THANKS VERY MUCH MY PRESIDENT I AM WITH YOU ON THAT PURPOSE. MAY GOD ANSWER ALL OUR PRAYERS FOR OURSELVES AND OUR COUNTRY IN OUR ALMIGHT GOD ABOVE ALL FOREVERMORE
Mwibagira vuba, prenez-vous en mains . Je suis persuadé que ds une semaine l'armée rwandaise peut être à Bujumbura. .chaque fois le Rwanda . Que faites vous pour dissuader les ennemis du Burundi ? Arrêtez de pleurnicher et de parler ! Équipez vous militairement, formez des grands combattants en équipements modernes et techniques modernes, Mr le Président
Ubu abarundi bakeneye kugwana nugwanda? Canke bakeneye umuti wa gas ⛽️ na job amabarabara niterambere ryabene gihungu abantu bararira hungry nawe ukabatuma kugwan 😂😂 karibu sana door is always open ☺️😀😅😂😂
Ndayishimiye Gature inda muziko Ndumurundi Ndakuvumye wamugome we uzapfa vuba cyane
HAPPY MERRY CHRISTMAS AND NEW YEAR FOR ALL OF US TOGETHER AS BIG ONE LIVING FAMILY FOREVERMORE AMEN
THANKS VERY MUCH MY PRESIDENT I AM WITH YOU ON THAT PURPOSE. MAY GOD ANSWER ALL OUR PRAYERS FOR OURSELVES AND OUR COUNTRY IN OUR ALMIGHT GOD ABOVE ALL FOREVERMORE
Un discours très magnifique
Umusaza wacuwe numuvyeyi nakibi abifuriza nkokomukimwifuriza arikoturahari nkabanyarwanda tumurinyuma❤
Ndayishimiye shiramo politique apana kuvuga nkumu civile
Kukibazo cinzahabu mworaba ukuntu hoboneka ahozigurishirizwa hazwi kandi hegengwa namatego hamwe nuwoyitora mumwonga yoyishora akariha ikori ariko apana ikori risumvya agaciro ico yashoye Hama igihugu naco kikazegeranya kikazishora kwisoko mpuza makungu hama amadorari zigurishijwe akaza gukora ivyankenerwa nkuko mubindi bihugu babigenza.
Uwomugabo ndayishimiye ivyo akinanavyo navyazi aragirira ishyari urwanda kubera rurigutera imbere cyane navuge azahora izonjanga avuga nubundi nazoturya umunu wumugabo acyurira abantu isambaza 😂😂😂😂
Turakeneye carburant
Umutama wacu ndukunda twese turikumwe birashoboka
Muhezagigwe cane
Niharambe uburundi nabarundi bose.turinyuma yawe
Vumera Vumera mutama niwubahwe nabose ibisigaye Mungu yupo
Ubwose mucukura peterori mwabamumezemute twe abanyarwanda natikutugira mugumane amatikuyanya
Ramba
Ramba sogo uvugukuri
Abarundi icyo mbabwira nuko mwaba maso urwanda ruzabambura igihugu mukabaho mwiteguye
😂😂😂😂
Ntasoni ndagutwenze pe😂
Nasaba twebwe abarundi ko tuto kubita urugohe inkotanyi zishaka kuducanishamwo abahima nukubara bira hafi
Komeza urugendo n'aho hari bandayamutaye n'abanzojiyobiri basinzikaje igihugu bishinga kurundarunda nk'amasiha.
Ntankeka ejo niheza. Bime amatwi bazotinda baruha. Twibandanirize urugendo rw'iterambere ejo ni heza.
Imbonakazoza 2040-2060 irashoboka kandi tuzoyishikako
None kagame agomba kwigira Hitile Wa Africa??
Mwibagira vuba, prenez-vous en mains . Je suis persuadé que ds une semaine l'armée rwandaise peut être à Bujumbura. .chaque fois le Rwanda .
Que faites vous pour dissuader les ennemis du Burundi ?
Arrêtez de pleurnicher et de parler ! Équipez vous militairement, formez des grands combattants en équipements modernes et techniques modernes, Mr le Président
😂😂 abanyarwanda naguvu bafishe kubarundi,, Burundi si Congo 🇨🇩,, mutekereze😂
Jew icombona nuko nyakwubahwa wokora bike vyiza abasuma ubafunge Hama urwanda narwo tuzorwirwaniriza nkabene gihugu kimwe mwebwe raba ivyiterambere ibindi turabibona kimwe musamaye abarundi nibasonza ntibazirwanira kubera ntaco bazoba bohomba kimwe uwufise icahomba arwana nkimbwa isara kora komoshoboye turonke ivyankenerwa ibindi tuzovyimenyera nyakwubahwa
Ubundi ntabugenzi bushoboka kurwanda kuko bafise kamere yo kwubira bagatoba bagahungabanya umutekano wibihugu baturanye bakabikora bucece bacishije mugahengwe kamahoro kahari.
Kchisekedi prsdent wa congo yabaye incuti yurwanda akanya gato gusa,kagame yakavyajemwo umusaruro wo kuvyura M23,,ubunaho uburundi bubaye incuti yurwanda akanya gato gusa,kagame aronse akaryo ko kuzamura Red Tabara,,muri make Urwanda ruraribwaribwa iyo hari ituze mubihugu bibanyi,rutunzwe no kurira munduru zibindi bihugu,,so rurakeneye nago guhonjwa kunduru rukimviriza.
Ubu abarundi bakeneye kugwana nugwanda? Canke bakeneye umuti wa gas ⛽️ na job amabarabara niterambere ryabene gihungu abantu bararira hungry nawe ukabatuma kugwan 😂😂 karibu sana door is always open ☺️😀😅😂😂
Uburundi si Congo,mube magabo
@@gerardmanirema4621 muri Congo bamfise 95 millions people naho uburundi ni 12 Millions Gusa 😂😂😂
Caratunaniye gutwara kabisa raba tugisubize abatutsi bagabo neva wewe ntakintu ashoboye aratari gutera ugwamo nokwiba igihugu
😂😂 mubarire
Mbega ayomacakubiri urigusubiza mubarindi, ubwo nturi Shetani?
Komera mutama