Urugendo 1187🇧🇮DOKIMANTATION IRAGISIBIJE MURUMONGE😭😭😭

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 49

  • @NdikumanaAbdlh
    @NdikumanaAbdlh Місяць тому +4

    Abarundi Imana ikwiye kuturimbura twese hakaza abandi

  • @TuyisengeEmmanuel-e5b
    @TuyisengeEmmanuel-e5b Місяць тому +2

    Imana idufashe

  • @KanyangeFélicité
    @KanyangeFélicité Місяць тому +1

    Ntimujane nyabahururu iryo nirementanya suko vyagenze ico kibazo Kiri muminwe yubutungane ahubwo uwatanze iyo nkuru akwiye gukurikiranwa n'ubutungane

  • @MmatthiasMmathias
    @MmatthiasMmathias Місяць тому +5

    Biragoye caane.
    Ubuzima bwabantu burageramiwe,ariko imana ibagirire neza i

  • @FablonMwewa
    @FablonMwewa Місяць тому +1

    😢😢😢😢😢 amarira

  • @KanyangeFélicité
    @KanyangeFélicité Місяць тому +1

    Nicolas nawe wavuze ayo makuru ukwiye gusaba ikigongwe kuko ntamakuru atomoye ufise warahengamye muriyo nkuru

  • @JaheimMbazumutima-ns9mg
    @JaheimMbazumutima-ns9mg Місяць тому +1

    😢😢😢 Turagowe kabisa. Twarinjiranwe n'amadayimoni y'abicanyi yambaye uruhu rw'abantu ari impfyisi.
    Uhoraho Mushoboravyose turamusavye kubw'ubugombe bwiwe natabare abariko bahohoterwa bakubagurwa n'abo bakingiye.

  • @AlexandreNdarishikanye-qr8oh
    @AlexandreNdarishikanye-qr8oh Місяць тому +2

    MUHOHO Yar'umushingantahe naho yavyaye ubigaba 😢😢ntibohuza kuko yarafisee ibintu vyinshii, yari yararondeyeee

  • @NdayisengaJacqueline-gw5vd
    @NdayisengaJacqueline-gw5vd Місяць тому +1

    Discipline irakenewe caaane mubisata vyooose.Imana nyenuburundi irengere abarundi❤

  • @ReverienNsengiyumva-uv6ie
    @ReverienNsengiyumva-uv6ie Місяць тому +1

    Imana Ihora ihoze Ayo maraso y,indenganywa azobahumira tuu ubwabo bosubiranamwo bamarane

  • @venantmbonimpa9496
    @venantmbonimpa9496 Місяць тому +1

    Nihatari kweri

  • @ButoyiThierry-j8e
    @ButoyiThierry-j8e Місяць тому +2

    Vyo Mu Rumonge nivyoroshe nukuri none nkibibintu bakora

  • @jeanmariendihokubwayo6410
    @jeanmariendihokubwayo6410 Місяць тому

    😢😢😢😢😢😢😢

  • @TuyisengeEmmanuel-e5b
    @TuyisengeEmmanuel-e5b Місяць тому +1

    Yampay'inka

  • @ntakirutimanaYves-dg2dv
    @ntakirutimanaYves-dg2dv Місяць тому +2

    😢😢

  • @nishimagizwelambert8113
    @nishimagizwelambert8113 Місяць тому +2

    Asha birababaje pe

  • @NzoyirataBruce
    @NzoyirataBruce Місяць тому +1

    😭😭😭😭sha twaragowe pe

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 Місяць тому +1

    Biratey agahinda ivyiburundi iwacu kweri 😢😢😢

  • @AnacletNkurunziza-v1s
    @AnacletNkurunziza-v1s Місяць тому +2

    Konumva bitaryoshe

  • @SimonNtirampera
    @SimonNtirampera Місяць тому +1

    Inyuma yo kurira nizeye ko hakurikira guseka (gutwenga)

  • @arsenearakaza1385
    @arsenearakaza1385 Місяць тому +1

    Nihatar kwl

  • @PhilistinNdabubaha
    @PhilistinNdabubaha Місяць тому +2

    Yampayinka!!!!!!!

  • @NiyoyitungiraEgidematafa
    @NiyoyitungiraEgidematafa Місяць тому +1

    Ivy'uburundi nivyo gusengerwa,na président ubwiwe aremanga ko atabutungane buhari.Hatagize icakora kiboneka abantu batobato turenganijwe tukiriko

  • @Pierre-h5c
    @Pierre-h5c Місяць тому +3

    Komeza ushira ahabo ivyahishijwe

  • @NdindiriyimanaEtienne
    @NdindiriyimanaEtienne Місяць тому +1

    Ntivyoroshe kabisa 😢

  • @MelasiBizimana
    @MelasiBizimana Місяць тому +1

    Ibintakuri kurimwo uyomuntu yarikuvuza induru gute

  • @nishimagizwelambert8113
    @nishimagizwelambert8113 Місяць тому +1

    Kurwana urugamba rwo guhohotera umuvukanyi, asha!

  • @kivyeyijuvenal9750
    @kivyeyijuvenal9750 Місяць тому +1

    Wari wapanze ikinyoma kirakunda kweri.😂😂😂

  • @ifkarangaofficial644
    @ifkarangaofficial644 Місяць тому

    Ewe Burundi urambaye 😢😢😢

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 Місяць тому +1

    Wampayinka, iyomana

  • @SaidiNzoyisaba
    @SaidiNzoyisaba Місяць тому +1

    Eee iyo niyo leta mvyeyi yasize IMANA imbere.

    • @kivyeyijuvenal9750
      @kivyeyijuvenal9750 Місяць тому

      None uwuzokora amabi wese ntabe agihanwa? Nibazako nuwomukecuru atagira indero

    • @ukuriijambo9418
      @ukuriijambo9418 Місяць тому

      Vous etes fatigué,na RPA yarananiwe mbe ndareka mwebwe,suma murenga.ifu yimijira gusa,

    • @Muyandawinner
      @Muyandawinner Місяць тому

      ​@@kivyeyijuvenal9750nawe urasuzuma iyufise ngira sikirenga uwo uvuga ngo numukecuru Shira nyoko mukibanza ciwe ageramiwe nkuko ucutahura agahinda yarafise

    • @Muyandawinner
      @Muyandawinner Місяць тому

      ​Un jour tu seras Aussi fatigué,attends en peu

  • @GeorgesNshimirimana-s1q
    @GeorgesNshimirimana-s1q Місяць тому +1

    Ntaco bazomufasha

  • @tontonduwa6412
    @tontonduwa6412 Місяць тому

    😢

  • @DainessNtiranyibagira
    @DainessNtiranyibagira Місяць тому

    Ewe Burundi urambayeeee(weeee)

  • @NdabihimanaDelphin
    @NdabihimanaDelphin Місяць тому

    🤐

  • @DishaniDisha-zm2gm
    @DishaniDisha-zm2gm Місяць тому

    😂😂😂

  • @AppolinaireUwizeyimana-y5r
    @AppolinaireUwizeyimana-y5r Місяць тому

    𝚃𝚞𝚛𝚊𝚐𝚘𝚠𝚎 𝚔𝚠𝚎𝚛

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 Місяць тому +2

    Sha uragerageza gucafuza inzego zigihugu,igisoda co cagiye i congo co,kiraguhanze,uzopfa urushe

    • @Muyandawinner
      @Muyandawinner Місяць тому +1

      Umusi washikiriwe nawe niho uzotahurako atarushe nabaruta wewe barashikiriwe nawe rindira

    • @hassangasaba4565
      @hassangasaba4565 Місяць тому +1

      Harigihe bizogushikira kuko na mutama Bunyoni ntaco umusumvya.

  • @dieudonnenshimirimana7536
    @dieudonnenshimirimana7536 Місяць тому

    Wampayinka 😂😂😂😂😂

    • @Anithangabire
      @Anithangabire Місяць тому +1

      Rekakubuhahura ivyinyoo ibintunkivyo sivyo gutwenga wakiguguwe

    • @mireillenzokira6131
      @mireillenzokira6131 Місяць тому

      Mureke yitwengere, isi ntisakaye.

    • @Muyandawinner
      @Muyandawinner Місяць тому

      Harabantu bapfa kuvunduruka batazi nibiriko biravugwa​@@Anithangabire

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana Місяць тому

    😢😢😢😢😢😢😢