Umuntu wese asabwa kwubaha indongozi: impanuro ndende z'umwami zingana n'umutego

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 16 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 15

  • @NDAYIKEZA-q3k
    @NDAYIKEZA-q3k 8 днів тому

    Merci kunyigisho nziza caane n'umugani w'ubwenge muduhaye.Twiyubare ntitugwe mukamaShu.yamara jeho iconunvise inyanduruko yavuye kuvyona umurima,akamashu kabisa.twunvire kugira ntituzogararize ngohategwe akamashu kuko turunviseko akamashu katavyorosha.murakoze

  • @julius875
    @julius875 18 днів тому +1

    Murimake ni Ukubahana

  • @marckubwimana-w5x
    @marckubwimana-w5x 16 днів тому

    imana ibahezagir kubwijambo ryiza muduhaye

  • @yvesBigirimana-c9k
    @yvesBigirimana-c9k 18 днів тому +2

    Mbayahaga,umupasteur wamanyanga.nzisabira kararuza.

  • @MariejosetteHaronsimana
    @MariejosetteHaronsimana 18 днів тому

    😢 mbega ubutumwa?
    Vuga Kristo Yesu yapfuye akazuka ibindi Yesu azobiroranya😊

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 18 днів тому +1

    Abubwira ntibumva pasteur kandi nibobatumye igihugu gitatagurika nkuku ariko ivyabo imana irabizi kandi turayizeye ko itananigwa nimukomere twebwe abanyagihugu tubandanye twayura nkabana binyoni

  • @AimecesaireCesaire-fh5nm
    @AimecesaireCesaire-fh5nm 18 днів тому

    Amen 👏

  • @RenovatNsengiyumva-m5q
    @RenovatNsengiyumva-m5q 17 днів тому

    Waravuze kabisa

  • @ekaiesikiria2104
    @ekaiesikiria2104 18 днів тому

    Umuhanuzi mwiza kabisa

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 18 днів тому

    ubutumwa bwiza cane

  • @JeanMunyaneza-p1q
    @JeanMunyaneza-p1q 18 днів тому +1

    Urumwarimu wumunyambwerye

  • @GadBigirindavyi-t9u
    @GadBigirindavyi-t9u 18 днів тому

    Mbayahaga sha😂

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id 18 днів тому

    lmana yomwijuru iteye ubwoba

  • @Lbb960
    @Lbb960 18 днів тому

    Mbayahaga apotre😅😅😅

  • @UwamariyaDusabe
    @UwamariyaDusabe 18 днів тому

    Hello fatafaka 😂😂😂😂😂