Ubwambere Prophet Modèste avuze k'ubuhanuzi yavuze 2018 kuvyubutare/Bamubwiye ko aba Pastor bamwanka

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 гру 2024

КОМЕНТАРІ • 39

  • @AliceKanyana-gf6kk
    @AliceKanyana-gf6kk 2 місяці тому +1

    Prophète avugishije ukuri banga ikiri muriwe🙏Ameen

  • @Niyubuntuonesphore
    @Niyubuntuonesphore 2 місяці тому +6

    Ndi Ildephonse ndababazwa cane n,Abantu bamusevya Jew uwubishatse azomumbaze twararanye amajoro menshi can ndibuka atwigisha gusenga .Yadufukamika 1h tuyihejeje twaca dusenga tuzunguruka 1h nyen tuyirangije twaca dusenga twicaye wihenze ugasinzira waca usenga wikoreye intebe nukuri n,Umuntu adasanzwe nubu kumavi ndacafise inkovu

  • @MunezeroNadine-gi5ky
    @MunezeroNadine-gi5ky 2 місяці тому +2

    Abakozi b'Imana dufise ntibarii fort muvy'impwemu modeste ndamwemera

  • @adelenshimirimana5323
    @adelenshimirimana5323 2 місяці тому +1

    Prophet Modeste waravyibushe cane
    Amavuta yawe ndayemera
    Uri umuvugishwa n'Imana Isumba vyose

  • @berthebanderembako6828
    @berthebanderembako6828 2 місяці тому +2

    Imana iguhe amavuta yayo igukomeze Mukozi w'Imana
    Komera, komera shikama cane

  • @ndiyaigi7393
    @ndiyaigi7393 2 місяці тому +1

    Duhe adresse y'ahari ishengero rya Prophète Modeste

  • @ananiaskabura1755
    @ananiaskabura1755 2 місяці тому +1

    Imana ihe umugisha prophet Ambassador Modest
    Haleluya

  • @ammenadabbitangimana5093
    @ammenadabbitangimana5093 2 місяці тому +1

    Imana ibahezagire cane muranezereye canee kwiki kiganiro God bless you more Prophet

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 2 місяці тому +1

    Erega vyose bishobokera uwizera none Yesu nimba yaravuzeko tuzokora ibirenze none kwari jambo ry'Imana mupinga kuberiki komera mukozi W'Imana turaziko Yesu ashoboye vyose.

  • @DorineBishahu
    @DorineBishahu 2 місяці тому +1

    Kutamwemera ndumva bitahurits...kuko ikir muriwe nicogihambaye cane...UHORAHO amwongererez Amavuta

  • @espykamali9271
    @espykamali9271 2 місяці тому

    Gewe Prophet Modeste ndamwizera peee nahoze mukwilikira ibintu byose yahanuye byarasohoye ❤

  • @rablaasdq2341
    @rablaasdq2341 2 місяці тому +1

    Numva mfashijwe rekimana yitwe Imana

  • @KabandaClaude-k2z
    @KabandaClaude-k2z 2 місяці тому

    Nibyo naramukwirikiranye yarabivuze pe ndakwemera modeste.

  • @blandinehategekimana6831
    @blandinehategekimana6831 2 місяці тому +1

    Imana igukomeze pasteur modeste

  • @clairendayikeza2895
    @clairendayikeza2895 2 місяці тому +2

    Turafise abavugishwa n'Imana mu gihugu cacu.

  • @clairendayikeza2895
    @clairendayikeza2895 2 місяці тому +2

    Ariko Ambassador, warahevye guhanurira ibihugu! Burya buvugishwa bw'iko indagara zizosesa narabwiboneye kuri you tube. Kandi vyarabaye mbona. Urasubira udusabire zigaruke. Turazikumbuye.
    Wari wavugishijwe ko amazi ya Tanganyika azoduga agatera mu mazu. Navyo nyene twarabibonye. Imana igukomeze, iguhe umugisha.

  • @clairendayikeza2895
    @clairendayikeza2895 2 місяці тому +1

    Igihe kigiye kugera abo birirwa baja ku bapfumu bazoza kurondera ico Imana ibavugako.

  • @kabakure1805
    @kabakure1805 2 місяці тому +1

    Amen mukozi w Imana

  • @wivetv7867
    @wivetv7867 Місяць тому

    Love from wive tv

  • @Niyubuntuonesphore
    @Niyubuntuonesphore 2 місяці тому +2

    Ndibuka cane atubwira NGO harigihe tuzomushimira KK ivyubwenge mumpwene yanyigishije nivyonkoresha Nariye uburozi 2fois ariko Nari nabubonye nasha abariko barabikora ndabereke imbaraga z,Imana nubu banyita umurozi mfise intahe nyishi cane ndazi hari nizo prophet azumvise yotangara cane nuwuzoshaka ivyo yahanuye kuva 2018 tumenyanye azombaze.Iyaba mu Burundi ndukunda Imana tukamwiyegereza twotera imbere ariko igihe kimwe bizokunda

  • @Niyubuntuonesphore
    @Niyubuntuonesphore 2 місяці тому +1

    Prophet ndagutweze Gato ntanubwo mubizi kugirango ntagure kumva ijwi ry,Imana mwambwire ntware irya ntebe mwicarako Muri source du Nil nca ndiruhuts nca ndayishira kumutwe ngenda ndasenga kuva uyomunsi kugeza nubu biracankorere ariko sindaza gushima ariko igihe kimwe nzoza gushima nivyinshi can mfise nciye kumayange

  • @pasteurregisndayikenguruki1204
    @pasteurregisndayikenguruki1204 2 місяці тому +1

    Powerfull

  • @ElianeHaberisoni
    @ElianeHaberisoni Місяць тому

    Komera ubandanye ukomera profete mu mwami ahubwo ugiye gukuzwa caaaane ikiganiro kiranezereye cane sinarindankuzi
    Bataragushira kuma réseau sociaux

  • @Aimelouangeigiraneza
    @Aimelouangeigiraneza 2 місяці тому +1

    🔥🔥🔥🔥

  • @eliaselyonmutoni
    @eliaselyonmutoni 2 місяці тому +1

    Glory to Jesus

  • @annickhavyarimana2773
    @annickhavyarimana2773 2 місяці тому +2

    Umuntu w'impumyi abafarizayo n'abanyabwenge bamubwiye ngo vugako uriya muntu《 ARUMUNYAVYAHA》Yabishuye ngo...Ivy'ivyaha vyiwe is not my business @@@ narimpumyi none NDABONA 😂Iconzi nuko Prophet Modeste ar'umukozi w'Imana👍👍🙌
    Ntamuhanuzi yemegwa iwabo😂

  • @KamarizaAngélique-w4d
    @KamarizaAngélique-w4d 2 місяці тому +2

    Uko nukuri

  • @arakazadonfleury208
    @arakazadonfleury208 2 місяці тому +1

    Amen

  • @LéonidasNahishakiye
    @LéonidasNahishakiye 2 місяці тому +2

    Ivyobiwanivyanyu

  • @piecongera2695
    @piecongera2695 2 місяці тому +1

    adresse yanyu tUrayikeneye

  • @necelatenitunga
    @necelatenitunga 2 місяці тому +1

    Shalom nakurikiye ikaganiro ndakiriye kuronka ivyo nsengera gukira ingwara ngwaye mwizina rya Yezu ndashaka muduhe numero ya prophète modeste

  • @ShimiJaja-l9v
    @ShimiJaja-l9v Місяць тому

    Warasaze kabisa

  • @LéonidasNahishakiye
    @LéonidasNahishakiye 2 місяці тому +2

    Mufundikanya

    • @ManaUriNkuru
      @ManaUriNkuru 2 місяці тому

      Baramaze kwihitiramwo. Mbabazwa n’abatazi Jambo uw’ariwe ntibamenye ico Abikorinto ba kabiri 11:14 havuga.

  • @ShimiJaja-l9v
    @ShimiJaja-l9v Місяць тому

    Umurozi gusa ngo urumukozi wiman nah urumukoz wa satani

  • @mahoroaudrey6504
    @mahoroaudrey6504 2 місяці тому +1

    Amen