Bro Ben,I like your wisdom and opinion regarding relationships.We need to learn proper ways of dating and practice faithfulness and integrity.Hola from DC.
@Minouche, murashobora gupartaja les coordonnées za Beni ? Soit LinkedIn canke Twitter yiwe ? J'aimerais bien entrer en contact avec lui. Je ne suis pas au Burundi nico gituma nciye hano kuko ndakeneye kumuvugisha. Merci
Uyumupapa mukivuga sex yani yararamye pe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣sihari pe ikindi bantu bimana ndatwese ndakumbagaye ahohantu avuzengo abagore bihinduye inyamira mabi🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
I really respect this guy ur words are really worth🔥🔥🔥🔥
Il faut ko muza muratumire abantu nkabo.c'est intéressant
Mwakoze kumpanuro zanyu turamukunda Benie kumpanuro ziwe.from USA
Elsie je uko mumutumir kwose nzokwam ndab ikiganiro canyu..ar mature sana elsie ndamwikundir ukntu
Nongey kuba uwambere💪🏾💪🏾💪🏾🤳 i love this chanel
Bro Ben,I like your wisdom and opinion regarding relationships.We need to learn proper ways of dating and practice faithfulness and integrity.Hola from DC.
Ikiganiro Gikomeye.Béni Wubahwe n'abagutumiye ama conseil meza cane.
@Minouche, murashobora gupartaja les coordonnées za Beni ? Soit LinkedIn canke Twitter yiwe ? J'aimerais bien entrer en contact avec lui. Je ne suis pas au Burundi nico gituma nciye hano kuko ndakeneye kumuvugisha. Merci
Minouche ngo euhhhhhh 8:50 😂😂😂😂
Beni u need an award walahi. 👏🏾👏🏾👏🏾
Merci pour vos conseils
Mwakoze neza girls ndemeye👌👌
Courage ma cherie,ikiganiro ca bien gose
C'ETAIT INTERESSANT KBX MERCI
The accuracy its all for me
Respect kw Beni#
Beni big up sana uvuga ukuri kabisa
This man he always talks true
Respect to Beni...
Mukomere ndbakunda caaanee♥️♥️♥️♥️🥰💋
Umutumire beni munzomungarukane
Ese ko namwe musigaye muvanga indimi cyane.
nice work love from voix d'espoir radio
Bnjr à tous so mrçi pr l'invité Béni ariko nshaka muzontumire na nawe arimwo kwli
Murazorondera Ama micro menshi kuko kuja musangira micro si vyiza. Ikiganiro cari kiryoshe. Muzoze mutumira abantu nkabo bafise ico bigisha. Hama namw ba journaliste tegura ibibazo biri concret ....apana kuja wumva Kéké..ngo ndazi!
Erega nabo ntibanse gukoresha micro nyinshi ahubw gir icukoz kugir izo micro ziboneke
Très intéressant 🤌🏽
Chaque cas est cas à part sha
Murakoz can inyigish nziza.
Beni 👌
More interested
#yaga Kandi
#yaga n'a OR
Turakeneye suite kwel
ben uranyish kbx
Muzomugarure plz ndabasavye
Ngo Patiri na Maseri 😹😹😹lol Minouchii
Sha uwomugabo ndamukunz
Mukirundi bavuga ko ipfizi itimigwa. Ben icokiganiro nico
Mwubahweee
Beni aravuze ukuri kabisa
Bjr bantu bnj uw 6 today. ikiganiro car ciza mwubahwe
umeng nik?ngo nipolice cimaramabi
Iki gitype kiba kiri muri group inkumi zinagana ho yarazimaze
kwl sha bro
Umugabo arekuriwe kurongora abagore benshi mugabo umugore ntarekuriwe kurongorwa na bagabo benshi
Beny vrt ivyuvuga ni vya vrai kd il fo ko ama couple ahiduka
Ivyoya nukuri numugera wigistina kikurongora imbere iconibaza nukutabumbwa numuntu umwe fatafire igistina ntawuzopfa abimaze umuhonji wacane ntiyaguze
Béni avuga ibintu vyo! Ark rero igitangaje nkaho wosanga yubakanye nabi n'umugore knd biva kuri Béni ubwiw! Mwumva atari hatari!!!?
Harya nature y'umuntu n'ama théories azi usanga bitandukanye
Benny wubahwe kabsa urabivuze vyose knd nukur peee
Benny ndakwikundira mwiza buzurabwira abumva gusintumva ninyishi mwiyimyaka ntivyoroshe
Ibi nukuri kwuzuye
❤️❤️❤️
I am the second
Mbe beni mariage niryari?
Eeee ari single ngo ndondere number ziwe nubwo bitonyorohera kontari hafi🥰🥰😅
Igipolici cinyamiramabi mwubahe 😅😅😅😅
Ibiganiro vyiza cn
Ati igi police ci nyamiramabi
Hahahah keke umengo yari interessé sana kumenya ingene infidelité yohera
hahaahhahahha beni aranyica kabisa yubahwe yigisha nuk yigisha intumva kabisa
❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
ne ko ikiganir mugikoz mugifranc mubwir abarund cank
Arko ibiganiro nkibi nibyiza birafasha twebwe aba youth tukiribato
Umugabo numugore umubabaro urangana ariko uko bifatwa hanze tuvugishe sico kimwe
Neuuuuzan😎🇧🇮
Uyumupapa mukivuga sex yani yararamye pe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣sihari pe ikindi bantu bimana ndatwese ndakumbagaye ahohantu avuzengo abagore bihinduye inyamira mabi🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Well done,next topic please:how about rape in marriage.
🤣🤣🤣🤣🤣 igipolice cinyamira mabi.
Abagabo baremewe kurondera abagore benshi uhereye kwiremwa uburorero ni bwinshi muri bible
Beni urabizi
Nshatse kuvuga infidelite
Sexisme yarabaye internalized gose mu Burundi que meme Beni atari neutre muma "facts" avuga.
This man he always talks true