fani baraberanye kbs.
nukuri nanje ndamwikundira fanny sha harutuntu twinshi duhurizako
Yoooo nukuri ndipfuza kubona libert Na Fani babanyee vya vrai apana vya film
Mbega ivyiza muri filamu umupfakazi mubahwe 😍😍😍🥰💋🔥🇧🇮
Ndagukunda cane Fanny iyo ndiko ndaba ibiganiro vyawe birankora kumutima,bandanya wubaha IMANA nayo izokubahisha
Ndabakunda bantu banj
Mwubahwe
Benichou wubahwe vrema uratunezera👌👌👌
Ndashoboye kuryoherwa cane
Fanny ntawo mwanka. Afit umutima mwiza vyongeye. Imana imukomez mubikorwa vyiwe
*Libert, Thank you for loving and caring me every single moment, thank u for adding more value on my life, would ypu marry me!
Fanny ndagukunda ❤️❤️❤️
Hello ham j ndumu fan wa 3FA ark Ubu sinkiri muri groupe ya 3FA nasaba link kuko nanj fanny ndamukunda cane
🥰🥰🥰🥰🥰🥰amen amen halleluya
Basha step média hejuru cn ,ndabakunda cn kuba muguma hafi y,abantu bacu,mamalao and libert,songa mbele
Fanny and libert hejuru can
Lov u all to much
Mwirambire bantu banje💋💋💋💋
Basha ndabakunda nukur
Ndagutey intenge nivyiza cane nkunda intwengo zanyu murasarisha mugutweng🤣🤣🤣🤣
Nipfuza kuja mur group yafan Muzob mukoze
Muranyishe
Nice
Nic
Nacerew 😂😂😂😂mwirambire 🥰
Muraberanye kbs ndabasabiye kwa ma murahuza muri vyose
😀😀Fany n libat muranezera mwubahwe,ndabakunda kabisa
Fany bt ndagukunda cane Hama ndipfuza numéro yawe
Beny nigongeye kincwa apo chini👇👇
Vyaribigyoche
Benich nawe vrement ndakwikundira wubahwe
Muratesa🥰🥰🥰
❤❤❤❤
Fany et lirber ndabakunda
🤣🤣🤣🤣imitoma abafana bashaka kuyiga🤣🤣🤣
Sind1bon ikintu cotuma ndabank kbs abobana bagez ahobari kubw umwete kubwivyo rro iman ibatez imbere bager kucobipfuz1 gushikako hm uwubanka nawe mbon yorekan noguhangan hm nawe agakora Imana disi yabiherey nabafans bafis urukundo nokwifuriz gusab Imana ikaguh umutim uciy bugufi kko kub agahore nivyo bishir umuntu hejuru
Fanny komeracane benichou nawe ndakunda ibiganiro vyawe.
Ndaryohewe kuri surprise ya Fanny ndamukunda nanje
Mutubwire ndabakunda Fanny libert
Aha mbanahishikiye
Rek ndakurem ♥️💪
🔥👍👍🙏❤️
Benichou nawe ubikora neza ugume witerera imbere
Soins
Aisha Aisha birase korya ikiganiro kidaheze
Fanny and Libert bubahwe natw turabakund nuk tutar hafi twarikuhaba
Iki kiganiro kiratesa
Kobiryoshe gose mwirabire beza bacu
love fromLavine's Inkora mutima
Naje ndabakunda mwese babiri ndabafana
Wau abatari bahari twarahomvye🤣🤣🤣🤣
Big up 🤣🤣🤣🥰🤛
Mwabanye ariko uzukuntu bisaneza nkr
Fanny ndagukunda ndifpuzako twobonan
Fany n'a libert jewe muranyica icompa nkababona visavi
Murabakinyi beza bibihe vyose
Hhhhh,fanny n libart sasa muradyohey
Fanny lavine arishura naho bishika agateba mugabo arishura nukuri
🤣🤣🤣🤣🤣ndamanyutsee
Bzbzuuuu💋
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Murashoboy 💥
😂mwirambire mwese❤❤❤
🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️