Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Imana igukomeze ikwongere amavuta Mushumba ntajambo ryavuze Imana ngo rihere Imana idushoboze twihane tweze dutungane
Imana adutabare idufashe guhindukirira uhoraho amaraso ya yesu atubere umwambaro w'abagenda amenya
sekibi serupfu ur'igicibwa uri ikivume,ndagutegetse mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami, va kw'isi yose,va mi gihugu c' Uburundi,ja mu inyenga y'irimbukiro aho waciriwe,Yezu Kristu Yaragutsinze,Natwe Yaduhaye ububasha bwo kukwirikana mw'Izina Ryiwe !Ubuhanuzi bwawe ndabusambuye mw'Izina rya Yezu Kristu.Ndakwirukanye mw'Izina rya Yezu Kristu,ja mu inyenga y'irimbukiro.
Imana Itweze mu kuri,Idutunganye cane, mw'Izina rya Yesu.Turakunze kwinjira neza muri Yesu Kristo
Mana datawatwese tugiririmbabazi
Umwa Yesu atugirire imbabazi kandi aduhe kwiyambura ibikorwa vyose bibi atweze adutunganye. Mana tubabarire gose dushoboze twihane icaha nigisanaco. Uhoraho Imana iguhe umugisha mukozi w’ Imana, kandi amavuta akubeko Hezagirwa
Izo sekibi twarazivumbuye ni nyanazimbwa ziyita ndiho,zikiyita uwiteka,zigakoresha abapfumu muvyumba vyazo, zigahanurira abakozi bazo, muzihanahane tuzirukane kw'isi yacu no mu gihugu cose.Ivyo zakoze mukavyemera mwarabibonye,ubu nimwavyiyamiriza ntibizoba kuko zikoresha amayeri n'iterabwoba.Muhumure Yezu Kristu Yaratsinze.Imana Ikunda Muntu, Yaturungikiye Umwana Wayo w'Ikinege ngo Adukize , none Igaruka kurimbura Muntu ?ikirimbura abantu ntimukizi ?
Tuguma tugamika amazosi ahokwihana mana tabara uduhe kwihana.
Mpwemu w lmana numwe iyo msg natwe turayifise naho kwiyeza no kwitunganya
Muhezagirwe Muvyeyi
Uravuga nabi wamuntu nabokuri nowa yarabarimbuye mwebwe nimwe mutorimburwa ahubwo itegure
Imbabazi zawe Mana zimbonekeko
IMana nitubabarire itweze
Yesu natweze cane.kuko birakomeye kweli
IMANA itugirire ikigongwe kbx iduhe ubushobozi tubone kwihana
Amen
Mana twame twiyez burimunsi kuko turabanyavyah uzoduh iherezo ryiza amen turimugih ciherezo
Iyo sekibi ikuvugisha ndayirimbuye lw'izina rya Yezu christu mbe burya urasoma bibiliya ukayitahura? Handitswengo ndi Imana y'imbabazi kandi ngo n'umwana w'Imana ntazi umusi n'isaha none wewe urinde ngo umenye imisi yokwimburwa kura ubutekamutwe ngaho nibaguhe wigire nibitaba uzoca uja he?
Harijambo Yesu kristo yavuze ATI Izanje zirazi kandi zumva Ijwi ryanje.Rero Imana Ntizoguma yicaye kuntebe y'Imbabazi. Kandi Umuntu apanika kwivyo ntabwo abaramenya Imana kuko Umuntu Yamenye Yesu kristo yumvise gutaha Aranezerwa gikuru asaba avugati Yesu kristo uzunyakire mubwami bwawe
@@mpawenayoegide Aba nyafrika twese mu mutwe ni zero. ushobora kwemeza gute ko Imana yoza kurimbura abantu bo mu Burundi twitekerereje ikareka akajagari ko muri Europe, Amerika na Asie birigwa baricana bemeza homosexualite kumugaragaro badusamburira Afrika! gusa Sapors abazinwa babaye benshi kandi nikibazo gikomeye kuko bazinwa batazimenyereye zikabasarisha.
@@Ndayizeye-gy4jg ucutazi Nt'Uzokwibaze KO kitabaho. Kandi kumenya Niko kujijuka, Ivyiyumviro vyabantu ntaho bizohurura N'Ivya ndiho. Nkubaze Akabazo kamwe Sigurira Impamvu Mose Imana yamwankiye gushika mugihugu c'Isezerano?Nikubera Yakoze Icaha kiruta Icabandi?Hama Uzize Urategeza Neza Burya N'umugore kugira aronke Umwana Harivyatakaza mumubiri Hama rero Uburundi Bufise amasezerano yo Gutwara Ubutumwa bwiza mumahanga naho Uhaye uravuga, Kw'Iyomvo rero Imana Imanza gukuraho Imicafu. Abakoze neza batazoshobora urwo rugamba bagataha mw'Ijuru mugabo uwakoze nabi Nawe ntakundi ni mumuriro.Hama abosizweko Ikimenyetse Nibo bazorokoka mbere ugombe Uvyandike Abantu Muburundi hazosigara 1/3.Hama niwabonako ndikigugu ntanakimwe kuko biravana wewe nuwo wita Ikigugu. Ariko Hahiriwe Uwahariwe Ivyaha vy'Iwe bigatwikirwa
Ariko mwagiye mwitonda mutazorimbuka wowe uwukuvugisha ninde
Bareke kuko Abo bakengera mpwemu yera bazokwihurira
Imana igukomeze ikwongere amavuta Mushumba ntajambo ryavuze Imana ngo rihere Imana idushoboze twihane tweze dutungane
Imana adutabare idufashe guhindukirira uhoraho amaraso ya yesu atubere umwambaro w'abagenda amenya
sekibi serupfu ur'igicibwa uri ikivume,ndagutegetse mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami, va kw'isi yose,va mi gihugu c' Uburundi,ja mu inyenga y'irimbukiro aho waciriwe,
Yezu Kristu Yaragutsinze,
Natwe Yaduhaye ububasha bwo kukwirikana mw'Izina Ryiwe !
Ubuhanuzi bwawe ndabusambuye mw'Izina rya Yezu Kristu.
Ndakwirukanye mw'Izina rya Yezu Kristu,ja mu inyenga y'irimbukiro.
Imana Itweze mu kuri,Idutunganye cane, mw'Izina rya Yesu.Turakunze kwinjira neza muri Yesu Kristo
Mana datawatwese tugiririmbabazi
Umwa Yesu atugirire imbabazi kandi aduhe kwiyambura ibikorwa vyose bibi atweze adutunganye. Mana tubabarire gose dushoboze twihane icaha nigisanaco. Uhoraho Imana iguhe umugisha mukozi w’ Imana, kandi amavuta akubeko
Hezagirwa
Izo sekibi twarazivumbuye ni nyanazimbwa ziyita ndiho,zikiyita uwiteka,zigakoresha abapfumu muvyumba vyazo, zigahanurira abakozi bazo, muzihanahane tuzirukane kw'isi yacu no mu gihugu cose.
Ivyo zakoze mukavyemera mwarabibonye,ubu nimwavyiyamiriza ntibizoba kuko zikoresha amayeri n'iterabwoba.
Muhumure Yezu Kristu Yaratsinze.
Imana Ikunda Muntu, Yaturungikiye Umwana Wayo w'Ikinege ngo Adukize , none Igaruka kurimbura Muntu ?
ikirimbura abantu ntimukizi ?
Tuguma tugamika amazosi ahokwihana mana tabara uduhe kwihana.
Mpwemu w lmana numwe iyo msg natwe turayifise naho kwiyeza no kwitunganya
Muhezagirwe Muvyeyi
Uravuga nabi wamuntu nabokuri nowa yarabarimbuye mwebwe nimwe mutorimburwa ahubwo itegure
Imbabazi zawe Mana zimbonekeko
IMana nitubabarire itweze
Yesu natweze cane.kuko birakomeye kweli
IMANA itugirire ikigongwe kbx iduhe ubushobozi tubone kwihana
Amen
Mana twame twiyez burimunsi kuko turabanyavyah uzoduh iherezo ryiza amen turimugih ciherezo
Iyo sekibi ikuvugisha ndayirimbuye lw'izina rya Yezu christu mbe burya urasoma bibiliya ukayitahura? Handitswengo ndi Imana y'imbabazi kandi ngo n'umwana w'Imana ntazi umusi n'isaha none wewe urinde ngo umenye imisi yokwimburwa kura ubutekamutwe ngaho nibaguhe wigire nibitaba uzoca uja he?
Harijambo Yesu kristo yavuze ATI Izanje zirazi kandi zumva Ijwi ryanje.
Rero Imana Ntizoguma yicaye kuntebe y'Imbabazi. Kandi Umuntu apanika kwivyo ntabwo abaramenya Imana kuko Umuntu Yamenye Yesu kristo yumvise gutaha Aranezerwa gikuru asaba avugati Yesu kristo uzunyakire mubwami bwawe
@@mpawenayoegide Aba nyafrika twese mu mutwe ni zero. ushobora kwemeza gute ko Imana yoza kurimbura abantu bo mu Burundi twitekerereje ikareka akajagari ko muri Europe, Amerika na Asie birigwa baricana bemeza homosexualite kumugaragaro badusamburira Afrika! gusa Sapors abazinwa babaye benshi kandi nikibazo gikomeye kuko bazinwa batazimenyereye zikabasarisha.
@@Ndayizeye-gy4jg ucutazi Nt'Uzokwibaze KO kitabaho. Kandi kumenya Niko kujijuka, Ivyiyumviro vyabantu ntaho bizohurura N'Ivya ndiho. Nkubaze Akabazo kamwe Sigurira Impamvu Mose Imana yamwankiye gushika mugihugu c'Isezerano?
Nikubera Yakoze Icaha kiruta Icabandi?
Hama Uzize Urategeza Neza Burya N'umugore kugira aronke Umwana Harivyatakaza mumubiri Hama rero Uburundi Bufise amasezerano yo Gutwara Ubutumwa bwiza mumahanga naho Uhaye uravuga, Kw'Iyomvo rero Imana Imanza gukuraho Imicafu. Abakoze neza batazoshobora urwo rugamba bagataha mw'Ijuru mugabo uwakoze nabi Nawe ntakundi ni mumuriro.
Hama abosizweko Ikimenyetse Nibo bazorokoka mbere ugombe Uvyandike Abantu Muburundi hazosigara 1/3.
Hama niwabonako ndikigugu ntanakimwe kuko biravana wewe nuwo wita Ikigugu. Ariko Hahiriwe Uwahariwe Ivyaha vy'Iwe bigatwikirwa
Ariko mwagiye mwitonda mutazorimbuka wowe uwukuvugisha ninde
Bareke kuko Abo bakengera mpwemu yera bazokwihurira