Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Amen Yesu Kristo akwiriye gushimwa kandi cane kuko hari beshi batakiriho suko twaribeza kuba tukiriho Imana iguhezagire cane kandi izoguhe iherezo ryiza nkuko nanje nipfuza kuzorangiza neza nkazobona Yesu amaso kuyandi
😭😭😭😭😭😭Iyindirimbo irandijije nivyinshinibutse uruwera man amen nukuri ndagushimiy can kamikazi kuriyindirimb iman ikundindir ndagukunda💖💖💖💖
Haleluyaaa nukuri canee gosee Mavutabmeshii caneee gosee mwarahezagiwe canee ishimwe niryawe yesu haleluyaa nukuri canee gosee Amen Amavuta meshi ma chérie 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Waraturindiye ahakomey Mwami wacu uruwera uruwera Mana yanje uraganje Mana yanje 🤲👏ooooh my God 😭😭😭😭😭😭ntaconatanze ariko n'ubuntu bwawe yewe Uwiteka komeza uturinde 😭😭😭😭😭🤲👏
Amen Imana iguhezagize nkunda Indirimbo zawe Imana ikwagure muri Vyose kumubiri ndetse no Muri Hwemu wera
Urakoze cane Uhoraho abandanye agushoboza iyi ndirimbo ni nziza caaane ndayigunda gose ntiworaba !Nkwifurije gutera uja imbere!
Amen
Waturindiye mw'Isi ishaje peee.warakoze Yesu
🙋♀️💞💝💒☝️💓♥️👍
Ndagushima mwami Yesu Kuba waratuzigamye tukaba tukiri bazima🙏🙏🙏👏👏👏👏👏🧕❤️❤️💋💋Kamikazi Ndakwikundira mwene data 🙌🙌💖💖👏👏👏🌹🌹🌹🇧🇮🇧🇮
hakika wewe n burundi one kwaya mungu akubariki sista
Kamikazi wa giye he ino mu Rwanda twa rakubuze 🙏🙏🇷🇼💐🌹 ga ruka vuba
Ahuri hose Yesu agukomeze cane anakuzigame indimbo zawe ziranduhura cane 💞
Love from Josiane 💓🇧🇮,nice song ma Chr ❤️
God bless you and keep announcing his greatness and glory across the world 🙏
Ndiho kandi beshi barapfuye,yoooo,ndibuka Etienne twiganye 5ème primaire yarapfuye,ngeze muri 9ème mozate twigana arapfa,ariko jewe ndiho,warakoze Mana🙏🙏
Amen...Amen..Amen! 🇧🇮😘😘❤❤Imana higuwe humugisha caneeee
Thank you my sister
Imana iguhezagiri kuriye ndirimbo Zeza😍🙌🏾 !!
This nice song make happy . Thx my sister kamikazi God bless you.
mwam'lmana waeaturinze uturindir'umujinya wa satani uturindira muri iyi si ishaaj uraturinda ntitwapfa ! Alléluia Imana yacu n'ishimwe k'ubw'uburinzi bwayoSandrine lmana ikomeze kukwonger'amavuta.
Amen amen
Amen Imana ibazigame ijoro ryiza
Bobo
Nshaka indirimbo zawe
congz my girl sandrine!!God bless u.
Ndagukund Imana ije uguguha umigisha turagukumbuy nukuri amavuta❤❤😊
Nukuri Uwiteka aguhe umugisha kdi iyo mwijuru ikwagurire impano kuko nkunda bambe indirimbo(ibihimbano by'umwuka)byanyu.
Dada mpendwa unaimba vizuri mungu akubariki
Amen Imana ikomeze kubazigama ahomurihose
Imana iguhe umugisha iyondirimbo'dayikunda ndumurundi. Asenga muriyesunumwami
Amen Iman iguhezagire can 👏👏👏👏👏niyo iturinda kwel 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
After All iyi song yama imbera nsha Ishimwe niryawe Yesu🙏🙏
Mungu akubaliki na aendelee kukuongezea hekima
Amen! Uwiteka agukomeze kko uranyubakira umutima
Amen ❤❤❤ amen kamikazi dagukuda change
Beautiful song sandrine May god add u more songs 🙏💕
ciao come stai tutto bene
Ndagukunda cane imana iguhe umugisha
ohhh my God, how beatiful and blessing is this song, may God continue to give more confidenced of your talent sandrine i really love this song
@@impambayumusi3866 amen
Kamikazi ndagukunda cane disi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉 ngoturasa nawe
Much love for you sis SANDRINE 😍😍😍😍💕💕💕💕🖤🖤🖤🖤
You such beautiful women and may God be with you in everything you do, keep working God and i know he will repay for your goodness💞💞💞
Umurakoze cane❤❤ Imana ikomeze ibahezagire
Waaoo my favorite song, thank you my dear sister Kamikazi,
Amen mon frère.muhezagirwe cane
yesu ahabwe icubahiro ndabashimiye cane kuriyi ndirimbo irampa impanuro nyishi ataco natanze
Ndakwemera😂❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Imana iguhe kuramba kugra ushikane ubutumwa bwiza kuribeshe🇧🇮😍
Merci
Imana ikongere ama inspirations menshii mwana w'Imana !hezagigwa .
Ame
Simfise ico novuga Ariko Imana ikwongere umugisha
Nukuri Imana ijye igukomeza gusa indirimbo zawe ndazikunda pe
Watumye nkomera mururu rugendo sandra❤
Kami ndagukunda cyane naho ntakuz uraryohera indirmbo nzaw zirashira umunt murimpem naho wobawababay ucawumv wuzuy mpepu t
Amen kamikaz wanje ukomere murimpwemu
Kabisa, uri umugisha !
IYINDIRIMBO IRANSAJIJE, IRANDIJIJE, YESU AGUHEZAGIRE CAAAAANE MAMA JOSHUA. WARAKOZE KUBW'IYI NDIRIMBO
Iyi ndirimbo iranyubaka,merci Kamikazi
Mwami warakoze kuba wara duhaye sandrin nukur uha bwe icyu bahiro
Wimbo huu unanibariki Sana mungu akutunze❤❤
Ni gute nabona indirimbo zawe ko nzikeneye cyane
Kamikazi ndagukunda cane sinzi nuko nobivuga YESU akuje imbere mubikogwa vyawe
NdagukundaKamikaziCaneCourage
Allice Asfbkamikazi ndagukunda cane gose Imana ikomeze iguheza gira kandi izoguhe kurangiza nkuko abagororotsi barangiza kuko urumugisha kuritwebwe
Urarimba neza kami. Imana Ikuhezagire. ❤
yooooo Imana ikuj imber nukr nar ndayirwayee can
hahahaha nuyikire rero
+IMPAMBA Y'UMUSI eg pee Amen
Oooooh. Ishimwe nirya Yezu . Mazina😘
Sandrine kamikazi mu Rwanda twarakubuze
Kami Ndagukunda kuko urampezagira kandi ndashak indirimbo zawe zose kuko kuzitunga n umugisha nongera nkwibusta ntuherust kundungikira impamba y umunsi!!hama Data wo mw ijuru azaguhembe!!
Urashoboy muko vyiza cane sha sinakubesha hari ico urusha abandi benshi kandi gikomey.
Amen.muhezagirwe cane namwe
Vyiza can sandrine uraturyoher can udukorer vyiz biryosh ndasab ukomerez ah uduh vyish vyiz can. Kurush turagukund san
Kamikazi komezaho nutagwi isari uzahembwa ndagukunda
Imana ikwongere umugisha mukozi wimana
Narindayikumbuye 23/09/2020 ariko waduhevye duhe bishshsa kamikazi turabikumbuye
Nukuriyaturokoye urufpurukomey ntacyotwatanze nurukundoruayo haaaall ruyaaaa🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👫
Oooh imana iguhe umugisha
Amahoro y'Imana? Imana ibongere umugisha. Uzurizwe!
Etienne Twizerimana
Imana iguhe umugisha mwishi ndi umunyarwandakazi ugukunda cyane
Kamikazi Imana ikwagurire umurimo indirimbo zawe zirampimbara
Kamikazi
Ntaworeka gushima uko utwitaho mana yacu❤❤❤❤❤❤❤❤🎉
Imana iraganje.God bless u Sandrine
lmana iraganje dmGod bless
Niyindayikunze cane my name janvierFrom rwanda
imana iguhezagire mamy iyindirimbo irafasha cane
Heee😂😂😂😂❤good songwriter ❤❤❤❤❤❤❤
Nyimbozako zinatubariki dada mungu ukwendembere ufise kwenye unataka
Mwamimana warakoze kuturirinda mana ishimwe niryawe yesu uruwera p
Kamikazi ndagukunda cyane nifuza kukubona
urururirimbo ndarukunda kamikazi ngima ngaruka kururaba ruranyuzuza
🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦 Amen amen maman jochua
Nice song my Sandrine.love u
Muzoraswa kuburyo muzosubira iyomwavuye murwavu nobugande mugendeshimitwe
Nukuripe.kamikazi.imana.ijye.imuha.umugisha.
Komere zaho mushikiwacu😊😊
Inshimwe ntiryaw Yes 🙌🙌
Uhezagirwe kami👏
Murano neza ndabakunda cne🙏🙏🙏🙏❤️❤️
Amen.. Imana iguhezagire
Amena tura gukunda kamikaze wonduha izindishasha
Yesu ashimwe
Dada muhezagirwe cane yesu abakomeze kandi azobahe ijuru
Fidelité Ndayizeye Imana iguhezagire
Hello thank you for the song God bless you best wishes from uganda
Tera uja imbere Kamikazi indirimbo zawe ziratunezera
amen mamy wanje
Imana igufashe wibheleho chambu
Warakoze christo.
Amèn❤❤
Amazing... Fantastic... Wonderful...
NDIHO abandany aguhezagira Sandrine amen
😭😭❤🙏🙏ishimwe rya yesu kirsto
Ego me
Nukuri ntakyo natanze shimwa mama
SANDRINE, I REALLY LOVE YOUR SONGS THEY ARE SO TOUCHING.KEEP SINGING
Kami u are real
Oya huyu ni teaching me l believe hangarie hiyi uruwera intambo je ziratangaze mwami wisi nizuru umufashe bavugati we want mak it if we are tryed God
Ndagukund❤❤❤❤
Courageuse
Haraho nibuka iyo navuye nkibuka iyindirimbo umutima wanje uraremuruka
Amen Yesu Kristo akwiriye gushimwa kandi cane kuko hari beshi batakiriho suko twaribeza kuba tukiriho Imana iguhezagire cane kandi izoguhe iherezo ryiza nkuko nanje nipfuza kuzorangiza neza nkazobona Yesu amaso kuyandi
😭😭😭😭😭😭Iyindirimbo irandijije nivyinshinibutse uruwera man amen nukuri ndagushimiy can kamikazi kuriyindirimb iman ikundindir ndagukunda💖💖💖💖
Haleluyaaa nukuri canee gosee Mavutabmeshii caneee gosee mwarahezagiwe canee ishimwe niryawe yesu haleluyaa nukuri canee gosee Amen Amavuta meshi ma chérie 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Waraturindiye ahakomey Mwami wacu uruwera uruwera Mana yanje uraganje Mana yanje 🤲👏ooooh my God 😭😭😭😭😭😭ntaconatanze ariko n'ubuntu bwawe yewe Uwiteka komeza uturinde 😭😭😭😭😭🤲👏
Amen Imana iguhezagize nkunda Indirimbo zawe Imana ikwagure muri Vyose kumubiri ndetse no Muri Hwemu wera
Urakoze cane Uhoraho abandanye agushoboza iyi ndirimbo ni nziza caaane ndayigunda gose ntiworaba !
Nkwifurije gutera uja imbere!
Amen
Waturindiye mw'Isi ishaje peee.warakoze Yesu
🙋♀️💞💝💒☝️💓♥️👍
Ndagushima mwami Yesu Kuba waratuzigamye tukaba tukiri bazima🙏🙏🙏👏👏👏👏👏🧕❤️❤️💋💋Kamikazi Ndakwikundira mwene data 🙌🙌💖💖👏👏👏🌹🌹🌹🇧🇮🇧🇮
hakika wewe n burundi one kwaya mungu akubariki sista
Kamikazi wa giye he ino mu Rwanda twa rakubuze 🙏🙏🇷🇼💐🌹 ga ruka vuba
Ahuri hose Yesu agukomeze cane anakuzigame indimbo zawe ziranduhura cane 💞
Love from Josiane 💓🇧🇮,nice song ma Chr ❤️
God bless you and keep announcing his greatness and glory across the world 🙏
Ndiho kandi beshi barapfuye,yoooo,ndibuka Etienne twiganye 5ème primaire yarapfuye,ngeze muri 9ème mozate twigana arapfa,ariko jewe ndiho,warakoze Mana🙏🙏
Amen...Amen..Amen! 🇧🇮😘😘❤❤Imana higuwe humugisha caneeee
Thank you my sister
Imana iguhezagiri kuriye ndirimbo Zeza😍🙌🏾 !!
This nice song make happy . Thx my sister kamikazi God bless you.
mwam'lmana waeaturinze uturindir'umujinya wa satani uturindira muri iyi si ishaaj uraturinda ntitwapfa !
Alléluia
Imana yacu n'ishimwe k'ubw'uburinzi bwayo
Sandrine lmana ikomeze kukwonger'amavuta.
Amen amen
Amen Imana ibazigame ijoro ryiza
Bobo
Nshaka indirimbo zawe
congz my girl sandrine!!God bless u.
Ndagukund Imana ije uguguha umigisha turagukumbuy nukuri amavuta❤❤😊
Nukuri Uwiteka aguhe umugisha kdi iyo mwijuru ikwagurire impano kuko nkunda bambe indirimbo(ibihimbano by'umwuka)byanyu.
Dada mpendwa unaimba vizuri mungu akubariki
Amen Imana ikomeze kubazigama ahomurihose
Imana iguhe umugisha iyondirimbo'dayikunda ndumurundi. Asenga muriyesunumwami
Amen Iman iguhezagire can 👏👏👏👏👏niyo iturinda kwel 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Amen
After All iyi song yama imbera nsha Ishimwe niryawe Yesu🙏🙏
Mungu akubaliki na aendelee kukuongezea hekima
Amen! Uwiteka agukomeze kko uranyubakira umutima
Amen ❤❤❤ amen kamikazi dagukuda change
Beautiful song sandrine May god add u more songs 🙏💕
ciao come stai tutto bene
Ndagukunda cane imana iguhe umugisha
ohhh my God, how beatiful and blessing is this song, may God continue to give more confidenced of your talent sandrine i really love this song
Amen
@@impambayumusi3866 amen
Kamikazi ndagukunda cane disi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉 ngoturasa nawe
Much love for you sis SANDRINE 😍😍😍😍💕💕💕💕🖤🖤🖤🖤
You such beautiful women and may God be with you in everything you do, keep working God and i know he will repay for your goodness💞💞💞
Umurakoze cane❤❤ Imana ikomeze ibahezagire
Amen
Waaoo my favorite song, thank you my dear sister Kamikazi,
Amen mon frère.muhezagirwe cane
yesu ahabwe icubahiro ndabashimiye cane kuriyi ndirimbo irampa impanuro nyishi ataco natanze
Amen
Ndakwemera😂❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Imana iguhe kuramba kugra ushikane ubutumwa bwiza kuribeshe🇧🇮😍
Merci
Imana ikongere ama inspirations menshii mwana w'Imana !hezagigwa .
Ame
Simfise ico novuga Ariko Imana ikwongere umugisha
Nukuri Imana ijye igukomeza gusa indirimbo zawe ndazikunda pe
Watumye nkomera mururu rugendo sandra❤
Kami ndagukunda cyane naho ntakuz uraryohera indirmbo nzaw zirashira umunt murimpem naho wobawababay ucawumv wuzuy mpepu t
Amen kamikaz wanje ukomere murimpwemu
Kabisa, uri umugisha !
IYINDIRIMBO IRANSAJIJE, IRANDIJIJE, YESU AGUHEZAGIRE CAAAAANE MAMA JOSHUA. WARAKOZE KUBW'IYI NDIRIMBO
Iyi ndirimbo iranyubaka,merci Kamikazi
Mwami warakoze kuba wara duhaye sandrin nukur uha bwe icyu bahiro
Wimbo huu unanibariki Sana mungu akutunze❤❤
Ni gute nabona indirimbo zawe ko nzikeneye cyane
Kamikazi ndagukunda cane sinzi nuko nobivuga YESU akuje imbere mubikogwa vyawe
Ndagukunda
Kamikazi
Cane
Courage
Allice Asfbkamikazi ndagukunda cane gose Imana ikomeze iguheza gira kandi izoguhe kurangiza nkuko abagororotsi barangiza kuko urumugisha kuritwebwe
Urarimba neza kami. Imana Ikuhezagire. ❤
yooooo Imana ikuj imber nukr nar ndayirwayee can
hahahaha nuyikire rero
+IMPAMBA Y'UMUSI eg pee Amen
Oooooh. Ishimwe nirya Yezu . Mazina😘
Sandrine kamikazi mu Rwanda twarakubuze
Kami Ndagukunda kuko urampezagira kandi ndashak indirimbo zawe zose kuko kuzitunga n umugisha nongera nkwibusta ntuherust kundungikira impamba y umunsi!!hama Data wo mw ijuru azaguhembe!!
Amen
Urashoboy muko vyiza cane sha sinakubesha hari ico urusha abandi benshi kandi gikomey.
Amen.muhezagirwe cane namwe
Vyiza can sandrine uraturyoher can udukorer vyiz biryosh ndasab ukomerez ah uduh vyish vyiz can. Kurush turagukund san
Kamikazi komezaho nutagwi isari uzahembwa ndagukunda
Imana ikwongere umugisha mukozi wimana
Narindayikumbuye 23/09/2020 ariko waduhevye duhe bishshsa kamikazi turabikumbuye
Nukuriyaturokoye urufpurukomey ntacyotwatanze nurukundoruayo haaaall ruyaaaa🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👫
Oooh imana iguhe umugisha
Amahoro y'Imana? Imana ibongere umugisha. Uzurizwe!
Amen
Etienne Twizerimana
Imana iguhe umugisha mwishi ndi umunyarwandakazi ugukunda cyane
Amen amen
Kamikazi Imana ikwagurire umurimo indirimbo zawe zirampimbara
Kamikazi
Ntaworeka gushima uko utwitaho mana yacu❤❤❤❤❤❤❤❤🎉
Imana iraganje.God bless u Sandrine
lmana iraganje dmGod bless
Niyindayikunze cane my name janvier
From rwanda