Це відео не доступне.
Перепрошуємо.
TWA TUNINI TWOKURWAHO HOBA INGORANE KW'ISI🫢ABAHUNGU BOSE BAZA KUNKINISHA ATARUKUNDO BASHAKA TURAKINA
Вставка
- Опубліковано 9 лип 2024
- TWA TUNINI TWOKURWAHO HOBA INGORANE KW'ISI🫢ABAHUNGU BOSE BAZA KUNKINISHA ATARUKUNDO BASHAKA TURAKINA
Ahubwo ntukomeye mumutwe mbe izo nzoga nizo nyama ntaziguha uri.kugitanda mwi hotel ntubiheza nawe yaguhejej mumaguru,ababonako uyu mwana azi kuyivugira amazina imurimwo shiraha likes😂😮😮
Good
Umunyakigwati kazi vraiment sha kinzwa
Cool
uyu mwana ko menga araguruka 🤣🤣🤣
Good❤
Ubu buzima ko ari indya nkudye?? Tuzokurahe abagore bo gushira mumazu koko???
uyu mwana ko numva avuga ibintu bidatahuritse! erega turagowe basha!!!
𝔸𝕓𝕒𝕓𝕒𝕥𝕦𝕞𝕚𝕣𝕨𝕒 muba mwatuzaniy za mubagaragaz hose apana kubakata guxa!!!
Iyi C.d niya CameraMan and theh ℝ𝕖𝕤𝕡𝕖𝕔𝕥 𝕦𝕓𝕦 𝕞𝕦𝕫𝕒 𝕞𝕦𝕕𝕦𝕜𝕠𝕣𝕖𝕣𝕒 𝕦𝕞𝕦𝕥𝕚 𝕞𝕦𝕜𝕦𝕥𝕦𝕫𝕒𝕟𝕚𝕣𝕒aba jeunes❤👌
Utwotwana mudukurahe😂😂😂
Nivyiza cane mukomezee
Urwaruka rwubu nikibazo. Ngo ushaka umuhungu w’indero widandandaza mubatama nabasore ga mwana? Imana ibakize ako kabi inababarire. Umuvyeyi wawe nimba ari muzima Imana imurinde kuzobona iki kiganiro kuko womwicisha agahinda.
Ubu nibatwigishe Ningene tubikora iyobemeye basi 🙆🙆🙆
Eheee uwomukobwa basha 🙊😂😂😂😂😂😂
Numvis yishakira abafise😢😢😢
❤❤❤❤
ibihe bihibindi pe,ibintu biraza nabi
None muba chiting bigenze gut?
Utwo tunini mutuzane dushikigwe😂 ni hatali klii😅
❤😊❤
Nyimba mwamuhay umuti ivy vyos bibuy mukanw kie😢😢😢
Haaa nivyiza cane pe❤❤
Mbega ko muza muvuga ibintu ntimuvyerekane, iza tatouage mwari kuzitwereka ndetse nizo chevrière tukazibina nkuko muba muzivuze
@@Toutici6369 tuzokosora ako gakosa ubutaha
😂😂😂yuuuu ako kana kishize kukarubanda yemweee
Utwotunini twitwa ngwiki 😂😂😂😂😂
Akamo Tv irarenze kuma importation
Utwo tu bébé mudukurahe
None nkaho karegeteza karazi ko abavyeyi bazovyumva
😂😂😂😂😂
Ugw gwan ko gwishim xn😂 nn ar rubi 😮😢😅 hm n channette ufit kuk yab uzifis ub wj uzambay kurho 😂😂😄😥
Nimubi uyodemu
Mademoiselle la jouranaliste, none nkubu guhenda umwana muto nkuyo ngo avuge ko yasambanye, wungutse iki? Uraryohewe kumumaramaza nkuko, umenye ko ukoreye shetani, kandi il y aura des consequences.
Niveau ya QI yuwo mwana irateye agahinda vrt .turagowe ntabagore bo muri future bameze nkabavyeyi batureze tuzoronka😑😑dommage
Ako karaya nakahe
None jew nzokurahe umugore 🤷
Ereg kurongora s itegeko 😂😂
Gusa uw mwana asa nuwufit umutim mwizaa wogutanga kl ndamukunz pee knd afite ubushe ndk 😂😂😂
ntatubeshe twumvise ko afise imiyaga myinshi ... elle n'est pas juste et directe mu nyishu ziwe ntaramenye ko hariho réactions zitanga inyishu niyo utoba uyivuze
Uvuz ukur kli nikuber avugn ubwishim bwinshi kaka