Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mukozi w'Imana, naho ivyo uvuga bitoshimwa na bose, ndemera ko ugenderwa kenshi.kuko ivyo wubahuka kuvuga ,si abakozi b'Imana bose bubahuka kubivuga no kuvyigisha abantu.
Amadini yatwishe nabi bigishije abantu ngo mubanze mushake ubwami bw'Imana ibindi muzabyongererwa ariko ntibabwira abantu inzira bizacamo ntibigishije aba kristo gukora niyompamvu usanga mu nsengero huzuyemo abantu bakennye benshi
Imana ikongere amavuta kuko inyigisho zawe ziramfasha
Nukurinyigshozaweziranfasha imana niguhezagire
Umuntu yishe akiba agahunga wovuga : Imana Ishimwe cane! Oya uvuga ,Imana imubabarire,ahinduke,yigaye,asubize asabe ikigongwe abo yiciye n'ibindi...!!!
Wau Imana ishimwe no Murwanda uhafite intama turagukunda.
Kuvuga : Imana Ishimwe cane,rivugwa mu kuyishimagiza!
komeza uvuge ukuri mukozi w'Imana isumba byose Uwiteka akomeze intambwe zawe kandi akwagure muri byose
Uyu niwe mukozi w'imana avugisha ukuru. Komereza aho nyene
UHORAHOAkongere amavuta meshi 🙏🙏🙏🙏
Amena amena ❤❤❤❤❤❤
Ndabasabe mumpe jnimero yuwumukozi wimana muzoba mukoze
🎉
Amena❤
Uko mwanaume !!!!!!
Inimero zaw
Amen amen amen amen

UHORAHO
Akongere amavuta meshi 🙏🙏🙏🙏