Mfasha akanya nshimire abakunzi ba Film zacu na film #UMUKEBA kuva kuntango gushika kwiherezo, mwatubereye abantu bagaciro caane, natwe tugiye gukomeza kubaryohera #TEAMMUGISHA mwitegura kubona #MALOVE mushasha muri Film ikurikira kandi akaze caaane love from #ElMalove
Mwarakoze,mwarabaye intwari,mwarabaye akarorero mubandi,turabashimiye caane.
Tubamenyesha yuko tugiye kubakiriza umuriro udasanzwe kumunsi wa Mungu tariki 1/1/2023,Isaha cumi,dutangurane umwaka mushasha n'igikorwa gishasha.tubatumiye rero muri benshi muzoze duhaturire hatokombere.ibuye hejuru y'irindi.
Murakoze cane.
Natwe turimaso
Namwe mwarakoze cyane nukuri
Amiin, inshallah tuhatwike
Mugisha turakwemera kd turahabayd kubwanyu gusa umukeba isoje twari tukiyikeneye
Niwirambire muntu wacu mutama wamateka
Muragize neza, n'inyigisho ikwiye mu mpande zose. Imana ibandanye ibongerereza ubumenyi
Mwarakozekuduha impanuro mwirabire machallah hady niwewe wabayedarukwege.
Muduhe niyindi iryoshe nkiyo mbere Imana ibongerereze ubumenyi muze musumbe nongaha! Turabakundap
Wauuu ntah nacerew arik ndabona biguma biryoha gus jew nguma nishuza film umwansi wurukundo inyota uri mukutwic
Murakoze cane, inyigisho nziza cane 👏👏👏 👏👏👏
Reka natwe duheze tubakengurukira mugisha ni tea team yawe yose kutwigoro mwagize mukutugezako inyigisho zitandukanye
Imana ibaje imbere niterambere
Turabakunda kndi turikumwe namwe
Ok bonne journee
Mugisha urampemukiye numvaga iyi filme yakomeza,gsa ntakundi
Iyi Flm iheze inyigishije ikintu. Umukeba nikind kintu nuko wokwizigira Imana. Ikindi Imana ikora ivyayo
Muraturyohereza umunsi Imana ibakomeze
Yo bay bay umukeba ugiye twar tukigukunda disi arik basha nukur lurab muyibandanhe turab falhana yavyaye turabe hadia na malove 🧎♂️👏mubidufashe kwer mwoba mukoze
Yoooo! Farahana yitwaye neza atanze ikigwa nukuri nokwihangana byubahwe
Kukanyuma lmana iseruye icaha
2naje ndabashimiye cane gose kukigoro mwagize tukanagumana lmana musobora vyose abane namwe
Hama ntacaginzwe ibanga bitazamenyekana murakoze
Abakunzi ba mugisha 🇧🇮 official
Muze no kur MUTAMA TV 🇧🇮 official muhatwike film zirahar nindirimbo zirahar murakoze cyane abant10 nib nikenerey
Iheze ntashaka vrt Gusa courage murashoboye kwel
Inyigisho n'impanuro birimwo kbs 👌
Ntaco nunva utarugushimangira ko darahana ari meilleure buteur mri Film umukeba.IMANA impe kubamana kuko muranyigisha cane kuva kwifilm za kera
Mugisha uzotuma nkwankw rwose iyi firime gose uyisoreza hagati kweri ntibishimishije umutima
Mwakinye nezaa mwubahwe
Mbaye number one mumpe like abaza munyuma 🥰🥰🥰isinema ndundi hejuru cane🇧🇮💟👌
Nukuri ntihere
Mushahara wazambi ni mauti kbs
Mugira inyigisho ikomeye cyane Mugisha ubarikiwe sana
Ntafinali ntabonye ibyishimo bya farihana ateruye ikibondo.ntabonye ubuzima bwa hadia na marove.oyaye.from rwanda😘
Iminsi yigisuma iraharuye murafashwe sha
Ntatwe merci beaucoup imana iboroherez cane mu kazi kanyu
Arik bamukorubuz abar kwanyamwem kwel rek nanj nubw mbayuwanyum ntoragateb mumpe na twatuntu bita like sinzukotumez 🇧🇮🇧🇮🇸🇦
Merci saaana kunyigisho nziza ngo ingero y 'icaha n'urupfu ivyo bakoze birabagaruts
Mwarakoze namwe kutwigisha kand turimaso
Team yose nagira ndabashimire🙏🙏
Iyi film irimwo impanuro nyinshi cane dukuyrmemwo
Mutere muja imbere🔥🔥🔥🔥
Yooo akaryoshe ntigahera mwitama murakoze munyigisho nziza muduha
Nukuri merci bcq kunyigisho nziza bac umugani intabwirwa yabwiw nuko amaso atukuy 👌👌🇧🇮🇸🇦
Yarinyisho nziza cne courage
Ntaco ndacerew ntakundi courage ndabakunda can hamwe nateyamo ya mugisha mubirimwo nez
Murakoze cane kunyigisho mutanze🙏
Mashallah.mashallah.imeisha.vizuri.ongereni.sana
Mwari mwateguye ibirungo none akaryoshe ntigahora mwitama.mwubahwe turarindiriy bishasha
Thank u so much Mugisha🥰yari imeze neza vrt 😍
Courage cane mwakinye neza kuva kuntango gushika kumusozo, harimwo impanuro nziza cane kandi zubaka.🔥🔥🔥❤❤❤❤❤🤚👏👏👏🇧🇮🇧🇮
IMANA IHABWE ICUBAHIRO
Amen Amen Amen
Mwarakoze namwe cane. Turiteze Season yindi
Final nukuri iratesa. Rekura ico gisasu Dimanche twiryohererwe.
Ihora ihoze kwel mwese firm Mugisha MBA kuriye ingofero harimo inyigisho zubwoko bwose kbsa mwarakoze
Asante sana
Ngo final😲😳😳😳😱😱😱Nukuntu nďayikunda
Ibaze guys nn iheze gt sindavyumva
Mungabo nimumvuge kwihereyaho 🙏🏽😭😭😭😭Nimuduhe Akandi kamwe
Nukuri ndabakunda murakoze caaane gaposho bravo urihoye kweli hhh imana ikomeze ibaha imbaraga
Manshaallah ongereni
Courage Courage biranezerey hadia aramaramaye
Mbay uwambere ababony ko umukeba hasohots final bakababara nkanj tumenyan
🔥🔥🔥🔥♥️♥️♥️♥️big up #team_mugisha #umukeba was a funny movie ,muduhe iyindi vuba vrt,nka season 2 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌍🌍🌍🌍🌍🌍🌍🌍
Ariko muzoraba muze murakora series kuko tuba dukwiye kubona ubuzima Hadia na Malove bagiye kubaho.Turabakunda from Zambia
hahaha ew gaposh sha ndabakunda
Hadiya na roho mbi yiwe nje kumushungera
Yoo mugisha Pole
😂🤣😅😆😁😄ewe gaposho urankuyeho akazi keza
This movie deserves Awards of the year.
Mugisha Campany movie 👏👏👏👏👏
Mugisha Big UP!gusa umengo final iranyarutse kuza!
Farhan ndagukunda cyane urumubyeyi mwiza cyane p . By by nzagukumbura❤️
Shukrani sana .Allah awabariki
Imburabwenge nkawewe nizokuba mwibarabara,ndasaba kethian ntaguhe indaro
Abakuye inyigisho mumukeba tumenyane
Murakoze kudushikanira ubutumwa byiz team mugisha media turabakund cane mubandanye muduha ibintu byiza imana ibaje imbere mubuzi byanyu turagukunda farhan imana ikuje imbere numuryango wawe
Amin
Asate ne sana Mungu awabariki
ManshaAllah kikwel Mugisha ALLah azidi kukuweka kikwel nimejifunza SoMo kubwa kupitia hii movie🙏🙏🙏🙏🙏🙏nawapend saan ndugu zang🇧🇮🇪🇬
Hewe niyo nacerewe yarangiye aramuriro yarigezee ahiryoha
murwanda turabakunda Kandi ndabakuricyira a cyane icyirenzeho nkunda movie zamugisha cyane Kandi uwo mukobwa mwifurije kuzagira urugo rwiza kuko abakobwa nkobo baba hacye Kandi mwarakoze imana ibojyerere ubumenyi
Mfasha akanya nshimire abakunzi ba Film zacu na film #UMUKEBA kuva kuntango gushika kwiherezo, mwatubereye abantu bagaciro caane, natwe tugiye gukomeza kubaryohera #TEAMMUGISHA mwitegura kubona #MALOVE mushasha muri Film ikurikira kandi akaze caaane
love from #ElMalove
Nukuwatsa kbs🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kwihez ikiryosh
Nazindutse💃💃💃💃
Team mugisha hejuru cane umukeba 🥰🥰🥰🥰 Le1/1 tur gado ntaguceregwa 2023 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ma love unakomaaaa
Mama farahna maashaallah Allah akuhifadhi my
Thnk u soo much
Yooooh ntumbwire ko iheze😭😭😭😭
Akarypshe ntigahora mwitam kweri
Uuuu nimr 1 narenguts🥰🥰
Sandra bravo wavyifashemwo bien saaana muhezagirwe mwese
Ameen 🙏🙏🙏
Nibande bababayenkanj babony final muyibandany nukur
Sha yari ryoshe cane sinashaka kwihera Ubu 🥰🥰,courage 💪💪, Imana ikomeze kubashoboza mu bikogwa vyanyu🙏🙏
Weweeee abakunzi bumukeba muri he hahiye
Good kazi nzuri sana kabisa
Yoooooo final yamara oya nimuyibandanye turaba ukuntu farihana aryohewe hadia nawe tukaraba amaherezo
😂 😂 Oyaaaa ntimumbwire ko duhejeje murabe mwongere kamwe kanyuma
Wow well ended 🤩🔥
Mukomeze kudutegurira vyiza nkibi🥰
Munira Uraberewe nokwitandiya kbsa 😀
Aisha ndakwikundira ukuntu wagiye uvyitwaramwo I lov y so much💕💕
Love you to
Ego mwubahwe muduhaye isomo rikomeye
Mumbabarire nkunda gutanga comentaire aruko maze ut Episode twose vyukuri mwabikoze neza caaane Imana ibahe kugera hejuru caaane knd tur inyuma yanyu turabashigikiye caaane knd turabakunda can can Farhana big up saaane 💋💋❤️❤️
Waoo vyiza cane ntakundi akaryosh nti gahora mwitama❤️❤️❤️❤️
😍🥰🥰irambire di Mazina wanje🤣🤣🤣team yose Courage's😍😍❤️
Mashaallah mwarakoze kumpanuro muduh🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Mwakiny neza
Murakoze cane
Uwutatahuye nind nga yemwe💓🙏 happy new year 🎈 you friend all my friends
Umukeba hejuru mwarakoze 😂😂❤️❤️
Kwel nimefurah san Wallah mungu mbere Sisi nyuma 🔥🔥
murakoze cane my team 🥰❤🙏🔥🔥🔥
Abakunzi bumukeba S masalama Bayi Bayi twabanye neza❤gaposho ndagutahije✌warusigaye untwenza bitangaje
Mwarakoze cane 👏👏👏😃
Ayo makofi na mateke bilatesa
Watching from Rwanda 🇷🇼till the end .
Misi yigisuma nimirongine kweri uwabonye gaposh ishavu abafiliye ingene ringana
Narakunze gaposho na falhana❤️❤️❤️❤️❤️🔥🔥🔥
Gusa mwarikutwereka ukuntu farihana avyara
Basha sinigenda naba savye akanu nukur bivanye nam partage dukora bensh baragira uburoho kubadafise MB za youtub mworab mukazishir kum studio basha bakaza bazitora birabir uvyiza nkibi
Yaleo kiboko 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣safisaana mugisha kwakazi nzuri allah akusimamie kunako zito
Aaaminaa