Bob rugurika komera nawe gentleman uri imbere ya kamera,Bob imana ikurinde kdi ndibuka umunsi nafashe nza kukuraba mu kamenge uvuye I muramvya prison ntiwapfuye ubusa at all
Ko mutabuza ibikorane vy'abanyepolitique, ko mutavuga nkurunziza, ntiyari pasteur-président ko mutavuga? Ko cndd ivanga politique n'ivy'Imana ko mutavuga?
Apotre ni umunyakinyoma caane yarataye umurongo w abakozi b Imana...ashobora kuba yaramaze guta la boussole....no kuvuga ahezagurika kwiwe biramuranga..
Bob dufise amakenga kuri buri murundi,ntituzi uwo turi bwizere y compris vous n'abo musangiye campagne mumazemwo imisi.alors parlez seulement mais sachez qu'on ne vous crois pas.
Biratey'isoni kwumva muvuga ko habaye génocide y'abatutsi mu 1972 ikozwe na UBU. Bisigura ko ico kiganiro canyu gifatiye ku kinyoma!!! Birateye isoni pe!!!
Apôtre nyaragasa usubire kumurimo wa Data nayo ivya politique numva vyokugora .Gusa hamwe rgoba Arizona Gusa bakwita nisawa ariko sanga Ari titre yumurimo w Imana oya ndaguhebuze politique vamwo uze kuyobora intama za data
un conseil d'amis pour Bob Rugurika , umaze imyaka itari mike uri muri opposition et en exil pendant une décennie , mon cher Bob bivemwo wihe amahoro en plus de ça usabe HCR gutahukanwa iwanyu , usabe kandi ubutegetsi en place ubusabe bukwakire kandi ko ivyo kubarwanya ubivuyemwo une fois pour toute , unyegez'imyaka umaze kw'isi umubiri ukayerekana , bientôt ugira utangure 3ème âge et tjrs réfugié et tjrs opposant gushika ryari ??? aba ba CNDD-FDD ko batazorekura iki gihugu ciza Imana yabahaye ! Vraiment entre nous et à voix basse laisse tomber de tel façon que 2025 itangura waratashe ivya politique warabivuyemwo ujejwe kwitez'imbere no gutez'imbere igihugu cakwibarutse voilà.
Uyo mu pasteur ico nomuhanura nareke guhengama ahubwo nagende yigishe ijambo ry'Imana abantu bakizwe baje mw'ijuru
Mbe ko mwigira abantu batazi ibintu? Politique ni iyo kwitaho ineza y'abenegihugu mbe umupasteur yorya akaryama kandi abona abenegihugu biwe ayoboye mw'ishengero babayeho nabi
Rekandakubaze mumenyesamakuru.uvuganeza esewoba urimugihugu?mwobababirivyogendaneza
@@Khalidniya380❤ in😮😅😮🎉❤
Merci beaucoup
Nibikoko Kweri Vyaravumwo Nimana 😢😢
Bob rugurika komera nawe gentleman uri imbere ya kamera,Bob imana ikurinde kdi ndibuka umunsi nafashe nza kukuraba mu kamenge uvuye I muramvya prison ntiwapfuye ubusa at all
BOBO TURAKWEMERA CANE❤URUNVAKO UWO MUGABO ASHAKA GUCAFUZA MUTAMA MBONIMPA😮UWO MUGABO NUMUNYAMACAKUBIRI CANEE IMISI YOSEE AVUGA IVYABATUTSI GUSA NTITUMUKUNDA NAGATO!! UWO NIYEGERE BWEJERI NA MUKASI BAJANE MUMACAKUBIRI
Jewe sinshigikiye na gato ubwicanyi bwabaye mu Burundi ahubwo mpanura abantu Bose bo mumoko yose kubana neza mumahoro nk'abavukanyi.
Uyu Bernard yiyita umu apôtre ni umu extrêmiste atey'isoni.
Nta bindi vyo?
Abarundi ntakibazo c'abahutu n'abatutsi dufitanye, ivyo vyose bizanwa n'abanyepolitique bashaka inyungu z'inda zabo
Kuvuga neza wumva harico bitwaye, voilà ni vyiza cane
Imisega iratanguye gukuga.
Uravuga nabi sivyiza gutukana urabiheba
Apôtre hitamwo kuba umukozi w'Imana wa vrai canke uhitemwo kuba umunyapolitique.
Ko mutabuza ibikorane vy'abanyepolitique, ko mutavuga nkurunziza, ntiyari pasteur-président ko mutavuga? Ko cndd ivanga politique n'ivy'Imana ko mutavuga?
Ahitemwo Kuba satanism
@@nestorndayiragije-jv3zg Tuvuze satanism nibaza ko abavanga ivy'Imana no kwica, gusahura n'andi mabi wobariza aho.
@@GiseleUwera-m6g Kubwanje ivya ba Nkurunziza,n'aba bahari ubu bavanga ivya politique n'ivy'Imana ntitubigarukako vyaraturengeye,ninaco gituma ataco tubivugako kuko biri muri bimwe muri vyinshi bacamwo kugira bigire intama ari intambwe, nimba rero uvuga ko ari muruwo murwi wa ba Nkurunziza n'atahuke agende afashanye na bo, kuko abavuga mwene izo mvugo ziwe,ambabarire sindamwagirije ,mugabo benshi baba bafise ukuboko kwinyegeje mungorane rwagiye turacamwo.Sinzi n'igipimo afita kugira uwo yita umuhutu wese ngo amuremeke ivyo yavuze nk'uko bose umenga bitumvira kumwe,imvugo mbi yiwe yo kubandanya yimbira ikinogo abarundi, sinoyagiriza ubwoko asa nk'uko yigize umuvugizi wabwo«nizere ko batamutumye» kuko abenshi n'abashingantahe n'abapfasoni , bafita ivyiyumviro vyiza bitwubaka.Nkavuga nti uyo kubwanje,si umutumire mwiza kuko, uyo adusubiza muri kahise kabi kadukozeko abatari bake,kuko umwe wese agira kahise kiwe, n'ivyatumye ashobora kuba muri izo ngorane.Bobo Rugurika yubahwe cane kuko ivyo avuga ntambogamizi yigera ashiramwo.
Uravugiye rugurika so waw mbonompa
Rekura ivyobizuru umenga n'imivuba urabura Abo mufashanya mugusambura CNDD FDD,iyo itabayeho nabiwanyu batahunze bafise ibizuru nivyo vyawe bopfa bangara bose
Apôtre arahengamye cane gose .Nabe umunye politike arabishoboye pe.
Oya azi vyose
None kweli uwo ni Apôtre canke numvise nabi.
Wa mugome wiyitirira umukozi wimana 93 ngo frodebu yakoze coup iyo uba warize wari kumenya définition du terme génocide
Apotre ni umunyakinyoma caane yarataye umurongo w abakozi b Imana...ashobora kuba yaramaze guta la boussole....no kuvuga ahezagurika kwiwe biramuranga..
Nyakubahwa apôtre Rekana na politique ahubwo nugende wigishe abantu ubabwire ubutumwa bwiza bwa Yesu Kristo abantu bakizwe
Nivyaba biruko rero cn dd nibareke kuyidogera nibo vyose vyavuyeko
Wow Nyangoma😂😂😂😏😏😏😏
Ariko mwebwe ntimuzi ko Nyangoma Tim uzi neza cane.
Uwo mu Appotret numunyamacakubiri ntabwo Ari umukozi w'Imana ntahende abantu ico nobabwira Micombero Bagaza , Na Buyoya nibo nibo batwara Kandi nibo bigishije Abatutsi ngo Aba Hutu ngo sabantu baca babifata ivyo kuko icobashaka nuko Uburundi n'Urwanda ko vyotwarwa nabatutsi kuko nubu uwo mu Appotret ashaka no Muburundi ko bemeza ko habaye Ihonyabwoko ryabatutsi nkuko bavyemeje Murwanda Ari Aho bavuga ko abahutu kwatarabantu none abahutu bagiye mwishamba bomowe nabande Sabatutsi batwara Ndadaye yagandaguwe nande Ni Buyoya rero abahutu barakorewe Ihonyabwoko uwo Appotret yatumwe nabazungu kugira avugire abatutsi icombona nibemeze ko habaye Ihonyabwoko Ryaba Hutu kibe kimwe kukindi
Kirazira gukorera abami babiri niko Yesu Kristo yavuze
Apôtre sindaguhangaye ariko imvugo zanyu ntizoroshe urabona ko ntibantunganya yoba yarumvikanye na Buyoya mukugira amukure?
None mwebwe mwashaka kubandanya mutwica tubakomer,amashi ?? Ubu rere murasubora mwipange hanyuma muze !
BOB RUGURIKA ndashavuyecaaane kubonawubahuka ukadedemba ngo hicwa abatutsi bakuwemumamodoka? Urikirofaaaa birenzurugero vraiment. Jewe mvuka buja rural, ahitwa GASOZO MAGEYO. Nibutse ukuntu abasoda bahagarika Ama mini bus bakurayo abahutu babicira ahitwakumuhunguzi ariko ukaburiko udebagurako arabahutu bategera Ama bus bururutsa abatutsi babica? Nukuri wew nsanze urikigugu gikwije ibisabwan'amategeko. Twebwe twaridufisiki carigutuma duhagarika imiduga tukica abatutsi!!!! Sha ndashavuye kandi ndumva turacafise akazikokwigisha ibiswivy'inkona ntivyibahire amagorwa twagowe n'abayaduteye!!!!!
Haaa,ngo uri Pasitori ga nyakubahwa?Ndibaza ko utigeze uja mu manama ya Ndadaye,kuko numvise inyigisho wagiriza Ndadaye kandi atigeze azivuga.Ndababaye.Twige kuvuga ukuri twabonye tureke kwemeza ivyo twibaza.
Nihatari kweri imana niyo izotabara uburundi gusa😢
Tugerageje kwunviriza ayo majambo uyo yitwa ngo ni apôtre ariko arashikiriza nunva umenga ariko abiba urwanko hagati y'abahutu n'abatutsi aho kwigisha urukundo na réconciliation nunva uyo mu pasteur ariko azura akaboze
Azohanwa imana ntikinishwa.
nimutubwire iyimipanga yatemye abantu iyoyari yavuye
Uyomu pastor numu extremists akwije ivyangombwa umukoziwimana agiramacakubiri nka Hitler
Uwomugabo arikudedemba ntavuze kuko uwishe ndandaye niwe yazanye ubwicanyi muburundi nkuwo ntajambo yarakwiye azohere iyari nubwo narumwan muto ivyonabonye nivyo numvise ubwicanyi uwagandaguy umukur wigihugu nibo bazanye ubwicanyi
Apôtre canke umu pasteur wa vrai yigisha ijambo ry'Imana gusa akazana abantu kuri Yesu Kristo
Ha
Apôtre na Bob Rugurika,murakoze caane .Uwumva arakwiye kwumva ko mu bahutu no mu batutsi harimwo intwari .
Turakwiye kugwanira amahoro,abahutu benshi baraziko abatutsi benshi atari abicanyi ,abatutsi benshi barababazwa n'ubwicanyi buhitana abatutsi n'abahutu kubera uko bavutse.
Rugurika , abateye amazirantoke président Ntibantunganya Bari aba cndd, canke bari abatutsi.
Bayamutereye ibugendana, banza umenye ivyari vyabereye ibugendana.
Kumbe Rajabu yarapfuye!!!?? 🤔🤔🤔
NGO umugambwe ubu wabahutu wakoz genocide muri 1972? ..... Daniel utanguy kudutera amakenga ibintu ucishako ...1972 hapfuy abahutu isinzi mugabo ww ucishako abahima bavuga ko 1972 hapfuye abahutu?
Uyo mu apôtre afise amakuru menshi ariko ahengamye…. Umungo abatutsi nta ruhara narumwe bagize muri iyo histoire des violences ethniques au Burundi… ivyo arivyo vyose mu matati ari mu burundi ( que ça soit ethnique ou politique) hari uwatanguye n’uwasubiriye, hanyuma haba ico twokwita cycle de violences… kandi tuzi ko ihorohori rihonya imiryango : abatutsi( bamwe) babifisemwo❤ uruhara… abahutu ( bamwe) babifisemwo uruhara… kandi ntaho abo bose bazoshirana…. Uburundi n’ubwa twese : nta n’umwe wo kubigwiza inyuma…. N’abariho ubu bovyibuka… mukururonderera kazoza keza bokwemera bagashira mu ngiro ARUSHA…..
Erega uwo mugano apôtre impembo yiwe nliyo nyene Kuko ntawukorera abami babiri. Nahitemwo gukorera Imana canke shetani Kuko urumvako afise amacakubiri cane. Utabivuyemwo shetani azokwotsa
None muri CNDD FDD ntabatutsi barimwo woshaka kubigiza inyuma hama ukabashira muri Leta yawe no mumugambwe wawe?hama ikosa CNDD FDD yakoze nuko yaretse aba hima nkaba babanyamacakubiri bakabavana mugihugu ubu bavugira hanz ntibahanye abo bahima nico gituma baguma bateranya bashaka guteza akavuyo mugihugu CNDD FDD ikubumbure ihumuke amaso yishire hamw abansi babahagurukiye nibaguma bijajara birabasha
Nsavugisha ukuri kwose mugihe igihugu mugishak kucubakira kubwoko mudashize imbere gukunda igihugu gusa mutaravye ubwoko murek ntituzopfa dukize hari ingwara z ubwonko abarundi benshi barwaye batazikiz gukura kwigihugu cacu kur kure
Ukuri kwakera kw'abasaza nikuje ahabona, urwaruka rutangure bishasha, ivyo bitama bojane n'amanyanga n'inda ndende yavyo. Icishe iki gihugu n'ukudashira ibintu ahabona no gupfukapfuka.
Urumusazi.mumutwe.nsanze.utakomeye.mumutwe
Amacakubiri.yawe.ntaho.azogushikana.urumusega
wapi kwr ivyo mubikurahe imyaka mirongw ine abatutsi batwaye boba batwarira bose be murek inkina micobega kumenga muri abavugizi babatutsi ho biri gute muragowe ayo macakubiri yanyu ntantambwe muzoyaterana
Uwomuntu ngo ni apôtres ni umu extrémistes tutsi mubiiiiiiiiiiiii caaaaane !!!! Uyumuntu arakwiye kwikebuka hakirikare, ikimbabaza nukoo abategetsi atacobariko barakora kugira uyumuntu ahagarikwe ahoyoba arihose!!!!
Uyumuntu numuntu mubi wumurozi , atanijambo ryimana yokwigisha abantu kuko ubwiwe numwicanyi mubi !!!!!
None nkukuntu atumira uyu muntu , ww sibamwe ????
Shaa ndajorewe vraiment !!🥱🥱🥱
Mbega abantu babagome weee !!!!!
Wamugabo we umenye ko ubu abantu bariize ntitukiri 2000 , turi 2024 , ayomacakubiri yawe abana bawe uriko ubaraga ivyonabasokuruu banyu batashoboye !!!!
Ngo apôtre Bernard ??? Sha ndakugaye genda
Kahise yakavuze nka kwose???😂😂😂!!! 1.umwami wambere sinumvise ivyo yamuvuzeko
2.1er république uko yaje ntavyo twumvise
3.intwaro yitorewe n'abenegihugu uko yanizwe ntavyo yavuze
4.
5
6
7
8
9
10
.
.
.
.
.
.
Twaca tumutega amatwi
MN "ntawamura icamwa kugiti kitatewe,ntawutera igiti gikuze atera urugemwe,ntarugemwe gwoboneka atarubuto" naho mpagaze mukumenya ukwuri twohera mu Burundi bwanyaburunga .
Turiko turazira imivumo
Reka reka Nyangoma wew aba yamaze abantu kera. Peter yarapfuma niyiruhukir'amahoro.
Muduhe icokiganiro ari audio murigroup urugendoNews
Abo bazungurukana ngeze yari fdd ?ivyo vyose vyagirizwa abatutsi mwashaka aje ahabona mumwice hari inkoho yarafise?
Uwo mugabo ahengamiye kuri ba buyoya kuko yubahutse akavuga ko Frodebu yajkoze ihonyabwoko mugabo ntavuge ko ariUprona yamaze abahutu.ni.muze.muduha ijambo mu biganiro nk.ivyo kandi.muze.musomera.abanywany ama commenteri. N.B jewe sindi umu DD.
Ikibaraje nuko nabo bahutu hakuja hamwe fafatane Munda nkuko abatutsi bafatana Munda bobo Nugushihana Raba Rwasa ingene bariko baramugira Ariwe Ndikuriyo na President Aho bomuretse Abakorere Mungata nukumwirukako icombona nibareko abarundi bishire bizane gusa Appotret Areke gucanishamwo agayana wenyene yivugiye kwabahutu atarabantu no gutwara none asha Urwanda Uburundi Congo Rutwarwe nabatutsi gusa ntivyokunda nibaje hamwe hama umuyagihuga uwobashima bakamutora Mumatora bamureke Rwasa yaratsinze amatora Ya 2020 none ntubona ko bamwankiye gutwara gusa Ndikuriyo Na president nibareke gucanishamwo imigambwe nibareke inzigo ntiyubaka bareke Rwasa Aje kurubuga nkabandi nayahandi ivyobakora sivyiza barakumirana gukumirana nivyo vyazanye izindyane mubonan turimwo iyo Bagaza na Micombero bafata kwabahutu arabantu nibo nkwezi yibibintu turimwo hadashizwe inyuma Buyoya uburundi subwabahutu gusa subwabatutsi gusa uburundi n'uburundi Bwabose atawandya wangura
Ndabikunze ariko imana idufashe iyintwaro ituveko
Ndadaye yari yakoziki
Uyo muntu mwise apôtres, ni umu extremistes mubi, ivyo avuga uretse ko atakuri kurimwo arahengamye kandi nahebe ivyo gusenga ashinge umuhari urwana hama ahangane n'abo yita abahutu.Uyo ntaho ataniye na bamwe ba «Simbananiye»baba baramaze abantu bagaca barondera iyo baruhukira mu kwiyeza abantu
Jewe ndanka rubi CNDD FDD, muga tugeze kurupfu rwa Ndadaye binkorako, ngo ihonyabwoko ry'abatutsi?Iwacu munzu hapfuye 20 personnes bishwe n'abasoda, none uyo mushenzi ariko avuga amahopa afatiye kuma rangamutima yiwe. Ukazozana ivy'intambara y'amoko nukuri,ubwoya buzomere mukiganza ntahinduka rizopfa ribaye mu burundi kuko uvuga ivy'awe,Uyo mushenzi ngo ni apôtres ushima umu extrémiste ntiyibanga nokwagiriza nyakwigendera Petero Buyoya ngo yumvikanye na Frodebu mukwicisha Ndadaye, ambabarire nibagire amabi DD iriko ikorera abarundi, ndamwite «popori» kuko atabereye no kuba umututsi kuko, ntiyokwagirije Buyoya yapfuye , DD ikanka ko ahambanwa iteka,agahambwa mumahanga afita iwabo.Uyo apôtres nibamuronderere umu psychologue amufashe imbere yokuja imbere y'abitwa abakristu kuko ntiyofasha gutunganya imitima y'abandi, uw'iwe uriko uramucamwo.Bob Rugurika ivyo avuga ndavyemera n'ukuri pe,aba DD baje bafitiye inzigo abatutsi n'inyungu zabo mugabo ntibabihurizako n'abahutu batari muri DD.
Jewe nagira nkebure abatumira mubiganiro mwene ibi, ko gutumira nk'uyu Popori canke Mukasi n'ukudusubiza inyuma cane kuko bafise ivyo bavuga ibijanye n'amarangamutima yabo,atakintu nakimwe bavuga kidufasha guhindura ibintu mu gihugu.Nta ba extrémistes hutu et tutsi tuba dukeneye muri bino biganiro kuko babiba imbuto mbi mu rwaruka, rukenye,batabona ejo habo hazoza, mugerageze muze mwiyumvira kubo mutumira n'intumbero mwipfuza gushikako
Wewe umutuka nkande umushenzi ni wewe wibaza ngo niwe wenyene wabuze ???
Uwu mujama numunyabwoko gusa ntaco ariko avuga numva!!haje uwundi avuga ivyakozwe n'abatutsi navyo wosanga arukugongana gusa.politics ifatiye kumoko ntaco imaze murekane nayo!!! Twese turi bamwe!!!
Biragoyeko ingamiya yinjira muzuru ryurushinge
None ga muhungu, wewe ukorera nde muri rusangi? Ariko ko uriko ukora ivyudafitiye ubumenyi ndagutahuye.
Nuyo rugurika hakubonako yakoze amagosha akamerankabandi mugusabikigongwe kugira agaruke mugihugu aracavuga ayamuhe? arateyisoni nagahinda rugurika iconoguhanura Raba ugaruk mugihugu camavukiro ntuzuhave naw ukigwinyuma
mratanze impanro aze mwice
😅uragakomanyoko wabwawe abafubunabatusigusa
On ne peut pas chasser 2 lièvres dans 2 places différentes en un même temps.
Uyu mu apôtre ukuri kudahengamye kuramugora. Arapoperanya, bikanashika mbere ko aswaganya: PALIPEHUTU yavukiye muri Tanzaniya kandi nta sano ifitaniye na UBU. Bantu bokwirinda kwiyorobeka inyuma y'amapete y'abakozi b'Imana bakemanga ico bari n'ivyo bagona. Uburundi ntibuzokizwa no gutungana intoke: Abarundi disable Imana idushoboze kwiyambura ubuja bw' amoko duharanire ineza y'Abarundi n'Uburindi tutaboshwe n'amamuko kuko ntawahisemwo abamuvyara canke aho avukira.
Abo bafrodebu bari bahunziki bari bahunze amahoro?
Uyomuntu ntimuzosubire kumuhijanbo ngo numu pasteur yuzuye amacakubiri
Ibikehabweng vyasahuye amatungo ya reta
bob uvuzukuri mugabo harako wibagiye wibuke kotwaba hamwe ndaguhinyuza
Bob dufise amakenga kuri buri murundi,ntituzi uwo turi bwizere y compris vous n'abo musangiye campagne mumazemwo imisi.alors parlez seulement mais sachez qu'on ne vous crois pas.
Igihe c iherezo kizorangwa nuko abanyakibi aribo bashirwa hejuru mugih abanyakuri bazobur ikibanza
Uyomutu areke kutwibutsa akahise kabi abatusi badukureye nibo wabitumye vyose
Igihe abantu bari babayeho bumviriza iradiyo imwe abantu bamwe ntivyari vyoroshe
Biratey'isoni kwumva muvuga ko habaye génocide y'abatutsi mu 1972 ikozwe na UBU.
Bisigura ko ico kiganiro canyu gifatiye ku kinyoma!!!
Birateye isoni pe!!!
Ahubwo Imana yarakoze cane gukinga ukuboko sinon ivyari vyateguwe vyari birenze ubwenge
Uyo muntu yiyita ngo ni apôtre niyihane kuko nunva ari umunyamacakubiri
Abobantu bashaje nivyoyumviro vyabo usanga vyarashaje.
Ariko nkumuntu yubahuka akavuga ngo 1993 hakozwe ihonyabwoko ry'abatutsi uko nugushikuza cane. Uti gute ?igisoda niki gendarme carimwo 99,9% y'abatutsi aribo batwara amakambi,ibirwanisho aribo babibika hama ngo abahutu bari gukora ihonyabwoko.wiyibagiza ibitero abo basoda naba gendarmes bakora muma quartiers nama communes arimwo abahutu benshi.muri make muburundi habaye guerre civile itandukanye na génocide
Je sindavyumva abahutu bishwe kuva kera ariko ntibaga
Bobo Rugurika urabesha ! Iyo tuba twari dufis,intumbero yo kwic,abatutsi hari kwicwa benshi cane ! Sinzi n,igituma muvug,uko ! Hanyuma ngo ntagasozi n,akamwe twigeze dufata , none ntitwab,iburundi ? Ukwo gufat,uturere tundi uvuga n,utuhe ? Twe twab,iburundi .muriko murabesha Ntibigeze bacibla abatutsi ntimusubire kubesha .
Nonekuvuga abomwatwaye irindwinakabiri komutavuga
Bobo na Apotre murakoz cane gutanga umuco ataho muhengamiy can.mwubahw.ico mbona nuko abarundi twari dukwiy kumnya ko igih tugezmwo twari dukwiy kubaka igihugu catwibaruts.Iyo ndavy aho igihugu cacu kigz birababaj.Imana itabare igihugu cacu
Uyo mu pastori akwiy kwivuza aragway mu mutwe
Aho nta soni kuba muvuga gutyo ngo sahwanya frodebu yakoze ihonyabwoko ry'abatutsi
Yiswe nabahutu ? Canke abatutsi?
None iyomipanga yatugize ipfumvyi yavuyehe ?? Nuko baribabiteguye gusa 93 abatutsi barishwe ni 72 abahutu bafatanye nabamayi murere mukwica abatutsi Kandi intambara ntitora nabahutu barapfuye rero nimwubake igihugu inzigo Ive mubantu
Nimureke twiyubakire igihugu mumaramazwa n'ukubona Kuko mumyaka itenga 30 mwatwaye ntaco mwamariye abarundi n'uburundi atari kubica n'ukubatoteza ariko raba Ubu twarubatse amashure n'amavuriro menshi abana b'igihugu barahabwa akazi za kaminuza zirarwira . Ahubwo nimuve iyo mwinyegeje muze twubake igihugu abafise ivyo bagirizwa baciribwe imanza ahandiho ntaco muzoshikako twarabahinyuye. Mugisha ntazosubire kuguha ijambo we apôtre utariwe
Ngo mwubakaa hahaaha nimube muraruhaa
Uyo uyigira ngo ni apôtre numunyamacakubiri cane nintama yigisha azigisha ibihengamye
Turakwiye kuronka abantu bigisha abarundi interambere nintambamyi ziterambere burya ushaka kwubaka inzu ugashiraho ivangura mukwuba iyo nzu ukavuga uti bagufi simbakeneye kuri chantier yanzu abatavuga uko ngomb simbakey iyo nzu ubwiz bwayo inzu yuzuzw nababishoboy bishobotse nabanyamahanga ukabahamagara kugir iyo nzu izobe iyo wifuza nigihugu nuko dukwiye les compétences que la sympathie
Uyu mu apotre nuwo kwa shetani
Ntabwo.urumu.apotre.genda.ukore.politike.nahonyene.uhirimana.weregwe
Umviriza ukuntu ibinyoma vyu wo yiyita Apotre abeshujwe ata nakanya
Komera Bob Rugurika kwijambo ryiza ushikirije abarundi namakungu
Uyo mu apôtre ni umu extrémiste w'umututsi avuga ahengamiy ku ruhande rumwe gusa. Ibi bica bituma ikiganiro gita intumbero pe!
Ntabu apotre arimwo uwo mugabo
Nonese uyu mugabo avuga uko, nibande batangiye ubwicanyi I Burundi? 1988 muri Ntega hakozwe iki? Nonese kubugako cndd- fdd imaze imyaka ingana uko yayivuze, utangiriye imbere ya 1993, nibande batwara u Burundi? Muje muvana amatiku mu bantu,ico udashaka ko bagukorera,nawe ntabwo ubikorera abandi.
Iyofrodebu uvuga niyo yiyiciye umukuruwigihugu? Niryohonyabwoko uvuga ryakozwe nafrodebu yarifise ibigwanisho? Reka ntimusubir kuduchanishamwo ivyindyane vyaraheze ubu ntamuhutu ntamututsi twarabahinyuye gusa iconobahanura ingotwubake igihugu mwasambuye mukibagira kucubaka twebwe ubutugezekur uburundi waruzikera sibwobuhari ubu turikurugero rushimishij rero mureke ayamuh kandi ivyomurikomukora vyose mumenyeko atangwano izogaruka muburundi nindahiro iriko imana niyochabona icodukeneye nukwubaka uburundi kanditwaratanguye dukeneyeko 240_260 kizoba arigihugu gituzecaaan mwebwe bandanya murogota ivyotwarabirengany
Apôtre nyaragasa usubire kumurimo wa Data nayo ivya politique numva vyokugora .Gusa hamwe rgoba Arizona Gusa bakwita nisawa ariko sanga Ari titre yumurimo w Imana oya ndaguhebuze politique vamwo uze kuyobora intama za data
Un soit disant apôtre
un conseil d'amis pour Bob Rugurika , umaze imyaka itari mike uri muri opposition et en exil pendant une décennie , mon cher Bob bivemwo wihe amahoro en plus de ça usabe HCR gutahukanwa iwanyu , usabe kandi ubutegetsi en place ubusabe bukwakire kandi ko ivyo kubarwanya ubivuyemwo une fois pour toute , unyegez'imyaka umaze kw'isi umubiri ukayerekana , bientôt ugira utangure 3ème âge et tjrs réfugié et tjrs opposant gushika ryari ??? aba ba CNDD-FDD ko batazorekura iki gihugu ciza Imana yabahaye ! Vraiment entre nous et à voix basse laisse tomber de tel façon que 2025 itangura waratashe ivya politique warabivuyemwo ujejwe kwitez'imbere no gutez'imbere igihugu cakwibarutse voilà.
Atahe?atahe?uramubwiza ukuri ikinogo uzomuhambamwo mwimvye ingene kireha, amenye atarapfa uko inzu yiwe yanyuma izoba imeze, igihe bizohinduka umutima uzogucamwo, na UPRONA ntavyo yari yiteze, uti imyaka iriko imubana myinshi,wewe compteur y'imyaka warayihagaritse? Mbe i Burundi ntibapfa?Nibaza ko ata si n'imwe idahamba
Est ce qu'il t'a demandé ce conseil ??? Il est mieux là où il est en tout Cas mieux que toi dans ce pays
Ikibazo nu kwiyita umunyabwenge, ariko uki sanga uru munyabinyoma, ukavuga ibinyoma uzi ukuri.
Nukuri bob bivuge kuko wewe birakuberey mugb wew wiyita Apotre Kina politics ureke kwiyitirira Yesu kuko ivyuvuga ntacoripfana nivugabutumwa
Ntashobora kubireka uwo yiyita Apotre ari ndiriye umuriro uzoturira abagaze ubuhizi guteranya
ivyo bobo avisé nukuri kudateyamazi.
Quel intérêt la Tanzanie avait pour exterminer les TUTSIS ?
Uwo mu Apôtre numunyamacakubiri kndi igihe tugezemwo Bobo wewe urinvugakuri kndi Imana iguhezagire ariko Apôtre numunyamacakubiri
Uragerageza uzomwe uwomushatsi urateye isoni