Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nice song la Moto kabisa la boss wubahwe
Amen yesu agira neza❤❤🎉🎉
Umukozi w'Imana Sandrine Kamikazi Imana igume iguhishurira,iguhezagira caaane .Uno musi ndi mubibazo bikomeye guhera octobre 2023 gushika Nuno musi janvier 2024 nkibirimwo.ndiko ndarira Nsenga Imana numvise ijwi ngo vuza indirimbo Uzobaho ya Sandrine❤Rero ibigeragezo ndimwo ntanzira n'imwe mbona yo kubivamwo,nah'Imana,nsavye intererano y'amasengesho
Amen meni uzobaho. Nanj nzobah kuko dufise amasezeran
Amen amenNdafashijwe ngukunda cane lmbaraga namavuta
Amen amen hezagirw
Kamikaz mungu.akubarik sanaJina Langu janvier.gutoka.rwanda emena
Amen wimbo mzuri sana Mungu amlinde huyo mkaka jaman
❤ amen cn mukoz w'imana ukomez kwongezw amavuta yampwemu
Yesu aguhe Umugisha
Yooo! Ufiye amagambo y'ihumure. Amen ❤❤❤❤❤
Amena yesu agira neza ❤❤❤❤
Iyooooo ivyo nari nizeye vyaragiye biransiga ndabireba😭😭. Ariko nzobahooooo😭. Mazina Imana iguhezagire.
Ntivyaranduranyw imiz haracar ivyizigr amen
Nukuri Imana injye iguha umugisha
Amen iman ikora nkiman peee
kamikazi ndagukunda indirimbo zawe zose imanizihumugisha nuko abantubose bariri MBA bahujumwuga nasata ariko akiriyontaribi🙏🙏🙏🙏🙏🙏🐕🦺
Amen murakoze chane. 🙏🙏🙏
Amen haracarivyizigiro🙏🙏🙏
Haracari ibyizigiro 🙏🙏🙏🙏 Amen
Nimira.indimbo.zawe.wawu
Nishimira.indirimbo.zawe,wawu.kami
Iman ibache guhezagor ibikogw vyamabok yaw
Amen uhezagirwe cane 👏😢
IMANA ikomeze. Igunshigikire
Indirimbo ziwe ndazikunda kk ziramfasha❤️❤️🙏
Sandrine nkwemera kubiImana izakomeze igushigikire mumurimo wayo 🙏🏼🙏🏼From Rwanda
Sawa
Wawuuu nukuri Imana iguhe umugisha
You are God's servants,you are blessed!
Imana yo mwijuru ikomeze ikwongere imbaraga zo kuyikorera
Amn hezagirwa mwarahezagiwe cn turabakunda
Amena imana iguhezagire❤ nzobaho Nabandi bose tuzobaho
Uwo muvunjo wo mwi tissi rero zimwe zambara ba aba kecuru baruguru mukama sibintuuuu la mwamikazi nushimwe kabisa gusaaa ndashaka kukubona masokuyandi
Uhezagirwe mwenedata turafashijwe imana ikwongere amavuta
hezagirwa mukozi w'imana
Amena lmana ishimwe❤❤❤❤😊
Ndasavye Imana mushobozi wavyose ifashe nzenkire kuko ndipfuza kuzobonana nuno musore yaririmbanye na Kamikazi. Mana ndahusavye uze unifashemwo.
Imana ishimwe
Ndagukunda chérie
Nukuriamena❤❤
Nukuri Amen
Murundikazi mwiza ,Uhezagirwe cane!!!❤
Kamikazi
Hano kgl turagukunda cyane
Amena ndaremye kubwindirimbo imana inguhe umugisha KD ikwangure cuti
Amen,imana ikwagure muri byose,sandrine ndagukunda irankomeje
Uzobaho.nanje.nzobaho.amene
Nakupenda sana Kamikazi, na Mungu akubariki sana
Ndagunda cyaneeeee🙏🙏🙏🙏
Ameni ameni
Ameeeeeeee.haracarivyiringiro ndicayizeye kwishobora vyose. yobu 42:2😭😭😭🙌🙌🙌🙌29.08.2022
Yamano
Noella ameeeeeen ndagu linda manguranyubaka multi.qwemu.cyane🤨🤨🤨🤨🤨🤨🤨🤨💗💗💗💗💗💗💗🙏🙏🙏🙏
Komer kungoma❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndagukunda cyaneeee
Ndagukundacyane
Ndakunda cyane amen aaaaasa❤❤
iman ikomez kuguhezagir
Nanje nzobaha
Amen.imana.iratabara
God bless you tooMy sister
Amahoro yimana abne na we amen
Uzobaho iranyubaka cane!
Amen nezerwa MANA 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏
Ndagukunda cyaneeee I'm
Ndagukunda
Ndakukunda cyane❤
Ameeeen 🙏👏❤
Nziza cyane
AMENThanks Mama JoshuaIyi ndirimbo ije mugihe cyiza mubuzima bwanje....ndanezerewe gose
Ameeeen nzobaho sinduwo gupfa ntarashika kumasezerano nahawe
Ndagukunda cn ncuti yanj
Amen haleluya nimeota tena upya
Ndagukunda caneee ♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Yesashime,nangendashakimbaragazimana
Amen tuzabaho
❤❤ kukurashoboye🎉
Amen imana ibahe umugisha utagabanije .Bruxelles turabatasha
Amina mukobwa wa Yesu, Murakoze kundirimbo ihumuriza🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Nukuri nzobaho
Amena
❤
🥰🥰🥰Nzobaho cane gose🙏🙏🙏
Arellua
Komer
Imana shimwe kabisa 🥰🥰❤️❤️🙏🙏
Kamikazisandrine
Ameeeeeen.ndagukunda mamy uranyubaka muvyipwemu cyane🥰🥰🥰🙏🙏
Farajagurupe
Kuraze,Sandrine,waririmba,neza,can
Wirabire gusa urakumbuwe Yesu akongere amavuta
Amakuru yawe
Ariko uyo Claude mwaririmbanye mugihe imagazini yawe yasha waramusize!!!!!
Kami Nukuri indirimbo zawe zirampimbara
Amen ndagukunda cyane
Amen thanks mama joshua🇧🇮😂😂😂😂🥀🥀🥀🥀🥀🥀👍👄👄👄🙏🙏
Es
❤❤❤❤❤ Amen 🙏🙏🙏🙏 amen
❤ Amina Amina Amina 🙏🙏
Burundi turi hejuru🇧🇮💖💖🙏😍😘
👌👌👌👌👌👌
😘😘😘😘😘
👌👌👌👌👌👌👌
❤❤❤❤❤❤
Amen Amen ndizeye.
❤❤❤❤❤❤❤❤ Amen
Amahoro yimana abNe namwe murakoze kutwigisha birakomeje mumuti
Hallelujah hallelujah
Amen dufise amasezerano
Amen God is great everyone should believe
Hezagirw muvyey iman igukomez ndagukund cn gs
Je t,aime beaucoup
Amen 🙏🙏🙏 cyane
Nitwa sinzotuma pierre mukinindo indirimbo zawe zirampimbara nacan cane iy ngo uzobah nanje nzobaho
Amen cane ukomeze guhezagirwa
Kweri tuzobaho😢😢😢
Indimbo zawe zituma jyiraicyize yukoimanaijyikora🖐️🖐️🖐️
Thank you goodAmen❤❤
Bless be to God
Amen ❤❤❤❤❤
Nice song la Moto kabisa la boss wubahwe
Amen yesu agira neza❤❤🎉🎉
Umukozi w'Imana Sandrine Kamikazi Imana igume iguhishurira,iguhezagira caaane .Uno musi ndi mubibazo bikomeye guhera octobre 2023 gushika Nuno musi janvier 2024 nkibirimwo.ndiko ndarira Nsenga Imana numvise ijwi ngo vuza indirimbo Uzobaho ya Sandrine❤Rero ibigeragezo ndimwo ntanzira n'imwe mbona yo kubivamwo,nah'Imana,nsavye intererano y'amasengesho
Amen meni uzobaho. Nanj nzobah kuko dufise amasezeran
Amen amen
Ndafashijwe ngukunda cane lmbaraga namavuta
Amen amen hezagirw
Kamikaz mungu.akubarik sana
Jina Langu janvier.gutoka.rwanda emena
Amen wimbo mzuri sana Mungu amlinde huyo mkaka jaman
❤ amen cn mukoz w'imana ukomez kwongezw amavuta yampwemu
Yesu aguhe Umugisha
Yooo! Ufiye amagambo y'ihumure. Amen ❤❤❤❤❤
Amena yesu agira neza ❤❤❤❤
Iyooooo ivyo nari nizeye vyaragiye biransiga ndabireba😭😭. Ariko nzobahooooo😭. Mazina Imana iguhezagire.
Ntivyaranduranyw imiz haracar ivyizigr amen
Nukuri Imana injye iguha umugisha
Amen iman ikora nkiman peee
kamikazi ndagukunda indirimbo zawe zose imanizihumugisha nuko abantubose bariri MBA bahujumwuga nasata ariko akiriyontaribi🙏🙏🙏🙏🙏🙏🐕🦺
Amen murakoze chane. 🙏🙏🙏
Amen haracarivyizigiro🙏🙏🙏
Haracari ibyizigiro 🙏🙏🙏🙏 Amen
Nimira.indimbo.zawe.wawu
Nishimira.indirimbo.zawe,wawu.kami
Iman ibache guhezagor ibikogw vyamabok yaw
Amen uhezagirwe cane 👏😢
IMANA ikomeze. Igunshigikire
Indirimbo ziwe ndazikunda kk ziramfasha❤️❤️🙏
Sandrine nkwemera kubi
Imana izakomeze igushigikire mumurimo wayo 🙏🏼🙏🏼
From Rwanda
Sawa
Wawuuu nukuri Imana iguhe umugisha
You are God's servants,you are blessed!
Imana yo mwijuru ikomeze ikwongere imbaraga zo kuyikorera
Amn hezagirwa mwarahezagiwe cn turabakunda
Amena imana iguhezagire❤ nzobaho Nabandi bose tuzobaho
Uwo muvunjo wo mwi tissi rero zimwe zambara ba aba kecuru baruguru mukama sibintuuuu la mwamikazi nushimwe kabisa gusaaa ndashaka kukubona masokuyandi
Uhezagirwe mwenedata turafashijwe imana ikwongere amavuta
hezagirwa mukozi w'imana
Amena lmana ishimwe❤❤❤❤😊
Ndasavye Imana mushobozi wavyose ifashe nzenkire kuko ndipfuza kuzobonana nuno musore yaririmbanye na Kamikazi. Mana ndahusavye uze unifashemwo.
Imana ishimwe
Ndagukunda chérie
Nukuriamena❤❤
Nukuri Amen
Murundikazi mwiza ,Uhezagirwe cane!!!❤
Kamikazi
Hano kgl turagukunda cyane
Amena ndaremye kubwindirimbo imana inguhe umugisha KD ikwangure cuti
Amen,imana ikwagure muri byose,sandrine ndagukunda irankomeje
Uzobaho.nanje.nzobaho.amene
Nakupenda sana Kamikazi, na Mungu akubariki sana
Ndagunda cyaneeeee🙏🙏🙏🙏
Ameni ameni
Ameeeeeeee.haracarivyiringiro ndicayizeye kwishobora vyose. yobu 42:2😭😭😭🙌🙌🙌🙌29.08.2022
Yamano
Noella ameeeeeen ndagu linda manguranyubaka multi.qwemu.cyane🤨🤨🤨🤨🤨🤨🤨🤨💗💗💗💗💗💗💗🙏🙏🙏🙏
Komer kungoma❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndagukunda cyaneeee
Ndagukundacyane
Ndakunda cyane amen aaaaasa❤❤
iman ikomez kuguhezagir
Nanje nzobaha
Amen.imana.iratabara
God bless you too
My sister
Amahoro yimana abne na we amen
Uzobaho iranyubaka cane!
Amen nezerwa MANA 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏
Ndagukunda cyaneeee I'm
Ndagukunda
Ndakukunda cyane❤
Ameeeen 🙏👏❤
Nziza cyane
AMEN
Thanks Mama Joshua
Iyi ndirimbo ije mugihe cyiza mubuzima bwanje....
ndanezerewe gose
Ameeeen nzobaho sinduwo gupfa ntarashika kumasezerano nahawe
Ndagukunda cn ncuti yanj
Amen haleluya nimeota tena upya
Ndagukunda caneee ♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Yesashime,nangendashakimbaragazimana
Amen tuzabaho
❤❤ kukurashoboye🎉
Amen imana ibahe umugisha utagabanije .Bruxelles turabatasha
Amina mukobwa wa Yesu, Murakoze kundirimbo ihumuriza🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Nukuri nzobaho
Amena
❤
🥰🥰🥰Nzobaho cane gose🙏🙏🙏
Arellua
Komer
Imana shimwe kabisa 🥰🥰❤️❤️🙏🙏
Kamikazisandrine
Ameeeeeen.ndagukunda mamy uranyubaka muvyipwemu cyane🥰🥰🥰🙏🙏
Farajagurupe
Kuraze,Sandrine,waririmba,neza,can
Wirabire gusa urakumbuwe Yesu akongere amavuta
Amakuru yawe
Ariko uyo Claude mwaririmbanye mugihe imagazini yawe yasha waramusize!!!!!
Kami Nukuri indirimbo zawe zirampimbara
Amen ndagukunda cyane
Amen thanks mama joshua🇧🇮😂😂😂😂🥀🥀🥀🥀🥀🥀👍👄👄👄🙏🙏
Es
❤❤❤❤❤ Amen 🙏🙏🙏🙏 amen
❤ Amina Amina Amina 🙏🙏
Burundi turi hejuru🇧🇮💖💖🙏😍😘
👌👌👌👌👌👌
😘😘😘😘😘
👌👌👌👌👌👌👌
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
Amen Amen ndizeye.
❤❤❤❤❤❤❤❤ Amen
Amahoro yimana abNe namwe murakoze kutwigisha birakomeje mumuti
Hallelujah hallelujah
Amen dufise amasezerano
Amen God is great everyone should believe
Hezagirw muvyey iman igukomez ndagukund cn gs
Je t,aime beaucoup
Amen 🙏🙏🙏 cyane
Nitwa sinzotuma pierre mukinindo indirimbo zawe zirampimbara nacan cane iy ngo uzobah nanje nzobaho
Amen cane ukomeze guhezagirwa
Kweri tuzobaho😢😢😢
Indimbo zawe zituma jyiraicyize yukoimanaijyikora🖐️🖐️🖐️
Thank you good
Amen❤❤
Bless be to God
Amen ❤❤❤❤❤