Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Reyi uraberewe joachim wahaturiyepe nukuri ndabakunda mubikoranezape courage mwubahwe
Rey urashimisha kweli iyukina kweli ukina neza rwose ❤❤ n'ukuntu wimerey nkumukobwa 😂😂 n'imwubahwe courage 🇧🇮🇧🇮
Joachim turabakunda cane Ariko woraba. Ukagarukana baryabakinyi vyoturyohera cane saw murakoze
Ama séries maremare cane ararambirana. Je nkunda izihera kare, cane cane kuko inyinshi hari igihe zidahera, bakazicira hagati, ntumenye ingene vyagenze.
Iy film noe komwayikuyek
😄😄😄ewee Ray sha wew warasaz nukur nahishikiy
Nibaduhe twiryohereegwe pee Ray Ray ndakwikundira pe
Icizere c'ubuzima KO mutayibandanije?
😊❤
Joachim waberewe wambaye neza ariko wamunyamakuruw zuraba titre wandika uziko nagir ntangure kubonak bimwe twatwan twavug kovyobarivy🙈🙈zamurek kubesh
yemwe film ya Ibanga ni film ambere yabarundi nashoboye kuaba ikaryohera kanayiheza mwubahwe abayikinye mwese musohore nizindi basha nagateka kugihugu
Johakim ndagufan abobakinyi barimwobagenda raba ubagarukan
😀😀😀😀
Kora subscribe ukore comments mange ndabikora
Title zanyu zira............. 🤷♂️ 🤷♂️ 🤷♂️
Joash buvuga ivyuzi wewe abo wabonye bakoropa amawese nibande aho uri nibindi ukora vyonanira abandi urirofa uzoze witondera amajambo uvuga.
Komera mukomezakazi turikumE nalwe