#Dukoze_ikiganiro

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 9 лют 2025
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news
    #daniel_mugisha
    #news_updats_interview
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

КОМЕНТАРІ • 48

  • @LéonidasNahishakiye
    @LéonidasNahishakiye 3 дні тому +1

    Wewe Daniyer poropagad irakuroka

  • @NiyonkuruMedard-s8o
    @NiyonkuruMedard-s8o 4 дні тому +1

    😂😂😂😂😂uuuuuuuuuuu😢😢😢😢uuuuuuuuu iyompunzi shaaa mwazanyee

  • @SamuelBukeyeneza-u9s
    @SamuelBukeyeneza-u9s 5 днів тому +1

    Ahoshaa zuradutamwo🎉🎉❤❤

  • @AlinaA-fu1tb
    @AlinaA-fu1tb 3 дні тому

    Nukuri.abariyonibeshi.barakwiye

  • @samuelhabineza5289
    @samuelhabineza5289 5 днів тому +2

    Erega abarundi babahumye amaso nti mukibona!😂😂😂😂😂 ndavuga abari i Burundi

  • @niyongabirebydge6692
    @niyongabirebydge6692 5 днів тому

    Iyo nkuru niyukuri kweri. Imana ibane nawe aho yibereye

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 2 дні тому

    Daniel non iki kiganiro intumbero niyihe?? Urikijuju kbs ivyo vyabarivyo canke atari vyo ntamurundi ubwenge yogishirako

  • @NtakarutimanaIriho
    @NtakarutimanaIriho 5 днів тому

    Daniel mufashe mugishingo cacu pls Imana Izaguhezagira Umutabarize nokubandi bagenzawe

  • @FemmeEnbusinesse
    @FemmeEnbusinesse 20 годин тому

    Birakaze barakwiye ubutabazi

  • @JeanboscoBosco-iy5hr
    @JeanboscoBosco-iy5hr 5 днів тому

    Mugisha Imana iguhezagire komeza umurimo

  • @NtakarutimanaIriho
    @NtakarutimanaIriho 5 днів тому +2

    Ntatahe Burundi kweli wapiii bomumesaaa

  • @KevinNdayubaha
    @KevinNdayubaha 4 дні тому

    Manza ukore akazi uce itinerary wangu

  • @Ismaelmuh
    @Ismaelmuh 5 днів тому

    Mugisha, usabe imfashanyo yose ize iwawe, niwatanga number ye , hariho risk yo kuyiha abamugirira nabi

  • @EricSabushimike-w5k
    @EricSabushimike-w5k 5 днів тому

    Nukuri nanje ndatahuye ikindi kintu gikomeye gituma m23 itsinda

  • @ManirampaPhocas
    @ManirampaPhocas 5 днів тому +1

    Wemugicha ivyobintu nivyaker reka kububecha

  • @Amida-r6p
    @Amida-r6p 5 днів тому

    Sha nimwihangane nabandi baguye kumpimba nimwihangane

  • @NahimanaEric-t7k
    @NahimanaEric-t7k 5 днів тому

    😊

  • @PhilabdillahHabyarimana
    @PhilabdillahHabyarimana 5 днів тому

    Urirofa utahujah cnk waduhnz uriburundi ushaka ayurya vaho

  • @RamadhanNkundwa
    @RamadhanNkundwa 2 дні тому

    Uwomushenzi uriko uvugisha avugako abakongomani bafise ubwoba nawe Yara dezeres wumva afise ubwenge? Ntamutima

  • @MH-nq7wy
    @MH-nq7wy 5 днів тому

    Ni hatari kweli

  • @PatrickNdagijimana-w1v
    @PatrickNdagijimana-w1v 5 днів тому +1

    Bureka ibintu vyabintu batize qlq soit ivyagukuye mugihugu ugifise esprit de patriotisme ibiganiro nivyo uzobireke

  • @abouseleynzisabira5875
    @abouseleynzisabira5875 5 днів тому

    Mugisha toka iyo ni uongo yacubesha ni mjmnjj

  • @djcedro7714
    @djcedro7714 4 дні тому

    Iyo propagande rkana nayo kandi ivyo ni vyakera. Ikndi naco ku bijany nigihugu contre ikindi, Mugisha il fo kuba uma patriote quelque soit ingoran zoba zihari. Iyo soutien uha M23 umnyeko ataco izogufasha cnk ifasha abarundi

  • @mahirwe980
    @mahirwe980 5 днів тому

    Birumvikana uwo musoda yari muri babandi ba EAC,Ndayishimiye yarungitse abasoba ba EAC nabandi baje nyuma bambaye imyambaro ya congo,abo nibo M23 yafashe kurugamba ihita imenya ko harimo abarundi barwana

  • @BigirimanaGerald-q4k
    @BigirimanaGerald-q4k 5 днів тому

    Oyaaa uyo yafashwe na em 23 hashize imisi kumwaka uheze

  • @vvillaxo
    @vvillaxo 5 днів тому

    Noneko wamwerekanye ntugire umukwegere erega na famille yiwe boyigurira nabi

  • @robertshema2644
    @robertshema2644 3 дні тому

    Umva ibintu President wanyu akora ni Ujinga saana. Tôt ou tard azabyishyura.

  • @nsengiyumvaemmanuel9776
    @nsengiyumvaemmanuel9776 5 днів тому

    Ntamakuru afise numu civile yiyise umusoda iyomvugo siyumusoda muvyavuga harimwo ibihushane vyinshi

  • @ntakirutimanavicent-lj2tn
    @ntakirutimanavicent-lj2tn 5 днів тому

    Urwanko rwotuma usara rukubereye Umutware mkombozi niwe yawuciye mwebwe mwaramaze gusara kuko urwanko mwanka cdd uyimu type urikuyaga nawe ni red tabara😅😅😅

    • @NiyomucoJeanClaude-o6k
      @NiyomucoJeanClaude-o6k 5 днів тому

      Sha waba umu cndd wareka nawe warononekaye kuko ufise ingengabitekerezo mbi ariko ndibaza ko wihenda kuko ntuyikunda kurusha abandi. Même les fondateurs urabona ko bawuretse.ubwo usumvya iki Rhajab Uzi ku mugambwe ?uyu ariko avuga ubuzima yabayemwo nivyo yiboneye.wa mushenzi we wibaza kusumbije abandi iki?

  • @Amida-r6p
    @Amida-r6p 5 днів тому

    Ukwonukuri

  • @suzannentakirutimana4094
    @suzannentakirutimana4094 5 днів тому

    Sha jwe ntaho mpengamiye gusa uyu mu type ntamakuru afise kubera ntatomora naho yagwaniye

    • @harvardkarekye676
      @harvardkarekye676 5 днів тому

      Uragirango ahamenye ahamaze iki ko atari umucongomani. Think big my brother.

  • @jonnydanny
    @jonnydanny 5 днів тому +1

    Sha utumutipe ivyukora udahinduye usapoting m23 wewe burya narakumenye

    • @NtakarutimanaIriho
      @NtakarutimanaIriho 5 днів тому

      None Uwo numu M 23 uwo arikuvuga ntiwumvako avuga Ikirundi pfa wambayeee

    • @JeanboscoBosco-iy5hr
      @JeanboscoBosco-iy5hr 5 днів тому

      Ne nawe raba wuha ikiganiro nkico turabe KO muzopfa nabi abarundi muribigugu kwer ah ntiwumva. KO ar umurundi wiwacu?Abo bar kumwe ntiwumva KO yabavuze Bose bar mumpimba?ne ntabar mumpimba bafunzwe kuharira kirofa wew

    • @PhilabdillahHabyarimana
      @PhilabdillahHabyarimana 5 днів тому

      Kira mutu Ana support na mwenyenaw gusa man ibyizimbuga birayobey ntakuri nakumw

  • @ManirampaPhocas
    @ManirampaPhocas 5 днів тому

    Non kwayomafot tubona harihabatakiriho ntiwumva kwurumubechi

  • @FrancoisNiyibigira-e4h
    @FrancoisNiyibigira-e4h 5 днів тому

    Ntibaguhende abo nibaabandi

  • @AmatwiyimpeneYumvayokeje
    @AmatwiyimpeneYumvayokeje 5 днів тому

    KO umengo birakunezeje hubwo surumusoda uricigwari nta Em23 ibaho habaho abanyarwanda Mugisha nawe ubwenge wabwicayeho ntibukiri mumutwe

    • @gentilleamin2974
      @gentilleamin2974 3 дні тому

      😂😂😂 urinjiji wowe ahubwo ubwenge bwawe buba mubitsi ugenda ubukandagiye

    • @AmatwiyimpeneYumvayokeje
      @AmatwiyimpeneYumvayokeje 3 дні тому

      @gentilleamin2974 Hhhh urazi kwitegereza ushigikiyeko izo nyeshamba zigabanyamo kongo 2 wazagaruka murugombo

  • @derrickrukundo7458
    @derrickrukundo7458 5 днів тому

    ua-cam.com/video/yU49geOER9g/v-deo.htmlsi=OIY3KqmGsx7dp5Uv

  • @AlinaA-fu1tb
    @AlinaA-fu1tb 3 дні тому

    Nukuri.abariyonibeshi.barakwiye