MANA, DO ANYTHING YOU CAN KUGIRA NSUBIZE IGIHUGU CANJE.
Вставка
- Опубліковано 7 лют 2025
- Muri iki kiganiro,murumva urugendo ummana w'umukobwa y'avukiye mu Burundi yaciyemwo mu gihugu ca America aho abavyeyi biwe bimukiye.Kw'ishule aho yiga,amanyeshule bigana baramutoteza bamubwirako adasa nabo,bamubwirako ari umwimukira,yababwira igihugu avamwo C'Uburundi ntibakimenye.Ivyo vyamuteye DEPRESSION.
🎥 ushobora no kuraba iyi video: 🎥
www.youtube.co...
✨ Subscribe for More ✨
Don't miss out on future discussions! Hit the subscribe button and turn on notifications to stay updated on WARUBIZI 's latest insights.
👍 Like, Share, and Comment 👍
If you enjoyed this video, give it a thumbs up, share it with your friends, and leave a comment below. Let's keep the conversation going!
#imbabazi #gukunda igihugu #Burundi #christ life center #Warubizi #abimukira #gutsinda itotezwa#urukundo rutangaje
Gusenga hamwe nokuyaga n'abavyeyi biwe akunda caane,yahavuye akira.
Haruwoba afise iciyumviro ashaka guterera canke icipfuzo kubijanye ni kiganiro? Yoduhamagara canke akatwandira kuri izi numero "+1 (602) 525-4010". Muhezagirwe
Ishengero rya Christ life Center rirabashimiye mwese.
Ni sawa
Humura igihugu cacu tuzogiteza imbere kizoba ciza canee ndabizi Imana irakunda Uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️
Waaaouhhh mbegaaa vyiza ndanezerewee cane(IBIBERO VY UMUVYEYI FILM 🇧🇮) GOD BLESS YOU MWANA❤
Deeply inside my heart I feel the same as here in Australia many youth are so lost . Specially when it comes to speaking our native language most youth here are like we don’t even care about our mothers tongue because apparently we live in a free society but is not like that we still need to speak our language even though we are living in a different country. I honestly felt crying watching this video is very emotional 😭 and for sure God knows our country really well.
God will help our country remember the Bible say everything you pray for believe and you will receive whatever you ask for in your prayers .
I believe that our country one day will not be called a poorest country but will be called a richest country in the world .🌎
Have faith ,
Together we can
Let’s build our nations
Peace /unity
Love in harmony.
Be blessed y’all .❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Thank you so much @gloria for your comment
@@irakozedarlene7743 you’re welcome love ❤️
❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Language is 🆔 of every human being cane cane urumunyafrica ururimi rwahowavuye ni nagateka kawe naho ahuburi batavyishimiye ahomba jew ntaburofa banzanira vuzikirundi bakanka ncandakivuga gose ahubwo
Icyicyiganiro nagikunze cyane. Imana izabashe bager kubyo bifuza kand ikomeze kubarinda. Nabakunze cyane.
Good twese turakunda Burundi bwacu
Ndanezerewe kumva aba bana kko aba nibo New generation. Ababyeyi bose batoza abana gukunda Imana mukomerezeho niwo muragi wonyine nabonye ushobora gusigira umwana kd akazobaho neza kko aba afise foundation ikomeye. Ikindi kubakundisha igihugu very important erega iyo wibagiye aho uva ntumenya naho uja ndabakunze bana bacu Uwiteka akomeze amurikire intambwe zanyu kd abagirire neza muri byose. Woooow❤
Uyu mwana anteye emotion atumye ndindira:Imana Izaduha Igihugu cyacu Ari cyiza
Je suis ravi de voir les jeunes avec sagesse divine ,May God bless you
Uwo mwana wumukobwa yubahwe kandi Imana imuzigame agere kuntego yiwe🙏🙏🙏🙏🇦🇪🇧🇮🇦🇪🇧🇮🇦🇪
Woooow mbega abana bashimishije.Dada pls uzobagarukane aba bana.They inspired us.Abana barerewe mu Mana ni wooooow
Burundi bwejo. Ni mwebwe ni twebwe duhamagariwe kugarukana "Ubuntu" iwacu m'Uburundi. Mugabo bizodusaba inkomezi zidasanzwe. Rero komera mu Mana, mukomere n'aho mubaye. Courage à nos jeunes et oser dénoncer les malheurs qui sont au Burundi, ntitwigire sindabibazwa kuko benshi badukuriye bapefera kwirabira Bible ariko ntubabaze kwiyamiriza ibishikira notre pays. Bavuga ngo birateye ubwoba. Saba Imana inkomezi izoziduha.
Hama Dada courage iri nivugabutumwa ryagutse uzogere kure hashoboka Uwiteka akujye imbere muri byose❤
waouh bravo aux parents babo bana nImana yashaboj kubarera neza......A Dieu la gloire
I'm so glad to hear these our brother and sisters. Amazing and great power of their words. May heavenly father bless you and expanding your dreams.
Thank you @Jeanclaude
Ikiganiro ciza vrt kandi Imana ishishikare kubashikana kundoto zanyu,uburundi bwacu tububone ahandi hantu🇧🇮🙌🙌
Ilona , Enzo and Prunelle God Bless you❤️🙏🏾
Ndakuz mand set yanyuu Imana ibahezagire ikuz kuyikunda mur mwebwe nigikundiro canyuu kur mwebwe hmm Ilona courage dufis vision zimwe Imana izobidushikanako guteza imbere igihugu cac Imana yaduhay c'Uburundi mwes ndabakunzee
Vyiza cane kabisa
waaaauuuuu I love you Guys u wa so🇧🇮🇧🇮🇧🇮 amezing 🔥🔥👌👌
Aba bana ni beza. Ni abanyabwenge barasubiza neza cyane.
Ryoooo,uyo mwana shaaa,courage uzobigeraho uburundi buzotera imbere,together as one tuzofashanyaa, Imana iguhezagire 😊😊
Aba bana ni beza kweli
What a true patriot❤❤ just encourage you and keep trust in God and Work hard ! @uburundi tôt ou tard buzoja kuyindi ntambwe kandi vrt pray for Burundi and support it
@emmanuel thank you for your comment
Imana ibekumwe namwe you have good plan
Iki kiganiro🥰 niciza cane gose. Nicocatumye nkora subscribe I wish mubatuzanire again
Uyu mwigeme ni muto ariko ntari igito afise ivyoyumviro bikuze kandi Imana ihezagire ivyoyumviro vyiwe.jewe ndamuri inyuma duhuje ivyiyumviro
Wow , I really enjoyed listening to our youth. Murabana beza Imana ikomeze kubahezagira.
Oooh❤🙏🏾🙏🏾🙏🏾Mbega abana beza bafise Imana muribo🙏🏾Imana muriko muravuga muyishingira intahe ize ibiyereke ibageze kuvyo yabateguriye🙏🏾GOD BLESS YOU. GOD IS GOOD ALL THE TIME 🙏🏾Umukobwa mwiza Ira ukunda u Burundi❤❤❤
Muzotera imbere bane. Muri beza musa n'Imana❤❤❤❤❤
Yoooooh trust me baby girl Ira-llona , you are just perfectly, wonderfully made❤😢and your dreams will come true and we are all your cheerleaders
Thank you for watching God bless you
Iki kiganiro gisumba ibiganiro vyose maze gukurikira
Aba ba jeunes barankoze ku mutima,
Imana ifashe urundi rwaruka,
Gukorera Imana vyugurura ama opportunités menshi nkuko babivuze❤❤❤
I am so happy for this conversation 😢guys I am so touched 😢 as Burundians we suppose to keep on obeying authority of God everywhere you are you must know that Jesus is our provider ,our protector ,our everything.Don't throw God away from you because time is up Jesus Christ is coming back to take his church❤😊 and let's read this version 👉Romans 12:1-2 God bless everyone here 🙏
Thank you so much @Rodriguez For watching WARUBIZI
Yesu Ashimwe cane guys?abarundi turi guhiga ubuzima muri Zambia natwe turabakunda cane.courage warubizi yaje hageze.kndi muzoze muradutasha turavyisabiye.
Mbega ikiganiro cyiza, murakoze Imana ibahe umugisha
Imana ni byose🙏🏽
Ajambo aryoshe kumva vraiment
My people 🇧🇮🇧🇮 🇧🇮🇧🇮
Iki kiganiro kiraryoshe caaane mur beza bana bacu mukomeze uwo muco wacu 👌👌
Wazaooohhh natwe twataye Imana,twirukira kwihigira umenezero,amafaranga,ibyisi ntanibyotubona kuko twataye Imana dukore iki😭😭😭
Hallo. Gutten tag dear sisters and friends. Thank you so much for the emission. Shall I have Ida's constacts please?
I like these guys all clever ❤ keep going 👍
Would my Ilona nukuri..I'm so proud of you sweetheart ❤
Muradutevya cane.
Kino kiganiro cari my favorite, and Dada God bless u so much 💖. Love u all ❤❤
Imana ibahezagire mur abantu bayo
Nukuri Honestly Ugihe wihaye Imana nicyo gihe ukugenderera so abajene rwose nitwiha Imana nayo Izagendana natwe Itwereke ibikomeye murugendo ruganan a muri adult towards elderhood Imana Ikomeze Ibe yokwizerwa mu mitima yacu
Ikiganiro ciza cane, Imana yumve ivy’imitima yanyu yipfuza kndi Izobashoboze gushitsa ivyipfuzo vyanyu! Bravo 👏🏼 👏🏼
thank you @samantha
Please nahoranzi ko America atabantu bagifise akanovera k'lmana oooh whouuuh.bientot 2025 I will join you please I'm interested ❤
Warubizi you are top.gumamwo cane
I love so much this emission❤❤❤
You touched my heart ❤ 💔 ♥ 💓
God bless you for your Testimonies.warubizi iraryoshe pee
C’est très touchant, la façon dont Ilona a parlé ça nous encourage de tout faire pour élever notre pays et on va le faire cause God will help us
Merci bcp stephie
God help you dear burundian
I'm so touched with that girl. May God helps u to achieve to your truth. This World needs girls like you, girls who have vision 👌🏽
@japhet thank you
God bless you Dada mwiza and the wonderful youth watuzaniye, may the good Lord continue to do mighty and great things in your life ❤
thank you so much Manyana God bless you 🙏🏼
Muri inspiré par le Saint Esprit gutanguza iki kiganiro, muhezagirwe cane kandi Imana ikomeze kubakoresha. Iki kiganiro kirarenze kub ikiganiro, wumvamwo présence y’Imana idasanzwe. Nibaza ko mubisengera cane mbere yogushikiriz ibi biganiro, nikutubwir iryo banga mukoresha.
God bless you
🥺🥺🥺I'm so touched ❤️❤️uu are so amazing guys 😍😍 thank youuu 🙏🙏
Just Woah woah❤❤❤
Wouauh!so amazing❤ so proud of you my Larah❤ Imana ibagumirize umuhamagaro
Thank you @diane
Mbega ingabire Imana yahaye Uburundi n'urwanda. You are so smart so special dears. Keep inspiring God stands in your side. We love you
Thank you @ Esperance
😂😂mbappé courage imana igufashe
Nice conversation ......❤❤
Ababana baranejeje rwose nabakundiye
1 ubwenge bw'imana bafite
2 natirere 😊
This is soo amazing.. wowww.. So speechless … God bless you all 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
thank you@gisele 🙏🏼
Wow aba bana baranryohey cane❤yesu abahezagire
Wow👌May God bless you
Thank you
I'm touched for sure 🥹🥹 Ira🔥🔥🔥
Thank you for watching
Hewee ikii kiganiroo carii kuyindii mpwemuu🔥🔥😂bonn kandii cari intéressant et inspirant aussi à la fois...be blessed
God bless you all. Wish U a blessed future.
Ikiganiro kiryoshe cane.
Amazing testimonies and statements!
thank you 🙏🏼
Wouh Dada wanj thx so much for this
Tkuu kumpanuro🙌
Mbega ikiganiro kinryoheye .Ira ubwenge ufise imana izogushikana kure uburundi burahiriwe kuba bugufise uwomutima ukunda igihugu cawe imana irawubona .
Mbega ikiganiro kiryoshe, murakoze bana , Imana ibaje imbere. Ira uhezagirwe cane, Imana igushoboze ivyo wifuza!!!!!!!!!
Murakoze cane 🙏🏼
If you don’t know where you go you can be everywhere ! So urakwiye kumenya ico exactly icushaka ukamenya aho ushaka gushika nivyo ushaka kuba ufis ico gih ibisigay ikiganiro ciza cane
Oooh mwanawee urababaj Can kk uwomubabaro wigihugu cacu twes turafise ark igihug cacu kizohindurwa n'Imana gus c'est trop dommage. Ivyigihug cacu ntubishireko umutim caaan nkuko kk worwara dépression mbii
Abarundikazi nibeza bafis nimico myiza mukomereze ahoo
God bless y'all
Ikiganiro ciza cane
God bless you all. You make me cry
Amen thank you for watching @fabiola
Oo uyo mwana arampimbay,Ira may God fulfill your dream izoguhezagire ugaruke guteza igihugu caw imbere
Murakoze cane
@@irakozedarlene7743
Congratulations Darlene,woshobora kumpa Numero yuryamutype arihagati harico challenge shaka
@@irakozedarlene7743
Cânk umpe Numero yawe cânk iyumwe muri mwebwe
Turabakunda cyane ❤🎉
Waouw waouw it,s so waouw ❤❤abana baraho mana yanje barampezagiye cne kandi batumye nanje nshakisha gukorera imana.kandi nanje ndifuza kugendererwa na holy spirit akaba ariwe angida.
Ameeeeen @pascaline Uhoraho yumve gusenga kwawe
Urakoze cane dada.unzafashe kunsengera nukuri nanje ndifuza kuba deep muvyimana
@@pascalinensengumuremye4642 birankunda ncuti yanje soma ijambo buri musi kandi Iman’Iguhezagire ncuti
Merciiii
Waoooo
thank you 🙏🏼
Mumvugiye amagambo yarikumutima wanjye ariko I got answer
Waouuw🥰ikiganiro kiryoshe cane😍🙌🏻thank you Darlène for always bringing the best.
BLESSINGS!!
thank you@hodari 🙏🏼
Darlene IMANA Iguhezagireee caane❤❤Ndakwibuka muri Mariage yanje wanfashijee vyinshiii i Burundi 🇧🇮🇨🇦
❤❤❤❤❤Amen amen
Youths are the hope of today, and the joy of tomorrow. God bless!
thank you So🙏🏼
Kandi imana imuhe ivyo yipfuza kugira indoto ziwe ku gihugu camwibarutse azishikeko
amen murakoze cane 🙏🏼
IRA illona ni umwigeme dusangiye indoto yo kuzokura igihugu cacu mu kaga.kndi ndizera ko inspiration yacu izokwandukira benshi cane
Yeeeeee dada 2024 is fire
🙏🏼🙏🏼
❤❤
You're amazing guys, Imana ibahezagire
Wauuuuuu ikiganiro ciza caneee,ndizeye cane yuko ico kiganiro kizogira impact nini caneee non seulement muri USA ariko nongaha iwacu,God bless u guys❤❤❤❤
Good testimony my bless you tweho iwacu nijuru niho twiteze umukiza kwariho azova
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
wawoo ,thank you Dada kutuzanira aba jeunes
You are welcome thank you for watching Anne
Mwe ko mwagize chances abavyeyi banyu bakabahungisha uyra mwanda abahutu senga Uhoraho abahe kwiga amashure meza kandi menshi , urya mucafu mubihze hari abandi bari kukivi pour les chasser et sur la scène politique diplomatique et économique internationale, la suite ira de soit...
Komeza musenga kandi mwiga bwoko bwiza