Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Bakunzi bacu,tuze duhure kumunsi wambere tariki 3/10/2022, isaha umunani kugira tubandanye igice ca kabiri ca runo rubeya rw'Umukeba.
Nurubeya pe 🙌🙌
Tuzoba Turi kumwe nta film yanyu yoncika ndabakunda
Tuzoba turi maso kweri
ariko Mugisha mamafilm akurikira ntuzosubire kuvuga ngo abagore bibagira nk'inkoko .movie nyishi wama uvuga uko .shukurani
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
Mubwirire mugisha Imana izogishumbusha rekana na mushikawe
Ntibitangaj ni mugisha gukora film nziza biri muriw.komera mutama m
Indarangavye zabaye nyinshi!!Abakunda iyi movie mumpe izo like please!!
Mashallah nar naracerew
Mbega firime weee iraryoshe p irigisha
Yooooo !! Nar narasizwe vrt crg Mugisha
Mugisha oye🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦turagushigikiye iearyoshe komerezaho
Abari 🇸🇦🇧🇮 muri gwarukundo nyen
Iyi filmé ije itavyorosha inyibukije vyinshi nukuri mugisha respecter
Ndabona ibintu aru 🔥🔥🔥 kabisa
Baba Jay komera cane ndabobana inyigisho za legend mugisha izifatamwo neza kuk ibikorana akanovera
Komera komera
Mubkora neza kbs
Mubikora neza cane muhezagigwe🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Keep going on team mugisha turabashyikiye cyn Allah abongezeye baraka allahum amiin yarrb👌🙏🙏🙏
Abarundi nabarundikazi mukunda ivyiwawacu nkanje tumenyane
Merci
Mazina yanje mugisha havyara imana gusa jew kuber inzi ihari bakorey mama ntanguye kurir hakiri kare kwel😭😭😭😭😭😔😔😔😔😔🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ihari hatar kwel
Courage ndabona ibintu bitanguy Neza
reka mbaze ngende kumena zubale🏃♀️🏃♀️🏃♀️🏃♀️hama ngaruka🏃🏃🏃🏃🏃🏃
Film nziza cyane Dukunde ivyiwacu natwe turashoboye courage MUGISHA MEDIA 🔥🔥 LOVE FROM WIZZO MEDIA TV
Merci sana Wizzo Media Tv,mudufashe gushira kuri community zanyu.muri ya sapoti
Tutirutse ikigali wogira twararozwe mugisha nanje ndashaka uzinkinishe mubakinyi bawe🙏🙏
Mugisha hejuru tunyarukirize iyikurikira❤️❤️ibutanyerera tuba turikumwe
Hejuru.wunbawe
Ewe malove sha urayabonye wari witeze 5 milles non urose amaze 😭😭
Sub'hanAllah 😢😢😢iyi Filme ko ndaba itoroshye 🥺🥺Love from Kuwait 🇰🇼🇰🇼 Rwanda 🇷🇼🇷🇼
Muraduteramisha bant banje ❤️❤️❤️
Turashyigikiye
Iyi film itanguranye vibe 🥰🥰 nkiyi ije itavyorosha 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥,courage team Mugisha 🙌🥰🙏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Merci sana
Mugisha hujawahi kutuwa ngusha tupe vitu hakika tim yako tunapenda saana kazi yako allah azidi kuku zidishia ujizi
Mudukotera umuti Kl Tum Mugisha mwubanhwe
Mana weeee uwo nyene usutseko amazi niwe azovamwo ikintu ngutera umugere igikere ukaba ucunguruj ndumiwe !!!!!❤❤ 😍
Iyi yo numuriro kabissa je nzobagwinyuma naho nzosigara ndumwe😚😚😚😚
Asante sana
Nzuri Sanaa hii
'yemweee muyobona gt .basha nivyorosha peee💞💞💞💞🔥🔥🔥🔥
Courage my Name❤❤👋Mugisha❤❤
irarenze kabisa Allah abandanye kuja imbere yibikorwa vyanyu namwe mukurikire🙏
Aaamina
Bamuroze
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Courage kwiyi film itanguranye umuvuduko😍😍💪🙏💕🔥🔥
😭😭😭😭sasa Umemwosha kijana ya watu maji baridi😂😂😂anyway love you guys...Masha'Allah
Kentia muri mugisha média !mukomeze muterimbere tubari inyuma👏
umukeba film nziza cyane courage mwubahwe ndakunda.yemwe madame senga imana iguhe umwana wawe kuko kuzana uwundi siwomuti wibibazo yemwe.hamwe umugabo wawe yovyemera wokwibonerako umukeba sumuntu courage mukomere nkumpanuro zikomeye muduha
Eee ibintu vyahinduye isura iyi filme ije arumuriro🔥🔥🔥🔥team mwese mugisha mwubahwe👌❤🇸🇦🇧🇮gus hazosha kuvyombona 🙆♂️🙆♂️
🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mamawe mbeg urubeya hagiye gusha kwer team allah abandanye yivanga muvyany
Kuraje. Turi. Kumwe.
Waoo umurire uratse kuzima ndabon bitazokworoha Love you from Sarah.
Courage mugisha je ndi mu rukundo namwe ❤❤❤❤👌👌👌👌👌👌gusa muze mutunyarukiriza inyigisho ni nziza cane
Murakoze cane
Ndabakunda cane gusa iminota mutwongere muradusondeka
Courage mola awajalie kila mahali
Ma sha Allah tabaraka Allah ❤😘🥰🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mugisha ndashaka like Kubera nabaye uwambere
Heeee kuva ryari umugore yironderera mukeba
Welcome twaritukurindiranye igishika🇸🇦😘
Courage kaka mugisha
Welcome,narinkurindiranye igishika💃💃💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Mubikor nez mugisha wubahE
Bravo aleyku mugisha na da aisha na tim yenu yote ongerene
Asante
Niyo nacerewe mwarayitondeye mukuyitegura
Manshallah munaweza kweli mwalimu aisha pamoja nakaka yangu mugisha pamoja natimu Zina Allah awape nguvu na mwisho nwema ❤️❤️❤️❤️❤️
Aaminaa aaminaa
Mugisha hejuruuuuu❤❤❤❤
Iyi film iratwika🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
nilikuwa naisubiri kwahamu my team🥰😘🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏
Masha Allah
I love 💕 kethia wangu
Wawoo Love from JOJO IHURIRO
Merci Jojo.
Aha ni Sawa apana za nach zurukundo
Basha ntakwo mutagira crg
Turabyishyimiye 2 mugisha Official 🇧🇮🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿
Hahiyeeeeeeeeeeeeeeeee 💥💥
Kuraje mugisha jovuzeme boku🥰🥰🥰
Français kirundize😁😁😁😊😊
Courage ndabikundira
Pole Sana mazina nihatari
Felicitation les amis MUGISHA hariho ikintu mbony mwakoze kiranezerey vrt Mwasizemwo abkinyi binzober kugir mushirmwo inguvuuu courage can we love youuuu
Mugisha uracari uwa 1 mugutegura film courage kabisa
Courage mwese turabakurikirana 5/5
Courag film yamatek ndabakund can
Mashaallah imana ibahe umugisha kumpanuro ziza 🥰🥰🥰🥰🥰
Courage bakinyi bacu twikundira
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥♥Burundi oy 🇸🇦👈🏽inyigisho nziza
Kiryoshe cane tuyirabe kubwishi Mugisha iyi film hamwe itarabwz nkuko ndavyipfuza nukuri uzocusuzuma urabeko batagushiriyeho Ibirobo mbona biharawe
Nuko
Nari narahomvye yemwe Dico wubahwe utanze link
Mashallah.nzuri
Mugisha wanje rero.naringukumbuy pe.courage tukirinyuma
Team mugisha turashushe 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Ifilm irigisha murakonze bavandimwe
Na team yose yakinye Umukeba series
Turahari 👍👍👍👍👍👍👍👍
Waaooo flm nziza Mugisha courage harimwo inyigisho nziza cane😍😍
komeza muriko mubikora neza courage caneeee
Umukeba hejuru cane
Courage kabisa naona Bizimana Jimmy nayeye yumo amependeza ma shaa Allah napenda sana anavyo igiza. Courage team Mugisha oyeee🔥🔥🔥🔥
Mapenzi hayacaguwi jameni
Turatanguranye izarind iher tur kumwe Ndagaruk mpejj kuyiraba
Courage
Mugisha tera imbere ukina. Neza
Ndabyishyimiye kubona komanda ✨✨🇧🇮🇲🇿🇲🇿🇲🇿
Abademayi barakunda kwita mubuzima bwa basaza babo🙄ninkuko batabura ikosa batora umugore wamusazabo. Sha
😳😳😳🇧🇮🇸🇦
Umukeba nahageze.nta film yanyu yoncika ndahari
Courage team mugisha❤
Vry NC toto rumashana
Thanks
Bakunzi bacu,tuze duhure kumunsi wambere tariki 3/10/2022, isaha umunani kugira tubandanye igice ca kabiri ca runo rubeya rw'Umukeba.
Nurubeya pe 🙌🙌
Tuzoba Turi kumwe nta film yanyu yoncika ndabakunda
Tuzoba turi maso kweri
ariko Mugisha mamafilm akurikira ntuzosubire kuvuga ngo abagore bibagira nk'inkoko .movie nyishi wama uvuga uko .shukurani
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
Mubwirire mugisha Imana izogishumbusha rekana na mushikawe
Ntibitangaj ni mugisha gukora film nziza biri muriw.komera mutama m
Indarangavye zabaye nyinshi!!
Abakunda iyi movie mumpe izo like please!!
Mashallah nar naracerew
Mbega firime weee iraryoshe p irigisha
Yooooo !! Nar narasizwe vrt crg Mugisha
Mugisha oye🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦turagushigikiye iearyoshe komerezaho
Abari 🇸🇦🇧🇮 muri gwarukundo nyen
Iyi filmé ije itavyorosha inyibukije vyinshi nukuri mugisha respecter
Ndabona ibintu aru 🔥🔥🔥 kabisa
Baba Jay komera cane ndabobana inyigisho za legend mugisha izifatamwo neza kuk ibikorana akanovera
Komera komera
Mubkora neza kbs
Mubikora neza cane muhezagigwe🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Keep going on team mugisha turabashyikiye cyn Allah abongezeye baraka allahum amiin yarrb👌🙏🙏🙏
Abarundi nabarundikazi mukunda ivyiwawacu nkanje tumenyane
Merci
Mazina yanje mugisha havyara imana gusa jew kuber inzi ihari bakorey mama ntanguye kurir hakiri kare kwel😭😭😭😭😭😔😔😔😔😔🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ihari hatar kwel
Courage ndabona ibintu bitanguy Neza
reka mbaze ngende kumena zubale🏃♀️🏃♀️🏃♀️🏃♀️hama ngaruka🏃🏃🏃🏃🏃🏃
Film nziza cyane Dukunde ivyiwacu natwe turashoboye courage MUGISHA MEDIA 🔥🔥 LOVE FROM WIZZO MEDIA TV
Merci sana Wizzo Media Tv,mudufashe gushira kuri community zanyu.muri ya sapoti
Tutirutse ikigali wogira twararozwe mugisha nanje ndashaka uzinkinishe mubakinyi bawe🙏🙏
Mugisha hejuru tunyarukirize iyikurikira❤️❤️ibutanyerera tuba turikumwe
Hejuru.wunbawe
Ewe malove sha urayabonye wari witeze 5 milles non urose amaze 😭😭
Sub'hanAllah 😢😢😢iyi Filme ko ndaba itoroshye 🥺🥺Love from Kuwait 🇰🇼🇰🇼 Rwanda 🇷🇼🇷🇼
Muraduteramisha bant banje ❤️❤️❤️
Turashyigikiye
Iyi film itanguranye vibe 🥰🥰 nkiyi ije itavyorosha 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥,courage team Mugisha 🙌🥰🙏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Merci sana
Mugisha hujawahi kutuwa ngusha tupe vitu hakika tim yako tunapenda saana kazi yako allah azidi kuku zidishia ujizi
Mudukotera umuti Kl Tum Mugisha mwubanhwe
Mana weeee uwo nyene usutseko amazi niwe azovamwo ikintu ngutera umugere igikere ukaba ucunguruj ndumiwe !!!!!❤❤ 😍
Iyi yo numuriro kabissa je nzobagwinyuma naho nzosigara ndumwe😚😚😚😚
Asante sana
Nzuri Sanaa hii
'yemweee muyobona gt .basha nivyorosha peee💞💞💞💞🔥🔥🔥🔥
Courage my Name❤❤👋Mugisha❤❤
irarenze kabisa Allah abandanye kuja imbere yibikorwa vyanyu namwe mukurikire🙏
Aaamina
Bamuroze
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Courage kwiyi film itanguranye umuvuduko😍😍💪🙏💕🔥🔥
😭😭😭😭sasa Umemwosha kijana ya watu maji baridi😂😂😂anyway love you guys...Masha'Allah
Kentia muri mugisha média !mukomeze muterimbere tubari inyuma👏
umukeba film nziza cyane courage mwubahwe ndakunda.yemwe madame senga imana iguhe umwana wawe kuko kuzana uwundi siwomuti wibibazo yemwe.hamwe umugabo wawe yovyemera wokwibonerako umukeba sumuntu courage mukomere nkumpanuro zikomeye muduha
Merci sana
Eee ibintu vyahinduye isura iyi filme ije arumuriro🔥🔥🔥🔥team mwese mugisha mwubahwe👌❤🇸🇦🇧🇮gus hazosha kuvyombona 🙆♂️🙆♂️
🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mamawe mbeg urubeya hagiye gusha kwer team allah abandanye yivanga muvyany
Kuraje. Turi. Kumwe.
Waoo umurire uratse kuzima ndabon bitazokworoha Love you from Sarah.
Courage mugisha je ndi mu rukundo namwe ❤❤❤❤👌👌👌👌👌👌gusa muze mutunyarukiriza inyigisho ni nziza cane
Murakoze cane
Ndabakunda cane gusa iminota mutwongere muradusondeka
Courage mola awajalie kila mahali
Ma sha Allah tabaraka Allah ❤😘🥰🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mugisha ndashaka like Kubera nabaye uwambere
Heeee kuva ryari umugore yironderera mukeba
Welcome twaritukurindiranye igishika🇸🇦😘
Courage kaka mugisha
Welcome,narinkurindiranye igishika💃💃💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Mubikor nez mugisha wubahE
Bravo aleyku mugisha na da aisha na tim yenu yote ongerene
Asante
Niyo nacerewe mwarayitondeye mukuyitegura
Manshallah munaweza kweli mwalimu aisha pamoja nakaka yangu mugisha pamoja natimu Zina Allah awape nguvu na mwisho nwema ❤️❤️❤️❤️❤️
Aaminaa aaminaa
Mugisha hejuruuuuu❤❤❤❤
Iyi film iratwika🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
nilikuwa naisubiri kwahamu my team🥰😘🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏
Masha Allah
I love 💕 kethia wangu
Wawoo Love from JOJO IHURIRO
Merci Jojo.
Aha ni Sawa apana za nach zurukundo
Basha ntakwo mutagira crg
Turabyishyimiye 2 mugisha Official 🇧🇮🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿
Hahiyeeeeeeeeeeeeeeeee 💥💥
Kuraje mugisha jovuzeme boku🥰🥰🥰
Français kirundize😁😁😁😊😊
Courage ndabikundira
Pole Sana mazina nihatari
Felicitation les amis MUGISHA hariho ikintu mbony mwakoze kiranezerey vrt
Mwasizemwo abkinyi binzober kugir mushirmwo inguvuuu courage can we love youuuu
Mugisha uracari uwa 1 mugutegura film courage kabisa
Merci
Courage mwese turabakurikirana 5/5
Courag film yamatek ndabakund can
Mashaallah imana ibahe umugisha kumpanuro ziza 🥰🥰🥰🥰🥰
Aaminaa aaminaa
Courage bakinyi bacu twikundira
Murakoze cane
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥♥Burundi oy 🇸🇦👈🏽inyigisho nziza
Kiryoshe cane tuyirabe kubwishi Mugisha iyi film hamwe itarabwz nkuko ndavyipfuza nukuri uzocusuzuma urabeko batagushiriyeho Ibirobo mbona biharawe
Nuko
Nari narahomvye yemwe Dico wubahwe utanze link
Mashallah.nzuri
Mugisha wanje rero.naringukumbuy pe.courage tukirinyuma
Asante sana
Team mugisha turashushe 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Ifilm irigisha murakonze bavandimwe
Na team yose yakinye Umukeba series
Turahari 👍👍👍👍👍👍👍👍
Waaooo flm nziza Mugisha courage harimwo inyigisho nziza cane😍😍
komeza muriko mubikora neza courage caneeee
Umukeba hejuru cane
Courage kabisa naona Bizimana Jimmy nayeye yumo amependeza ma shaa Allah napenda sana anavyo igiza. Courage team Mugisha oyeee🔥🔥🔥🔥
Mapenzi hayacaguwi jameni
Turatanguranye izarind iher tur kumwe
Ndagaruk mpejj kuyiraba