Alvella MUHIMBARE:Avuze KUKWAHUKANA kwiwe Bavuze😡//EGO Naratorotse MUHIRA//UMUNTU wese agira KAHISE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 лют 2025
  • #africantv #alvellamuhimbare #franickanswer
    Alvella MUHIMBARE:Avuze KUKWAHUKANA kwiwe Bavuze😡//EGO Naratorotse MUHIRA//UMUNTU wese agira KAHISE
    ‪@alvellamuhimbareofficial‬ ‪@SolutionCouple‬ ‪@fannylavineofficial1360‬ ‪@YagoTvShowRwanda‬ ‪@ISIMBITV‬ ‪@umukubito257‬ ‪@sirenvibestv‬ ‪@mieempire8576‬ ‪@AgaciroMediatv257‬ @

КОМЕНТАРІ • 195

  • @AfricanTV-s6h
    @AfricanTV-s6h  11 днів тому +18

    KURUTARE by Alvella
    ua-cam.com/video/NZ76vqD8DtU/v-deo.htmlsi=hmBFERci4FoTDNzI

  • @AdelineHabonimana-is2ms
    @AdelineHabonimana-is2ms 10 днів тому +8

    Alvella ndagukundaaa cn. Umwana wanje asa nawew nomurupangu tubamwo bamuhamagara alvella muhimbare

  • @EvelyneSabushimike
    @EvelyneSabushimike 11 днів тому +6

    Alvella umukobwa wanje aragukunda cane umusumwe ufashije akakubona noryoherwa kandi ❤❤❤❤❤

  • @patrickmuhireroger8771
    @patrickmuhireroger8771 11 днів тому +7

    Yambaye neza. Rwanda turamukunda. Gusa turamwandikira ntiyishura.

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 11 днів тому +3

    Iturize mukobwa mwiza igihe nikira Imana izoguhitirambwo urugo rwiza ❤❤❤

  • @SoniaSonia-b7b
    @SoniaSonia-b7b 7 днів тому +2

    Alveolar ndagund uvuga nez🎉🎉🎉

  • @EricNshimirimana-r9v
    @EricNshimirimana-r9v 11 днів тому +5

    barakubesher nibakurek uvuganeza uyaganez muvyukuri urimwizap❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ThierryveNjeneza
    @ThierryveNjeneza 11 днів тому +3

    Ndamukunda arampimbara akanwa kiwe kavamwo ibihembura umutima wanje❤❤❤❤

  • @BelyseIrambona-b8d
    @BelyseIrambona-b8d 11 днів тому +3

    Alvella Imana izompe kukubona nukuri

  • @patrickmuhireroger8771
    @patrickmuhireroger8771 11 днів тому +3

    Ufite ijwi ryiza ufite n'igikundiro Imana yaguhaye nico gituma tukureba cyane.

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 11 днів тому +3

    muturamukirize alivella ndamukunda cyane 🇸🇦🇧🇮 warivyibuhiye mwiza imana igukomeze turagukunda

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 11 днів тому +4

    Uraberewe ma chch ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉waravyibushe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @AngeManirankunda
    @AngeManirankunda 11 днів тому +2

    Urakoze kutuzanira Alvella narimukumbuye ndamukunda gose cane ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @tumukundechristine6571
    @tumukundechristine6571 11 днів тому +2

    Uko bakuvuga kose njyewe uzahora ❤ ndagukunda cyane rwose chr

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 11 днів тому +4

    Mrs Kurutare
    Mrs Ndakwibutse❤❤❤❤

  • @FlorenceNiyoyigenera-ru8zh
    @FlorenceNiyoyigenera-ru8zh 10 днів тому +1

    Urakoze kutuvana murujijo,kd njye ndagukunda cane
    Dukumbuye flm yawe yitwa "intore ntindi"

  • @MukabatsindaJose
    @MukabatsindaJose 11 днів тому +3

    ❤❤❤❤❤❤❤urasa neza aruvere turagukunda murwanda

  • @BeatriceBukuru-x5y
    @BeatriceBukuru-x5y 10 днів тому +1

    Mana weee!!!nawe warishuwe nukuri😂😂😂ndakwikundira mukobwa mwiza❤❤❤❤❤❤

  • @جسرينبورندي
    @جسرينبورندي 11 днів тому +2

    ❤❤❤yamaberew Alvella shaa n'umwana mwiza

  • @NiyokwizeraFaustine
    @NiyokwizeraFaustine 11 днів тому +3

    Aliver ndagukunda kandi cyane😅❤❤❤🇬🇦🇬🇦🇬🇦♥️❤️

  • @EdloveEgide
    @EdloveEgide 2 дні тому

    Uyu mu dada reo arigutuma mpinduka kbxa , KURUTARE yoyo irikushira kurundi rwego,❤️💞
    So, umugabo nategere abanze adushire mur MPWEMU nakare ashaka umusore amakunda natwe turahari ntawe azobura nabanze adushire kumurongo MUMPWEMU❤️💞👍

  • @JabalIssa-z6s
    @JabalIssa-z6s 10 днів тому +4

    Yaberew can kandituramukumda caneeee

  • @Iteritekaivonvi
    @Iteritekaivonvi 11 днів тому +3

    Afran tv turabakunda caneee

  • @vyukusengefabrice
    @vyukusengefabrice 11 днів тому +2

    terimber mukobwa wac turagukund❤❤❤ hm gs nyn nagaruk aduhe film turamukund❤❤

  • @khanwkk
    @khanwkk 11 днів тому +9

    Alvella arantwengej ngo sinzikonkuz.hama ntibakwihutishe kujakuro ngorwa banze witonde mukobwa mwiza kurongorwantibihera.banze urondere amafranga.

  • @SkaterTravellerWorld
    @SkaterTravellerWorld 11 днів тому +2

    Nice video ❤️ ❤️ ❤️ unamupenda Sana Alvella😍

  • @AmallyIfrahil
    @AmallyIfrahil 10 днів тому +1

    Afircan tv Burya jewe ndafuha jew kuberiki abari Iraq utwibangira kuturamutsa knd tugufise k'umutima burya umusi nagarutse iburundi zoguca amade gs❤❤❤

    • @GenevièveNijimbere-l3y
      @GenevièveNijimbere-l3y 10 днів тому

      😂😂😂😂😂😂naze arabavuga namwe sha gusa hiyo benshi ntibahazi bazi Oman kuko bahameny ngo abajayo barongorwa nimbwa😂😂😂saudia nahoho bahaziko bakubita abakozi kandi bafatana nabi cane😂😂😂

  • @FabiolaNizigiyimana
    @FabiolaNizigiyimana 11 днів тому +2

    Alvella Nkunda Indirimbo zawe !
    None mubaze Film Intore Ntindi mwarayihevye?

  • @giftagain656
    @giftagain656 10 днів тому +2

    Ndagukund

  • @LaurieMarieNzeyimana
    @LaurieMarieNzeyimana 10 днів тому +2

    Hejuru cane ndagukunda

  • @NadineUwimana-t7b
    @NadineUwimana-t7b 11 днів тому +2

    Alluvella iman ibandany ikwagura imbago kandi uraberew ❤️❤️ mwiz kandi rwavyibushe nivyiz💋💕

  • @EdyssaVyizigiro
    @EdyssaVyizigiro 11 днів тому +4

    Alvella baho utababaye❤❤

  • @EvelyneDusabe-bp2zj
    @EvelyneDusabe-bp2zj 11 днів тому +5

    Waberew chr xo nitwa nusla ndaguxavy Num bx yawtxap kugira tuyag nkund kukwandikir kur fb🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @EdithNzoyisaba
    @EdithNzoyisaba 11 днів тому +1

    Murakoze cane kutwifuriza umwaka mwiza tuwusangire namwe mwese

  • @VioletteMpawenima
    @VioletteMpawenima 11 днів тому +6

    Murakoze cane gose kutuzanira alvella ndagukunda cane gose mumpere yambiiiiiiiiiiii

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 11 днів тому +1

    Alvella yavyibushe nukuri caneee😂😂😂😂 hama waberewe peee cane gosee❤❤❤ ikind abantu nibakurek umuntu wese afite kahise kiwe. Naj narakunda kurwana canee ariko ubu narabihevye😅😅. Rero nibarab kazoza barekan nakahise. Kandi pole sana ko bakwivyeee nukuri

  • @RosetteMumu
    @RosetteMumu 11 днів тому +2

    Ndagukund ♥️ mwiz wnj 🎉🎉🎉

  • @pelinekwizera7758
    @pelinekwizera7758 11 днів тому +2

    Alvela ndagukunda mukobwa mwiza

  • @M-loveTv
    @M-loveTv 10 днів тому +2

    Alvella ndagukunda cn hm nanje ndimukobwa nkawe wavuzeko woducira agace tubwire reo knd Ndipfuza kukubona vis à vis

  • @EmelyneNshimirimana-p7m
    @EmelyneNshimirimana-p7m 7 днів тому

    🎉🎉🎉❤❤❤ ukuri kuzuy mwiza🔥🔥🔥✅✅

  • @BelyseNININAHAZWE-s4g
    @BelyseNININAHAZWE-s4g 11 днів тому +3

    Waravyibushe disiii,ngukunda cane kndi urampezagira gooose.ndetse ighe kimwe uzomenya knd turyoherwane

  • @AngeUwimana-c8w
    @AngeUwimana-c8w 11 днів тому +1

    ❤❤❤❤ ndagukunda can alvella

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 11 днів тому +4

    Nukuri alvella araberewe Kandi nivyo vyiwiwe ndamukunda❤

  • @AkarireLeatitia
    @AkarireLeatitia 11 днів тому +3

    Byibuze my life story yarubuzima bwawe nonex basi ko utayirangije.

  • @FfZs-v9h
    @FfZs-v9h 11 днів тому +1

    Ndamukunda cn ❤❤❤❤

  • @EstellaTuyisabe
    @EstellaTuyisabe 11 днів тому +1

    Imana izimuhe ico yipfuza arvella

  • @OlivierManirakiza-l3t
    @OlivierManirakiza-l3t 10 днів тому +2

    Umwana mwiza cane arvella imana iguhezagir

  • @NiyonkuruSolange-u7t
    @NiyonkuruSolange-u7t 11 днів тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤ mbegivyiza ndagukunda di Alvella 💃💃💃💃❤❤❤❤🥰

  • @Eliane-z1n
    @Eliane-z1n 8 днів тому +1

    Yambay neza araberew Can atambuk neza.asanzw abaheh?turamukunda❤

  • @KIDONELY
    @KIDONELY 7 днів тому

    She is so cute 🥰 , Btfl love❤ u!! U're Btfl n smart. Wambae uraberwa pe

  • @AngeManirankunda
    @AngeManirankunda 11 днів тому +3

    Arambaye neza cane kandi yaberewe

  • @Yvethe-c9f
    @Yvethe-c9f 8 днів тому +1

    Nukuri uraberewe arvella kandi lmana ikomeze kuguhezagira indirimbo kurutare iraryoshe kweri hama pore uwomusuma yarakubabaje gusa lmana igusumbushe

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 9 днів тому

    ❤❤Nukuri, uraberewe, muhimbare🎉🎉

  • @RebeccaCiza
    @RebeccaCiza 11 днів тому +2

    Courage❤❤❤❤❤🎉

  • @IradukundaMirella
    @IradukundaMirella 11 днів тому +1

    Allyvella waouhh usgay utesa nyn waravyibush urapendeza🙏

  • @ErickBaraka-rc4zx
    @ErickBaraka-rc4zx 11 днів тому +2

    Birashobokako mwinjiza abandi muri give hunds vocation

  • @NiyibigiraEliane-wh5zy
    @NiyibigiraEliane-wh5zy 10 днів тому +1

    Fanick😂😂😂Mutambariy akant MWe na Alvella singiy kubatezurira😂

  • @SoniaSonia-b7b
    @SoniaSonia-b7b 7 днів тому

    Nukur uraberew can❤❤❤❤

  • @IngabirePrince-u4w
    @IngabirePrince-u4w 8 днів тому +1

    Ndakwikundr disiii gusa uranyish ngo ntavyuzi k ukuze noe wew atavyuzi nind twobibaz?????

  • @RenildeNiyogusengwa-yi3lw
    @RenildeNiyogusengwa-yi3lw 11 днів тому +1

    Ndagukunda cn mukobwa wa Yesu,warahezagiw natw uraduhzagra

  • @NatachaNindamutsa
    @NatachaNindamutsa 11 днів тому +2

    Aga chrie disi uraberew sanaaa j ndagukund cneee

  • @louisempawenimana7642
    @louisempawenimana7642 10 днів тому

    Alvella ndamukunda numutima wanje wose ❤❤❤🎉

  • @NdikumasaboAnthère-b9p
    @NdikumasaboAnthère-b9p 5 днів тому

    Waberew m chérie bas ndagusavy ump WhatsApp yaw uzobikoz ndumu fans waw

  • @Yvethe-c9f
    @Yvethe-c9f 8 днів тому +1

    Wao intore ntindi so3 muyinyarukane

  • @DianeIrakoze-e9l
    @DianeIrakoze-e9l 9 днів тому

    Yoooo nda❤ uvyumv.kure caneee

  • @tryphonebartazal3478
    @tryphonebartazal3478 11 днів тому +3

    😂😂😂 yambaye ineza

  • @yvineniwengabire4732
    @yvineniwengabire4732 11 днів тому +1

    Ndakwikundira

  • @GodelieveNizigiyimana-k5e
    @GodelieveNizigiyimana-k5e 11 днів тому +1

    Alvellaaaa ndamukumbura sana zuramukoresh ibiganiro cane nze ndamubona.ndifuza kumuramutsa kbsa amaso kuyandi

  • @patrickmuhireroger8771
    @patrickmuhireroger8771 11 днів тому +2

    My life story warayifuse.

  • @MSc-IrFriis
    @MSc-IrFriis 11 днів тому +3

    Ni vyiza ariko ntabwo yabisiguye neza gusa umuntu wese nk'uko yabivuze afise kahise kiwe kandi umuntu n'uwuhinduka agana inzira nziza. Akomeze ahezagirwa.

  • @JoselyneJoselyne
    @JoselyneJoselyne 10 днів тому

    Ndagukunda kubi❤

  • @NdayizigiyeAmos
    @NdayizigiyeAmos 11 днів тому +1

    Alvella congratulations urakor vyiza disii

  • @BelyseNiyonzima-e9d
    @BelyseNiyonzima-e9d 9 днів тому

    Urampimbara cane.❤❤

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 11 днів тому +3

    Ma fille uranyishe pe ❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂
    Ngo je sinzi ko nkuze hhhhh😂😂😂😂😂😂😂
    Ndakwikundira ma fille ❤

  • @EdithNzoyisaba
    @EdithNzoyisaba 11 днів тому +5

    Turamukunda cane kand araberewe vya kweri

  • @NiyibigiraEliane-wh5zy
    @NiyibigiraEliane-wh5zy 10 днів тому +1

    Alvella raba undungikire akant Kuko twavukiy amatarik amwe nukwez kumwe réro Wewe KO wantanze kuronka bas tuma Ump akazi jeho vyarahuraguye Nawe réro wa muhunguw wibuk KO twabany mur send school mur bon berge Ingozi mwes réro ntaho mur buncikire😂😂

  • @ItangishakaClaudine-vc6xb
    @ItangishakaClaudine-vc6xb 10 днів тому

    Turagukunda vella gusa urabegwa sn iyo wakoz imishatsi kurya ubikora gusuka sivyaw kbx anyway style wambay so Waou 🥰

  • @IrakozeNadia-u7q
    @IrakozeNadia-u7q 11 днів тому +2

    Courage

  • @JoselyneJoselyne
    @JoselyneJoselyne 10 днів тому

    Na Dubai but uvuga turagukunda❤🎉

  • @SandraHicuburundi
    @SandraHicuburundi 10 днів тому

    Ndagukunda sana gusa Nuko utakiza gushonesha iwanje

  • @AdrienneNDAYISENGA
    @AdrienneNDAYISENGA 10 днів тому

    Alverra je simenyereye gukunda abahanzi baririmbira IMANA kuko abeshi baraduhenda,nta Mana baririmbira,je ndacakwihweza nawe please ntuzontengushe niwewe wenyene nsigaye nkurikiea, vestine na dorcas baraduhenda cane ngo baririmbira Imana ,naho shwiiii 😅

  • @AliceCuki
    @AliceCuki 11 днів тому +4

    Alvella uranyishe ngontuziko ukuze😂😂😂😂😂 igihe cyawe kirahahar nibakureke chr uritonda disi🎉🎉🎉🎉

  • @ChantalDushimirimana
    @ChantalDushimirimana 11 днів тому +4

    Igituma yunvamasoni numurundikazi gusa araberewe cane ww Nawe ndagukunda ukora neza interview

  • @AliceNdikumwenayo-s2s
    @AliceNdikumwenayo-s2s 11 днів тому +3

    Yaberew cn

  • @RegisIrakoze-p8l
    @RegisIrakoze-p8l 11 днів тому +1

    Terimbere alvella,turagukunda cane nacan can ko mubandany kumenyekanish ubwiza bw'lmana mubicishije mu ndirimbo

  • @theresiakarwera2279
    @theresiakarwera2279 11 днів тому +2

    Abavuga bihorere ikomereze umurimo wImana

  • @ChristineNahingejej
    @ChristineNahingejej 10 днів тому +3

    Araberewe kandi aradufasha mundirimbo ziwe .

  • @alexsong8798
    @alexsong8798 8 днів тому

    Ahubw ntuzosubire nokuza imbere ya camera usubiza commentaire hariho abazandika bahimvye urumogi

  • @ErickBaraka-rc4zx
    @ErickBaraka-rc4zx 11 днів тому +3

    Ndagusshimiye kugikogwa mwatanguye cugufasha nugushima ahimana ibagejeje muravye aho yabakuye

  • @ChadiaMUCOWIMANA
    @ChadiaMUCOWIMANA 11 днів тому +2

    ❤❤❤❤❤❤❤ndmukunda shn

  • @ITANGIVYIZAJosiane
    @ITANGIVYIZAJosiane 10 днів тому +1

    Mubisanzwe suyumusi Yama yambara neza.mpora nibaza mbega kuri dot yiwe azohavur aronka impuzu yambara ko zose azifise??

  • @OoookkkKkkm-oz8bt
    @OoookkkKkkm-oz8bt 10 днів тому

    Muhimbare❤❤❤❤wamumpimbara

  • @BirikunziraBabiju
    @BirikunziraBabiju 11 днів тому +2

    Nibakurek sha gusa abantu beshi bagita jerasi ntawuz rero
    Cobashak
    Ariko
    Yumuntu ameze neza
    Abeshi nikibazo

  • @elyseciza-h9h
    @elyseciza-h9h 9 днів тому

    ❤❤❤ alvella so beautiful

  • @ArleneMuhoza
    @ArleneMuhoza 10 днів тому

    African TV mwubahwe

  • @yasmenbronde5030
    @yasmenbronde5030 День тому

    Araberewe disi❤❤❤

  • @IrakozeNadia-u7q
    @IrakozeNadia-u7q 11 днів тому +2

    Eira❤

  • @MediatriceManirakiza
    @MediatriceManirakiza 8 днів тому

    WE frani mundamukirize muhimbare

  • @AugustinNininahazwe
    @AugustinNininahazwe 3 дні тому

    Niyirambire

  • @florisdusabe7238
    @florisdusabe7238 11 днів тому +2

    Flanick ndagukunda ubaza neza peee.