Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Impanuro za gusa Murakoze cane ❤❤
❤
Muhire umugisha. Ijambo ry,imana riradegenvya koko Jn 8 30s. Ntiritera ubwoba. KO Imana itibagiye ko izoducira urubanza, ntibisigura kuzoduhana. Ni gushira aho intahe ishize. Umwe aronka ibimukwiye. Ijambo ry,Imana Si iterabwoba rero. Ni umuco umurikira imitima yemera. Ukoze nabi uhembwa nabi, ukoze neza uhembwa neza (ku Mana) Murakoze!
Apôtre nivyo muvuze ukuri kuzima kabisa! abantu ntibashaka kwumva ukuri , bible ivuga ngo mu misi y'iherezo abantu benshi bazokwanka kwumva ukuri kuko kuzoba kubarya mu matwi yabo ngo ntibakwumve.
None wewe Lenine usengera he? Ko nakubonye wambaye costume nziza urikuvuga ubutumwa mu bakizwa ubu naho nkabona ufise Chapel nibite! Ibiganiro vyawe biraturyohera❤ pe ariko ukwizera nakqo mbuze aho mpagarara.
Ico cirwa nico vt!pour quoi je veux me marie?
Impanuro za gusa
Murakoze cane ❤❤
❤
Muhire umugisha. Ijambo ry,imana riradegenvya koko Jn 8 30s. Ntiritera ubwoba.
KO Imana itibagiye ko izoducira urubanza, ntibisigura kuzoduhana. Ni gushira aho intahe ishize. Umwe aronka ibimukwiye. Ijambo ry,Imana Si iterabwoba rero. Ni umuco umurikira imitima yemera. Ukoze nabi uhembwa nabi, ukoze neza uhembwa neza (ku Mana) Murakoze!