Hubwo igihururu ni wew mzeee hubwo wew isubirire mumuziki urekane nivyo bintu man biriko biragutesha agaciro wew ushigikiye abakozi b'imana Banyika?muradutumira natwe tubahe ama témoignage yabakozi b'imana baduhemukiye bakoze amanyanga nama Preuve turayafise ola ola ola We Simbizi wew
Ah' ubwo tureke ivy' amazi! Iyo shati n' iya mbere! Kandi rero, Simbizi, simvuze ngo.ndakunda icyo uvuga vyose, ariko ijambo "ivyunguka' n' ukuryungukako. Ni rwawe👌👌👌👌
Simbizi nar ngukumbuye kukubon mukiganiroooo🎉🎉🎉🎉 emw ntihagir uwukwivang uvug ukuri knd noneho ntawe usega tekana❤❤❤❤
Simbizi Ukubise aha bABaza Kandi incabwenge zonyen nizo zibimenye🎉🎉
Hubwo igihururu ni wew mzeee hubwo wew isubirire mumuziki urekane nivyo bintu man biriko biragutesha agaciro wew ushigikiye abakozi b'imana Banyika?muradutumira natwe tubahe ama témoignage yabakozi b'imana baduhemukiye bakoze amanyanga nama Preuve turayafise ola ola ola We Simbizi wew
Uwo baba bamurishe aze kuvuganira urya mugabo kubera Chimamanda yamushoboye
❤❤❤❤❤❤
Simbizi kazibire urimbwa
Urashobora kuvugako atabantu bapfuye
Jewe nshaka kubaza simbizi. Umunyarwanda. Chimamanda Moses yarihiye iyo promotion?
Iyuva ntumaramara vyemere chamamanda aragusumba uko nukwihagararako wisiguza ibitagira mvura
Ico kiyago kitwungur'iki????
🙄🙄🙄🤔🤔🤔🫵🫵🚮🚮🚮👈👈👈👈👈
Unva ntiyavuze ngurimbwa yavuze urikibwa ikibwa numusega
Ni byiza ko usigaye unywa amazi. Kuko ziriya bieres zari kukwica bidatinze.
Kwita abantu ibibwa imisega mpaka arubahuka n sebarundi twubaha twse shimamanda narabe yisunireko ,ego abakozi b'imana bigisha ibitarivyo baruzuye ariko simpaka ngo twese tubazir kandi uwunegura ivyudya akora naw ahashitse akora ibisumba bimwe yanegura twisuzume rero muguha limited ivyotuvuga mukanwa kacu
Simbizi ntabugabo bwiwe uwo niniryo ntiyigira agira ahahagaze .ashira ind'imbere buvug ibintu biri sensé
😂😂😂😂
Chimamanda Moses numunyarwanda sumurundi kubona umuntu wumu star🌠🌠 nka simbizi ariko aramwamamaza. Jewe birambabaje cane. Kuko ariko atuma umuntu wese ashaka kumenya uwo chimamanda ninde? Kandi arumuhimbiri wongaho akora igi city. Ngaha USA.
@Dddma455 mtu wangu sindi umuvugizi wa cimamanda ariko nimba uri Hano muri Amerika Wew urafise akabazo ko mumutwe uvuze ngo ni umuhimbiri Akora igi city. Ndazi ko Uwo woba Uri wese cimamanda munganya umuruho Kandi Hari naho wosanga akurusha Amahera Wewe.wari kuvuga ibindi Atarivyo.ico kuba umwita umunyarwanda naho Ndakuzi nawe aho wigeze kwigira umukongomani,Canke umutanzania Wewe nyene
@@healthcare433chimamanda Moses ntamahera afise. imodoka akoresha yayifashe ideni. Telefone ariha make make. Hamwe vyoba ngombwa nzobishira ahabona. Kandi kuba yakoresheje nationality burundaise kuronka ubgenegihugu bgamerika. Adakoreshe uyugwanda. Navyonyene reta irakwiye kuvyigako through our ambassador in USA🇺🇸
Chimamanda yafashe abantu abagira ibibwa niyompamvu avuga ibibi gusa kuko araziko abarundi badakurikirana ibintu vyiza baremera bakagura MB hama ukaza wumva ngubukene buratwishe 😂😂 kandi we ariko ayabasoromamwo bo atavyo bazi
Sha nawe yarayagusoromyemwo pe kuko burasa ko umukurikirana.
Ubwo wewe Simbizi urasenga koko? Burya IMANA nizingahe nimba usenga? Ngo yabibwiwe n'IMANA yiwe?
Sha urahuruduka cane pe.
Simbizi ndakwikundira kabisa abashigikira shimamanda nabasa nawe kandi batazi kwiyegereza umuntu avuga ukuri shimamanda ntajambo yisunga harivyavuga vyo mugabo akabidwngatiranya akongera agatukana nkumwungere
𝐀𝐡𝐮𝐛𝐰𝐰𝐨 𝐧𝐢𝐰𝐞 𝐮𝐬𝐮𝐛𝐰𝐚 𝐧𝐢𝐛𝐰𝐚 𝐤𝐮𝐤𝐨 𝐍𝐭𝐚𝐜𝐨 𝐔𝐫𝐚𝐛𝐰𝐢𝐫𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐧𝐭𝐮 𝐠𝐢𝐟𝐚𝐬𝐡𝐞𝐞😂😂😂😂
𝐒𝐡𝐚 𝐧𝐚𝐰𝐞 𝐔𝐫𝐢𝐤𝐢𝐛𝐰𝐚 𝐤𝐚𝐛𝐢𝐬𝐚 𝐧𝐨𝐧 𝐰𝐢𝐲𝐮𝐯𝐢𝐥𝐢𝐲𝐞 𝐊𝐞𝐫𝐚 𝐇𝐢𝐰𝐚𝐰𝐞 𝐔𝐫𝐞𝐦𝐞𝐫𝐚𝐤𝐨 𝐇𝐚𝐫𝐢𝐡𝐨 𝐀𝐛𝐨𝐛𝐚 𝐩𝐨𝐫𝐨𝐟𝐞𝐭𝐞 𝐁𝐚𝐝𝐮𝐬𝐞𝐠𝐞𝐫𝐞 𝐮𝐤𝐨