URUGO SERIES EP 35:mbega yemwe Ibibintu coco akoze nibiki???

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 415

  • @NiyodusengaGerardine-z5m
    @NiyodusengaGerardine-z5m 19 днів тому +29

    Mudufashe muzemurayiduha kabiri mundwi abotuvyumva kumwe muze ❤❤❤❤❤

  • @DesireHavyarimana-s9k
    @DesireHavyarimana-s9k 18 днів тому +7

    Mariya aravuze ijambo rinkoze kumutima kandi rinyigishije vyinshi ngo igihe utazobumbwa nivyufise uzoburiko uraha amahigwe abandi mariya wubahwe wapfuye urikocoye Ubu agiye kwangara yarafise itaje aboryashimishije nkanje bakande hano nda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 19 днів тому +55

    Ndabaye uwambere basha abakunzi b' urugo séries abari bayirindiranye igishika nkanje mumpe like tuhatwike hahire rimwe 🔥🔥💯 today ni 🔥 coure team yose ❤❤❤

  • @NaviAlvineNishimwe
    @NaviAlvineNishimwe 19 днів тому +45

    nimpuz y coco yaciy itabuk hhhhhh mukwaha😂😂😂😂😂😂😂ababibony mump like🎉

  • @KigemeChantal
    @KigemeChantal 19 днів тому +18

    Mariya afpuye flm nzoca ndayiheba p kuko ndamukunda cn❤❤❤❤

  • @EmelyneKUBWIMANA-e2m
    @EmelyneKUBWIMANA-e2m 19 днів тому +14

    Sinahora nkomanta ariko abaza inyuma mumpe amashurwe❤❤❤ndabakunda

  • @BestineIrankunda-mc2kn
    @BestineIrankunda-mc2kn 19 днів тому +16

    Mariya uwabonye ishavu ryiwe riduze amp link maze twikomereze😮😮❤❤❤❤❤

    • @Ebenezeri685
      @Ebenezeri685 19 днів тому

      ua-cam.com/video/vzdTLql8DG4/v-deo.htmlsi=WkJuWKBt4mt8A_iS

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 19 днів тому +4

    La série URUGO on the top,muri abigisha beza.uko Mma pasteur yikuye Coco kdi ariwe yamuhaye imitwe yose yivyo akora,niko satani yosha umuntu rugeranyeko akamwigarama,Coco pole sana

  • @UwanyirigiraJackerina
    @UwanyirigiraJackerina 19 днів тому +13

    Ndasuhuza abantu batanga coment batarareba film uwiteka abahire cyanee😂😂😂😂

  • @HidayaNiyonkuru
    @HidayaNiyonkuru 19 днів тому +3

    Mariya apfuye izocibiha kndi je nabonye kwatapfuy ahoyararyamy yahema❤😂😂🎉❤

  • @ReineDuseIteka
    @ReineDuseIteka 19 днів тому +4

    Hagusiba wocerwa urugo series hejuru canee inyigisho zanyu ziriko zirafasha🎉🎉🎉🎉big up sna fany turagukunda

    • @Ebenezeri685
      @Ebenezeri685 19 днів тому

      ua-cam.com/video/vzdTLql8DG4/v-deo.htmlsi=WkJuWKBt4mt8A_iS

  • @FrancineNiyimpaye
    @FrancineNiyimpaye 19 днів тому +1

    Coco ntarenge kumupaka atarafatwa kuko numwicanyi mais maria coco ntiyafpuye kuko yahema 🎉🎉🎉🎉 ndasavye kabiri mindwi turaba❤️❤️

  • @VestineMagambo
    @VestineMagambo 19 днів тому +18

    Ninde yabony ko coco yambay impuzu itabutse😅

  • @NiyongerePascaline
    @NiyongerePascaline 19 днів тому +3

    Nukr maria ntapfe kk teobaduhomvy gusa iyo scène ya Anitha irarenz kwam arumugom 😂😂😂😂muzorab mumuhindurir ucumeng nomubuzima busanzw numugom ark ndamu❤❤❤❤❤

  • @AlineNdayisenga-k4v
    @AlineNdayisenga-k4v 17 днів тому +1

    Maria mumwishe kuber yakuriwe atoba agishobora gukina.ndaba❤ cn

  • @ishimwefelicite-wn6sh
    @ishimwefelicite-wn6sh 19 днів тому +18

    Abanyarwanda bakunda urugo series 🎉🎉❤❤ gs nizereko uwo mupaka utaza ino iwacu 😅🙈

  • @JovanieNizigiyimana
    @JovanieNizigiyimana 17 днів тому +1

    Ndicuze igituma mariya apfuye,agomba aronke umwanya wo kuruhuka yibaruke umwana wa Norasque ,uwa Fico arahomvye

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 19 днів тому +11

    Numbr one mwampay lik 100 konanj ndazibah😂

  • @NiyomukizaClairia
    @NiyomukizaClairia 19 днів тому +5

    Bash plz mariya ntab apfuye ata mariya nta rugo 😢😢😢😢

  • @FabiolaIgiraneza-cl3cc
    @FabiolaIgiraneza-cl3cc 19 днів тому +2

    Mbegicaka weee nsubira kugira ico nkoze mvuye kwiga mu rugo.munyaruke isaha niyi❤❤❤❤

  • @scokmedia
    @scokmedia 19 днів тому +4

    Imana ibana nabanyavyah 😂😂😂😂Uwakumvis ak kant amp like yanj kwl manawe? Coco koma nubw bugom bwaw nuyabone pe

  • @AnnydeoHashtag
    @AnnydeoHashtag 19 днів тому +5

    Mama pasteur ntanindero afise kubwira umwicany ng imana urikumw naw 😢nubwusenga ivyawe bizomenyekan

    • @LeaPapa-p8o
      @LeaPapa-p8o 19 днів тому

      😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤😂😂😂😂

  • @FebiBigirimana
    @FebiBigirimana 17 днів тому

    Mariya Igihe cose ndagkunda cn ukina nez vrt❤❤🎉🎉🎉

  • @loveirakiza978
    @loveirakiza978 19 днів тому +2

    Coco ndakwanse gus Mariya arahembuka mwizina rya Yesu

  • @francinGerome
    @francinGerome 18 днів тому

    Coco iri umugome lman ikurabe ryiza yoyo ikunda avanyavyaha uyomugore wa pasta nibamwe binyrgeza mumashengero bashusha intebe gusa mariya akire kweri❤❤❤❤❤❤❤

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 19 днів тому +1

    Mwubahwe muduga ibintu bitesa gusa❤❤❤❤

  • @VianneIrankunda-p2y
    @VianneIrankunda-p2y 10 днів тому

    Mariya agiy muri congé prénatal kwl 🤗 coco gumahamwe ntamahoro k'umunyavyaha

  • @NadegeNduwimana-u4r
    @NadegeNduwimana-u4r 19 днів тому +2

    Mbay uwambere nimundemere🎉🎉🎉🎉

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 19 днів тому

    Team 3FA yose akira amashurwe yanyu🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌷🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🥀🥀🌻🌻🌻🌻💐💐💐💐💐 ntako mutagira mukutwigisha ndabakunda cane❤❤❤❤

  • @saras1134
    @saras1134 19 днів тому +2

    Maman pasteur na coco wapi kweri ni bantare yingore😮😮😮 . Wewe coco urikavyonzi muri vyose ubuhoho ugize ibiki ??? Mana weee .bugare imipaka ntarengane aduhe Maria wacu

  • @Bechou888
    @Bechou888 19 днів тому +1

    Maman pasta nawe numwicanyi gt ushobora guhungisha coco knd yishe mukuruwe😢😢😢

  • @SandraItangukwisha
    @SandraItangukwisha 15 днів тому +1

    Coco yiruts kubury nimpuzu imutabukan😂😂😂😂😂😂

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn 19 днів тому +1

    Non ndabaz anith kuba ari muka pasteur bimumariy iki karumugom ijamb umugabo asom.naco rimumariye🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤

    • @Ebenezeri685
      @Ebenezeri685 19 днів тому

      ua-cam.com/video/vzdTLql8DG4/v-deo.htmlsi=WkJuWKBt4mt8A_iS

  • @AliceCuki
    @AliceCuki 19 днів тому +1

    Ewe coco uzicyuzape uzapfa uzerer nkagahini🤔🤔🤔🤔🤔umutima mubi gus😢😢😢 team yose hoyeeeeeeee✊✊✊✊✊✊✊✊✊

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe 18 днів тому

    Courage vrmnt 💪💪,ndabakunda cane❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @RoseRose-cb6qq
    @RoseRose-cb6qq 19 днів тому +2

    Yooontumutweretseko. Mariya. Yoba. Yapfuye. Nukoyobarimuzima. Ntitwabonyekwari. Kwamuganga. Mudutabare. Ntapfe. Muzobamukoze❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @mukahirwajeannette4153
    @mukahirwajeannette4153 19 днів тому +7

    Iyi film ninziza ariko rwose phanie nkunda ndagusabye muzongere iminota

  • @PhilbertHabonimana-o1z
    @PhilbertHabonimana-o1z 19 днів тому +2

    Ntamahoro yumunyavyaha coco Maria ntazopfa Imana irikumwenawe peee

  • @scokmedia
    @scokmedia 19 днів тому

    Coco ur'umugome pe hama ino film irigish pe courage team yose❤❤❤

  • @NshimirimanaMartha
    @NshimirimanaMartha 3 дні тому

    Nawapenda sana kabisa❤❤❤❤❤

  • @JacksonRukundo-eq9oq
    @JacksonRukundo-eq9oq 19 днів тому +13

    Ndasab coco ntaz areng kumupak atarafatw bazotum bamubaz agakarat kamator akabur ntarengan❤❤❤

  • @GisèleNicolas-j3p
    @GisèleNicolas-j3p 19 днів тому +1

    Mungu wangu coco yishe mwenewabo kubwurukundo akunda fico,kubice bisigaye muzorabe mwongeze minutes nukr.ariko nabay muba1 mumpe 🎉utuntu.

  • @NsabiyumvaEvelyne
    @NsabiyumvaEvelyne 19 днів тому +1

    Oya ntabwo uwo yopfa ari muzima❤

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 19 днів тому +2

    Abakunzi b' urugo séries mbisabire munkandire kugafoto niba mukunda film ndundi nkanje ❤❤❤

  • @VanessaDior-q6j
    @VanessaDior-q6j 19 днів тому +2

    Iyifirime ningufiya rwose

  • @PaulKyai
    @PaulKyai 18 днів тому

    Koko urumwana mubi ndakwanse aishi mariya😊

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 19 днів тому +1

    Aaaaaaaah mwiyaranje Mariya ntapfe arabuke kuko ndababaye uburyarya bwaraje kwel akaguruka ntikoriye akandi 😭😭😭😭😭

  • @esperancekamikazi5479
    @esperancekamikazi5479 18 днів тому

    Maman pasteur ashigikiye umwicanyi mbegivyubu🤦🏼‍♀️

  • @Emily-k98
    @Emily-k98 19 днів тому

    Ayamajambo nono avuze arabaho cane kand ndabifitiye ubuhamya umuntu atanga umunezero kubandi ariko akiyima amahoro bavyita kwiboha mumutima bibabigoye my god nihatari ivy'ingo🙏🙏🙏 merci beaucoup ma famille

  • @elianehavugimana4789
    @elianehavugimana4789 19 днів тому +1

    Ivy mukora vyose mariya ntapfe ndasavye😊

  • @edinenikuze3939
    @edinenikuze3939 17 днів тому

    Nor arigendey kuber umugor wiwe koko atumva😮😮

  • @CharlotteUwimana-o7f
    @CharlotteUwimana-o7f 19 днів тому +1

    Turabasavye Mariya ntapfe nukuri muzoba mukoze

  • @AriellaUwizera
    @AriellaUwizera 19 днів тому

    Coco pl Sana urabay nka kayini😢

  • @Iteritekaivonvi
    @Iteritekaivonvi 19 днів тому +1

    Coco urishe mukuru wawe Sha uzokwangara nka gahini

  • @GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y
    @GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y 19 днів тому +1

    Maman pasteur asa numunyakibi ngira nomubuzima busanzwe nikwameze 😢😢😢😢

  • @Nishimwe-e9j
    @Nishimwe-e9j 19 днів тому +1

    Team fanny lavine mikono juu arashoboye kbx

  • @willyntahomvukiye2622
    @willyntahomvukiye2622 18 днів тому

    Bwabundi Mariya arapfa ndababaye pe!! Coco bwabundi ntiyiroshe!!!Nubwo Mariya apfuye nzoyiraba mpaka iheze. Ubundi jewe ndabakunda cane

    • @JovanieNizigiyimana
      @JovanieNizigiyimana 17 днів тому

      Abagore bameze nka coco babonereho ko ingendo zabo zihagarika imitima ya benshi n,ubuzima bw,abantu bukahasigara.guheba umuhungu ngo nuko akenye ugaca umenga umubitse ahantu ukamenga uracalufiseko uburenganzira,ubonye uwumwitoreye ugaca ushaka kugaruka wapi

    • @JovanieNizigiyimana
      @JovanieNizigiyimana 17 днів тому

      Abakiri bato muhabonere akarorero,kwubaka n,umugabo w,abandi umugore wiwe akiriho naho yoguhenda ngo babanye nabi ntiwokwijajara kuko umwanya n,umwanya aragukaraba.ikindi kubana nuwo ukunda nubwo yoba akenye bitanga amahoro gusumba kubana n,umutunzi udakunda.

  • @sandrine5916
    @sandrine5916 19 днів тому +2

    MBA mubamber mur 10mint kwer🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @IradukundaFidelite-nw3dj
    @IradukundaFidelite-nw3dj 19 днів тому +1

    Hagusiba wocererwa wallah 🎉🎉🎉

  • @VestineHASABUMUTIMA
    @VestineHASABUMUTIMA 18 днів тому

    Yesu wee coco urakoze ishano

  • @HabumukizaEvelynne
    @HabumukizaEvelynne 17 днів тому

    Mariy wanj disi yopfa gt oy ntahoyoj kl guk noc mpeba film kl ata Maria nta film nukur yemwe Mariya wanj nzemubnye mur ep36

  • @AliceBellaHagabimana-hx8wy
    @AliceBellaHagabimana-hx8wy 19 днів тому

    Muiyindi saison muzotwerek Mariya yakoze ubundi bwowbo twoca duheba iyi film yoca ibiha kweli

  • @DaphroseKubwimana-sr6qe
    @DaphroseKubwimana-sr6qe 19 днів тому +1

    Coco uzicuza weee mbega ikibi ukoreye mwene nyoko!!!!

  • @ninetteniyonyishu9456
    @ninetteniyonyishu9456 19 днів тому

    Coco kiramwagiy gus ngw' Iman irikumw naw Niko mama pasta avuze

  • @IradukundaFidelité-q5f
    @IradukundaFidelité-q5f 19 днів тому +1

    Oyah marié ntapfe yoc ibiha

  • @ReponseMessi-f6p
    @ReponseMessi-f6p 19 днів тому +1

    waah mbay uwahaf uyumuns nukuri fanny ndagukund cane chr wacu mwe na sabbas murabambere

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye3604 19 днів тому +1

    Rabeneza maria aracahemape mutware kwamuganga vuba tumuhabwepe ,nawenitha kurangaho uyomwicanyi ngonicoco

  • @Mfuraclaude
    @Mfuraclaude 19 днів тому

    Uwo amufashije guhunga niweyarakwiye kubohwa kandi arambabaje gusumba nuwishe kandi burya inkweziyavyose nuwonyene

  • @arikibok4735
    @arikibok4735 19 днів тому +1

    Courage ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @SouavisIrakoze
    @SouavisIrakoze 19 днів тому +2

    Munguwe ba mam pasteur ba leo

  • @FebiBigirimana
    @FebiBigirimana 17 днів тому

    Nukr murakor peeee kand vyiz can ❤❤❤

  • @AlphonsineNishirwehejuru
    @AlphonsineNishirwehejuru 19 днів тому

    Ndabasavye maria ntabe yapfuy kubera nabony umutim ugitera ngir ubweng babay bwikupe nimumujan kwamugang❤🎉🎉🎉

  • @BizimanaPrudentienne
    @BizimanaPrudentienne 12 днів тому

    Fikofiko yakuze nave mubusore kweli

  • @minyuranooscarciao9281
    @minyuranooscarciao9281 День тому

    Coco ndagukeney cane,undondere tuvugane

  • @JohnsonNgendakubwayo
    @JohnsonNgendakubwayo 17 днів тому

    Nizere ko mariya atapfuye bamujany kwamuganga akire kuko sinosubira nokuyiraba

  • @cedricndihokubwayo6737
    @cedricndihokubwayo6737 10 днів тому

    Bon courage

  • @AnithaTuyisenge-r6p
    @AnithaTuyisenge-r6p 13 днів тому

    Mbegqmukq paster numugome sana

  • @SolangeNibigira
    @SolangeNibigira 19 днів тому

    Gusa bwabundi Marita arazi gutanga ingumu Coco aciyamuvako.
    Marita courage uraronse umugabooo

  • @اسيادايشيمي
    @اسيادايشيمي 19 днів тому

    Imana itabare mariya disi ntazire ubusa❤❤❤

  • @YvesBally
    @YvesBally 19 днів тому

    Mwubahwee 🎉🎉

  • @ChanellaNiyongere
    @ChanellaNiyongere 18 днів тому

    Coco afise ifuhe rirenze nukuri.nizereko mariya atapfuy si non film yobigira imere nabi

  • @AmosHabarugira
    @AmosHabarugira 19 днів тому

    Courage ham mwongerumwany nimut ikind murayitevy kand tub dushish nukurab suite

  • @EsperanceIngabire-g5f
    @EsperanceIngabire-g5f 19 днів тому

    Turabasavye mwiyaranj mubishoboka vyose mariya ntapfe apfuye yocibiha

  • @jeanclaudeniyibitanga4964
    @jeanclaudeniyibitanga4964 19 днів тому

    Maria ntapfe film yoca ibiha

  • @AliceNiyibitanga-x1x
    @AliceNiyibitanga-x1x 19 днів тому

    7è minute nkab ndahagez

  • @OlineIrahezagira-x6k
    @OlineIrahezagira-x6k 18 днів тому

    maria agapha nzoba mpevye kuraba film kuri youtube

  • @GuypedroMuhanuzi-eq4gu
    @GuypedroMuhanuzi-eq4gu 19 днів тому

    coco isi iramufatiyek amafire😂🎉ndamuhojej kl

  • @KaroreroRubin-c2i
    @KaroreroRubin-c2i 18 днів тому

    Courage ❤❤❤❤❤❤❤❤🙏✌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @BenjosVictoire
    @BenjosVictoire 17 днів тому

    Nabahungu muvuga murakund ntamukobw amez nk coco nopfa nitez

  • @vanessaNahimana-u1o
    @vanessaNahimana-u1o 19 днів тому

    coco rek kugirira ishari mariya akir umukozi waw wamufat ukowishakiye ntamahor kumunyavyahaa mariya azobah afis amaraso ya fico fico big up beza🎉🎉🎉❤

  • @JeannetteBigeme-eg3rf
    @JeannetteBigeme-eg3rf 18 днів тому

    Iyo kanzu itabukiy hé cke ntimukwiea😂😂😂

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 19 днів тому

    Asha ni hatari kweri ntawuzi ko bizotinda bifata umurongo 😢😢😢, courage ❤❤

  • @NadineNiyo
    @NadineNiyo 19 днів тому

    Iyi film irigisha cane nuko muyiduha gake .

  • @AliciaDavina-k2p
    @AliciaDavina-k2p 19 днів тому

    Urabonukuntu cameraman yazuminz neza iyo kanzu ya coco yatabutse ngi MANA irikumw naw ewe mama pasteur wamanyaga

  • @florencekwizera9769
    @florencekwizera9769 19 днів тому

    Nukuri ndasavye maria ntapfe nukuriii kuko vyoba bibabaje

  • @NtwariKundwa
    @NtwariKundwa 19 днів тому

    Ikikivandimwe ngo ni coco Sha ninkicyamgepe kd kitwa cloudine

  • @AlineNiyonzima-e6c
    @AlineNiyonzima-e6c 18 днів тому

    Arapfa kuko arimumezi yokuvyara 😮baramuruhuye 😅

  • @SandrineIgiraneza-v7q
    @SandrineIgiraneza-v7q 19 днів тому

    Hhhhhh umukwe aj gtora umugen wie🎉🎉maria vyos avabivug ntugreng iy role niyo irantwengj🤣🤣🤣🤣

  • @MimiMunezero
    @MimiMunezero 19 днів тому +1

    Maria ntapfe nukuri agumeho abane na fiko

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 19 днів тому

    Coco yarabaye igitimbayi none Umuntu adakorora nirira 😅😅so courage maria ahembuke kweli