BMBC BURUNDI CONSTRUCTION ARCHITECTURE
BMBC BURUNDI CONSTRUCTION ARCHITECTURE
  • 462
  • 153 031

Відео

Ibanga mutamenye ku vyerekeye Diaspora City , wa mugambi wo kwubaka amazu adasanzwe agurishwa
Переглядів 4,5 тис.28 днів тому
Iyandikishe kugura inzu muri #diasporacity wironkere inzu mu kibanza kidasanzwe muri projet iri ahantu heza kurusha ahandi hose mu #Burundi . -NTA embouteillage -nta mwanda -amabarabara aragutse -parcelle ziragutse -quartier diplomatique -Nta rwamo -urashobora kugura inzu utiriwe uratanga avance,... umviriza igituma abantu bariko bagura amazu ku bwinshi muri #Diasporacity kandi umugambi utarana...
Ni uruhe ruhara rw'abenegihugu mu gukingira ibidukikije?
Переглядів 5428 днів тому
Ni uruhe ruhara rw'abenegihugu mu gukingira ibidukikije? Twokingira gute amashamba? Kurikirana ikiganiro twagiriraniye n'umuyobozi ajejwe ibidukikije amazi n'isukura mu bushikiranganji bw'ibidukikije.
Inzu za mbere zizimbutse i Bujumbura. BMBChomes Tenga
Переглядів 803Місяць тому
Inzu za mbere zizimbutse i Bujumbura. BMBChomes Tenga
BMBC Homes
Переглядів 254Місяць тому
BMBC Homes
Sosiyete yo muri KENYA yaje kwirabira IBITANGAZA vyo muri BMBC
Переглядів 1982 місяці тому
Twaje tuva muri KENYA twasanze BMBC ikora ibikora inka tuboneyeho no kubwira incuti zacu ziri CONGO,TANZANIE nahandi ko...ibitangaza biriko birakorwa ngaha mu BURUNDI na BMBC. Abo nabashitsi baje bava muri KENYA muri société #OPTIVENGROUP
Garage yo gukora #ubwato, #indarayi kuri port ya Bujumbura, #amabarabara, kwubaka amato.Tega amatwi
Переглядів 2802 місяці тому
#Inyubako #AMPB #globalportservices Ikigo kijejwe uruja n’uruza mu biyaga n’ugutunganya ibivuko mu Burundi (Autorité Maritime et Portuaire du #Burundi, #AMPB) kiriko kirarangura imigambi ihambaye yo kunagura no guteza imbere ibivuko na cane cane ikivuko gikuru ca #Bujumbura. Iruhande y’ibikorwa vyo gukingira ikivuko no gusubiza mu buryo ivyononywe n’amazi y’ikiyaga #Tanganyika mu rushana ruhiti...
INTAHE Y'UMUDIASPORA WO MURI AMERIKA
Переглядів 1112 місяці тому
Imyaka itandatu yari iheze dukorana ariko tutazinanyi, kurikirana ikiganiro twagiraniye n'umukiliya w'ishirahamwe BMBC aba mu mahanga aho adusigurira ukuntu bamenyanye ndetse n'ukuntu bakoranye imyaka itandatu yose atawurakubita ijisho uwundi. Mu ntahe ya mbere mwarakurikiranye ikiganiro twagiraniye n'abana b'uyu Mudiaspora mwarumvise ukuntu bashima cane, nimba utayikurikiranye fyonda ngaha: ac...
Intahe y'abana b'umudiaspora wo muri Amerika yubakiwe na BMBC.
Переглядів 1082 місяці тому
BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012. Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira: -Email: Info@bmbc.bi -Whatsapp: 25779500227 -UA-cam:BMBCburundi -Siteweb:bmbc.bi Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo s...
Intahe y'umudiaspora wo muri Canada yubakiwe na BMBC.
Переглядів 2762 місяці тому
BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012. Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira: -Email: Info@bmbc.bi -Whatsapp: 25779500227 -UA-cam:BMBCburundi -Siteweb:bmbc.bi Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo s...
Umukiriya wacu ATI: BMBC uyihaye akazi nta stress!!
Переглядів 2222 місяці тому
Umukiriya wacu ATI: BMBC uyihaye akazi nta stress!! Nimba Namwe mwipfuza kwubaka, twandikire kuri whatsapp 257 79500227 dutegure imigambi yanyu.
Nta mwuga udakiza. Urwaruka rwibeshaho mu gutamba mu manza
Переглядів 3204 місяці тому
Nta mwuga udakiza. Urwaruka rwibeshaho mu gutamba mu manza
Aba entrepreneurs badateje imbere igihugu nti gitera imbere .
Переглядів 2404 місяці тому
Aba entrepreneurs badateje imbere igihugu nti gitera imbere .
Mwari muzi yuko BMBC ari ikibanza ciza co kunononsoreramwo ivyigwa ?
Переглядів 3934 місяці тому
Mwari muzi yuko BMBC ari ikibanza ciza co kunononsoreramwo ivyigwa ?
" Abantu bakunda kuguma bagaragura amahera ntibashobora gutera imbere"
Переглядів 2154 місяці тому
" Abantu bakunda kuguma bagaragura amahera ntibashobora gutera imbere"
"Abantu badakora, Ibinebwe batera ibibazo mu kibano"
Переглядів 754 місяці тому
"Abantu badakora, Ibinebwe batera ibibazo mu kibano"
Moral mu kazi niki?
Переглядів 1244 місяці тому
Moral mu kazi niki?
Diriger c'est anticiper
Переглядів 544 місяці тому
Diriger c'est anticiper
Abantu bakunda kuguma bagaragura amahera ntibashobora gutera imbere.
Переглядів 1594 місяці тому
Abantu bakunda kuguma bagaragura amahera ntibashobora gutera imbere.
Nta muntu ashobora gukora ibintu bihambaye mu mwanya muto.
Переглядів 2954 місяці тому
Nta muntu ashobora gukora ibintu bihambaye mu mwanya muto.
Yiga kaminuza yongera akora amashurwe ubu niwo mwuga umutunze. umviriza Intahe ya Urielle Benimana.
Переглядів 1524 місяці тому
Yiga kaminuza yongera akora amashurwe ubu niwo mwuga umutunze. umviriza Intahe ya Urielle Benimana.
«ABANEBWE, ABANTU BAKORA BIKWEGA » nibo basubiza igihugu inyuma
Переглядів 1374 місяці тому
«ABANEBWE, ABANTU BAKORA BIKWEGA » nibo basubiza igihugu inyuma
#BMBCswimingpool Bavuga bati :" Inkono yahiye neza!!!"Nyene iyi nzu tugomba tuyimushikirize.
Переглядів 1375 місяців тому
#BMBCswimingpool Bavuga bati :" Inkono yahiye neza!!!"Nyene iyi nzu tugomba tuyimushikirize.
#BMBCHomes Tenga:Izisigaye ziraharuye,ntutangwe gufata #inzu.
Переглядів 1,4 тис.5 місяців тому
#BMBCHomes Tenga:Izisigaye ziraharuye,ntutangwe gufata #inzu.
#Bishasha:Irabire uruganda rutura rw'intebe n'imiryango rwa #BMBC.
Переглядів 1625 місяців тому
#Bishasha:Irabire uruganda rutura rw'intebe n'imiryango rwa #BMBC.
Muri BMBC bati:"Dukoranye na #BGF turashobora gufasha umudiaspora kumwubakira ku ngurane."
Переглядів 1325 місяців тому
Muri BMBC bati:"Dukoranye na #BGF turashobora gufasha umudiaspora kumwubakira ku ngurane."
Umuyobozi wa #Bmbc mu kiganiro n'ikinyamakuru #umukubito ati:"Muri #BMBC turafise uburambe bukwiye."
Переглядів 2225 місяців тому
Umuyobozi wa #Bmbc mu kiganiro n'ikinyamakuru #umukubito ati:"Muri #BMBC turafise uburambe bukwiye."
"Ugiye muri #BGF uvuga ko ukeneye kwubakirwa,bakubwira ati genda muri #BMBC muvugane."
Переглядів 1215 місяців тому
"Ugiye muri #BGF uvuga ko ukeneye kwubakirwa,bakubwira ati genda muri #BMBC muvugane."
#Birashushe:Kwirikirana #ikiganiro kidasanzwe umuyobozi mukuru wa #BMBC yagiraniye na #Umukubito.
Переглядів 7425 місяців тому
#Birashushe:Kwirikirana #ikiganiro kidasanzwe umuyobozi mukuru wa #BMBC yagiraniye na #Umukubito.
BANYIRUKANYE BANYAGIRIZA NGO NIVYE INDYA
Переглядів 755 місяців тому
BANYIRUKANYE BANYAGIRIZA NGO NIVYE INDYA

КОМЕНТАРІ

  • @HabimanaLibert-p9d
    @HabimanaLibert-p9d День тому

    How much

  • @godelivendayikengurukiye4064
    @godelivendayikengurukiye4064 6 днів тому

    Wotubwira ibiciro none?

  • @UFUGOBora
    @UFUGOBora 9 днів тому

    Intéressé

  • @UFUGOBora
    @UFUGOBora 9 днів тому

    Intéressé

  • @UFUGOBora
    @UFUGOBora 9 днів тому

    Intéressé

  • @DUSHIMEMUSICGROUP
    @DUSHIMEMUSICGROUP 13 днів тому

    Igurwa angahe?

  • @edwardhavyarimana6205
    @edwardhavyarimana6205 22 дні тому

    None aho Apartement imwe nangahe

  • @doucekabirigi4407
    @doucekabirigi4407 25 днів тому

    Ni vyiza gose ariko aho hantu kweri si mu mazi?

  • @RodneyMugisha
    @RodneyMugisha 27 днів тому

    vya kwer

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 27 днів тому

    Komera ejo na wewe bazovuga ko wiba ama parcelles y’abantu mugabo abatwaye amazu 1972 ntibavurwa

  • @KuzikoTV
    @KuzikoTV 27 днів тому

    Guys murafise ivyiyumviro vyiza arriko uko mubishikiriza ngo quartier diplomatic nibiki ngo uzova muriyo quartier utabanj kuja muri ville. None nta miryango ashobora kuba afise uyo muntu mu ruziba cank ku mutanga? Ikindi naco jew mfis amafaranga yanj nikubwanj nogenda inzu yanj nkayishira mwijenda ikaba ifise ivyo vyose muvuga, nayo ahohantu haca indege umwanya wose iyo sonore muvuga ntibikibaho ! Ivyo bisagara vyugay bibamwo community zabantu bo hasi cane kubarundi bataratembera bozigura vrma aho murico kiyaya. Aho naho kurima

  • @NordeliphazNshimirimana
    @NordeliphazNshimirimana 27 днів тому

    Itrambre kughug ccu

  • @SMP1995
    @SMP1995 27 днів тому

    Ni vyiza ariko ukuntu uvuga ntibiri courageux, Raba muhindure muvuge muri posé. Mumbabarire.

  • @Vision2300
    @Vision2300 27 днів тому

    Si le burundi continue avec cette esprit de construction 🚧 vous allez arriver très loin dans le développement

  • @alexisbazagari
    @alexisbazagari 28 днів тому

    Turungikire Number Yisimu dushobora kubaronkako. From USA 🇺🇸

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 28 днів тому

    Nukubasengera❤❤❤

  • @robinsontubili899
    @robinsontubili899 28 днів тому

    Murubaka Neza pee Mgabo nikuki mtubaka inyubako zile zile cane kuja hejulu cane kugira muhindure ishusho yi igisagara ca Bujubura nukugiha agaciro igisagara nikibone kwa arigisagara gifise inyubako ntonto ntigite agaciro Bujubura cubake inyabako ndende na nini rwoce za amaetaje agerece cane nka,New york muri za America

  • @bennimubona6105
    @bennimubona6105 28 днів тому

    None ga ngo harasumba i Kiriri?

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 28 днів тому

    Barabaziye vuba batubwire kwo muri kwihagira amatongo y'igihug courage

  • @user-hn1sf7qz5v
    @user-hn1sf7qz5v 28 днів тому

    Mba windoek. Ndabaza nimba 100millions noronka inzu

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 28 днів тому

    Basha bababirigi buruhu rwirabura nkamakara ateka barakuziriye ,courg brooo

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 28 днів тому

    Zanyanka birama ziraje nawe zikwatake bandanya mujimbere ariko mwirinde gukoresha ibikwa vyibiti mugure ivyuma kugira dukingire nibidukikije

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 28 днів тому

    Komukoreshya amasuka muraboba muzabigerahovuba

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 28 днів тому

    Mwubak buja yonse turebibyanyu

  • @chadrackmunezero1316
    @chadrackmunezero1316 28 днів тому

    Gusa muracakoresha amasuka Fabric yubahw

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 28 днів тому

    Very nece.❤ Nashaka kumenya imyaka bizofata? Ntimwadusiguriye! None 2 Years or 3 Years ?. Mwaduha umuco.

    • @SergesNduwimana-g4p
      @SergesNduwimana-g4p 28 днів тому

      Kabisa uburundi bugye kuba paradison

    • @jeannkuru2887
      @jeannkuru2887 28 днів тому

      Cane. AHO AMAZI NA AMATARA NA INTERNET BIZABONEKA 24H/24H00!

    • @UFUGOBora
      @UFUGOBora 9 днів тому

      @@SergesNduwimana-g4pintéressé

  • @raid9371
    @raid9371 28 днів тому

    Keep up the good work brother

  • @marietheresenyandwi8671
    @marietheresenyandwi8671 29 днів тому

    ❤❤❤❤ so beautiful Burundi 🇧🇮 future ❤

  • @marietheresenyandwi8671
    @marietheresenyandwi8671 29 днів тому

    ❤❤❤❤ so beautiful Burundi 🇧🇮 future ❤

  • @SlimShabani
    @SlimShabani Місяць тому

    Ntugire icitwazo nimba mwarariye amahera yabandi muzoyanya basha ntugire icowitwaza

  • @nduwimanaestella4395
    @nduwimanaestella4395 Місяць тому

    Tubwire twigurire

  • @Universdesign-zz7sl
    @Universdesign-zz7sl Місяць тому

    Bon travaux

  • @ProsperNdayiragije-en9sn
    @ProsperNdayiragije-en9sn Місяць тому

    Mwarubatse neza nivyo ariko izotsinga ziri kuri television murabe muzinyegeze ninyinshi cane

  • @ProsperNdayiragije-en9sn
    @ProsperNdayiragije-en9sn Місяць тому

    Icogitambara kiri kumeza sico muriyonzu nukuri

  • @Berchiche14
    @Berchiche14 Місяць тому

    Muze mushiraho ibiciro kugira ngo n'uwudafise akazi bimuhe morale yo kukarondera arwanira kugura inzu muri izo nzu zanyu.

  • @saras1134
    @saras1134 Місяць тому

    BIRABEREYE IJISHO ❤❤❤❤❤❤❤❤ BMBC HEJURU CANE. KWIVYO BICAPO AYOMABARABARA NIKO MUZOYAKORA NYENE ? HABA NGAHO NO MUGAHAHE NO MWITENGA ??

  • @saras1134
    @saras1134 Місяць тому

    Ikibazo mfise niki ..ayo mubarabara mutwereka muri video niko azoba ameze mwitenga ??

  • @saras1134
    @saras1134 Місяць тому

    Ndababaze akababazo munyinshure muzobamukoze .uko ibarabara rimeze kugicapo Namwebwe niko rizoba rimeze ? Umengo harimo ipave. Munyinshure ko Namwebwe ibarabara rizoba rimezuko🙏🙏

  • @saras1134
    @saras1134 Місяць тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤BMBC❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Vision2300
    @Vision2300 2 місяці тому

    Félicitations et courage

  • @Vision2300
    @Vision2300 2 місяці тому

    C'est bien de voir qu'on peut faire confiance à nos sociétés de construction, franchement bravo, c'est très rare en Afrique de trouver de sociétés de construction sérieux sans se faire escroquer 😊

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 2 місяці тому

    Noe bizubakwa ryari ??

  • @thepeacefulwarriorspodcast84
    @thepeacefulwarriorspodcast84 2 місяці тому

    Yesu nashimwe. Amen 😅

  • @user-sq9us1ol4o
    @user-sq9us1ol4o 3 місяці тому

    Ko mutavuga ibiciro vyazo ?

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 3 місяці тому

    Ibibyiza birikugakibgunsa cyangwa murwanda😢gonse yamara burundi wao

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 3 місяці тому

    Ahomwaberey mibiganiro nibyapa mubona muzabigerah😅😅rekurwanda rwonse nidubai imihanda myiza amatara kimihanda amavurir meza ibibiga byimyidagafur myiza ewe burundi uragowe bujyumbura yanyu yo irutwa nintara imwe yurwanda mugusaneza😅😅😅😅😅

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 3 місяці тому

    Naho mwubak ntimuzamera.nkakigal8 yacyu nziza cyangwa urwanda

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 3 місяці тому

    Nmwuback buja yonse komwacyiye mu be ireka inyiburundi ninhorane muriko mwigana urwanda😅😅😅😅😅😅atahomuragera😅😅😮

  • @mickeyboss0503
    @mickeyboss0503 3 місяці тому

    Nta biciro mwatubwiye ariko

  • @-vj7os
    @-vj7os 3 місяці тому

    Mwubahwe