1995 ntiyari bwatangure kuririmba. Muriyo myaka ya 95 gushika muri 98 yaragitamba umuziki mumirwi itandukanye nka Frinds of the world, full force united na za happy children.
Oya vraiment mugire song ya rap gusa na B face! Vyosara! Ntavya competition ni cooperation! Big up man! You're best rapper too for real! Wao! Peace and Love!
Gaël ubikor neza gus fizzo turamukunda knd cane gus harikibaz utamubajij knd ukwiy kumuronder ukakimubaz kuusu na collabo za inje yari yaribwiy koharindirimbo ba Lady Jay hamw na Nay wa mitego ntaz twabony mubwir uti vuka mipaka Kaka wagur akarer
Bonsoir Raba hano hepfo ibintu 4 Nkenerwa Wokora Imbere Yo Gutangura umugambi canke Business yawe raba hano hepfo 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻ua-cam.com/video/k19sbTBY8nk/v-deo.htmlsub_confirmation=1
Nimba ukunda big fizzo Like for me
Big fizzooooo In Rwanda tumukunda cyane urabona ko afite intumbero nziza ,@Bantu bwoy for life
interview ya fizzo igombe ibe imara isaha yose ntegerezwa kuyimara big up King of Buja fleva
The living legend arakije kbs Microphone zihava zisambuka kweli.....
Big Fizzo ni noma mazee 🔥
good job Juste G
Uno ni umuririmvyi w'ikinjana kbs!! Fizzo number one in EAC
Wallah waratoye akazi war wararemew
Akokazi nigwawe ur #number_one ntutombz mumukubito😀😀😀
Our best present in our country #Just Gaël🇧🇮, big up to Big Fizzo
Big fizzo ntawund m rappeur EAC your the best 🔥🔥🔥🔥
Freestyle za big fizzo zirarenze😂😂
The king mwamba uyo from burundi❤❤❤❤❤❤❤❤
Best rap in burundi imwaka yose big .mu rwanda iyozakugira umuntu nka we bwarikuba arihatar big up sana brosky
My favorite star ever😍😍I love you
Juste Gaël uzobe umurappeur wallah👊👊👊👊😂😂😂
salut again and again hamwe na Fizzo hama Album ziwe ziriko zituryohera hano iburaha yooo he deserve Fizzo
Nakubl mzee wang
Big Fizzo- best burundian rapper ever....afise ijwi ryanTUPAC.Nzokwama nibuka his first concert na kidumu- "Mambo juu ya mambo"... abantu barasaze
The day iyo mic izagira ikibazo nzakurondera uyirihe😂😂😂 nabwo iguma ahantu hamwe
Uyu mu star wacu tumubungabunge kuko numwe rundende dufise.
1995 ntiyari bwatangure kuririmba. Muriyo myaka ya 95 gushika muri 98 yaragitamba umuziki mumirwi itandukanye nka Frinds of the world, full force united na za happy children.
Legend big fizzo
☝️☝️☝️👍🔥🔥🔥🔥🎤
Akazi keza
Much respect for you #Gikundiro
Wew nifimbo unawachapa kweli 🔥🔥🔥🔥
number moko kabx ww ni rapa bora kama unakubali gonga like
Oya vraiment mugire song ya rap gusa na B face! Vyosara! Ntavya competition ni cooperation! Big up man! You're best rapper too for real! Wao! Peace and Love!
Umusaza nibamureke ararasa big up Mugani
Komera Mutama fizzo we turakwemerz
Big Fizzo komera mwirambire 🔥🔥🔥
Atumiye uwo wabereye fan in fun. kand nubu ukimufana gi fun. bro wakoze gutumira uwo mwubahwa mur industry yumuziki
Kabisa kabisa
Just ibintu vyokuja kur terain wobiheba urarenz mur studio urashoboye
Eebana bigapu sana muzehe
Ntawomusubirira kuko sinz ko bobishobora
Respect kabisa ndakund iguvu za Fizzo muga Gael ja Mur studio vrt urabizi man
Better than them😍💪💪 show love to him Big fizzo
👇
Kbx nakubal
Big fizzo salute 💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥
ua-cam.com/video/kCSCiNmkG14/v-deo.html
Available now on👆
Mfasha #Partage please muri bwabumwe bwurukundo 🙏
Umuti🔥🔥🔥
Iy exemple ya pizza it from burna boy respect to you Fizzo
Fizzo ni nca bwenge kuko nkirya ndirimbo ya sat b na Meddy ntanahamwe mbona ya yi postinz Meddy c'est vraiment regrettable 😌
Aho ntubsh?😱😱😱😱😱
Guma hamw ugum kukiyago beautiful uyihoz ni 💣💣💣💣,sema wote warundi tu wanaweza
Big fizzo is regend
Alafu namwebwe nimwubake neza indani muma TV yanyu ntasoni ,kandi mukamwakirira umu super star wanje keke nyiye
Gaël arabizi nawe nyene.
The living legend
This is true legend!gael ulisikia 2pac ?ararenzeeeeeee p
Komera komera musaza
Ndumiwe
Sha ndakunda interview za Fizzo
Fiz turakwemera
Kweli desire .les enfants muje kuryama papa wanyu aracakanura
big fizzo,i love you
proud of you guys ,proud to be Burundian
Gaël ubikor neza gus fizzo turamukunda knd cane gus harikibaz utamubajij knd ukwiy kumuronder ukakimubaz kuusu na collabo za inje yari yaribwiy koharindirimbo ba Lady Jay hamw na Nay wa mitego ntaz twabony mubwir uti vuka mipaka Kaka wagur akarer
Umukubito #Ndungwe# desideratous/legendary
Uyo ni number 1 gushika kuri 10 ntawujamwo hagati muma style yose
Shoutout to Juste Gael✅✅ Big Fizzo tuu ni Bonbon♥️♥️🧨🧨
Juste the Best👊🏼👊🏼💪🏻
Big fizzo, bidg deal, big up
Kbs ndamwemey avugisha ukuri
Juste Gaël tubwir ingn batelechargea kur boomplay ic bisab hm komeraa🤩🤩
ja muri googleplay utelecharger application yitwa boomplay
Big up Big fizzo 🥰🥰🥰🥰🔥🔥🔥
Généraux huo forever
Ww mtangazaji Tulia acha kuwa na papara when uko unauliza maswali
Pamoko the Done
BaddaDanDem 🔥🔥🔥🔥
Izo album ziw maz kuz downloadinga incur 2
Courage Gaël uri mukazi men
N'umusaza yiyubura kabisa !!! Kibirengeye tjrs.
Just wubahwe
Nakubali Gael
Big Fizzo. Jembe
Bantubwoy forever
Nimekuja apa kwa kuona jina la lolilo
NIBAKUVEHO.BAZUMINGWA
King fizzo burundi
💥🔥💕
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Umutama yama ari umutama kbx
Umutama w'ubuku Ndugwe
kawaida indirimbo iba ikwiye gusohoka ifise ibi bikurikira , Audio, Video, instrumental na lyrics
💯💯🔥🔥
Yessir pulo
Fizzo arabarenze Bose.
Kuberik mudakunda gutanga number ya WhatsApp nkabataba I Burundi bica bigenda gute ivyo ntibitworoher bro bica bitugor kuri communication
Ducatuvugana kuri GMAIL canke kuri +25771605633
Big Fizz turakumbuye rapu yiwe
Indirimbo baririmba murino myaka zizoririmbw n'abuzukuruz bacu mumyaka izaa ibihe bigenda bihana
Mwebwe nyn nimwe muhanura ngo abaririmvyi ngo bareke ama bifu ! Ariko ww ararenze hinduka hama wereke akarorero abandi nakare niwe ubakurira
Ararenze
Muri studio umuriro uratse Gaël ahiriye indani.
🍾🥂babahe ndarih🤝💕
🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Hip hop na Rap vyamunaniye gutandukanya
hhhh th bantu bwoy
Respect big fizzo
Igitutu
vampire
🇧🇮🇧🇮
Bro wakoze gutumira uwo musaza.
Mkali sana.
Fizzo Hana mpinzani.
Bonsoir
Raba hano hepfo ibintu 4 Nkenerwa Wokora Imbere Yo Gutangura umugambi canke Business yawe raba hano hepfo 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻ua-cam.com/video/k19sbTBY8nk/v-deo.htmlsub_confirmation=1
Nakubl mzee wang
Legend big fizzo