AVUZE IVY'ABA CATHOLIQUE N'ABA MUSULMAN, UKURI AVUZE, AHAA

Поділитися
Вставка

КОМЕНТАРІ • 152

  • @ThierryNitunga-co9xd
    @ThierryNitunga-co9xd 3 місяці тому +1

    Ameeen iryojambo niryo ariko kuba Islaam irya Mana yabo ivyayonabo bizogaragara kuko kurya sukwemera kwacane kubibatuma

  • @euladekanyamurera3102
    @euladekanyamurera3102 Рік тому +3

    Uyu mushumba avugiha ukuri ibihe byose.❤❤❤❤

  • @valentingatera8686
    @valentingatera8686 Рік тому +1

    Imana iguhezagire, tu es un vrai pasteur, udashingiye ku maturo y'abakristo bawe, ahubwo inyigisho yawe irahebuje kandi yuzuye ukuri. Songa mbele Mungu iko nawe.

  • @desirentakirutimana7560
    @desirentakirutimana7560 Рік тому +2

    Past, ico uvuze ni ukuri kwuzuye. Imana iratanga umugisha kandi gusenga birazana umugisha, ariko kirazira kurera amaboko ngo urindiriye za migisha

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Рік тому +3

    Urakoze cane mukozi wi mana ububutumwa bwagenewe jewe ndashima imana kuko ituzi ikamenyanintegenke zacu ikaturungikira ubuhanuzi rekankorane umwete ndaziko ntazicuza

  • @fikir43
    @fikir43 5 місяців тому

    Wooooow, I love you my daddy. Nukuri komeza uhugure Itorero rya Kristo

  • @steveizere5157
    @steveizere5157 Рік тому +1

    UMWAMI MANA agukomez kumwe mumuryango waw ubu nibih bidashira azabaronse Iherezo ryiza🙏🙏🙏🙏🙏🙏 uramasha cn.🇧🇮🇿🇦🇧🇮🇿🇦

  • @user-ov8xx1nx4q
    @user-ov8xx1nx4q 4 місяці тому

    Amen mwarahezagiwe murakoze kutugaburira uwudakoze ntakaryeer

  • @dianentahobatashitse8354
    @dianentahobatashitse8354 Рік тому

    Murakoze kurizo nyigisho zituma abantu bamenya ukuri merci merci infiniment

  • @yvettempawenimana7111
    @yvettempawenimana7111 Рік тому +1

    Amen cane Ikonger imisi yokubaho

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 7 місяців тому

    Ndaryohewe nijambo ry, Imana cane Aleluya nanje naje guteretwa numusore ndamwibutsa ko nokereza ibigori imbere yiwe ariwe abigura

  • @thomasbukuru69
    @thomasbukuru69 Рік тому +4

    Uravuzukuri kubabaza.kuvuga imbere yishengero ryawe yuko hari idini riruta rwawe.koko ubitumwe nimana.

  • @IngabireSamuel-if2tx
    @IngabireSamuel-if2tx Рік тому +3

    Ubyo wigishije nukuri yesu uguhe umugisha

  • @alphonsedusangiyimana7485
    @alphonsedusangiyimana7485 Рік тому +1

    Imana iguhe umugisha rwose mu izina rya Yezu Kristu

  • @mr_onebbright668
    @mr_onebbright668 Рік тому +2

    Ukur kuzuye,, murakoze cane muhezagigwe👏👏👏

  • @patricendihokubwayo3803
    @patricendihokubwayo3803 Рік тому +2

    Ndatahije ishengero ry'Imana nanje ndabakunda ejo sinashoboye kubana namwe

  • @B-Y-N
    @B-Y-N Рік тому +1

    Amen Amen nukuri ubahanuye neza nibakore amaporoje biteze imbere abatunzi beshi bahereye kutuntu dutoduto 👏👏👏💒💒💒💒

  • @floribertmpawenimana4879
    @floribertmpawenimana4879 Рік тому +3

    Pastor inyigisho zawe zirubaka kandi zinshingiye kubikorwa ijambo ry'Imana ritubwiriza gukora

  • @jesusheroes6741
    @jesusheroes6741 8 місяців тому

    Ndakwemera uvuga ukuri Imana yaremye is nijuru ijye igushyigikira pee

  • @placideniyongabo2604
    @placideniyongabo2604 Рік тому

    ndagukunze paster Roho wa Yezu agukomeze rwose Niko kuri mu kibwiriza cyawe

  • @ericknduwimana3715
    @ericknduwimana3715 Рік тому +2

    Amen amen. Imana iduza abantu bafise ibikorwa vyungukira abandi.

    • @user-pi4ib7ql4d
      @user-pi4ib7ql4d Рік тому

      Ameeeeeen Ameeeena lman ikomeze kuduza nokukwongera amavuta ndakunda ukuntu uvuga ubutumwa ukabwira abantu ukuri lman ntihezagira uwicaye🙏🙏🙏🙏🙏🤝🤝🤝

  • @wailabumahmoud5887
    @wailabumahmoud5887 Рік тому

    Amene mukozi w Imana ariko!uwukize isemu yibagirwa icyamwirukanza;urina matwi niyunve nufisubwenge natoremwo gwiwe!nne cagihe murutana uwabwiwe bimana agahezakunva muka Nkurunziza yariyarungitswe nande Atari ubuvugishwa???

  • @cesariebakunda4498
    @cesariebakunda4498 6 місяців тому

    Pasteur Mbayahaga yubahwe ndakunda inyigisho ziwe.

  • @AnnichouMungunimungutu-yk6fi
    @AnnichouMungunimungutu-yk6fi 8 місяців тому

    Amen🙏 Ndafashijwe pee

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 Рік тому +1

    Babwire bumve nijambo ryi MANA riravuga udakora ntakarye nugusenga dukora❤❤❤

  • @habimanaemmanuel8185
    @habimanaemmanuel8185 Рік тому +2

    Amen mukozi w imana

  • @CizaNdabaniwe-dd4uw
    @CizaNdabaniwe-dd4uw 9 місяців тому

    Uteyubwoba ukuruvuga nuwutizarikanga amen amen.

  • @zawadiflora9422
    @zawadiflora9422 9 місяців тому

    Imana ikongere umuzingo ushishikare kuzingururira abanabimana ❤❤

  • @MarieProvidence-km2nb
    @MarieProvidence-km2nb Рік тому

    Ohhh ndagukunze urigisha nk’umubyeyi uhanura Abana be. Imana iguhe umugisha

  • @kennyndimubantu5228
    @kennyndimubantu5228 Рік тому +1

    Amen uvuga ukuri Cane

  • @tharcissehavyarimana9787
    @tharcissehavyarimana9787 Рік тому +7

    C’est extraordinaire comme enseignements !!!! Uhoraho aguhangaze, aguhezagire, akwongerereze inkomezi mu nyigisho utanga.

  • @WiliamTito-wh2xp
    @WiliamTito-wh2xp 10 місяців тому

    Ndabakunda cane mubandanye mutubwire ukuri kwose

  • @nzabakiriragaspard127
    @nzabakiriragaspard127 8 місяців тому

    yesu aguhe mugisha mutumishi urafasha cane mukozi wimana

  • @user-ny7iy9we4f
    @user-ny7iy9we4f 3 місяці тому

    Urakoze iman ikuzigame

  • @ntahondereyeedmond5048
    @ntahondereyeedmond5048 9 місяців тому

    Amen ubarikiwe

  • @rwabuhihievode6264
    @rwabuhihievode6264 Рік тому

    Mukozi w'Imana Nyagasani aguhezagire kuko uyivuze neza ndafashijwe

  • @sethngolo6558
    @sethngolo6558 Рік тому +3

    Amen!!

  • @Masterabel_34
    @Masterabel_34 Рік тому

    Amen pastor arigisha neza aba Christu biwe kanura

  • @user-bo1ks5wy8h
    @user-bo1ks5wy8h Рік тому +1

    Imana iguhezagire uvuze neza

  • @user-rm7hr4gz6t
    @user-rm7hr4gz6t 5 місяців тому

    Komer shaaaa mbayahaga

  • @Sara-iz2nr
    @Sara-iz2nr Рік тому +2

    Iman idufash cane

  • @KamanziEmmanuel-ky9rj
    @KamanziEmmanuel-ky9rj Рік тому +1

    Ndakwemeye100%

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 Рік тому +1

    😂😂😂
    Mukama !
    😅😅😅
    Ushishikare ukomezwa, Mukozi w'Imana !

  • @user-qp1wq6zs5k
    @user-qp1wq6zs5k 9 місяців тому

    Ilana ikomeze Ibane nawe

  • @butaro-pharmacybutaro-hosp466
    @butaro-pharmacybutaro-hosp466 Рік тому +1

    You are right Mutama.

  • @sergeskubwimana.1754
    @sergeskubwimana.1754 Рік тому +1

    Ntako utagize mukutubwira kwl .Wirambire.

  • @viterinzinda3012
    @viterinzinda3012 Рік тому +1

    Vraiment !!

  • @mudakikwaemmanuel1216
    @mudakikwaemmanuel1216 Рік тому +1

    Amen, Amen, Amen 🇺🇬🇺🇬🇺🇬

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Рік тому

    Aman amen 🙏👏🙏

  • @Louiseimaniriyo-ui8hk
    @Louiseimaniriyo-ui8hk Рік тому

    Uranyihera umutahe pastor nkore hama nsenge Imana

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 Рік тому

      Ufise umugambi/projet urashe, ugize umwete ukegera amabanki canke abandi bantu woba uzi, haraho wogira Imana ukaronka uwugushigikira.
      Mugabo uko abarundi bameze, nk'umuvukanyi woshobora kumubwira uti nguhaye aya mahera hanyuma uze uyansubize nko mu myaka itanu atan'inyungu ngusavye, mugabo akavyanka kuko aba ashaka ivya gusa atazokwishura.

  • @chantalkakunze259
    @chantalkakunze259 Рік тому +1

    Uvuze ukuri past Warahezagiwe past.

  • @emilemanirambona2511
    @emilemanirambona2511 Рік тому

    Imana iguhezagire mutamawacu turagukwirana inyigisho zawe hezagigwa

  • @GervaisNduwayo-vf6rv
    @GervaisNduwayo-vf6rv 3 місяці тому

    Amen Amen!!

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle9394 Рік тому +2

    Amen 🇸🇦

  • @user-ri8lv2zj3d
    @user-ri8lv2zj3d 4 місяці тому

    Amen men

  • @deomunyarentwenzenibutse527

    IMANA ikomeze kubahezagire mukozi wayo

  • @user-qo4ud3ki4k
    @user-qo4ud3ki4k Рік тому +3

    Amen muhezagigwe❤

  • @SunMoon-rn8fn
    @SunMoon-rn8fn Рік тому +1

    Amen

  • @harimenshijames2503
    @harimenshijames2503 9 місяців тому

    Courage

  • @user-of1pc3if2k
    @user-of1pc3if2k 5 місяців тому

    Amen❤

  • @eliane802
    @eliane802 Рік тому +2

    Mbeg'ijambo rifasha weee!!!! Ameeeeeen 💞

  • @gilbertniyonzima7354
    @gilbertniyonzima7354 Рік тому

    Amen Amen

  • @isidoreyezunkiza-5048
    @isidoreyezunkiza-5048 Рік тому +1

    Nkunda ukuntu utinginga mukuvuga ubutumwa❤🙏🙏

    • @mpapi
      @mpapi Рік тому

      Uwu ntanzara imirimwo yotuma areka ukuri

  • @jeandedieuniyongabo9041
    @jeandedieuniyongabo9041 Рік тому

    amen amen

  • @ElodieNgezahayo-gw7zq
    @ElodieNgezahayo-gw7zq Рік тому

    Je valide

  • @dusabimanadamascene6132
    @dusabimanadamascene6132 Рік тому

    Paster ndakwemera uzategenderere ikigari mu Rwanda turagukunda

  • @user-pc4sg5dh2p
    @user-pc4sg5dh2p 8 місяців тому

    Amen🙏

  • @juslenkavira6961
    @juslenkavira6961 Рік тому

    Amen amen

  • @felixigiraneza
    @felixigiraneza 8 місяців тому

    Excellente réalité

  • @Nadine-fc8ie
    @Nadine-fc8ie Рік тому +2

    Numéro z'uwo mukozi w'Imana yozironka gute?

  • @irankundabrianna2200
    @irankundabrianna2200 6 місяців тому

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏Amen

  • @niyonsabagenevieve6261
    @niyonsabagenevieve6261 Рік тому +2

    Ukuri kuzuye ubutumwa nkubo baranyuzuza

  • @fabulaburndi1150
    @fabulaburndi1150 9 місяців тому

    🙌🙌🙌

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 Рік тому

    Isidore aka dd karamwinjiye kweri: "abenegihugu yahora avuga umunyagihugu" politike politike. Urazi kwisabira sha. IMANA iguhezagire. Ariko! Urigisha ico ndakikwemereye

  • @user-yd1iw1fj6b
    @user-yd1iw1fj6b Рік тому

    Respect

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 Рік тому +3

    🤭😂🤣Amen Amen Amen🙌🙏👏👏

  • @bostonjay7568
    @bostonjay7568 9 днів тому

    ❤❤❤

  • @user-sr6bn3vx7p
    @user-sr6bn3vx7p 8 місяців тому

    Vuzukuri beiribyo bi petit byomwikartie bikuramaboko mumpuzu bongr bayobok Allah

  • @willynkwirikiye-1545
    @willynkwirikiye-1545 10 місяців тому

    Amena

  • @arnaudnibitanga7733
    @arnaudnibitanga7733 Рік тому +1

    Amen🙏🙏🙏🙏💞💕🤝💪👌👌👌👌🙋

  • @patientiradukunda
    @patientiradukunda Рік тому

    Amen gosi cane

  • @nadiavyukusenge4970
    @nadiavyukusenge4970 Рік тому

    😂😂😂Mbayahaga. Bishop🙏🙏🙏🙏🙏

  • @runezerwabonheur3333
    @runezerwabonheur3333 Рік тому +2

    Nkunda uyu mupastor rwose

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Рік тому

    Uyumukozi w imana nukuri hoza abandi nka cumi nizara yogabanuka nukuri jw ndamukunda kandi kasaba imana izane nabandi beshi

  • @samalsam7943
    @samalsam7943 Рік тому

    Ndafashijwe nijambo kbsa

  • @Mariam-tk8zn
    @Mariam-tk8zn Рік тому

    🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-sm7xn5hh5f
    @user-sm7xn5hh5f Рік тому

    Abantu benshi baragukunda ntuzoramba

  • @laetitianizeye3368
    @laetitianizeye3368 Рік тому +1

    Amen Amen Amen Alilililililililililil Alilililililililililil Alilililililililililil Alilililililililililil Alilililililililililil Alilililililililililil Alilililililililililil Alilililililililililil Alilililililililililil Alilililililililililil

  • @user-dl6lt5xp1j
    @user-dl6lt5xp1j Рік тому +1

    Uvuze neza hezagirw

  • @chadrakcirankunda4320
    @chadrakcirankunda4320 Рік тому +1

    Ubutumwa bwiza cane

  • @melancemugisha-zy5wy
    @melancemugisha-zy5wy Рік тому

    Hello

  • @nininahazwefefe537
    @nininahazwefefe537 Рік тому +2

    Zurabakurungutura

  • @mpapi
    @mpapi Рік тому

    Nukuri ndibuka uwasenz caaassne yiga mumwak 9 .yibagira kwiga. Acarayobegwa. Mumwaka wakurikiy acariga caaasne acaramenya Kandi caane namanota yiwe

  • @prospermuvandimwe6275
    @prospermuvandimwe6275 Рік тому +1

    Amen 🙏 🇷🇼🇷🇼

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 Рік тому +1

    Uvuga rimwe nkumva kabiri mutama.

  • @user-zd1oe9cj6z
    @user-zd1oe9cj6z 11 місяців тому

    uvuze ukuri ibilkorwa nivyo biza imbere

  • @divinekaneza7220
    @divinekaneza7220 10 місяців тому

    Amajambo mutubwira aratwubaka

  • @davidmilimo5126
    @davidmilimo5126 9 місяців тому

    Ukuri kwuzuye.amatwi yacu akwiye kwumva amajambo nkayo,imitima yacu nayo ikazirikana ayomajambo.

  • @user-ym3sk5hb1p
    @user-ym3sk5hb1p 10 місяців тому

    Wubahwe mukozi wimana

  • @user-oq1dx2dm7s
    @user-oq1dx2dm7s Рік тому

    Ukuri kudateye amazi, hezagigwa.