Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Turonse Batatu Nkawe Uburundi Twoba Twogoroye Mbayahaga Arakoze Ibitangaza Turaronse Icehera Ciwe ❤❤❤
Un langage clair, insistant et consistant. " Tout ce qui se conçoit bien s'énonce clairement et les mots pour le dire viennent aisément.”-
Un sermon émouvant 🎉🎉🎉
Umukama Agukomeze Best Mosenyeri ❤
Bishop Imana imuhezagire yasiguye neza cane!!! Kandi yakoresheje umwanya neza nk'umuntu koko yize théologie.
Imana Ishimwe.
Imana ISHIMWE
Ndabakundacane
Akarorero keza k 'ubumwe bw abemera Kristo.Ishengero ni rimwe, za murigisha abatarabitahura.Twese dukorera Umwami umwe Kristo.
Best Be shop in the world ❤❤
Uyo Mutama numukozi wayo kbs! We yigisha gucakira Agakiza! Abandi bakigisha gucakira imfunguruzo zimodoka! Nihatari!!!!
Ndabishimy amadini yoza araja hamw bagasangra ijambo ry'Imana vyoba vyiza cane
Ngumuntu mwiza monsenyeri agikana
Mbega Umwepiskopi yigisha neza!!!Umukama abandanye akwongerereza amavuta
Umwepisicopi yihenze gato.Umwami yasubiriye Salomom yari Rehobowamu umuhungu wiwe.Uwari yarahunze se Salomon Nawe yitwa Yerebowamu .Ab'Isirayeli bamutumyeko ngo Azé kubarongora avuye mu gihugu ca Egiputa iyo yari yarahungiye.Iwo rero niwe yahavuye atwara imiryango 10 y''Abisirayeli,Rehobowamu nawe umuhungu wa Salomon asigara atwaye imiryango ibiri gusa uw'Abayuda nuw'Ababenyamini.Imana yar'ihanye Salomon kubw'icaha ciwe giteye isoni co gusenga ibigirwamana vy'abagore biwe
Amen
Acana nay
❤
Amn
Muhezagirwe
None mashengero abiri y'abikorera utwabo..... agenze ate? Ivyo bigisha vyose namenye ko vyashinzwe n'abantu. 1. MBAYAHAGA yashinze ishengero(mu Burundi).Abaririmwo bose niwe basenga bakongera bakamushikanira. Anglikani yashinzwe n'umwami w'u Bwongereza Enri VIII. Ekleziya Katolika yashinzwe na YEZU KRISTU WE nyene ubwiwe. Ayisigarana abatumwa. Nico gituma Abepskopi bayo bari ABASUBIRIZI B'ABATUMWA. Hamwe na Papa umusubirizi wa Petero Mweranda. None ukuri mu vy'Imana kuri he?
Vyiza cane
Turonse Batatu Nkawe Uburundi Twoba Twogoroye Mbayahaga Arakoze Ibitangaza Turaronse Icehera Ciwe ❤❤❤
Un langage clair, insistant et consistant. " Tout ce qui se conçoit bien s'énonce clairement et les mots pour le dire viennent aisément.”-
Un sermon émouvant 🎉🎉🎉
Umukama Agukomeze Best Mosenyeri ❤
Bishop Imana imuhezagire yasiguye neza cane!!! Kandi yakoresheje umwanya neza nk'umuntu koko yize théologie.
Imana Ishimwe.
Imana ISHIMWE
Ndabakundacane
Akarorero keza k 'ubumwe bw abemera Kristo.
Ishengero ni rimwe, za murigisha abatarabitahura.
Twese dukorera Umwami umwe Kristo.
Best Be shop in the world ❤❤
Uyo Mutama numukozi wayo kbs! We yigisha gucakira Agakiza! Abandi bakigisha gucakira imfunguruzo zimodoka! Nihatari!!!!
Ndabishimy amadini yoza araja hamw bagasangra ijambo ry'Imana vyoba vyiza cane
Ngumuntu mwiza monsenyeri agikana
Mbega Umwepiskopi yigisha neza!!!
Umukama abandanye akwongerereza amavuta
Umwepisicopi yihenze gato.Umwami yasubiriye Salomom yari Rehobowamu umuhungu wiwe.Uwari yarahunze se Salomon Nawe yitwa Yerebowamu .Ab'Isirayeli bamutumyeko ngo Azé kubarongora avuye mu gihugu ca Egiputa iyo yari yarahungiye.Iwo rero niwe yahavuye atwara imiryango 10 y''Abisirayeli,Rehobowamu nawe umuhungu wa Salomon asigara atwaye imiryango ibiri gusa uw'Abayuda nuw'Ababenyamini.Imana yar'ihanye Salomon kubw'icaha ciwe giteye isoni co gusenga ibigirwamana vy'abagore biwe
Amen
Acana nay
❤
Amn
Muhezagirwe
None mashengero abiri y'abikorera utwabo..... agenze ate? Ivyo bigisha vyose namenye ko vyashinzwe n'abantu. 1. MBAYAHAGA yashinze ishengero(mu Burundi).Abaririmwo bose niwe basenga bakongera bakamushikanira. Anglikani yashinzwe n'umwami w'u Bwongereza Enri VIII.
Ekleziya Katolika yashinzwe na YEZU KRISTU WE nyene ubwiwe. Ayisigarana abatumwa. Nico gituma Abepskopi bayo bari ABASUBIRIZI B'ABATUMWA. Hamwe na Papa umusubirizi wa Petero Mweranda.
None ukuri mu vy'Imana kuri he?
Vyiza cane