Це відео не доступне.
Перепрошуємо.

Intahe y'abana b'umudiaspora wo muri Amerika yubakiwe na BMBC.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 18 сер 2024
  • BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012.
    Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira:
    -Email: Info@bmbc.bi
    -Whatsapp: +25779500227
    -UA-cam:BMBCburundi
    -Siteweb:bmbc.bi
    Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe.
    Mwokwibuka kandi ko mushobora kandi kugura amazu kw’ideni muri BMBC muri projet #BMBCHOMES.

КОМЕНТАРІ • 4

  • @-vj7os
    @-vj7os 2 місяці тому

    Muyobozi ndavye ishaka ufise nibikorwa umaze gukora baguhe amashurwe yawe.

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 2 місяці тому

    Nmwuback buja yonse komwacyiye mu be ireka inyiburundi ninhorane muriko mwigana urwanda😅😅😅😅😅😅atahomuragera😅😅😮

  • @SadikiBitangimana
    @SadikiBitangimana 5 місяців тому

    Murazi kubaka ariko nibiciro muzoze murabivuga bituma abantu baba attractive.

  • @Ida35715
    @Ida35715 5 місяців тому

    Murakoze. Muzodufashe mugire amélioration ya site internet yanyu pour mieux naviguer (surtout ku bantu twipfuza kuba contacta après avoir se renseigner sur vous, vos ptojets déjà réalisés). Merci.