💘Urukundo rwa CHRIS na ALVELLA :💘naramuhemukiye ndicuza gusa ubu nguwe neza kwa ORNELLA MUTONI 🤔

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • #love_challenge #Chris #Ornella_mutoni #Alvella #burundi #rwanda #Warubizi
    For more information: 68023566

КОМЕНТАРІ • 131

  • @FaustineTuyisenge-mo8vx
    @FaustineTuyisenge-mo8vx 7 місяців тому +5

    Chris w ndagufan ❤ark Ornella ntimuberany ury aberany numugab akuze w uberanye Na alvella

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 7 місяців тому +11

    Yoooooo kumbe Chris barakundany na Alvella gusa mwarimuberany kwer muriyunga muzosubirane

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 7 місяців тому +9

    diko ndagarutse urakoresha ibiganiro ariko harumuntu tutarabona umukozi wi'lmana kingi sabbass vrt turamukunda nawe uzomutuzanire🎉🎉

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j 7 місяців тому +9

    Warahemukiye Arvella manaweeee urambabaje peee❤❤❤

  • @user-qq3qv5er1f
    @user-qq3qv5er1f 7 місяців тому +5

    Chris urukundo ngukunda ukuntu wifata muri film warantway umutima!

  • @UwimanaDonathe-zh9yq
    @UwimanaDonathe-zh9yq 7 місяців тому +7

    Dico nta bintu vyawe nahora numviriza arik kubwuyu muhungu ndaterama mu❤❤❤❤❤❤❤❤❤kubi aterimbere kwr

  • @user-ye9hb2uc9b
    @user-ye9hb2uc9b 7 місяців тому +2

    Ndamukunda cane Chris iyo mbonye film ngiramaziko yokuyiraba araviva scène 100%

  • @jeaninempawenimana7180
    @jeaninempawenimana7180 7 місяців тому +2

    Chris ndagukunda caaane icambere witiranwa numwana wanje ,ukina neza ufite inzobe nkumwana wanje agafocet,ibirenze ibyo akina neza n'ukuri ❤❤❤'you

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 7 місяців тому +3

    waooo diko komera cane ndakunda ibiganiro vyawe kuko uradusomera amacommantr tukiyumva. hama krise nawe koashaka abana binzobe nakorumuti na oronera kbs vyoba tumace.ndabakunda cane mwirambire❤❤❤❤

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 7 місяців тому +3

    a young man with a very good heart and who knows how to act in a good movie🙌🙌🙌

  • @emilyKay8
    @emilyKay8 7 місяців тому +2

    Wowow 🎉🎉🎉kumbe eeehhh mapenzoooo nihatari lakini ulikua mkatili kwa alvella kwa nini ulimufanyia ivo mutoto wabatuuu weeeee sivema basi tupe show basi na ornella tule jameni eehh Chris ornella gonga like ni too much wewewe🎉🎉❤❤so DICO thanks bro Chris ndamufana abirimwo neza kbx sinahora ntera comment mais mbonye ntorengana🎉🎉🎉 eeehhh beaucoup de courage 🎉🎉🎉

  • @Freench20204
    @Freench20204 7 місяців тому +2

    ❤ turagukunda cane gusa iyusetse ndaryoherwa hama ndakunda ukuntu ukinana ubu serieux vraiment❤ turashaka uzokine films nyishiiiiiiiiii

  • @Freench20204
    @Freench20204 7 місяців тому +5

    😂gusa mwe na Alvera mwarikuvyara utwana twizaaaaaa😊

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 7 місяців тому +2

    Uramubwirir chris ko ndamukunda cn❤❤ akir aka bzu😘manshallah nkund kurb faucet yiw araryohee 😍😍ur mwiza ukina neza 😍courage 😘😘🤗🤗🤗🤗🤗

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 7 місяців тому +3

    Chris ndagukunda urakina neza film 😍😍🇴🇲🇧🇮

  • @user-sl2bh9kj4h
    @user-sl2bh9kj4h 7 місяців тому +5

    Ndagukunda cyane from 🇷🇼❤❤❤

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 7 місяців тому +2

    😂😂chris nciy ndamukund❤❤ kwel trop arater inkur 😂sinakund kuvug mur commentaire😂urarb ump nim ziw uzob ukoz 😍😍😍😍

  • @user-pz5gk2ug3u
    @user-pz5gk2ug3u 7 місяців тому +4

    Chris ❤️❤️❤️

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 7 місяців тому +3

    Mwubahwe kurikikiganiro mwagikozeneza kirimwo Akanovela chiRis wubahwe kwri ndakwikundira urakinaneza. Wafashekubuseriye courage💪💪💪💪🙏🙏ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🥰🥰🥰

  • @OdetteKWIZERIMANA-pv4kx
    @OdetteKWIZERIMANA-pv4kx 7 місяців тому +2

    Mubwire Chris ATI karibu kw'izone iwacu sha❤

  • @user-gz8bf3zq7s
    @user-gz8bf3zq7s 7 місяців тому +2

    Ndamukunda cane kuko ukina neza caane,kweli big up

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 7 місяців тому +4

    Biraboneka kwafise isoni😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 kndi ndakunda faucet zawe😅😅😅😅

  • @user-pk9ty6ol4o
    @user-pk9ty6ol4o 7 місяців тому +2

    Ndamukunda uyo mutipe yifataneza mukazikiwe 💪💪💪💪

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker 7 місяців тому +3

    Naw Prince turagukunda sana my brother knd courage cane❤👊👊❤
    Ukora nez cane🇧🇮

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 7 місяців тому +3

    Chris uraduha aka numéro basi turagukunda cane❤❤

  • @sandrinemukiza8039
    @sandrinemukiza8039 7 місяців тому +2

    Courage 🎉🎉🎉🎉

  • @Lilialvella
    @Lilialvella 5 місяців тому +1

    Chris ndagukunda mais mutoni ntimungana vrm arakuruta umeng numu mama mbona wosubira kwa alvella

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 7 місяців тому +2

    Kumbe n'a Chris niwa Kyz iwacu nciye ngukunda de plus🥰🥰🥰

  • @matersas4535
    @matersas4535 7 місяців тому +4

    Ntuduhende wisiga mukorogo erega turazi kubiraba 😁😁😁

  • @user-ud4vh3ol4c
    @user-ud4vh3ol4c 6 місяців тому

    Uyumusore turamukunda cyane Akora ibikwiye mumwanya ukwiye!!!

  • @user-jx1xh8cc7f
    @user-jx1xh8cc7f 7 місяців тому +2

    Chris ndagukunda urakina neza

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 7 місяців тому +3

    Cris aratuje vraiment knd numu handsome

  • @user-so3hf4ov2p
    @user-so3hf4ov2p 7 місяців тому +2

    Uw numunt wac akin nez nagre vub akor ubukwe❤❤❤

  • @danielniyoncuti5124
    @danielniyoncuti5124 7 місяців тому +3

    Big up Frech TV, respect DICO,Big up Chris much love ❤❤

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 7 місяців тому +2

    Christophe umukinyi akomeye akina neza pe. Imana imuhezagire.

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 7 місяців тому +3

    Wamuhevyekubera rero yirabura😂😂😂Asha ntanamakuru twaridufise.komwarimukundana na Arvella

  • @user-ju3eh8dn9i
    @user-ju3eh8dn9i 7 місяців тому +2

    Chris bwabund ntavyawee urizw n urukundooo😅😅😅😆ndasab Imana oneday tuzokurir kur set kbx

  • @fifiakimana57
    @fifiakimana57 7 місяців тому +2

    Helo hello dico and cris uyomwana mukund cane ararenze li spect ❤❤❤❤❤❤❤❤ from kanyanz 🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 7 місяців тому +1

    Chris ubikora neza kimwe bibi guhemukira uwundi mwana❤🇸🇦🇧🇮

  • @umuhozaalice4724
    @umuhozaalice4724 7 місяців тому +1

    Chris I love you so much

  • @user-gb7yn3kh1h
    @user-gb7yn3kh1h 7 місяців тому +1

    Big up my brother

  • @user-eq1wz2te1d
    @user-eq1wz2te1d 6 місяців тому

    Chris film zos vrm uzikin frsh knd uranaberw gus ipantalon yarahez bro💃💃gus nyen umugan wa dico zirazimvy pe

  • @user-zo1df9jg7z
    @user-zo1df9jg7z 7 місяців тому +1

    Akina neza vrt yubahwe turamukundaaa trop❤❤❤

  • @AudreyKeza-kr9zy
    @AudreyKeza-kr9zy 7 місяців тому +2

    Ndakunda ukuntu akara vrt nintwari nintwari pe yubahwe caneeeee

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 7 місяців тому

    Waooo chris❤❤❤❤❤

  • @nadegedusabimana6081
    @nadegedusabimana6081 7 місяців тому +1

    Ndakunda Ibiganiro vy Dico❤❤

  • @christabeb7503
    @christabeb7503 7 місяців тому +1

    Ndamufana Chris yuuuu❤🥱🥱

  • @Lesaviezvous2022
    @Lesaviezvous2022 7 місяців тому +2

    Thanksgiving to Fresh TV,
    Congratulations to Izzo Christ ....
    ❤❤Love from Warubizi

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker 7 місяців тому +1

    Ooooh DICO big up sana bro uzukora bien✌️🇧🇮✌️

  • @bellafloragiramahoro4951
    @bellafloragiramahoro4951 7 місяців тому +1

    Waouh uratesa shaaaa uri cool sana🎉🎉

  • @user-fu4kl4ru6h
    @user-fu4kl4ru6h 7 місяців тому

    Kbsa Chris ukina neza kbsa ❤❤❤❤❤❤

  • @Cycylavigne
    @Cycylavigne 7 місяців тому +1

    Dico moments wanjye ntiwayisomye🙄🙄🙄ham ndabakunda mwesee❤❤

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 7 місяців тому +1

    Courage cane Chris ❤❤❤

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 7 місяців тому +1

    Sha nukuri chris ndamukunda

  • @user-ju3eh8dn9i
    @user-ju3eh8dn9i 7 місяців тому +2

    🎉🎉

  • @JoselineEsperance
    @JoselineEsperance Місяць тому

    Ndangukund

  • @khanwkk
    @khanwkk 7 місяців тому +1

    Arantwengeje ngurukundo nirworumuriza😂😂yo bibaho mwiza murukundo nikobimeze IMANA ikwongere imbaraga ukina neza.

  • @vichouviva6169
    @vichouviva6169 7 місяців тому +1

    Nkundukunt yiseker disi❤

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 7 місяців тому +1

    Chris umuntu wnjeeee ❤

  • @desirenduwayezu8667
    @desirenduwayezu8667 7 місяців тому +2

    Nkunda ukuntuh chris kndi vya navyoo

  • @user-sc1jg6pn8e
    @user-sc1jg6pn8e 7 місяців тому

    Waooooo utuzanire king sabass turamukunda

  • @user-tt5ur8dd2c
    @user-tt5ur8dd2c 7 місяців тому

    Mukunda birenz❤❤

  • @user-vr7hj7ph1f
    @user-vr7hj7ph1f 7 місяців тому +1

    Okay ndamenye izina ryawe

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 7 місяців тому +1

    Mwe muraducanga kwr nn konigez 😁 kubona Ornella mwagize mariage 😅😅 none yari film mwabagingamwe 😊😊😊😊😊

  • @marieroseniyiragira3236
    @marieroseniyiragira3236 7 місяців тому +1

    Chris, mpimbajwe nuko tuvuka hamwe I Butanyerera, ariko muri Film Rujiyorushatse biri kuza nabi 😅😅

  • @AlenAlien-mg9vf
    @AlenAlien-mg9vf 7 місяців тому +3

    🎉🎉🎉❤❤

  • @JoselineEsperance
    @JoselineEsperance Місяць тому

    Ukinanenz❤

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 7 місяців тому +1

    Yooo chris we njo uri mu desevoir😂

  • @user-qd3jb8hn2q
    @user-qd3jb8hn2q 7 місяців тому +2

    Ndakunda kuraba filme uriko ukinamo kuko uba ubirimo neza none ndakubaze kdi uzanyishure vraiment naravye ikiganiro kimwe uriko uvugako wakoze igikwe na Orinera none vyari filme ? cange bimeze gute ?

    • @christabeb7503
      @christabeb7503 7 місяців тому +1

      Hew yari film

    • @user-qd3jb8hn2q
      @user-qd3jb8hn2q 6 місяців тому

      @@christabeb7503 OK merci beaucoup kunyishu mumpaye 🥰🥰💯💯🇧🇮🇧🇮

  • @trinitensengiyumva8090
    @trinitensengiyumva8090 6 місяців тому

    Cris.nukuri uri mwiza cane.imana izoguhe umugor mwiza atazoguhindura kuk ushavuye uri mubik sana.udashavuye uratesa.twama duhur ville nkaguma nkuraba uguma witwenger sha ni vyiza.utwenze disiî

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 7 місяців тому +2

    ❤❤

  • @user-vr7hj7ph1f
    @user-vr7hj7ph1f 7 місяців тому +1

    Chris ndagukunda cne

  • @Nadinekwizera
    @Nadinekwizera 7 місяців тому +1

    Akina neza pe!

  • @user-sg2wg5ff8p
    @user-sg2wg5ff8p 6 місяців тому +1

    Ntahoyagiye muyibandanye ndasavye

  • @Addadarlene
    @Addadarlene 7 місяців тому +1

    Useka neza disi

  • @user-ti7hq2cl7j
    @user-ti7hq2cl7j 7 місяців тому

    Eeee❤❤

  • @AngeLouana-yp6zf
    @AngeLouana-yp6zf 6 місяців тому +1

    Ibikorwa. Vyawe dabikuda
    Komera

  • @FannyFafaofficial
    @FannyFafaofficial 7 місяців тому +1

    Kumbe??twebwe twirabura duhungirehe ??😢niyompamv basigaye bikoroga😮reka jewe nigumira ukwo.love from FANNY FAFA OFFICIAL 🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @JoselineEsperance
    @JoselineEsperance Місяць тому

    Kise

  • @ChannyQueenofficial
    @ChannyQueenofficial 7 місяців тому +2

    Muri 10min nkaba ndahashitse😂😂

  • @user-bs1hv7hr2y
    @user-bs1hv7hr2y 7 місяців тому +1

    Mahoro neza Chris terimbere nkumuzinga imana ikujimbere ni Macaire imakamba Mabanda.

  • @isaacvyihoze9029
    @isaacvyihoze9029 7 місяців тому +1

    Naceraweeee caane😂

  • @user-yj3dh7xn8d
    @user-yj3dh7xn8d 7 місяців тому +1

    Gusa usa neza pe

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 7 місяців тому +1

    😂😂😂dico dico bagucunge wewe urumva ivyo bibazo😂😂

  • @jisilenechurweryimana5340
    @jisilenechurweryimana5340 7 місяців тому +1

    Nje frim nagukundiymwo ingingo wubahwe

  • @evelinievel7777
    @evelinievel7777 7 місяців тому +1

    ❤❤❤❤❤❤

  • @user-sc5gz3to7m
    @user-sc5gz3to7m 3 місяці тому

    Ndakunda uwomukinyi nukurikose,ahari avyunve,akina neza

  • @claudeachawaseme4028
    @claudeachawaseme4028 7 місяців тому +1

    Chris wubahwe

  • @user-il5gw5lt8r
    @user-il5gw5lt8r 7 місяців тому

    Ornella yarahemukiye alvella kk ivyontiyari kuvyibahira bahora bakinana kl

  • @FlorenceTuyubahe
    @FlorenceTuyubahe 7 місяців тому +1

    Kumbe uruwiwacu wubahwe

  • @user-yi7df6qj8v
    @user-yi7df6qj8v 7 місяців тому +1

    Uwiwacu kayanz

  • @Iteritekamimi-yk8nx
    @Iteritekamimi-yk8nx 7 місяців тому +1

    🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @Tamirumutsima
    @Tamirumutsima 7 місяців тому +1

    🔥🔥🔥

  • @aliaalr6366
    @aliaalr6366 7 місяців тому +2

    Chris nawewe yasigaye uguruka none wamusawudia nama mbona agupostinga wamuhevye HHHHH nawewe gagucunge😂😂😂

    • @ciatt9587
      @ciatt9587 7 місяців тому

      Natubwire kbs nabona amugumizako cane😂😂😂

    • @annonciatteuwimana1630
      @annonciatteuwimana1630 7 місяців тому

      Harivyinsh mutaz bakobw mur mu barabu 🤣🤣ereg mufatir aband umuriro 🤣🤣bafis abo bakund mwebw nimutegurir inzir ab kunzwe kl 🤣🤣

  • @alphonsinenionhoro4065
    @alphonsinenionhoro4065 7 місяців тому +1

    Oya nahorambona akinarumumesha gusambonaguma aseka gusasanabakobwa ndakundumuntafisudushaza kumatama

  • @isaacvyihoze9029
    @isaacvyihoze9029 7 місяців тому +1

    𝐈𝐬𝐨𝐧𝐢 𝐳𝐨 𝐧𝐝𝐚𝐳𝐢𝐤𝐮𝐳𝐢𝐤𝐨😅

  • @jeandedieunitonde1032
    @jeandedieunitonde1032 7 місяців тому +1

    Mumbarize umukobwa bakundanye arimuburundi?cank numu diaspora ?

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 7 місяців тому +1

    Vugisha ukuri wara musumduye Wangu 😅😅😅

  • @Edmond257
    @Edmond257 7 місяців тому +1

    Wap arisiga nukuri apan kubesha

  • @user-jt5qn5tw2k
    @user-jt5qn5tw2k 7 місяців тому +1

    Gusa. Nanje. Ndagufana. Ukinana ubwotonzi ufise