FABRICE yubatse IGISAGARA c'akataraboneka kuri LAC TANGANYIKA//30 MILLIARD nizo zizokora//Akabirya
Вставка
- Опубліковано 5 лют 2025
- FABRICE azanye STATE yakataraboneka kuri LAC TANGANYIKA//30 MILLIARD nizo zizokora//Akabirya nuko
@NtareRushatsiHouseTV
Shaa just Gaël nizina ry'IMANA baguheber urubuga gwawe ivyurimwo bitwereka yasanamu y'igihugu .
Ndagukunda bwana GAEL kukuntu uriko utera imbere mugutangaza amakuru meza aranga ivyiza vyigihugu cacu
Ndakunda aba entrepreneurs nkaba vrt. Courage Fabrice. Vrt tu es mon idole .un jour en faveur de Dieu ,,je sais bien que je serai comme toi!!! Que Dieu te protège. Merci Gaël
A?l😊
Courage Gael nikiganiro ciza. Fabrice uruwogushimira ufise initiative nziza kugihugu cacu kabisa.. Bikunze urazotwubakira nama grattes ciels yojamwo imiryango myinshi no kweconomiza ikibanza. Murakoze
Video ihenze ntabigomba, Merci Gael.
Block en ciment na Tanzania nizo bubakisha ivya matafari nitw tukibokoresha . Imana ikuzigame kbsa
Akwiye guhabwa ministere y'inyubako za Reta. Merci Gael et
courage!
Kuraje Imana ikuje imbere naww ukurikire 🙏🙏🙌🙌🙌❤❤❤❤❤❤
Nivyiza utwereka. Akazi ugakoraneza. Hezagirwa. Ivyutwereka biradufasha kweli. Je te souhaite gutera imbere hamwe ni équipe yawe. Uri muba jeune bakora neza cane.
Courage Gael ubikora neza cn na cameraman birabonekako ubu ukoresha uwubizi ariko mu mwanya uba uriko uravugana nuwuwo mugirana ikiganiro ntabakwiye kubagumizako camera ahubwo tuba twumva amajwi ariko tunabona izindi image zaho mwagendeye.Fabrice keep up the good work.
Very motivating video, keep up my brother
Jewe ikintu mbona nuko nobakurira inkofero kuko murashimishije kweri reka dukomeze tubasengera uwiteka abahe kuramba
❤100% I appreciate your hard working but you need to start social housing affordable for at 40% of burundian not only diaspora which means houses more than 6 floors if it's only this kind of house i don't think burundian will be able to buy them
Ntimuze mwibagire gushiramwo laundry 🧺 zirya machine zimesa vyoba vyiza
Baraguha ya soko nkuru ya bujumbura uje kukivi urashoboye
Fabrice uri uwambere muburundi mubijanye ninyubako urekane na BMBC bavuzinduru gusa bubaka ibitarangira
Nguyo nyenimigambiiii dukunda❤
Hinge Tanganyika Iko ivyayo
None abantu mpora numva ngo bakoresha amahera nabi muma projet y'a leta ndabonye icobabura ..fablice azohore yigisha muri universités yitwa taking risk
Mfasha number ya Bro fabrice❤
Gael wubahwe vrt mutama fablice akomeze kudutera iteka vrt
Fabrice hejuru🎉🎉🎉🎉🎉
This is the only man doing wonders in our country God bless you
Ni umuntu muzima, Imana imuhaze intsinzi mu migambi ariko aratwereka, imuhe amagara meza na cane cane imuhaze kuramba azibonere n'amaso yiwe tous ces succès, ICITEGEREREZO
Wao courage my brother,ahubwo rero azorabe yubakenizoguhera kuri 50 millions kuduga kuko twese ntitunganya ubushobozi
Je narakwandikiy ntiwansubij fabrice nukur😢😢😢😢
Hama vraiment fablice c'est un modèle dans l'entrepreneuriat burundais je l'adore trop arerekana ibishoboka dushize vision imbere
Ewe Burundi Urintore hezagirwa bwana Fabrice and GAEL
Fabrice bamuhe.stad nkuruyogihugu kwa sebatutsi ayubakish bamuh uburyo
Gaël vrmt uri kukivi kandi courage
None aguma atwubakira ama village gusa ko atubaka amazu maremare kugira igisagara kibegwe
Nkunda fabrice kuko a tezimbere uburundi
Ugire Ahuba wubahwe mutama ukora ibikora inka!!God bless you!!!!
Gaël kumukubito terujimber uruwamber mwitangaz makur ivyonivy tubadukeney apana babandi birirw mumatiku bavug umunt guheritarik imwe ukwez kukarind guher cano yawe arurusak barakwiy kukurabirako kabis terujimber💪💪💪💪💪💪💪
Vyiza ,Fabrice naw yubahw ahabw abamucungerera ubuzima
I like it 💯
Maramvya nayo turagukeneye Fabrice courage Imana ikurinde
Mwaramutse,jewe nipfuza gutanga action imwe ya 103000fbu none mpa umuco wukuntu noyatanga hamwe n,ibikwirikira kugira umuntu amenye ko yabashikiriye hari agapapuro mugeza mugaha uwuyatanze?umuntu agatorera ha? Muraza kumpa inyishu muzoba mukoze.
Nka feedback mbona ko iyo migambi yo kwubaka amazu mukwie kuyishira mu ma classes sociales bivanye na mikoro y umuntu kugira ngo umuntu wese ashike kuriyo ntumbero❤❤
Gusa ikibabaje Nukwo uzosanga izonzu zigugwa naba diaspora hamwe nabanyamahanga gusa
😂😂😂😂😂NGO ntanacumi naripfise akokantu kararyana mumutwe
Umurundi wumutima fab
Kuyindi mpwemu idasanzwe❤
Good work we love you so much
None Fabrice n'umurundi canke n'umuzungu ? Hamwe tworonka abarundi nka 10 bameze nka Fabrice ntakibuza ko uburundi bwoba rurangiranwa kw'isi
Ni umurundi-muzungu 😂😂😂
Fabrice we uri urumuri rwa afrika...
Uburundi bakunda kubaka imiryango kuki mutubaka cartier zitandukanye ahantu home nuturyango nudupangu mu gipangu
Courage🎉🎉🎉
mbe komuvuga amakara mutavuga umugambi wo kurwiza ama gaz nkomubindi bihugu
Gael ur mungabire yaw kuk ubikor nez
Nivyiza kubaka mukubakisha amatafari yi i ciment. Ariko ni ukuraba ko bikenewe. Kuko mwumve yuko hano luri Africa harashushe. Kandi mwumve twari dukwiye kubakisha zmatafati lanini manini yi ivu mbere ricanze ni ivyatse tukaya tsindangira ni imachine. Ico nshaka kuvuga ni iki .Iyo hashushe ayo ma bloc ciment arashuha cane. Ugaca usanga munzu no mwi ijoro harashushe cane . Hama ni ikindi iyo hakanye haca hakanya cane.Ikindi nka babaye mu ntambara izo bloc ciment amasoro acamwo nki imbugita iciye mu mazi. Nka aba maze nko gutembera mubisagara nka akarorero Abidjan usanga kubera ubusguhe luci baheba bakarara hanze. Ivyo navyo murabira neza .
Turasavye amazu ya 30millions zakabezi
Fabrice urumugabo,ufise imigambi nabanye politique badafise
Ibi bintu biranezera kabisa. Abafise amahera meza amariye igihugu akamaro naba
Uyo mutipe arashoboye
Amazii mbona umenga azohava aduteraaa fabri mbona umengo nihafii nahoooo nka kajagaa
aho ntubona ko haduga??? ikindi we ntubona ko bakoze plan zokwingira amazi nimyuzure
Nikur gosee yamazi mutaa
Inzinkuru utugezaho nisawa
Komeramutama Abasumabakwigireko bahebetwubakigihugu
Bazokorer mwibarabara rer
Ahohantu muguma mwubaka hafi yamazi mubona ukuntu amazi aguma asenyera abantu
Nikur caan yamaz mutaa
Courage
Ahonihe ushaka kugura parasera night mudihe nimero yiwe
Ayomatafari bubakishije wapi
Zana ayiwawe bubake
Uyo mu type na Leta, amashirahamwe yokorera utwabo, amabanki.... bose bari bakwiye kumwizera akabaha imitwe. Nibamuhe Centre ville yose murabe ingene 2030 igera yahagize
Yarakwiye kubaka inyubako ndende cane nki etaje mirogwitatu 30
Uramaze kubura umuriro 1h munzu zohejuru ngo urabe uko biba vyifashe 😂😂😂😂😂?
Ahohantu muriko murubaka ntimubonako hari ariske!ndanganyika izobashwaramwo 😢
Biragoye ko yohashika kuko haraduga can
Oyah ngaho amazi arinze ahashik kinindo boba barimutse haraduga vyogorana kwamaz abashikira baba ngaho
Fabrice mtama comera
Mgabo urakwiye kubaka inyubako ndende kujahejuru
Amaetaje malemale nkakurya America nu Buchinwa New york canke Hongo kon muri chinwa Bubaka ietaje ndende kujahejuru zijamwo imiryongo mwisgi cane ni igisagara kikabera
Fabrice ndamwubahacane n'intwari
💕🔥💕🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🏫🏫🏫🏫🏫🏫
Ubaka amahinguriro basha murekane nayo mazu ninde yababwiye ko ivyo hari ico bipfana n iterambere?
None wewe ntiwoyibaka??
Reka ubwo bujuju😂😂
unve basha ibi vyiyunviro vyuyumuntu kweli😂😂😂😂😂😂
Ivyo vyunva bake iwacu Afrika malheureusement
Umwe wese yubaka ivyo ashoboye Nawe woja gusaba bakaguha ukubaka amahinguriro nimba ubishoboye
🎩✊🏾
Kure cane kurivyo nihokwipfurije
Gael ndagusavye numero WhatsApp ya Fabrice nimba usoma commentaire