Lyrics * Ndavyemera 1 searching is over Adam afise Eva I got my peace and love, I’m in love Oh honey nogwa umvuye iruhande je nopfa Nobura ivomo bose bakamparira ivomo Uri umukazana wa mama kandi vuba yiteze akana Ubu turi kumwe tutavana turajana Chorus : nukuri ndavyemeraaaaaa Sanaaaaaa Sanaaaaa Amakenga yaraheze , uranyuzuza,naranyuzwe Ubu ndumuntu 2: reka turushushe, urukundo turuduze Slay zigutinye Nkwisangemo unyisangemo Eh hashushe mfata hakonje mata Haduze kata Eh uri umukazana wa mama kandi vuba yiteze akana Ubu turi kumwe tutavana, turajana X2
Ndababwize ukuri ninde muntu agiharira ko mt Number one ari umwe mubaririvyi baririmba amajambo yubaka jewe amajambo aririmba aratuma nunva ndi kuyindi isi my favorite song
reka turushushe, urukundo turuduze Slay zigutinye Nkwisangemo unyisangemo Eh hashushe mfata hakonje mata Haduze kata Eh uri umukazana wa mama kandi vuba yiteze akana Ubu turi kumwe tutavana, turajana. 🇧🇮🇺🇸🔐🏃#wezzynation✅ #Grandpictures✅📽️📹 #LandrySB🤜🏽🤛🏽 #2021shine #Goodsong #Burundi_music
Like and share hamwe nivyiyumviro vyanyu turabikengurukira🙏🏾
Nice song my brother
Weezynation 4 to remain
Mutama ibintu nisawa tukurinyuma gs turakeney colabo murikumw na big fizzo
ua-cam.com/video/vXXdiw68gnE/v-deo.html
Congratulations #Mt, texte nziza na clip nziza 🙏
Sinibaz kwikigikogwa ahokigeze arihokibakigeze dupendane bandugu shiramwinguvu dushike ahabandi bageze tubishats ntacobuza kotwokinira mukibuga cabotwita abadusize crg MT love from Mashaka
Iyi ndirimbo mamaweeeeee MT ntukangw na j aime nk iyindirimb niyamber
Lyrics
* Ndavyemera
1 searching is over
Adam afise Eva
I got my peace and love, I’m in love
Oh honey nogwa umvuye iruhande je nopfa
Nobura ivomo bose bakamparira ivomo
Uri umukazana wa mama kandi vuba yiteze akana
Ubu turi kumwe tutavana turajana
Chorus : nukuri ndavyemeraaaaaa
Sanaaaaaa
Sanaaaaa
Amakenga yaraheze , uranyuzuza,naranyuzwe
Ubu ndumuntu
2: reka turushushe, urukundo turuduze
Slay zigutinye
Nkwisangemo unyisangemo
Eh hashushe mfata hakonje mata
Haduze kata
Eh uri umukazana wa mama kandi vuba yiteze akana
Ubu turi kumwe tutavana, turajana
X2
Uwemera ko umuziki windundi ugeze heza asige 👍
MT number One,ndagufana indirimbo zawe zirahimbaye.utere ujimbere
Nukuri ndavyemera saaana keep good work mt ndakeemera🇧🇮🇿🇦
Courage
Merci musaza
The legend mwubahwe
Legendary
Turabemera gose
Urakozee gushigikira mutama
Wayoooo waooooo wowooo nice kabisa mumumpere support ikwiye kweli gonga like nimba wakunze song
Iyi song yarangize ikigugu..ntamunsi sans blague ntayumviriza..nkubu nje kuyiraba sacenda yijoro vmt..respect to you mt for real
Iyindirimbo nayumvise weekend iheze,none nje kuyiraba,kabisa uwu muririmvyi arankozeko nomusaba kuririmba izindi akazishira kuri runo rugero,ntiyisubiza hasi..ibintu ,vya Sanaa,umukazana,akana..nabikunze,respect,keep it up
Uwabonye Mt number one kurundi rwego, like zabarundi bakunda ivyiwabo ngaha
Respect ✊🏾
much love
umurundi wacu yubahw
Ndagunda ukovyiyunvamwo komeza uhashushe🇸🇦🇸🇦💯
Nukuri mt number one numwe mubantu maze kubona akoresha ikintu yiharije mugukora amasanamu yindirimbo ziwe agerageza kwirikana ibigize uburundi
Akantu kez cane 🔥🔥💖🍹
Mt number one araduha kakanover kakera....ivyonavy abaririmvyi bubu ntavyo bakorerakooo... Uwemera ko Mt Number one afise ijwi ryiza ampe like guyz
Weezynation 4eva
NtitwigeraTunanigwa❣️
Kiretse iyo twigirishije
Tugwaye gusa
Urumukazana wa mama kandi vuba yitezakana!urazi kwandika muntu wanj🇧🇮❤️
Ndababwize ukuri ninde muntu agiharira ko mt Number one ari umwe mubaririvyi baririmba amajambo yubaka jewe amajambo aririmba aratuma nunva ndi kuyindi isi my favorite song
Iyi song ryari nayumvise muri mariage kbx Niki tu kizima🔥🔥🔥 Team #Weezynation hejuru CN🔥 kwico kijwi🤘✌
Love from Tanzania this song is fire hit song like za east Africa to the world
Fire fire🔥🔥🔥🔥🔥
Wubahwe
Thanks
Our very bigest talented artist we have in Burundi 💪💪💪💪👌👌 kama tunakubaliana gonga like tuende pamoja
Wallah uyu muhungu araturiye igisagara!!! Mt number one Big up sana urashoboye.
Respect
Waaaaoooh ukubise mugitwii indani ✔️✔️✔️💖💖💖🇧🇮
Muta ndakumbura ijwi ryawe zuratweka hama vyiza cane na courage mukazi kawe di sogoku Kandi ndazi isi yonse ntawukwemera kudusha kand ntazigera abaho ndakunda ibikorwa vyawe naho vyoba Bibi canke vyiza mbukunda uko mbibonye 👍👍👍💖💖💖💖🤹🤹🤹🤹🤹🤹 knd saka liki ivuy kuri wewe igitima kivyibuhe weeeeee
Haahaaahaaa good song dotto feom Zanzibar Tz
Sha urikuvayo kweri...bandanya ukonyene urenze aho mbere💪🏾
Mt nahageze uduhaye akayi ka mugatondo
Very nice
Nice song my big bro big up sana#Ndavyemera 💥💥💥💥🇧🇮👌👏
keep on replay
@@mtnumberone 👏❤❤👌
Umuriro mt aguma yatsa icomukundira vrt❤❤🔥🔥🔥
Ni umukazana wa mere kuko ,kbxa mt weezy uri muri bake muburundi bandika songs nziza namajambo meza yicubahiro
Amaboko heju hejuru 👐 naj ndavyemey nahenzapyeeee😂
Nice song mzee 👍👍👍👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nanje nuko ndavyemeye pee ♥️❤️🇧🇮🇧🇮
Nice work kabisa
Fire🇧🇮💥💥💯ndavyemey kwl kwiy song ar hits💪
Kararyoshe sana bro big up
Thanks bro
Respect
Abemera gushigikira nkanje muri hehe? Jewe #Ndavyemeye
Iri Ribire rifise melody zarwa knd zitesa nukuri
Gangster U Did It Fo Real
Go Far n Far 🚀🚀🎯🎯
T urakoze kutwibutsa ubwiza bwa Zion beach🥰. Nice song
Kubibutsa 👌🏾
Mt number one ndakwemera ndagukeje kbsa komerezaho
The new hit in town💥💥💥 rek inzigo mumpe izo likes
Weezygang
4ever
Mbe izo likes musaba muzimazik nanj ntangire ndazisab
Harahiyeee nkeuuuuu wubahweeeee 🥰🥰🥰🥰🥰
Moto kama pasi 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
big up sana bro
Ndakwemera kabisa ntaburyarya kuko uri romantique
#nduwokumashuha
Respect
Bro wanyugururiye imiryango!!🔥🔥🔥🔥
Love from weezzynation family
Tha hit song one. Texte ya bien production ya bien visibilité ya danger. Ubikora neza MT
Imez bien vrt courage blo
Mt aka ga song kameze neuza.
Kaguma kumvikana nka gashasha uko ndakumvise nukuri 🚀💥
Wewe reo ukuntu uririmba uransazaaaa sana #ndakimosha 🙏🙏🙏🙏
Mt Number One, ufise ijwi nka DAVIDO from Nigeria. Abavyemera nkanje, gira like tugende
Weezygang
ua-cam.com/video/vXXdiw68gnE/v-deo.html
Uremeza abarundi nisi yose vyukuri kushoboy!uruwo kwishimira Mt number wizo
Uwuvyemera kutigera uhusha numusi numw ampe likes!
Iyi ngoma irakaze vrt vyuts ndayivyukira🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Wow my Superstar good job 😍😍😍😍
Shirako lyrics kuko verse 1 ni danger
😀😀😀
Naga hit
Hujawai niangusha my G🔥🔥🇧🇮
Kabisa
Uyu niwe undi aririmba neza😻😻😻😻
Melody lirycs video au top 10/10
Nayigize sonnerie yanje yumwaka wose
Thank you mt kundirimbo nziza iryoheye ugutwi nijisho
Thanks
no.1☝️👌 melody👌👌👌
Respect ✊🏾
Abarundi musigaye mureunze mwubahwe caaane reka tubikore niteramber ryatwese mbese niniteramber kugihugu 🇧🇮💥💥
Beautiful song 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🙌🙌🙌🙌..my favorite jam this week
enjoy
Natwe twavyemey p uratwemej...
This is uncompare for real
Love from #Aisuper💓
thanks G girl
iyi ndirimbo ni hit walahi......!!!!!!! big shoutout #Mt
thanks
Nice song bro love from bantu bwoy fams
💃💃 ibi bintu bisab'impwheemuu 💥💥💥. King jm TV will support this 🙏
Respect ✊🏾
Noburivomooooooooooo yoooooo😍😍😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 to next level Mt mwubahweee
reka turushushe, urukundo turuduze
Slay zigutinye
Nkwisangemo unyisangemo
Eh hashushe mfata hakonje mata
Haduze kata
Eh uri umukazana wa mama kandi vuba yiteze akana
Ubu turi kumwe tutavana, turajana.
🇧🇮🇺🇸🔐🏃#wezzynation✅
#Grandpictures✅📽️📹
#LandrySB🤜🏽🤛🏽
#2021shine
#Goodsong
#Burundi_music
✊🏿
Bro nukuri naje ndakwemera sana Kandi garuka muburundi nzigora naje nje muburundi nze tuvugane
Good song kbx turavyemey khx
Weeezyooo nation tumudifu Étienne
I love 💕🇧🇮 from Kenya 🇰🇪 good song my brother.
Kaka ulitoa kazi nzuri saaanaaaa
Nashangaa kwa nini wanaibania
Heshima kwako.ugumize aha nyene soon tuzoshika
Neuza cn 👌 nkomez gukurikiranir hafi indurimbo zaw
Adam afise Eva
Digne afise.....
nukuri nanje ndavyemera
Aranyuzuza rata
Harukuntu Emuti ashusha ibintu
Nkubu nabize yoooo
Nyamara uyu mujama arashoboye! I'm tellin you!
Courage bro song imez good
Nanj #Ndavyemeye Mt wazanye umuti kbx fig nawe yawuvuguse bien ub ndiko ndawunywa to🎸🔥🔥
thanks
Sacingi izovaa🇧🇮🇧🇮 umusazaa
Ndagukunda cane wewe uko uririmba ni style yiwawe ntiwiba!! Courage mon ami!!
Good song! 💕 From Rwanda 🇷🇼🇷🇼
respect
Waooooo Audio Vidéo numuti 👌👌👌 love from Afrigift tv
Thanks
Good job Mt nr 1
Love from Gold Movies Team
Hit hit hit song. Iyi ni 🔥🔥🔥
Love from Lil bless
Ndavyemera on trending 🔥 100k
Indirimbo nziza caaane courage mt
Thanks
Song fire ibikorwa biraboneka hahiye koko kwa MT Number one
Good song number weezy🔥🔥🔥🔥🔥 big up sana
Love from #INCREDIBLE CREATORS
Ndavyemera ko Mt nr 1 arimvugakuri
guyz akakantu ntarumutse vrm1 continuate anche a mostrare la belezza del nostro paese. Bravo Mt number one
Thanks
Icombandany nkusabir kugumana indero mukazi kawe pro
FIG u da best for dis style💖💖✔️✔️✔️🇧🇮master music courage
👌🏾
Ukoze izindi song 2 nkizi woca uduserukira mumakungu ndake...ndakaraba(aga song) sindagahimbe nukuri...nice song bro,big up kabisa💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾🙏🏾👌
Much appreciated
That song🔥🔥🔥🔥 keep it up Mt🇧🇮💖🌹
Nacerew ariko nmumbabarire Mubone ko nahashitse
Utwo tuntu tuvyibusha ndadushaka tuhaturire, ✔️✔️✔️
Nanje ndayemejeeeee!!!! 💯
Musaza nahora ndayirengagiza none n'umuriro fire
Ndavyemera by mt number one hit in town