Esta yambiiiii cane naguheruka kera hamwe n'a grande sr wawe Aline yambiii!Siren yabatumiy yubahwe❤Hosy n'a Bagigi bzuuu ndabakunda.Hama Esta Numvise igikogwa ukora niciza cane Kristo aguhezagire ndumva igikogwa ukora Biri mumaraso ntanyungu ubizigamwo uragahezagigwa.abanyakanyosh biwacu mwubahwe❤
Komera @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,nukuri @Fun and facts Yuno munsi yari yingira akamaro kandi yigisha ,Hama abatumire bose babiri nincabwenge kabisa 🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
Iyi si ibako amarorerwa menshi, ibibi biteye agahinda n'ubwoba. Abadashoye kugira ico duterereye mu ngiro, tuzosengera isi. Et courage pour vos plaidoyer et actions pour l'aide des victimes de violences abominables.
Pour répondre kur question y jeux bivana n'ibintu 2 Icambere l'homme usanga ari mugufi adashobor gufyonda kur bouton y 10.donc ukuboko kwiwe ntikurenza kur bouton y 7.ica 2 naco birashobok k ascenseur Bari bayikoze ishika kur 7eme étage.peut être kwico gihe inzu yari yubatswe ifise 7etages izindi bakab bazongeyeko hanyuma bisigur k izo 3autres zubatswe hanyuma
Esta yambiiiii cane naguheruka kera hamwe n'a grande sr wawe Aline yambiii!Siren yabatumiy yubahwe❤Hosy n'a Bagigi bzuuu ndabakunda.Hama Esta Numvise igikogwa ukora niciza cane Kristo aguhezagire ndumva igikogwa ukora Biri mumaraso ntanyungu ubizigamwo uragahezagigwa.abanyakanyosh biwacu mwubahwe❤
Yooo mes cousines, Esther na Aline iki kiganiro reka ndagishire muri watch later nryame nzokivyukirako ariko like ni must
Tantine Estella disi sha ntiwibeshewe,ndibuka uje muhira kudusigarana mama yagiye kukiriyo canyokuru,yaradukunda ga mana kuburyo Na mama yaraje Estella aragenda twarira ngo tujane iwabo narya sengesho watwigisha mugusengera imfungurwa turacarizizikana tantine,ese hoho tuciye kumuraba iwabo ibitumbura vyahakwa kutumena inda,mwubahwe wewe Na mama Aline🙏🙏
Komera @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,nukuri @Fun and facts Yuno munsi yari yingira akamaro kandi yigisha ,Hama abatumire bose babiri nincabwenge kabisa 🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
Courage siren vibes 🎉
Ndabony mazina wanj stella ❤mwubahwe ndabakunz
Ikiganiro niciza cane abavyeyi bicare bige pe nka jewe narahohotewe mubwanna bwanje kandi mpohoterwa nabavyeyi iyomba narifise aho nitwara mbanaritwaye pe. Ariko hashimwe Imana yaduhinduriye ibihe🙏.
Ntundusha
Love u ladies
❤from Seychelles
Umurezi mwiza ndagukunda❤
Wooooow stella waaacu
Merci pour fun and facts ❤
Thiesta chérie wanje Esther yambiiii shiraho numero yawe ndakwibwire ndagukumbuye cane 😂😂😂😂Aline umushatsi wawe ndawukunda kuvurinkumi 🤩🤩🤩Joy ç va?nawe turagukeneye😋☺️
To day mbaye uwambere kbx
Bien dit iki nico gihe co kugira igikozwe kubwa kazoza k'Igihugu abana b'uyu munsi nibo ejo bazoba bagize igihugu
Iyi si ibako amarorerwa menshi, ibibi biteye agahinda n'ubwoba. Abadashoye kugira ico duterereye mu ngiro, tuzosengera isi. Et courage pour vos plaidoyer et actions pour l'aide des victimes de violences abominables.
estella aracambaho ndamwibuka primaire manawe
Watch out for CHILD EMPLOYMENT. IT IS A CRIME!!!!!
Hosyy na Nikitta merci pour ce fun and facts💯💯💯🥰🥰
Pour répondre kur question y jeux bivana n'ibintu 2
Icambere l'homme usanga ari mugufi adashobor gufyonda kur bouton y 10.donc ukuboko kwiwe ntikurenza kur bouton y 7.ica 2 naco birashobok k ascenseur Bari bayikoze ishika kur 7eme étage.peut être kwico gihe inzu yari yubatswe ifise 7etages izindi bakab bazongeyeko hanyuma bisigur k izo 3autres zubatswe hanyuma
❤❤❤❤❤
Murakoze cane hosy na Nikita kutuzanira iyo sige
tukir abana har umugnzi yapfuy akubisw na maman wiw aca aramuboha kurya kwigisuma aca amuraza hanze bukeye yatabaw nababanyi bamutwy kw mugng yaciy apfa💔
Ndabakunda vraiment si je mbona vendredi harageze,merci ku kiganiro cigisha
SENSIBLE TOPIC INDEED.
Yooo Esta yambiii naguheruka kera siren TV ikunyeretse yubahwe
Ikiganiro ciza, kiremeshejwe n'abantu beza, muri studio nziza !
Hariho umwigisha twitwa Kukumba agukuuuuubise niyo mpanvu twanka kwiga ishure yigisha twari twahahamutse yarakubitana ga mana..... Abigisha barakwiye kugarukirwa bakigishwa ko nabo nyene ari abarezi, abavyeyi ba kabiri bamana n'abana kenshi gashoboka
Iryo jambo GUTERA INDA ntirivugika neza kandi ntirinumvuka neza. Bavuga GUSAMA INDA kandi bakongera bakavugako umupfasoni YIBUNGENZE canke bakavugako ARIMWO KUBIRI kuvuga nga afise INDA ntibivugika neza.
None ko amaterefone yabaye menshi kuki ama video adafatwa?????cnk Abarundi ntibaramenya ico kivuze internete????canke ntibaramenya umwana icarico???
H❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤