UMUPFAKAZI S5EP8 :Shaaaa numwana nzosiga nzomubwira inzoga ko ari nkura mumubindi ngukure mubakwe🤭😱

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 548

  • @حسينمحمد-غ7ض9ت
    @حسينمحمد-غ7ض9ت Рік тому +66

    Abantu mutashimye iminota baduhaye mump link😅😅😅

  • @yvettekazaneza8632
    @yvettekazaneza8632 Рік тому +73

    Ababona KO libert agikund Angel mundemere tuhatwik duhite twimanukir so courage turabakund Can♥️♥️

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Рік тому +17

    Ndi fiancée Nin film bantu b'Imana abar murukondo nin séries tumenyane abany GTg duhurira kurab film umupfakazi tumenyane🥰🥰🥰

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 Рік тому +84

    Abakunda❤️ Séries Umupfakazi nkanje🥰 tumenyane💃🏼 kuma like menshi
    Ababona ko Libert agikunda Angel kandi azokwicuza kubwo kumusiga tumenyane🤝
    Guys turwize ama partager menshiiiii menshiiiii🔥🔥🔥🔥 ashoboka kugira ibikorwa bigere kuri benshi🗣️🗣️🗣️🗣️
    Abarundi mukunda amareresi yahiwacu🇧🇮 mugire aho muba mwubahwe🙌
    Film ndundi🇧🇮 hejuru🙌🙌

  • @MohammedMohammed-fv6sy
    @MohammedMohammed-fv6sy Рік тому +21

    Yoooo non mwebw mwadutanze ntimuryama nukur kazima mbay uwijana fany mumpe kutu like🇧🇮🇸🇦

  • @willyntahomvukiye2622
    @willyntahomvukiye2622 Рік тому +4

    Eeeee ibintu vyakomeye hagati ya Libert na Bria. Numva mfise appetit yo kubona suite wallah. Umupfakazi iri spécial. Merci sana Angel

  • @vaniavava6138
    @vaniavava6138 Рік тому +11

    Tekana Libert 😂😂😂😂😂 Ubutur mumajambere utaye baratora umupfakazi 🎉🎉🎉🎉🎉😍😍😍

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Рік тому +7

    Libert nawe ngo urugo ruracar irwiwe🤔🤔🤔🤔🤔 ndiko mbona urukundo ataho ruraja nukuri😅😅😅 ongera mubane vyume vyumye WE petit frère wiwe🤷🤷🤷asha hagiye gusha kbx 3Fa hejuru 💪💪💪💪💪akantu libert yavuze ngo chr haruwundi yakumvise🙈🙈cnk nije nrwaye amatwi🤣🤣🤣🤣🤣ndabakunda kuburyo numv novuza induru 💃💃💃💃💃💃💃

  • @juliettehatungimana5109
    @juliettehatungimana5109 Рік тому +44

    Angel ngo amarira yaraheze Kumaso abumvise akakontu nkanje mumpe like

  • @eddylevisirakoze2376
    @eddylevisirakoze2376 Рік тому +5

    Nkubu iyaba mwaduha ep2 mu semaine uzukuntu urukundo rwo gukunda série umupfakazi iyo rwoba rugezeeeeee
    Gusa turabakunda cane🥰🥰

  • @odetteniyokwizera3634
    @odetteniyokwizera3634 Рік тому

    Ndabakunda caaaane Kuko murashoboye mwubahwe caaane Imana yagure Ingabire zanyu MWese e turishimira ibikogwa vyanyu nukurip mukomeze

  • @aminajngabire2106
    @aminajngabire2106 Рік тому +9

    Hemwe ntushobor kwibaz ukuntu nkund uw mwigeme mushasha akinana na Libert nikibajou ga mana kivuga nez disi🥰🥰

  • @michoumimi6597
    @michoumimi6597 Рік тому +11

    Fanny uyumusi ndazindutse mudabire nukuri❤❤❤❤❤

  • @fulahaalice3357
    @fulahaalice3357 Рік тому +6

    Nn nkaho constance umunwa wawe uzagukwegera😂😂😂😂jew ndumufana wumupfakazi❤❤❤❤

  • @niyonzimabebyna
    @niyonzimabebyna Рік тому +1

    😀😀😀 ntakintwengeje nka libert ngwivyo bintu vyabaye ngwashire mumutwe kwatarivyo hhhhh film nziza cane

  • @uzamukundaemerance6334
    @uzamukundaemerance6334 Рік тому +15

    Ndabakunda bitabaho form Rwanda❤❤❤❤❤

  • @osualdnahishakiye117
    @osualdnahishakiye117 Рік тому +7

    Mubandanya kuntungura basha.XO I'am proud Of our team 3fa

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Рік тому +10

    Iyo nacerew birambabaza😂😂😂😂 Fanny na Libert ndabakunda ❤❤❤❤❤

  • @lydi791
    @lydi791 Рік тому +3

    😂😂😂😂inyishu za angel zirarwiye kwa Libert😂😂

  • @thierrybigirimana2675
    @thierrybigirimana2675 Рік тому

    Film nigisasu kbx gusa nuko muyiduhaye aringufi cn so nimurabe mudukwakwanirize iyikurikira hm mukomere turabashigikiye🙏🙏❤️❤️

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Рік тому +2

    Umupfakazi oyeeeeee💃💃💃💃💃 ndabakunda uko nyene bindimwo kbx ntansiguro kbx reka ndabe ndavuga munyuma

  • @emmanuelnzambimana5569
    @emmanuelnzambimana5569 Рік тому +1

    Ntumumbwire ko mugomba muhebane n'a enjo,ewe gateranya constance Imana irakubona,nkunda ukuntu mukina umenga ni vya vrai wallai👍👍👍👍👍👍

  • @iracena2903
    @iracena2903 Рік тому +5

    Ahaha,libert agira yagirizw inda mumisi iza,entre temps papa wiw akoresh ADN asang batavukana.acagira abgore babiri.ashaaa. Ngo barukwegeeeee😂😂😂😂😂

    • @jeanmarieniyo.
      @jeanmarieniyo. Рік тому

      Urantwengeje ndakurahiye. Simbona iyo bizoherera

  • @iradukundaroselyne4905
    @iradukundaroselyne4905 Рік тому +3

    Amajwi au début ntameze neza bantu banje. Ibindi ni bon courage ndabakunda 🥰

  • @acquelyneniyokwizera2515
    @acquelyneniyokwizera2515 Рік тому +4

    abakunzi bumupfazi twaraye kur you tube tuyirindiriy🥰

  • @smbest5881
    @smbest5881 Рік тому +3

    M'y favorite turabakunda Can 😘😘

  • @dignedarleneirakoze1257
    @dignedarleneirakoze1257 Рік тому +5

    Umengo harakantu numvise ka chr Libert kakimucanga 😂😂cnk namatwi mabi!!!Ewe Sha grand frère nimba ataripetit frère 😀umupfakazi hejuru cane ❤

    • @irankundaclementine2588
      @irankundaclementine2588 Рік тому

      Ako nanje nakumvise pe😂😂😂😂😂so Angel na Libert mwubahwe 👌🏽👌🏽hejuru cane nih mbipfuriza

    • @nanaira9677
      @nanaira9677 Рік тому

      Nanje nakumvise pe🤭

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 Рік тому +2

    Yooo ndaryohew k Angel naw yihagazek imbere ya Libert vrma.courage mes chers muratwigisha pe.

  • @NiyukuruLoucie
    @NiyukuruLoucie Рік тому +1

    Uzi ikintu mbonye🤔, urukundo rwubahwe,gusa libert wicunge, ndabakunda muvyumve🥰🥰

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Рік тому

    Ewe ejosha igihe cokurira caraheze congratulations.sha nkeka baduheba bakibazako twogum mumarira😥😥🥰🥰🥰 nimumuji nibuzire ndabwirire🤸🤸🤸🤸🤸🤣🤣🤣❤️❤️❤️💪💪 guys courage 🔥🔥🔥🔥🔥🥰🔥 mbakund ukwonyen

  • @alidairuhiriyensanze3133
    @alidairuhiriyensanze3133 Рік тому +5

    UMUPFAKAZI series Hejuruuu caaaneee 🤩❤
    Gusa murakwiye guhinyanyura amajwi ameze ukuntu ntasohoka neza

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Рік тому +10

    M'y favorite series ❤❤❤❤

  • @ExcellentIteriteka-ns9qg
    @ExcellentIteriteka-ns9qg Рік тому

    😀😀kurundi ruhende ndakunze décision Angel yafashe kuko Libert yaramutaye nkaho ataco bari bigeze basangira

  • @Chanyqueen
    @Chanyqueen Рік тому

    Uyumwanya ufate KO tutari mugitanda iwanje,inzoga zirarikoze,congraturation

  • @lamb-gzo4ever950
    @lamb-gzo4ever950 Рік тому +7

    We're ready now ❤❤❤

  • @JEANINENYABENDA-tr8xy
    @JEANINENYABENDA-tr8xy Рік тому

    Courage pe ariko harinkuru mutaduhaye duheruka papa enjo agiye gupimisha ADN vyahereye hé nimunyarutse pe

  • @dorianeyankunze440
    @dorianeyankunze440 Рік тому

    Yoooooonatazwe ndabonahatokombeye ejonawewihagarareko urazukunge yagutaye nawafisuwobakundana nakuveko nawewikundanirenuwundi

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 Рік тому +12

    Aho vyakabereye nikera Angel arishituye brother😂😂😂😂😂 ark nabishimye pe kuko umwana wumwingingano ntakura🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️

    • @florencekubwayezu706
      @florencekubwayezu706 Рік тому

      😀😀😀rek sha birya ntawobishima gusa Angel yakoreshej wamugani ngo uwuguheney ntumuhenere akwita.......🤣🤣🤣🤣🤣

    • @claudineshemezimana9519
      @claudineshemezimana9519 Рік тому +1

      SH nkunze ukuntu enjoo yikuye libert kuko yari yarishwe nurukundo rwiwee❤❤❤Angel weee ndagukundaaa infiniment ❤❤

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 Рік тому +1

      @@florencekubwayezu706 murundi ntako atagize kugwaza ark yarwajije abadatora mitende🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 Рік тому

      @@claudineshemezimana9519 turikumwe kbs

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 Рік тому

      @@vanessa-vavandikumwenayo2757 ngo abadatora mitende 😂😂😂 yari yarwajarwaje kabisa

  • @toussineigirukwishaka9152
    @toussineigirukwishaka9152 Рік тому

    Ahoooo ivyahuha noneho birahuhutse!!nimb uri grand frère CNk petit frère sinzi.

  • @Inyigisho432
    @Inyigisho432 Рік тому

    Waooooh ndaryohewe kubona kandi angel yafashe decision

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Рік тому

    Umupfakazi iguma Iza arinshasha mwisi yose ewe mukama nukuri yesu abaduhezagirire kumpano mufise Kure cane niho ndabipfurije muzama murabambere kur nje 🙏🙏🙏🙏

  • @michelineirakoze-oh1dh
    @michelineirakoze-oh1dh Рік тому +7

    Number one abakunzi bumupfakazi tumenyane🤟🤟nama like meshimeshi duhatwike twimanukira💃💃💃💃love from mimi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🔥🔥🔥🔥👌

  • @FrancineIrikumwenatwe-ev7ii

    Muduhereze agakurikira🙏🙏🙏🙏 KK mukina neza caaaane

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Рік тому +4

    Yesu weeee kwa libert habavye inzoga ni bebi😀😀😀😀😀 ikirori kiryoha ngo ufise inzoga n'ibebi🥱🥱🥱🥱🥱 libert yiraraniye ibebi kwel bwaburaya yatuka Angel nawe bwamufashe épisode ikurikira umuriro uzaka mbisa nigire gutembera nzogaruka lundi🏃🏃🏃🏃

    • @dignemercy6960
      @dignemercy6960 Рік тому

      😂🤔😂😂😂😂😂🤔🤔🤔Libert kwerii inzoga nibebi courage nuwomukobwa mushash arabiryosh pee gusa libert yabay ndanse 😏🙄😂😂

  • @donavinenduwimana611
    @donavinenduwimana611 Рік тому

    Yayaya papa wabo.mwibuke kwariko arondera umuganga abapima kobavukana ndabona bazosanga batavukana bikibanira reka turindire yayayayaya kwiryoshe.none

  • @HyacintheMunyana-bb9yi
    @HyacintheMunyana-bb9yi Рік тому +1

    Ewe Mana rek mpore gusa ndigishujwe😊ND munyishu🤝

  • @fredianekwizerimana-zm8ox
    @fredianekwizerimana-zm8ox Рік тому

    Murakina neza vrt courage bantu bacu muraturyohera cane kabisa

  • @IrakozeAnitha-bp5ir
    @IrakozeAnitha-bp5ir Рік тому +1

    Ndabona ribert agiy gukurikiza kbx umupfakaz hejuru❤❤❤

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia7325 Рік тому

    Narababwiye intango y'umwana mukubesha aribaraguza,constance ga Mana uranyumije,film ndundi hejuri cn

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana Рік тому +6

    Good job🎉nanakumbuye UMUBANYI😅

  • @naomiehakizimana5000
    @naomiehakizimana5000 Рік тому

    Mbega ibara we libert nihatr Angel courage uyo ni bro wawe ukunde uyo nyen agufunguje

  • @manirambonajeanne3876
    @manirambonajeanne3876 Рік тому

    Ribat n'a bria ribat aguma amusukira inzoga nyishi anwe nàwe akanwa Duke aramuhenda ehe noneh bararanye inda at ba bucakabir usanga enjoy atarimushikawe uwowa
    Muvyayeko kuzosubiran naenjo bizokugora ndagowe mukama

  • @delacycy
    @delacycy Рік тому +5

    Urusaku rwa constance SH😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤️😂😂😂❤️😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤️❤️❤️❤️❤️ndi murukundo naw 😂😂😂😂😂❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️wllh ankorer umuns 😂😂😂umunt atarab iy série sinz ikimuryoher mubuzim😂😂

  • @falesanewsaba9293
    @falesanewsaba9293 Рік тому

    Umupfakazi yubahwe turabakunda❤❤ cane💝💝🙏🙏

  • @inesirankunda3815
    @inesirankunda3815 Рік тому

    UMUBANYI pls Fanny uzoyduhe nayo🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️

  • @fulahaalice3357
    @fulahaalice3357 Рік тому +7

    Grand frère cank petit frère ngosinzi ntumbaza😂😂😂😂😂😂

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Рік тому +1

    Ibintu bikomez kuryoha ndabon bigiy gufata iyindi nziza ❤❤❤❤❤❤

  • @claudinebayubahe-jx8yq
    @claudinebayubahe-jx8yq Рік тому

    Engel bravooo umwishuy nez ngo engo waruzi kera yarizwa nubusa yarahindutse WE love you

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Рік тому +2

    Uw mu sister mushasha abirimwo neza nakomere💪💪💪

  • @angelyseniellamuhoza4764
    @angelyseniellamuhoza4764 Рік тому +1

    Iyi série inshira mubicu🥳🥰mutere imbere caane 3FA🤗❤️

  • @anithabahimana-hp8en
    @anithabahimana-hp8en Рік тому

    Murakoze cane Fanny lavin imana .ikuje imbere muvyawe ❤

  • @dayanasasa9945
    @dayanasasa9945 Рік тому

    Ndakangutse uwomuhungu yapfunguje Enjo asa na calmel nagira niwe akina mu mpanga series yabanyagwanda ark akin yitwa Jemsi mundemere nanje nahonatevye

  • @avithntakirutimana1496
    @avithntakirutimana1496 Рік тому

    Plz courrage j ndarengerwa gusa nkeney kumenya libert ni grand frère cnk PT frère kuri fany,,😃😃😃 constance nae ntakubakabati ndamwemera ibisigay iyindejo tuyibone

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye3604 Рік тому

    Ahomubonakwel biratubabaza uzukuntu libert baribikundaniyen,angel

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 Рік тому +1

    Umupfakazi hejuru cne libert agatima karacariyo ngo chr angel ngamarirubu yarakamye grand frère nimbatari petit frère sinzi😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤

  • @furahansengiyumva442
    @furahansengiyumva442 Рік тому

    Constant umunwa wae ni htr.Hama libert kumupfuhira Angeles siwe wamutay?
    Félicitations Kur ange ukuntu wishuy libert.

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd Рік тому

    nooo ribart urambabaje ubugeze kuryamana ntabakobwa gusa engo ndagukunda cane

  • @gratiakaze-pn6wt
    @gratiakaze-pn6wt Рік тому

    Ngo grand frère Cank petit frère ntumbaze uranyishe Angel muga ukobiri kwose Libert aracagukunda courage Can ndabakunda

  • @dedeiteritekacovenant6751
    @dedeiteritekacovenant6751 Рік тому +2

    Hhhh libert agatima kur Angel mbambon kakiriho🤣🥰so courage mubikor nez Can turabakund Can muvyumv

  • @angepina7324
    @angepina7324 Рік тому

    Courage 👌bashaaa Angel aranryoheye arihagazeko kbx.Abagabo kenshi bibonera amakosa yabagore.niwe nataye urugo nn ngo nwenwenwe

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 Рік тому

      Ibaze sha,we yataye urugo ntakosa agira, ariko uwarusigayemo aronse abashitsi biba ikibazo.abagabo mukwikunda n'abana beza vrema

  • @divinengabire9476
    @divinengabire9476 Рік тому +2

    Courage Mes Amies ndabona igiye kuba 🔥🔥🔥

  • @burundiigniteit2092
    @burundiigniteit2092 Рік тому

    Wallah biraryoshe cyan film. Umupfakazi hejuru cyan wallah ❤❤❤❤mubirimo neza cyan. turabakunda cyan wallah from Arabia 🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴..mwihezagirigwe cyan ❤❤❤❤❤

  • @irankundaclementine2588
    @irankundaclementine2588 Рік тому +12

    Yoooo uyu musi nacerewe kweli ariko ndabakunda❤.so abantu mwumvise ko Libert agikunda Angel akanamuhamagara Chr mumpe like dutegereze iyo bizoherera😂😂😂😂😂basha uyu musi ndamanyutse😄😄😄Libert ngo twararanye,ntacabaye kandi ntituri mugitanda canje😂😂😂😂😂😂none murihe????????😂😂ndabakunda❤

  • @raissakubwindavyi5135
    @raissakubwindavyi5135 Рік тому

    Bn après midi twaryohewe Sana hasigaye ko mutwonger'umwanya

  • @FANNY-oc4cb
    @FANNY-oc4cb Рік тому

    Ndumiwe noneho manayanje nihatalie ntanico nkivuga kbsaaaa Ewe Liberty shaaa🤔🤔🤔🤔🤔

  • @jorammanirakiza2223
    @jorammanirakiza2223 Рік тому

    Hama muri kuvyifatamwo neza bandanya arko numubanyi film turayikeney

  • @sandrinenishimwe-hh6jd
    @sandrinenishimwe-hh6jd Рік тому +1

    Fanny lavine wubahwe cane ndagukunda sana l love you so much fanny lavine❤❤❤❤❤💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞

  • @arlinekuradusenge4279
    @arlinekuradusenge4279 Рік тому

    Ibikorwa vyiza bizokwama bituvugira hejuru caane

  • @استغفرالله-ي6ص3ت

    Ndabakunda sibanga❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @FrancineMpawenimana-hd4uv
    @FrancineMpawenimana-hd4uv Рік тому

    Libert urantengushe vrma,suko nakuziga ,wahora uba fort mubibazo ukabisohokamwo neza

  • @Francus1609
    @Francus1609 Рік тому +1

    Abakunzi b'Umupfakazi tumenyane ndabona ko hari abamaze kuhashika.

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 Рік тому

    Kuv narab film nih nkibon libert akin ari mugitanda 🤣🤣🤣nagahuz yambuye 🤭🤭🤭🤭Ash ndatangay

  • @irakozebenigne202
    @irakozebenigne202 Рік тому

    Gusa Angel uranryoheye vraiment,wishuy neza

  • @lyneburundi2443
    @lyneburundi2443 Рік тому +6

    Niho twaraye Abakunzi bumupfakazi tumenyane bezanje❤❤❤❤❤

  • @febiekamariza63
    @febiekamariza63 Рік тому

    Mwakumvise ako kantu:Ngo @Chérie ubwo buraya ugiyemwo@harya aracamwita Chérie?vyiza cane!muraduhimbara pe♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @ThierryNiyukuri
    @ThierryNiyukuri Рік тому

    Komeza muter Imbert gos lmana ibahezagir hm mukomez muduh bishash

  • @ChachaChany
    @ChachaChany Рік тому +1

    My favorite movie emwe ejo hazosha hatokombere mbe mumboner mbay uwa kangah?

  • @EmeryNZAMBIMANA
    @EmeryNZAMBIMANA Рік тому

    Genda gake Libere hari igihe ADN yokwerekana ko mutavukan na Engele mugasubira kwibanira.

  • @EstherNiyonzima-iq4pp
    @EstherNiyonzima-iq4pp Рік тому

    Ariko Ubu Fany nukutigwiriza iminota muranyarutsa kare mwaduha iminota ikwiy so ndabakunda❤

  • @belinenduwimana2309
    @belinenduwimana2309 Рік тому +3

    Abakunzi ba série umupfakazi tumenyane 🎉 kuri linke nyishi nyishi kandi mwubahwe cane mubeho mutababaye❤❤

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar Рік тому +1

    Ibintu birakomeye pe ,Libert uraguye mugatego pe, courage

  • @nkurunzizafrancine724
    @nkurunzizafrancine724 Рік тому +1

    Courage courage umukama abibafashemwo

  • @niyonizigiyefrancinefafa7877

    Ndabakunda mukin nez enjo Iman igukomez maz

  • @vairethTvLearn
    @vairethTvLearn Рік тому

    Courage mbakunda rwinshi.Libert reka kuza urinjirira Angel.nawe wafashwe nuburaya.okay turishimye

  • @audreillemwaka4610
    @audreillemwaka4610 Рік тому +1

    Manaweeeeeee muraduhend muduha gato vrt 😭😭😭😭😭😭 kubakunda bindimwo disiiiii

  • @triphose07ngabirano50
    @triphose07ngabirano50 Рік тому

    Ewe Libert mugihugu c'Uburundi!!!!!!Ibara ryaraguye i Nyamutenderi basi!!!!!

  • @dusabeyvonne6727
    @dusabeyvonne6727 Рік тому

    Nukuri tubarinyuma courage kbs

  • @leopoldogtv6291
    @leopoldogtv6291 Рік тому +1

    Courage

  • @maniragabaeric1558
    @maniragabaeric1558 Рік тому +1

    Numva ryohew cane libert ndagusuhuje so courage bantu banje🥰

  • @kanakuzefuraha2347
    @kanakuzefuraha2347 Рік тому

    Sha Constance agira umunwa uzamukoraho,ni gateranya .harahiye kwa Libert mutabare Mana weee buca haza mutonya wa Mimi