Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mbega abahungu ngovyasubiriy kuvebura abaye uyumazi rero yesu pita arafashwe kwl
Karigisha akaga film kweri courage Ababanyi
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ barasaba dakurahiye
Courage caane Hama ndashobora kuba nkunda Constance ukuntu akina ga Bashaa nje ndamukundaaa caane
Ndashaka suite ubunyene nfite inyota weeeee yingene bigiye kugenda mbega umuriroooooooooooooooooo
Uyu mukobwa abana na Rita arantwengej ngo rek ntutumenere ibiyo bash
Abari mu rukundo nkanje🥰 niyi Séries tumenyane mumpe like hahire rimwe🔥🔥Abakunzi ba Ritha&James tumenyane
Nih twibereye
Wewe ivyo bintu vyo kudutanga bihagarare 💪❤❤❤❤❤❤
@@francinemasabo2907 🥰🥰
@@lyneburundi2443 bihagarare kandi biharawe😁😁🥰
Tumenyane vrt
Filme izoryohaa kbs mushishikre kwungura ubumenyiii Dii
Nukuri mugire vuba muduhe igice gikurikir
Abari bayikumbuye nka nje tumenyane🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bashaaa ko igiyeguhera knd iryoshee ham knd reo bandukorere ibintu ningoga vrmt ndimurukundo namwe
Manawe Rita aragowe mana mitabare
Iyunomusi yari ryoshe
Peter ukina neza vraiment neza cane avc bcp d sérieux 😍😍😍
Wawoo Peter arafashwe ubuho azireguziki
Ababonako Rita agiye kwinjira murukundo na Yves mump like
Ijana kwi Jana namaze kubibona nukuri kandi vyontesaaa🤣🤣🤣
Najew ndabibona kweli ibintu barabirembeje.Claudia nawe emwe agiy kwinjira mungorane zidasanzwe KK uwo mu diaspora wiwe sindamushira amakenga.arafis ikintu kitari ciza yimirij gukorera Claudia yaranamwahukanishij
Nabibony akimukira kw Yves
Egooo vyabaye
kabaye
Harahiy
Duheza UMUBANYI dusimbira nahano twihezagirirwa niyi ndirimbo bakunziua-cam.com/video/a-ej6Mdo-Mo/v-deo.htmlNugushima IMANA Kuko niyo Idushoboza muri vyose ntimwibagire Subscribe na partage like na commentaire MWARAHEZAGIWE CANE 🙌🙏❤️ua-cam.com/video/a-ej6Mdo-Mo/v-deo.html
Wawooo umubanyi niwemuryango mwubahwe 💋💋❤❤
Wauuuu harahiy koko umubanyi oyeee ibintu ni too much 👏👏👏👏👏
Birashimishike ahibintu bigeze
Ndabona hagiye gusha🤭🤭🤭
Iyi ndirimbo yubahwe kabisaJew iciye ituma ndabakunda kurusha SA turabakurikirana
Agasha kumubanyi karibu naho nacerew 🌹🌹🌹🌹🌹🌹🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇸🇦🙏🙏
Aba adventiste murabambere kuririmba vraiment ako karirimbo bacishijemwo naka bien
Basha abari murukundo niyi série murabe ntumenyane kuko nanj mbaye 2.waooooooo
Mucoooooo imbere canee wakinye ibintu bikuberey kuv nakakubonaa iyi ni very good,, muhezagigw n'imana
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 urafuwe pita cha
Wooow aho mujyeza muratwigisha komeza uwiteka azabibahembera
Vyavevuye😂😂😂😂nukuri uyumugabo arazigukiina fanny ndagukunda 🥰 🥰🥰 Canee wirambire muvyiyi
Ntamuntu anezera muriyi séries nka peter vrmt he's acting so well 🥰🥰🥰
Rutha bizorangira akundanye na Yves knd bizompimbara cane, clodia nawe azicuza nurwo rugabo😢
Akantu kokuvevura niko kantwengeje Manawe harabantu babesha nukuri
Umubanyi nahishikiye 💪💪💪 courage
Yves uravuze neza ngo "Claudia inzira wafashe gusubira inyuma bizogora". Bibwir a benshi bikumva benevyo
Yooooo Mana yanje ndumiwe Rita gabasha urumukinyi pe Joshua yasushe hamwe Naman wiwe ngwindege ntibasige murasekeje muhava mwisigira gusiba kweri😃😃courage vrt murashoboye
Ariko Fanny kotukwemera woyiduhaye kabiri mundwi
Asha numuriro kbx.thx umubanyi ararenze
Umubanyi m'y favorite film,abayikunda nkanje tumenyane
Ndakunda ukuntu yves akina nukur araca bugufi gose vrmt
Hahiyeee💥💥💥
Ndabakunda cane gose nimunyarutse iyikurikira
Simfise uko mvuga simfis aho mpera ngo mvuge ukuntu mbakunda egoooo Umubanyi wuno musi uratwitse pe Rita Imana ibahezagire kuburyo budasanzwe muri inkoramutima zacu ewe lundi nyaruka ndabe suite
Ego 💯 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ uramabariye ive
Big UP sana jew nguma ndabasabir umukama ahezagir ubikorwa vyanyu
Mwubahwe kabis muguma mutunyoteza
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ mubaze neza cha
Ewe Rita wacu urahagorewe.pole sana .Tera intambwe uja imbere kuko gukina film nivyo vyawe kuko jewe ukuntu wihangana birandenga
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ turababona
Piter aguye mukantu🤣🤣🤣
👌🏿👌🏿👌🏿👌🏿👌🏿❤❤
Nimutunyatukirize iyikurikir ndabasavye emwe mukomer Can imana ibandanye kubahinguvu muzemuduh impanuro nkizo
Wooo Rita inzira z'Imana zirenga igihumbi,hama turarindiriy ivya diaspora na Claudia iyobigiye guherera.
Courage vrm ndabakundaa rita komerezahoo
Lundi hazogera niranze Mungu weeeeeee.Faxine ubikora neza wubahwe mwiza
#3FA ni uruganda rwaba nyabwenge muvya cinema.niba mwicar mukiyumvira such kind of scenes nukuzi playinga like ...#mwubahwe, I like!
Oooh iheze ntabishaka murakina neza vraiment
Sha kiheze Irénze nimuyinyarutse
Mamaweee Peter barakagusheshe
Umubanyi ndamukunda vya vrai Fany mwandika neza isangemwonawe ndabakunda cn
yooh yves aritonda umengo ni really life,abagabo nkabo bahura n ibigore vy ibisazi
Ndabakundabantu banje mubikora neza mbega basha bizahererah ikinyoma kimara umus ntikimara umwaka
Mbega film iryoshe hejuru cane beza banj
Mwubahwe ndabakunda caaaneeeee
Mubanyi hejuru gwose
Sha ikigikogwa ndagikunze kabisa mukomeze kujimbere.peter ati iyobuba ubwumwe bwarikindi😀
Yew hagiy gusha gusa Yves mugih yariko araha claudia zirya mpapuro nisanz nariz disi arko ico mbona hagiy kubaba kwa claudia courage vrt 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Haaaaaa rita vyiz cn wabiteguy nez
Non nkub lundi izoger ryari 😉😉 ndabakunda
Mutama Gedeon wubahwe kandi courage vraiment murazi gukina
Uyumusi mbaye uwanyuma courage
Iyi épisode iratesa Fanny and libert mukomeze kwagukirwa
Mana yanje uwumusi nanje ndabaye mubambere ndasavye abaza munyuma yanje mundemere twatuntu hahire rimwe 🔥🔥🔥🔥 séries umubanyi hejuru cn courage nukuri mbakunda kanini ♥️♥️♥️ kubury nubwo noba ndiko ndafungur banza guhagarika nkaraba film zanyu 🙌🙌🙌🙌
Iratanguye kuryoha birenze pe. Mutunyarukirize iyikwirikira
Akazikeza turabakunda
Umuriro uratse kbxa💥💥💥
Rita Yves aramuhaye urunwano
Ikigice ndagikunz mukomer muter muj imbere❤️❤️🥰
Mubikora neza cane mukomere.
Mbasuhuje mwese bakunzi bumubanyi série umva umuntu bita Rita ankubise Surprise kbx muzamunsuhurize uti imigisha myishi ikubeho imana ishishikare iguha ubwenge
Waoooo mbega film nkunda weeeeeeeee❤❤❤❤❤❤❤
Abakunze yves kuvyakoreye rita mumpe like❤️
Komeza mutwigisha.koko Niko bimez muriyimis .inyigisho zanyu zarankuy ahant zinshits ahandi.umunt yitw Rita wew sinzomwibagira
NAkunze caaaane akajambo amubwiye ngo GUSUBIRA INYUMA NTIBIZOROHA
Mwubahwe kbx
Iyooo,ese uunezero ngize.Rita hejuru cane.ubikoze neza je numv neyohewe.Claudia koma kamusosi.
Abari mu rukundo na séries umubanyi 💕💕nkanje muze hano tuhatwike hashe
None kwiheze ningoga!!!! Ndabakunda mwarahezagiwe
Nimeron 1 abakunzi b Fanny Lavine nimunyibagir ،🙏🇧🇮abarundi tumenyan mur rwa Rukundo nyen nabakunda Film Umubanyi tumenyan🙏🥰ndabakund
Iri cool vrm fanny & nsoro hejuru muriyimisi muri munyishu
Murashoboye peee mwubahwe kandi vya vrai
Rita uvyitwaye mwo neza ariko iyongwe utaravye neza ndaho ikuraba ribi lmana ikurenger
Waaaaauuuh uwambere yamye aruwambere no gushika mu bwami bw' ijuru
Nzokwirabira iyo biherera nukuri
Harasha kbs vyanka vyakunda
Mwubahwe cane emwe nukuri Pete azogwa muyabira
Mwubahwe mubikora neza
Murashoboye kabisa mukina neza kweri
Ndikombona claudia ajegusaba imbabazi yves 🤗🤗🤗🤗ndaba❤❤❤❤nda
Umubanyi hejuru cane 💪💪💪
Rita musenge cane ibibazo vyo mugabo bizohera ❤️❤️❤️
Biratanguye guhara kwa papa Joshua
Abantu muja murukundo hama muhebanye mugatangura kwishuzanya muvyirinde kbx sivyiza hama Burundian film hejuru kbx turashoboye
Mbega abahungu ngovyasubiriy kuvebura abaye uyumazi rero yesu pita arafashwe kwl
Karigisha akaga film kweri courage Ababanyi
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ barasaba dakurahiye
Courage caane Hama ndashobora kuba nkunda Constance ukuntu akina ga Bashaa nje ndamukundaaa caane
Ndashaka suite ubunyene nfite inyota weeeee yingene bigiye kugenda mbega umuriroooooooooooooooooo
Uyu mukobwa abana na Rita arantwengej ngo rek ntutumenere ibiyo bash
Abari mu rukundo nkanje🥰 niyi Séries tumenyane mumpe like hahire rimwe🔥🔥
Abakunzi ba Ritha&James tumenyane
Nih twibereye
Wewe ivyo bintu vyo kudutanga bihagarare 💪❤❤❤❤❤❤
@@francinemasabo2907 🥰🥰
@@lyneburundi2443 bihagarare kandi biharawe😁😁🥰
Tumenyane vrt
Filme izoryohaa kbs mushishikre kwungura ubumenyiii Dii
Nukuri mugire vuba muduhe igice gikurikir
Abari bayikumbuye nka nje tumenyane🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bashaaa ko igiyeguhera knd iryoshee ham knd reo bandukorere ibintu ningoga vrmt ndimurukundo namwe
Manawe Rita aragowe mana mitabare
Iyunomusi yari ryoshe
Peter ukina neza vraiment neza cane avc bcp d sérieux 😍😍😍
Wawoo Peter arafashwe ubuho azireguziki
Ababonako Rita agiye kwinjira murukundo na Yves mump like
Ijana kwi Jana namaze kubibona nukuri kandi vyontesaaa🤣🤣🤣
Najew ndabibona kweli ibintu barabirembeje.Claudia nawe emwe agiy kwinjira mungorane zidasanzwe KK uwo mu diaspora wiwe sindamushira amakenga.arafis ikintu kitari ciza yimirij gukorera Claudia yaranamwahukanishij
Nabibony akimukira kw Yves
Egooo vyabaye
kabaye
Harahiy
Duheza UMUBANYI dusimbira nahano twihezagirirwa niyi ndirimbo bakunzi
ua-cam.com/video/a-ej6Mdo-Mo/v-deo.html
Nugushima IMANA Kuko niyo Idushoboza muri vyose ntimwibagire Subscribe na partage like na commentaire MWARAHEZAGIWE CANE 🙌🙏❤️
ua-cam.com/video/a-ej6Mdo-Mo/v-deo.html
Wawooo umubanyi niwemuryango mwubahwe 💋💋❤❤
Wauuuu harahiy koko umubanyi oyeee ibintu ni too much 👏👏👏👏👏
Birashimishike ahibintu bigeze
Ndabona hagiye gusha🤭🤭🤭
Iyi ndirimbo yubahwe kabisa
Jew iciye ituma ndabakunda kurusha SA turabakurikirana
Agasha kumubanyi karibu naho nacerew 🌹🌹🌹🌹🌹🌹🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇸🇦🙏🙏
Aba adventiste murabambere kuririmba vraiment ako karirimbo bacishijemwo naka bien
Basha abari murukundo niyi série murabe ntumenyane kuko nanj mbaye 2.waooooooo
Mucoooooo imbere canee wakinye ibintu bikuberey kuv nakakubonaa iyi ni very good,, muhezagigw n'imana
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 urafuwe pita cha
Wooow aho mujyeza muratwigisha komeza uwiteka azabibahembera
Vyavevuye😂😂😂😂nukuri uyumugabo arazigukiina fanny ndagukunda 🥰 🥰🥰 Canee wirambire muvyiyi
Ntamuntu anezera muriyi séries nka peter vrmt he's acting so well 🥰🥰🥰
Rutha bizorangira akundanye na Yves knd bizompimbara cane, clodia nawe azicuza nurwo rugabo😢
Akantu kokuvevura niko kantwengeje Manawe harabantu babesha nukuri
Umubanyi nahishikiye 💪💪💪 courage
Yves uravuze neza ngo "Claudia inzira wafashe gusubira inyuma bizogora". Bibwir a benshi bikumva benevyo
Yooooo Mana yanje ndumiwe Rita gabasha urumukinyi pe Joshua yasushe hamwe Naman wiwe ngwindege ntibasige murasekeje muhava mwisigira gusiba kweri😃😃courage vrt murashoboye
Ariko Fanny kotukwemera woyiduhaye kabiri mundwi
Asha numuriro kbx.thx umubanyi ararenze
Umubanyi m'y favorite film,abayikunda nkanje tumenyane
Ndakunda ukuntu yves akina nukur araca bugufi gose vrmt
Hahiyeee💥💥💥
Ndabakunda cane gose nimunyarutse iyikurikira
Simfise uko mvuga simfis aho mpera ngo mvuge ukuntu mbakunda egoooo Umubanyi wuno musi uratwitse pe Rita Imana ibahezagire kuburyo budasanzwe muri inkoramutima zacu ewe lundi nyaruka ndabe suite
Ego 💯 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ uramabariye ive
Big UP sana jew nguma ndabasabir umukama ahezagir ubikorwa vyanyu
Mwubahwe kabis muguma mutunyoteza
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ mubaze neza cha
Ewe Rita wacu urahagorewe.pole sana .
Tera intambwe uja imbere kuko gukina film nivyo vyawe kuko jewe ukuntu wihangana birandenga