Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
🫴 Mwipfuza kuvugana na #SuperBat:+257 68 13 57 28 (watsap+Mobile)
Ndabishimiye cane
Nn kugira amahinguriro nkaya bifise akahe karusho ga basha mugihe duhingura tugahingura ibizimvye kurusha ivyo turangura bihinguye hanze
Ndibazaabantu bakora amabati muburundi boza baratemberera south Africa quality yamabati ubukomezi
Iyo matiel premier genda mucibitoke huzuye ubutare bwicumu abakora i cement huzuye clinker mukirundo ariko bakaja kuyikura Zambia na Congo bayisize ngaha
Usanga atabumenyi bukwiye bafise bwogutegura ubwobutare kugira buje gushika mwihinguriro buteguwe nibugurure imiryango kurwaruka dufise ubumenyi kurivyo kuko ruriho rubura Aho ruvugira
Muraducanga mukora amabati canke murazinga no gukata amabayi? Muyahingura from zero ?
Ay0 mabati agurwa gute
Nn ko mwumva ivyo mukora bizimba kubera ivyo bikorwamwo biva hanze habuze iki kugira mujehamwe muhingure ubutare dufise kugira umuntu yoroherwe kurwego rwohasi cnk muhamagarire abafise ubumenyi mutivyo basahirize
🫴 Mwipfuza kuvugana na
#SuperBat:+257 68 13 57 28 (watsap+Mobile)