RUKONWE 2018

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 вер 2024
  • Umusozi umwe mumisozi iri mugihugu cacu ciza c'Uburundi uri muntara ya Makamba ibarabara rihuza Mabanda na Nyanza-Lac, Jewe STEVEN BIKO RAPHAEL nkaba nezerewe cane no kubona ubu twanditse RUKONWE kano muri UA-cam dushobora kuhabon, ushoboza no kubona ibindi bikorwa vya The SYUB show ufyoze ino Link / thesyubshow

КОМЕНТАРІ • 19

  • @pacomwansa6170
    @pacomwansa6170 6 років тому +2

    Mugize neza cane Uburundi nigihugu cizs nukuri. Bahora babivuga Nkiri muburundi nsindavyemere maze kuhava Ntadutumba turikutwatsi dutotahaye nasubiye kubona. Tanzania Zambia Zimbabwe Malawi Angola Botswana.. Nahandi nahandi Ntaho nabisanze. Mbere namazi upfuyayunyeye ucupfa. ariko Iwacu Burundi Amazi yaho Namazi Meza cane. Uburundi Nigihugu gisaneza 100%

  • @NduwimanaEzzoedouard
    @NduwimanaEzzoedouard 8 місяців тому

    Ndagushimiye cane kuba utweretse ivyiza vyacu muburundi jewe ntarava muburundi nibaza ko Atari ciza ubu narangenz ndabona nukuri muburundi ñiheza cane

  • @irankundaphenias1821
    @irankundaphenias1821 6 років тому +3

    ndagusavye iyindirimbo iranyubaka kandi biretse ninziza chane

  • @bonifasjohn6167
    @bonifasjohn6167 3 роки тому

    Nipo dar lakn nawapat vyema mungu bariki burundi

  • @bigirimanadanielford2251
    @bigirimanadanielford2251 6 років тому +2

    Murakoze cane kongera kutwereka ivyiza vyiwacu

  • @motomoya8463
    @motomoya8463 6 років тому +3

    Wenye wivu na maaduwi wa amani wajikune.

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 років тому +2

    Urakoze cane ivyo ni vyo dushaka( akigoro)

  • @irankundaphenias1821
    @irankundaphenias1821 6 років тому +2

    ndayisaba uyindungikire nimba ihari kandi uzoba ukoze

  • @geraldgm1217
    @geraldgm1217 4 роки тому +1

    Beautiful Burundi!!!!

  • @bonymujama7332
    @bonymujama7332 4 роки тому

    Mwarakoze cane ku kigoro kanyu. Our beautiful province and country in general

  • @makinimoses9041
    @makinimoses9041 Рік тому

    Beautiful

  • @broandss4004
    @broandss4004 4 роки тому

    Nivyiza cane

  • @onesimosimon8022
    @onesimosimon8022 2 роки тому

    Neza cane Burundi bwa cu

  • @m.k.bnyanza-lactv
    @m.k.bnyanza-lactv 6 років тому +2

    mercy cane

  • @aminaashura7143
    @aminaashura7143 Рік тому

    Hom nime pamiss jmn

  • @peaceconstruction1860
    @peaceconstruction1860 4 роки тому +1

    Peace Construction

  • @gn35ng27
    @gn35ng27 4 роки тому

    Beautiful roads