JUSTE GAEL avuye mugacerere yishuye B-FACE ubwambere || Amajambo yooose aho vyavuye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 вер 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

КОМЕНТАРІ • 83

  • @Alainprincengabirano
    @Alainprincengabirano Місяць тому +13

    Gaël nawe nasabe imbabazi siwe yatanguje imvururu hagati ya DJ Fernando na Kadie kay 😂😂

  • @user-on6bk2hz2z
    @user-on6bk2hz2z Місяць тому +5

    B fac hejur ❤ yanse agasuzuguro. Gaël s vyz zawubaha uwariw wes mugikorw vyiwer iyumubwir mumatw niwar kub werekany ubugab😮 z mwubah

  • @FrancoisNijimbere
    @FrancoisNijimbere Місяць тому +5

    Gusa nababajwe numusani wanje lolilo ntabonye chooo yiwe ivyo mwadukoreye ntakundi ariko tumurinyuma naho mumuzibira big up lizzo simbaaa respecte ntaho nzoba ndumwe

  • @SafYves
    @SafYves Місяць тому +4

    B FA ❤❤❤💯💪🤴

  • @JetaimeBface
    @JetaimeBface Місяць тому +4

    Gael nakure uburofa sha😢😢

  • @user-gq1hu1zl8q
    @user-gq1hu1zl8q Місяць тому +4

    Atarihamwe abantu dutahura ugutandukanye gael yarakoze amakosa ndimuto arik sicane ariko ntahantu nahamwe ndabona umuntu arimbere yabantu mukubwira ikibaye nimurufasoni turek kuvyirengiza gael niyemere ikosa

    • @jeanclaudeofficial9653
      @jeanclaudeofficial9653 Місяць тому

      ❤❤❤❤

    • @jeanclaudeofficial9653
      @jeanclaudeofficial9653 Місяць тому +1

      Naje ndagushigikiy p kandi Gaël arasuzugura yihoreye na star boy aheruka kumwicarika nkumwana muri lancement officiel vyarambabaje ukuntu yavyitwayemwo

    • @user-gq1hu1zl8q
      @user-gq1hu1zl8q Місяць тому

      @@jeanclaudeofficial9653 ❤️❤️❤️❤️❤️

  • @phlippjay8509
    @phlippjay8509 Місяць тому +3

    Gael arateranya vrt nciye nibuka Fernando na kadie kay

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg Місяць тому +4

    Ntaco yobona Gaël nibutse kumukubito!!!!ngo Dj Fernando yaburiye isoni kadie kay heeeeee Brooo isi ntisakaye ubu w naw k twabony kutagir indero ga shahu?

  • @RashidiBimenyimana-k6q
    @RashidiBimenyimana-k6q Місяць тому +2

    B face Ari mukuri p

  • @NdayikezaSoleil-kt5dl
    @NdayikezaSoleil-kt5dl Місяць тому +2

    B fece hejuru gayeri ww uribwa urashobor gukuray B FECE ngo vay ndogufat nukur ndo kuyoooo

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 Місяць тому +3

    Gaël ntandero yabisizzmwo wamengo n'umwana wiwe agiye kubuza en public

  • @richardninteretse2968
    @richardninteretse2968 Місяць тому +2

    Gaël yahawe akazi atamenyereye nibamutahure bagabo 😂😂

  • @OlivierIrangabiye
    @OlivierIrangabiye Місяць тому +4

    oya gaël ntandero afise.abanshigikiy mump like!!

  • @AgnesHabonimana-yz8ux
    @AgnesHabonimana-yz8ux Місяць тому +1

    Muburundi turakenye abaririmvyi bize. Ngo kizomere . Hahaaaa. Ibintu vyabana!

  • @RashidiBimenyimana-k6q
    @RashidiBimenyimana-k6q Місяць тому +1

    B face Ari mukuri

  • @levissmart8921
    @levissmart8921 Місяць тому +1

    Urakoze kudusomera urwo gwete. Ariko uzosubire kwishure wige gusoma neza ururimi gwawe gwamavukiro.

    • @lydi791
      @lydi791 Місяць тому

      Ww umusumbik

  • @amolam97
    @amolam97 Місяць тому +1

    Gaël niwe mu journaliste wambere abikora neza kndi akora ibiganiro bifasha gusumba imigani ya b face kuri buno butaka bwuburundi uwo munyamatongo burya ashobora kuba agoye cane nimvuzivuzi pe...

    • @viateurgahungu8884
      @viateurgahungu8884 Місяць тому

      Rekana na b face

    • @amolam97
      @amolam97 Місяць тому

      @@viateurgahungu8884 ndamukurekeye nubundi jew si goût yanje kabisa

  • @user-mw3yl5hs6d
    @user-mw3yl5hs6d Місяць тому +2

    Gaël ntakosa yakoze none b face yagomba kulala kuri stage ? Nategure igiteramo rwiwe azoshake arareyo

    • @Sam-mr2go
      @Sam-mr2go Місяць тому

      Urikirofa nka Gaël umbwa wewe

  • @IrangarukiyeAsan
    @IrangarukiyeAsan Місяць тому

    B face niyirambire❤

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl Місяць тому +1

    Gael wari kumwegera mugutwi uksmubwira ndazi B-face yarikugutahura mubarundi turafise urufasoni umuntu afise ijambo uramurindira cnk ukamubwira mugutwi aricihutigwa naho nyene rero Gael Saba ikigongwe amakosa wayaguyemwo ntakindi hama ibintu bibandanye bigenda neza

  • @dodydruceofficial
    @dodydruceofficial Місяць тому

    Uwo ni juste gael kwakundi hahandi 😢😢😊

  • @jacksonnzoyihaya8477
    @jacksonnzoyihaya8477 Місяць тому

    Uwomushenzi 😢😢😢 ngo ni Gaël, uwomuha nyina

  • @bustabruce480
    @bustabruce480 Місяць тому

    Rasta man ⭐

  • @user-kh6hw1xk1v
    @user-kh6hw1xk1v Місяць тому +1

    Gusa b face igihe cose uzaguma asukwa n'abafans biwe ntazoreka kwibona, gusa b face nta ndero agira ibiteramo vyose niko yama ariko amenye KO ubuto b'umuhenda isi izomwigisha.

  • @JanetWimanaa
    @JanetWimanaa Місяць тому +1

    Urazikutagirindero ntuguranicowubaha usubiye gukora iɓntunkabirya.twebwengabafana ba.bfc uzotubona

  • @NiyorugiraGeorge
    @NiyorugiraGeorge Місяць тому +2

    Gaël ntandero agira twarabibomye kubahuka umurivyiwancu b.fac ntahuzumucikira kuko nuwancu kbx rp yuda rp komando hejuru turimyuma yawe

  • @levygasper7438
    @levygasper7438 Місяць тому +1

    Abaririmvyi baba rundi be mubana na ba bodgad kugirango akagay kagabanuke

  • @ernestmugisha1568
    @ernestmugisha1568 Місяць тому +1

    Gaël rekana na Be face kndi ugende umusabe.ikigongwe kandi utabikoze hhhhhhhhh

  • @SteveNimpagaritse-wj4yd
    @SteveNimpagaritse-wj4yd Місяць тому +2

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂bwana Gaël urabonako isi idasakaye nawe wonyagirwa?
    Waja ngaho ugakora ibiganiro utukisha DJ Fernando umuvuga nabi ngo ntandero agira none wewe ufise indero nyinshi ivyo wakoze ubu nindero nyinshi rero ufise?
    Urambabarira sikugucira urubanza Arizona nukuri muze mwige gukundana apana kwipfuza ko bagenzi banyu mubashira hasi kandi bariko bakora neza. Iyo bishitse bakanyerera bagakora amakosa ntimuze murabamaramaza abarundi nibo bayamaze bati"" AGAHUZU KABI KAMESURIRWA MUMURYANGO""
    Rero mwaba journalistes nabaririmvyi mwige gukundana mureke inzigo gutyo muzotere muja imbere nayahandi mudakoreye hamwe gutera imbere muri music bizobagora.
    Narengana.

  • @OrlyMuhanyi
    @OrlyMuhanyi Місяць тому +1

    Isaac ahubwo we na bface muri ibirofa mwese none uwumubono bface nta midi adashwana nabantu

  • @user-gl1dj7um4b
    @user-gl1dj7um4b Місяць тому +1

    Cigayere dusubiye kwumva karico cemusinga ntituzojayo kurya siko gakogwa urabona ukuntu yayunyaze umunezero abandibose bakanaturambira kuminota 30 ariko b face kur 15mnt ngo vayo namba arivyobapfa ntiyarikubizanaharya😮

  • @GiftBanda-y2p
    @GiftBanda-y2p Місяць тому

    Ngo kizomere igiki ??iyo sinvugo yumuntu yiyemera

  • @Sam-mr2go
    @Sam-mr2go Місяць тому +3

    Gaël rofa wewe,umbwa

  • @ArmelMUHIMPUNDU
    @ArmelMUHIMPUNDU Місяць тому

    B face nategure show yiw

  • @kmp8979
    @kmp8979 Місяць тому

    Harya iyo ushwana nabantu bose niwe uba uri umushwanyi.ntamuntu ashobora kubana nabi nabantu bose.

  • @user-yy2rk4wi3p
    @user-yy2rk4wi3p Місяць тому

    Oya akwiye kuriha ivya hononokariye

  • @user-tr5tg3bx6d
    @user-tr5tg3bx6d Місяць тому

    Ahubwo burya gael twebwe abafana ba b face ntago atuzi kl aho yohura nikibazo ntafyine yibazako ari fernando yagiye ateza abafana birijana twe suko kl nubu nasubire avuge fyo tuzovunira mumavi gs b ntakosa afise knd abantu bavugako twebw abafana b bface tumushuka sivyo nagato mubarirmvyi 3 bambere muburundi bafise indero kndi badahubuka arimwo so reo arinze yubahuka akavuga ikintu uretse kwirengagiza kiba cumvikana umva turamukunda kabarye kabasoke abantu mwese mumufitiye inzigo umva ntaho muzomushira uretseko mwibabariza imitima yanyu gusa muzoturika😂😂by reo @Bface ndamufana

  • @user-gl1dj7um4b
    @user-gl1dj7um4b Місяць тому

    Ariko gayeri ninawe yatumye na lolilo amugayisha kuko vyose vyazanye gayere abafana bacabashavuza lolilo kuko b face bamukuyeko nabi😊

  • @oliviermanishimwe4892
    @oliviermanishimwe4892 Місяць тому

    Gaël waradecogne buhanurwa wumve wari kubwira mwibanga B FACE ko umwanya ubajanye

  • @NdayikezaSoleil-kt5dl
    @NdayikezaSoleil-kt5dl Місяць тому +3

    Umwank urek B fece turinyum yiw yaramaz kubak izina kwl gayeri ww ndakugay kwl vyaras

    • @elieniyokindi9827
      @elieniyokindi9827 Місяць тому

      non Gaël niw atubats zina ?bamureka gushigikira umuntu mumafuti

  • @user-zo8el2oe8n
    @user-zo8el2oe8n Місяць тому

    B.ntandero afise agira amanyama ( ariko akaziki arakazi kweri nariko ndamufana)

  • @nicaisenkurunziza3932
    @nicaisenkurunziza3932 Місяць тому

    Gaël yaradekonye naje hiyo kuko Ubu umu journaliste ashaka kuba star birya siko babikora iyo amwongorera Gaël n'a B face sico kimw kndi urya nta show yokora ngo tujemwo

  • @VianneyRUKUNDO-fo6cg
    @VianneyRUKUNDO-fo6cg Місяць тому

    ikosa si Gaël ikosa Riri kubamenyesha makuru bagumy bavuga badaheza,mb b face konanaririmvy nuryamwanya,ba satura ntibitekaniye

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih Місяць тому

    Gayeri yarakoshejj kbx

  • @bejuvianney7793
    @bejuvianney7793 Місяць тому +1

    Ico nohanura Gael nareke kwihagararako kuko yarerekanye inzigo nurwanko kuri B Face rero nasabe imbabazi bitabaye ivyo natwe abafana tuzihagararako kandi azobona neza ko yadeconye🖕

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Місяць тому

    😂😮😂

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Місяць тому

    Game yaryoshe😂ntibahuze.

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy Місяць тому

    b face wuhahwe😅😊😅

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Місяць тому

    Discipline ninziza mubuzima

  • @theoabelardbazo5518
    @theoabelardbazo5518 Місяць тому

    Kuzana vidéo yakera aho Uri srx?ba muba des professionnels

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 Місяць тому

    Ubwo nubusani bubahenda basha

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt Місяць тому

    Muze mubahana barundi kuko Mwese musangiye Akabisi nagahiye kuko iterambere niryacu Abarundi Muze mufatana Munda birababaje ndiko numva Abarundi tutafatana Munda

  • @mugishaemile8390
    @mugishaemile8390 Місяць тому

    Kd nkub wosanga utazik utazi gusoma ikirund cnk kukivug bih abant bafis iyongabire uzoterimber

  • @vestineakimana9858
    @vestineakimana9858 Місяць тому

    😅😅😅😅😅

  • @user-yy2rk4wi3p
    @user-yy2rk4wi3p Місяць тому

    Oya yarakoze amakosa

  • @calvadosog
    @calvadosog Місяць тому

    Justin nigikeha bwenge menga ntakwije arabura igrori

  • @NISHIMWEKevin
    @NISHIMWEKevin Місяць тому

    Gael ntader afis kubahuk umwami

    • @user-ue2cu3ws2s
      @user-ue2cu3ws2s Місяць тому

      Gael numuyuwayi yihoreye honyen nimitot bamuhay ntiyaribwakwir kand kirazir kuvugiramwijomb uwund Gael punguz bizogufash

  • @Musindi736
    @Musindi736 Місяць тому

    Oya b face arabesha bagumye bamubwira aveyo aranka kandi iyi ngeso yabasani sinziza

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Місяць тому +1

    B face kumbe ntaanderafise

    • @gerardmanirema4621
      @gerardmanirema4621 Місяць тому

      Tokakure .uwoguciramwo uriko ivuga mubantu wovyemera?

    • @uwimanavanessa-jf1bl
      @uwimanavanessa-jf1bl Місяць тому

      Non wew niwuyifise itonde ntawera kuriyisi

    • @user-on6bk2hz2z
      @user-on6bk2hz2z Місяць тому

      Kuruburofa nivyah bikweretsek katandero afix uwutayifis nuwubahutse umunt ar imbere yabantu vrt😢

    • @MireneIrakoze-sm7vl
      @MireneIrakoze-sm7vl Місяць тому +1

      B-face arinindero bikwirikirane neza urabimenya neza ntiyatukanye ahubwo uwamugaye ni Gael nasabe ikigongwe

    • @setaseeta9779
      @setaseeta9779 Місяць тому

      Uramuha indero yawe ayikoreshe

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl Місяць тому

    😛🤪🤪🤪

  • @burundianknowledge3404
    @burundianknowledge3404 Місяць тому

    B face nimbwa caanee

  • @louangeeben7805
    @louangeeben7805 Місяць тому

    munyaruts

  • @user-ue2cu3ws2s
    @user-ue2cu3ws2s Місяць тому

    Wubahw nawew mutam

  • @bejuvianney7793
    @bejuvianney7793 Місяць тому +1

    Ico nohanura Gael nareke kwihagararako kuko yarerekanye inzigo nurwanko kuri B Face rero nasabe imbabazi bitabaye ivyo natwe abafana tuzihagararako kandi azobona neza ko yadeconye🖕