Abakunda❤️ Séries Umupfakazi nkanje🥰 mumpe ama like tu🔥🔥 Abakunzi ba Ange&Libert tumenyane🤝 Film ndundi🇧🇮 hejuru🙌🙌 Guys partager nyinshiii nyinshiii kugira Film ndundi🇧🇮 zigere Kure hashoboka🗣️🗣️🗣️ vyongeye na msg itangirwa muriyi Séries igere kuri benshiiii
Yemwee mwari mwayitebanye wallah. Neza cane Nadeje. Mbe Basha Angel yafungujwe nande mfise inyota ya suite. Umupfakazi muzogishikane kuri season 20 .narayikunze même nubu ni utamu . Big gup sana Fanny Lavine
We like you guys and we like your work ❤️ Turashaka kumenya icavuyr muri za DNA papa libert yagiye gupimisha Ham suite tuyirindiranye igishika Turashaka kumenya uwafunguje Angel
live your life kararafashe. Abantu ose kandinivye kuki ujakwijira mubibazo vyamugenzawe vyumubanyi kandibyawe birara bikubuza itiro hihi mayidi your bizinesi😂😂😂 ndabakunda good film 🇧🇮🤝🇧🇮🇮🇹
Abakunda❤️ Séries Umupfakazi nkanje🥰 mumpe ama like tu🔥🔥
Abakunzi ba Ange&Libert tumenyane🤝
Film ndundi🇧🇮 hejuru🙌🙌
Guys partager nyinshiii nyinshiii kugira Film ndundi🇧🇮 zigere Kure hashoboka🗣️🗣️🗣️ vyongeye na msg itangirwa muriyi Séries igere kuri benshiiii
Turahar tuyikunda❤❤❤❤
Umupfakazi hejuru hejuru abari murukundo nayo tumenyane🤟🤟 kandi twayirindiriye hamwe muzehano mumpe twatunu ngaha👇👇👇👇love from mimi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Naho umwanya wangoye,abakunzi numupfakazi vyanyavyo tumenyane❤️❤️
Mbay mubamber nanj mundemer ut tu like kubantu bar bakumbuy AK kantu dutanguy semaine mumunyenga Angel n libert hejur cne
Abipfuz kumeny uwomuntu tumenyan😘😘
Yooo izagushika naryamye abakunzi biyi saison muze kuryoherwa.namwe 3FAM ndabakunda❤
Yemwee mwari mwayitebanye wallah. Neza cane Nadeje. Mbe Basha Angel yafungujwe nande mfise inyota ya suite. Umupfakazi muzogishikane kuri season 20 .narayikunze même nubu ni utamu . Big gup sana Fanny Lavine
Mutubwire uwo muntu yamufunguje!ukobiri kose ni Papa wiw!Imana yakoze KO yafunguwe💯💯💯💯💯
Ngira nij mbay uwamber mundemer abakunda umupfakazikazi ❤❤❤❤❤❤ndabakunda can mukomer mubikorwa vyanyu
I'm in Love With Umupfakazi séries. Courage.
welcome back My favorite serie🇧🇮🥰🥰🥰🥰courge 3FA🎉🎉🙋
Muhezagigwe Imana ibandanye kubahimbaraga mbifurij gushika kuree.vyiza can ko avuy mwibohero
Uwumvise aka kajambo libert yavuze👂👂👂👂👂tumenyane✌️✌️ngo madame wanje afungiwe hano👂👀
Courage team 3fa mwese ndabakunda munkorera umusi hejuru cane niho ndabipfurije 💃💃💃💃
Waaaoouuh narindayirindiranye igishika cinshi ndabakunda kanini ❤
Giraneza wigire. Inyishu nikwakundi Nyene ngo ntugatere igikere umuger ngo uragihanye ahubwo ub ucunguruze🤸🤸🤸🤸
Waoo vyiza cyan film. Umupfakazi hejuru cyan ❤❤❤❤❤
Ashobora kuba ari papa wiwe !umupfakazi mwese courage ndabakunda cane
Reste 4min!! Ababibon mump liké😍😍😍
Waaooouuu !!! Série nziza caan courag bakinyi bacu beza ubutaha tuguhabwe wew wafunguruj angel
Bashaa ndabakunda sn kandi ndabakunda sn wallah
Waouh love you abkunzi bumupfakazi tumenyane❤
Uwo muntu yagunguj angel ga yemwe ninde rek tubirindir naho kuwamber
Courage team Fanny Libert ❤❤
Angel nije namufunguje vrt kubera ndamukunda cane!!😂😂😂😂
Episode ikurikira ngumye kumurongo ntincike❤
Yayayayaya!!!!🔥🔥🔥🔥Harasha🔥🔥🔥🔥
Jewe ngiye guciringa kandi ntimumbangamire🔥🔥ewe Alacia sha!!🤣🤣
Madame waw afungiw ngaha♥️♥️♥️♥️♥️!Ndaryohew sanaaaaaaa!Hazosha
We like you guys and we like your work ❤️
Turashaka kumenya icavuyr muri za DNA papa libert yagiye gupimisha
Ham suite tuyirindiranye igishika
Turashaka kumenya uwafunguje Angel
Courage
Nanj ndakeney kumenya umuntu yafinguj enjoy ndabikundira cn
Courage Phanny et Libert 🥰🥰
ua-cam.com/video/t1Q3khZ9S3M/v-deo.html
Iyi ndirimbo mwese ndayibatuye🙌
Fanny dushire mur group yabafana bawe
Mwubahwe caneee🙏🙏🙏✨🔥ndabakurikirana Time by Time ariko ibintu vyokutunyoteza mubigabanye vrmt so be blessed
My GOD musigay muduhiminota mike mutwongere❤❤❤❤❤
Aahhhh Umupfakazi vraim uyo mukobwa mushasha afise ubwishime ingene avuga mais libert na Angl murabantu banje❤❤❤❤❤ goseeee
Next episode Please.
Uwo muntu yafunvuje Angel ni inde kweli??
Ndabona hagiye gusha😂 ewe Libert ngo madame alacia wamumpereye Libert kk amaze imisi ambabaza 😅kuvyo yigira so courage ndab❤
Harijambo Ribert avuze rirampimbar ngo madame wanje😂😂 bizoteba bitor inzir courage
Wawoo welcome series umupfakazi 🙏🙏🙏🙏 courage team mwese much love 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦💕💕💕💕💕💕🔥🔥🔥🔥
Amazing movie 🎥🎥🎥🎥🎥🎥🌎🌎🌎🌎
Umupfakaz juu zaidi
Turakengurukiye 3FA kubw,itange bwabo.lmana idukomereze abakinyi bacu
Igice gikurikira ndagikumbuye ntarakibona❤❤❤
Umuriro ukomeza kwaka.courage lundi hagera inyota yayo iturembeje
Ndabakunda cane kandi mubyunve
Courage mes amies
jew vraiment sinovuga ndabakunda kuko maze kubivuga keshi.gusa babeho babizi ko bari mumaraso❤❤❤❤
Naracereweee ariko ntaco munguma kumutima . Nayo inyishu zumugabo wa Angel nizumuntu afise ibibazo nyene
Yo yo yo!ndamanyuts
Ndaba❤
Nukuri muratwishe kweri ahonyene 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Umupfakazi kurundi rwego❤❤❤❤
Thank you gs film umubanyi mwarayitwimy
Naracerewe bireze gusaaa big up
Umupfakaz kuyindi ntabwe❤❤❤🎉
Uwo muntu ninde vrema??courage umupfakazi🥰🥰🥰
Nukuri murakoze cyane kuyiduha
Hejuru cane hashobok Imana ibandanye ibaduza
Yayaya,n'ingene nari ndayirindirany igishika weee,Mana taba Angel kuko ibigeragezo ariko ahura navyo birarenze k'umwana w'umuntu pe
Mbe basha lundi hazogera ryari fanny umupfakazi hejuru turayikunda
Iyongeso yokuduterumunoh mwadukany fany 🇸🇦🇧🇮💋❤️
My favorite series
Courage
Mama Mimi kuraj
Rekura umupfakazi turi maso amamega ahava atujana ariyo twari twiteze twihere amaso so love you from 🇨🇩🇨🇩
Courage Team 3FA ❤
Uwamukuye mugasho ni de non biratesa
Nacerewe kuk jewe nama ndayironka haheze amasaha2 koko ark mumpe twatundi
Umuntu yafunguje Angel Imana imuhezagire.hama dukeneye kumenya ico ADN izotanga ikozwe tubasabe urya muvyeyi yipfuza kuyikoresha abinyarutse haraho Imana yotabara Angel kandi turavyizeye ikorera igihe.
Ahwiiiii nn ibintu bigiye gukomera kweri hagiye gusha ndakurahiye nfise amatsiko yokumenya uyomuntu uwariwe bambiii Ribaty aracakunda Angel.
Nukuri dukeneyeko mutwereka uwafunguje enjoy
Wawooo libert kutangaye?erega ntakiri madame wawe nimushikawe
Ebaga nateramye reka mpave ryame nahejo arinki iyongenso fanny na libert muyihebe mwatunyoteje gusa❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉
Love from Rwanda, I can't wait the next episode 💟
Mbe basha Ange yafunguw nand ???alacia wewe ni to much 🤣 Next episode 🔥🔥🔥🔥
Fanny ibibintu vyo kudutera umunoho bihagarare uzohore urekura urekuye kbx 😂😂
Nukur kw'Iman j mpatswe gusara nubu nibaza ko bihenze hariyindi ihava iza mukanya
Uyo mu mabuja mushasha bazanye nae ingene abwira Libert ngo y itamporize😂😂Drama t yarabakorey umuti.gus ndabakunda💕
Waoooo ndumifana wumufakazi
Najew nukur nubw ntakund gushirako commentaire ndumu fan Can gosee
live your life kararafashe. Abantu ose kandinivye kuki ujakwijira mubibazo vyamugenzawe vyumubanyi kandibyawe birara bikubuza itiro hihi mayidi your bizinesi😂😂😂 ndabakunda good film 🇧🇮🤝🇧🇮🇮🇹
Ndizerako nzakuba uwambere 😂😂😂😂😂
Kumufakazi nahishikiye 💪💪💪💯💯💯
Mbega weeeeeeh
🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼
Amatsiko ni menshi
Uwo muntu ni inde????
Uyumus nacerew kurab umupfakazi arik ntaco so courage murashoboye kdi turabakund can turanabakurikiran 💯/💯 mwubahwe❤❤❤
😘😘😘gusa iy nkumi yaje kwa Libert nigabany amafyeri 😎avugan ubwishime
Je nibaza kwariko asanzwe avuga🤣🤣🤣🤣 non yob avuga Uko mur film gusa 🤔🤔🤔🤔
Hariho abantu bazinduka abakunz bu mupfakaz
Ingorane zongeye kubahuza mwanguha
Uwumuntubninde??? Yamufunguje🤷♂️🤷♂️🤷♂️
Angel félicitations mwubahwe
Courage sha ndabona ibintu bitanguye gufata umurongo rero mukomere cane
Courage bantu banj ndabakunda cane mubikora neza abandi mubonako bavyitwaramwo neza mumperez like❤️❤️❤️
Mbegabasha enjo yafungujwe nande kuwambere nzoba nduwamber
Biracakaze ariko Imana ibane namwe mubikorwa vyanyu
Sha turabakunda cane arik iyingeso yuku j nsinoyemer pe!!! 2min wapi vrt
Ingorane muratuhonja nkuwumviriza umunyu vrt nihatar so FANNY;LIBATY mwubahwe kwer.
Courage ndabaku❤️❤️❤️✨✨💯💯
Sha naho afunzwe arise wiwe yamufungishije ntawundi niyihangane
Courage kabisa
Wah..muduh.ikindigic
Estimé ja Kure yumuryango wa libert ngo nabakunda😢😢 akokantu karakaze kumbe Estimé yarazanywe n'a lift🤣🤣🤣🤣 aca abanza kubicisha Kure😀😀😀
Haha😂😂😂😂😂 naje Kure ahusanga ariwe yivye birya bintu vyagirijwe ange
Iyi flm nij ndayiravy neza naho nduwanyuma😅😅emw sinduhuk nubwis buri mukudeger😮😮😮 umwany wos ngum kumupfakaz nzohora ndab flm yarahez niho saw 😅😅😅😅😅😅
Uy mugabo Ribert vrt abibamwo neza!!akina neza saan
Ndabona haza kuba ari🔥🔥🔥🔥reka ndindire mumwanya muto💃💃💃
Nimunyaruke murabona ko tuba tubanyotewe turabakunda ❤❤mutere mujimbere
Ewe estime uranyshe ngo nshikana ahimber😅😅😅 libert wubakwe madame wanj kanyishe nda❤❤❤
Nice movie turabakunda