congratulations alvella muhimbare, we love your music very much, that's what made me more saved, that is, God bless you, I pray that when I come to Burundi, I ask to meet you if you like, thank you very much, God bless your work, you are doing work for the people of Burundi and East Africa in general
Nubwo nacerewe nsinongenda ntakoze comment l love so so so much Alvella Abarundi twarahezangiwe ndagukunda cane vyivamutim lmana ingukomeze mumurimo wayo ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
For the first time i like the gosper music iy inkozeh abayikunze nabagum muyumviriza nkanj mfash mubinyerek mump like thx for watching my msg Alvella Muhimbare hejuru cane
Ndintahe yigendera nabonye ntaciza kiruta no kundana nawe MANA 🙏🙏🙏
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Intahe ninziza ifite akanovera (indirimbo ni nziza)komerezaho ni vyiza
Hezagirwa mu kobwa wacyu
Komeza mukobwa mwiza nukuri turahiriwe kubatugufise ngukunda cane❤❤intahe yanje yubatswe kurutare nagwosurundi ni kristo 🙏🙏🙏
❤❤❤❤❤❤❤❤
Mwizina ryabanya Rwanda 🇷🇼🇷🇼 bosee indirimbo iraryoshye cynee.. Muduhe likes plz♥️♥️♥️
Love From Abatananirwa abo kwa Mama wema muri hehe tumenyane?😍😍😍Alvella abemera ko yakoze indirimbo nziza like zanyu muzimpe
Nuko Uzi muhurira kwa Wema ivyo ntavyo warikuvuga
😂😂😂😂😂
💐💐💐
ua-cam.com/video/LGaEm4SEhes/v-deo.htmlsi=tv-5hxghA6-FBrZb hit top tv turakeneye ubufasha bwanyu
Gusandagukundacyanekomerezahope
Kadama mwari mukumbuye indirimbo nshasha ya Alvella tumenyaneee❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Dorine twamenyanye❤
@iradukundaregis962 hezagirwa
Kabisa niho twibereye❤ kadama
Niho turi Kabis ❤
Abakuzi bunomwingeme mubinyereke mukumpa lik nokunkandira kwifoto uwuyuvamwo ko amukunda vyukuri❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Niwe wanjeu arampezagira cane❤
Muraho neza Amahoro Yesu atanga abagereho nshuti zanjye ❤
Murahocane murakoze@@ClaudineIneza
Nanje ndamukund ❤
Abakunzi ba Film ndundi baryohewe niyi Gospel basige like❤
@Moriah Channel Tv.
Abakunda alvella nkanje bampe utwo tu like tube turindiriye 18h 💓
❤❤❤❤
Kbx ngiz like😂❤❤❤
*_Abanyarwanda duhuje gukunda Allivera mumpe ❤_*
Ndamukunda cyanee rwose❤
Wirambire uwiwacu❤
@EmilleNdihokubwayo *_umezutex_*
Umurundikazi 🇧🇮 ahabwe intebe y'imbere arashoboye kubera ashobojwe na kristu 🎉
Amen.wampay ibirenz ivyo nagusavy.ndintah yigendera nanj❤
Mungu akubariki sn dada❤❤❤❤
Waoooo 🎉🎉🎉🎉Félicitation Alvella wacu Umukama abane nawe❤❤
Mbega Impano Ya Gospel Yigendera aha Muri East Africa ndamuhaye numero Yambere Peeeee Uyumwana Ararenze Peeeeeee……….vidoo nziza cane goseeeee
Alvella shaaa menya ko nkunda ibikorwa vyawe Kandi Imana ibashe kubana nawe muvyukora vyose
Ananana ndahiriwee!!!.Alvera bandanya utera imbere utunezereza
Olalala nd INTAHE YIGENDERA🙌🙌🙌 congratulation dear sisi🥳🥳🥳🥳
Ndagukunda imana iguhe imbaraga mubyukora byose🙏🙏🙏
Amen
Kristo we nta kiza nko kugendana nawe kuko uhora umbwira iby'amahoro...
Be blessed my sis Alvella ❤
congratulations alvella muhimbare, we love your music very much, that's what made me more saved, that is, God bless you, I pray that when I come to Burundi, I ask to meet you if you like, thank you very much, God bless your work, you are doing work for the people of Burundi and East Africa in general
Abakunzi ba Alvella muhimbare abari barindiranye igishika iyi song Kurutare niba koko umukunda ataburyarya burimwo twagiye 👍👍👍👍🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Nubwo nacerewe nsinongenda ntakoze comment l love so so so much Alvella Abarundi twarahezangiwe ndagukunda cane vyivamutim lmana ingukomeze mumurimo wayo ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
KURUTARE 💯🎉🎉 Abahezagiwe nkanje tumenyane 🎉🎉❤
Komez
Urimpano Imana yahaye Uburundi Imana ikomeze kuguha amagara meza murubu bugingo.kandi Yesu naza gutora abamukoreye uzaguhe igitsibo cubwiza
Hallelujah 🙌🙌🙌 ndi Intahe y'igendera abariko bahezagigwa nino ndirimbo ya mwene wacu Alvella musige like muri gwarukundo nyene 🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Hallelujah 🙌 🙇
Nukuri ntaciza kiruta kugendana na Yesu 100%.abavyumva nkanje mumpe like
Yesu aguhe umugisha Alvera wanj❤❤❤❤
Gospel nkiyi nayiheruka 1963 none raba nubu iragarutse 🌷😘😘😘☑️
Congratulations my daughter nukuri kukugira numugisha ndashima Imana yakumpaye yampaye umugisha ukomeye uranyubaka peeeee !!!! Ibandanye igukoresha ivyubuhizi nka Dawidi ❤❤❤❤
Mushikiwanje uranshitse kumutima kbx
Waooooo❤❤❤❤❤❤❤❤mubikomey Azobana natwe
Amen wampaye ibirenze Ivy ngusaba egh ndinare yigender alvella umwami yesu aguhezagire
Kristu rutare rwabamwemeraaa❤❤
Indirimbo nziza
❤
Amen Amen twaronse ibirenze ivyo twasavye Imana nuhabwe icubahiro Mana yanje🙌
Nkaba ndahagez mukobwa mwiza Iman ikonger Amavuta ukomez kuduhezagira
Alvella nukur Imana yakuduhay bikwiye mungabire iman yaguhay iraturuhura mumiyima yacu ngusabira kuramba nokugera kure ndagukunda uvyumve💓💓💓
Much love 💕 our sister waranditse pe uwiteka akomeze kukwitaho
Hezagirwa mukobwa wa yesu,iyi ndirimbo kuvejo sindayiruhuka kuyunviriza,amashurwe nayawe🎉
Haleluya Haleluya 🙌🙌🙌🙌🙌ntahe yanje yubatse kurutare narwo ni kristo 🙏🙏🙏🙏congratulation mukobwa mwiza alvella Imana ikomeze ikwagure
For the first time i like the gosper music iy inkozeh abayikunze nabagum muyumviriza nkanj mfash mubinyerek mump like thx for watching my msg Alvella Muhimbare hejuru cane
Hejuru cane Alvella wacu kure cane niho mbipfurije gushika❤️❤️❤️❤️🎺
Alvella congratulations indirimbo nziza cyane Kandi ndagushimira kubera yuko uduha indirimbo zitwubaka mubuzima bwa buri munsi 🙏
NDI intahe yigendera 🎉🎉nabonye ntaciza kiruta kugendana nawe 😢😢 Mwami wanje 🎉🎉
Alvella mwana w,lmana ndagusabir umugisha lmana izihorane nawe ibihe vyose mumurimo wawe uzirinde gusubir inyuma mwuwo murimo
Ndahamya KO uyu murundikazi afise impano yo kuririmba!!!
Burya umuziki mwiza no mu Burundi urahari! Bisaba uburyo❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndahezagiw pee.Uhezagigw mukobwa wacu❤❤❤
Azobana nacu bien ❤ alvella lmana ikomeze kuguhezagira.
I love u so much Alvella ubikora neza Yesu akwongere inkomezi
Imana iguhezagire kungabirano Imana yabahaye yo kuririmba.
Waouh 👏👏 mbeg'indirimbo♥️♥️
Mercii Alvella❤🎉Umugisha n'Umukama kuri wewe🎉
Intahe yanje yubatswe ku Rutare merci et bon courage Alvella 🎉
Ndintahe yigendara ndabonye ntaciza kiruta kugendana nawe man thanks arivella
Indirimbo nziza cane yo gushinga intahe.
Umuremyi akwagurire imbibe sister Alvella ugere ahiyaguye hawe
Wuzuza ubuzima bwanj Imana igukomez mukobwa w'asiyoni❤❤
🎉🎉🎉ndi gishingantahe cigendera
Ntago itwumvira ubusa turagushima Alvella hejuru cane igume iguhishurira ubwiza bwayo kurusha❤
Intahe yanje yubatswe kurutare😭😭😭😭😭numva amarira yumunezero nibuka nukuri ndafashijwe sasa Mana wampaye ibirusha ivyo nagusavye 🙏Alvella yarahezagiwe ivyo yahezagijwe abigezagiza abandi .Imana imuhe umugisha
Iyindirimbo ninziz ppppppppp❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Kurutare merci mwigeme wacu ubikora neza
Alvela urahiriwe nukur Iman iguhezagire
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏 Turagukunda ❤️❤️❤️🇷🇼 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ntaciza kiruta kugendana nawe Yesu , nuko kabisà, gera Kure mukobwa wacu ngukunda kubi
Waouh yandirimbo twari tunyotewe ❤❤❤🎉🎉🎉
Alvella indirimbo zaw zose ninziza Can Imana ikongerereze amavuta, murakoze can
Hallelujah 🙇🙇🙌🙌 abakunze iyi ndirimbo Kurutare nkanje abamaze kuyisubirmwo akarenga 5musige like nukuri Hallelujah 🙌🙏
Abakunzi ba muhimbar muryerek ibikorwa vyanyu murek kuvugisha iminwa kbx muhaguruke mwes tumushigikir kumpand zos umunt atar bon iyindirimbo nukr yahovy kbx beautiful song mana weeeeeeee uburund bwarahezagiw
Nguma mbona abantu basaba ngo babahe likes,nkibaza ico bazikoza bikansiga.Please nanje mpa like ndabe ibikurikira.🤨
Nice song🎉❤🇧🇮
N'ukuri uretse kuba intahe yigendera uri n'impano yigendera,Kristo Yesu agukomeze kdi agukomereze impano❤❤
Hejuru canee mukobwa wa Yesu❤❤❤
wow 👊 félistation alvella wacu mungu akuongoze akufikishe kwenye viwango vyajuuu!!!!!
Intahe yanje yubatswe Ku rutare❤️❤️❤️🥳🥳
Numuchize mana ntiwanyumviye ubusa mana urimana intahe yigender Amen amen courag mwana wa yesu
❤❤❤❤❤ ndakwikundira can imanikujimber
Yamara Arvella uraririmba neza Imana ugihe imigisha mwishi muvyo ukora uraduhimbara
Beautiful video and nice words🔥🥰🥰Komeza gutera imbere mukobwa,unaduha ijambo ry'Imana😍
Urashoboy mukobwa mwiza sivyo gusa urampezagira uronke ibirenge ❤❤
Nukuri iyi hit ya gspl mu burundi niyambere 🎉
Yoooo twar tugukumbuy cyan mukobwa wacu🎉🎉❤❤
Ubundi indirimbo zawe ndazikundaaaa🎉🎉🎉🎉🎉
Ntaciza kiriho ntanikizoza nko kugendana n’Imana yanje
Amen Imana ikomeze iguhezagira mukobwa wacu turagukunda 🎉🎉
Courage ma cherie alvella ❤❤❤❤❤
❤❤❤ Imana iguhezagr nuk.
Courge
Ark ntuze urateba kuduh indirimbo.
Imana ikujimber❤
Tuyirindaranye igishik ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤abakunda alvella nkanje munyiher like ❤❤❤
Amen 🙏Amen 🙏 niwakire amashugwe 💐💐💐💐🌹🌹🌹🌹nayawe uwiteka agukomereze mumurimo wayo ❤❤❤❤❤
Nice song in few moment will reach 1M views
Courage Alvella ❤️🥰 IMANA ikomezee impano yaweee 💞💞
That song is fineee
Waoooh.ndagukund.mukobwa.wacu.komezuterintambw.umwami.yesu.ashisHikaru.kugukomereza.muriw
Kali sana
Amazing,,,what a message in anointed sounds of gospel music 🔥🔥
Mbega indirimbo 🔥🔥🔥🔥
Someone from🇧🇮🇧🇮
Abaduze umusozi nkanje bakavanayo amashimwe nkanje mumpe likes 3:06 🎉
Imbere cyane Arvella ndafahwa nindirimbo zawe uzaze kudusura mu rwanda turagukunda cane gose
🔥🔥🔥👑👑👑👑👑👑❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤❤❤Amen 🙏🙏🙏 ntaciza kiruta kugendana n'UWITEKA❤❤❤ lmana ikomez kuguha igikundiro kwisi no Mwijuru ma chérie
Watching from south Africa 🇿🇦
This song is so 🔥 👌
❤❤❤❤
Amen, uhezagingwe mukobwa wa Yesu. ❤
Ntaciza kiruta kugendan nawe Mana. AB tuvyumv kumwe mumpe utu ❤❤
Intahe yanj yubatse kurutare ndahiriw vyonse mbihehwa nagakiza nsboneye mur Yesu kristo 👏👏👏🇧🇮
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Oolala abakunda alvera nkanje abakunda ibikorwa vyiwe tumenyane❤❤❤😊
🎉🎉🎉🎉🎉 sate