INGARUKA SERIES S3 EP 10 UMURIRO URATSE NINDE YOZIMYA GA YEMWE? YVETTE ARASHIKIWE UYO SOLANGE NI SO

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 25 гру 2023
  • GNFILMS IRABIPFURIJE IMISI MIKURU MYIZA YA NOEL NA BONNE ANNEE BAKUNZI MWARAKOZE KUBANA NATWE KUVA TUGITANGURA.KOMEZA MURYOHERWE IVYIZA BIRI IMBERE INGARUKA IJE MUYINDI MPWEMU
    #gnfilms #ingaruka #sabbas

КОМЕНТАРІ • 607

  • @gnfilms8582
    @gnfilms8582  6 місяців тому +79

    Bakunzi bacu Merry Christmas ❤ muryoherwe muhanahana Ingaruka iyi ije itavyorosha.

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 6 місяців тому +20

    Guys abakunzi b'ingaruka series like ngaha tumenyane🎉🎉🎉🎉courage💪💪💪

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 6 місяців тому +3

    Mbeg gucererwa weeeeeeeee !!!!yooooooo hinge ntore agatebe nicare nihere ijisho ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😊

  • @lameckliam8598
    @lameckliam8598 6 місяців тому +2

    mukora vyiza courage cane turabakunda cane sebas and mimi ndakunda uko mukina frme vrmnt

  • @PatrickBanda-xy8ll
    @PatrickBanda-xy8ll 6 місяців тому +3

    Namwe muhezagigwe caane!!

  • @gfd4448
    @gfd4448 6 місяців тому +3

    Ndabakunda can mukomereze aho muzoshiremo muzobamukoze🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦sabasi uzoshiremonanje ninashika mugihug

  • @Nice-gd9xr
    @Nice-gd9xr 6 місяців тому +45

    Ndahashitse kuminota 11 abazanyuma munsigire like muri bwa bumwe❤❤❤

    • @Nice-gd9xr
      @Nice-gd9xr 6 місяців тому

      Ngarutse nje gushimur abampay like❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 6 місяців тому +20

    Ingaruka series hejuru cane✌️✌️✌️🎉🎉🎉 Yvette nkimubona mbantwenze🤣🤣🤣🤣😂😂

    • @loulumony8519
      @loulumony8519 6 місяців тому +1

      Najew ndamukunda yvette😂😂

    • @user-pi4ib7ql4d
      @user-pi4ib7ql4d 6 місяців тому +1

      Gacerewa ndahageze narize uwundi mwanya ndatwenze yvett nibushara kweri abazi bushara nibande gupfa muxosangira gukira nonono😂😂😂😂😂😂😂

    • @elissairakozeirakoze531
      @elissairakozeirakoze531 6 місяців тому

      Narinz nijew jenyen mpisentweng

    • @AliceNdikumwenayo-jd8fu
      @AliceNdikumwenayo-jd8fu Місяць тому

      😂😂😂😂nanje

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 6 місяців тому +1

    Murakoze kutwipfuriza umwaka mushaha namwe ubabere uwomugisha nimihezagiro muvyanyu nomubanyu. Imana ikomezekubazigama mugumemukorumuti courage💪💪💪💪💪💪turabakunda🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 6 місяців тому +8

    Yvette ndagukunda uvyumve ahubwo umpe nimero yawe mukomeze kugubwa neza ndabakunda mwese❤❤❤❤

    • @odettarayna9620
      @odettarayna9620 6 місяців тому

      Ego naduhe nime yiwe kuko ndashobora kuba ❤❤❤

  • @edinenikuze3939
    @edinenikuze3939 6 місяців тому +1

    Turabakunda can beza bacuu muratwubak mukuduh vyishi dusangir imis mikur🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🤗🤗🤗

  • @ornellaclassic2307
    @ornellaclassic2307 6 місяців тому +12

    Iyi episode buri muntu wes afis stress ziwe😂😂😂 ntanumwe atekaniwe mu mutima

  • @MariechantalKWIZERA-mi7hl
    @MariechantalKWIZERA-mi7hl 6 місяців тому +8

    Mbonye Yvette nca ndasubiramwo kugira numve izina ryiwe kumbe ni kanyaro🤣🤣🤣🤣Hama ivyo mutwipfurije namwe bibabeko amen🎉🎉🎉🎉🎉

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 6 місяців тому +8

    Number one mumpe like abaza nyuma hama twimanukire 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @TwariqJamilu-jf4bd
    @TwariqJamilu-jf4bd 6 місяців тому +3

    Bakunz ba uingruk sery kumpe lek mur gwarukund❤

  • @user-qt3it2jy5d
    @user-qt3it2jy5d 6 місяців тому +6

    Yvette weeeeee !!!urakaze pe !!arik uzoteba uje hasi Hama courage ndabakund❤❤❤❤

  • @user-zz7od7dv6z
    @user-zz7od7dv6z 6 місяців тому +3

    Gapilipili arabavye abantu noneho gusa courage

  • @user-xx4qh6su4y
    @user-xx4qh6su4y 6 місяців тому +3

    Namwe muze mushike kuco mwifuza cose ndumu fans wa sabbas na mimi ndaba❤❤❤❤❤❤

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o 6 місяців тому +1

    Murakoze cane namwe mugire umwaka mushasha mwiza

  • @ndayizeyeprotais59
    @ndayizeyeprotais59 6 місяців тому +1

    Ariko muzoshiremwo kagisye akine mungaruka séries.birashimisha iyo Bari gukinana Na mireille.kuko bakinana ubwenge bwishi.abifuza kagisye mumpe like

  • @user-ep4sg6tt7u
    @user-ep4sg6tt7u 6 місяців тому +2

    Mbeg'umuryango ibibazo. Abana b'umuryango baguma barwira

  • @user-uc3pk6rb1f
    @user-uc3pk6rb1f 6 місяців тому +3

    Basha nsanze narize kubera solange

  • @user-ym2rb7xp6c
    @user-ym2rb7xp6c 6 місяців тому +4

    Ameeeeen ndavyakiriy canee namw bizobabeko ndabakunda caneee so courage team sabbas 🎉🎉🎉

  • @user-gw7nj3fv2k
    @user-gw7nj3fv2k 6 місяців тому +1

    Nukuri natwe turabakunda cyanee Kandi imana izabarinde namwe

  • @FurahaNdayishimiye-wv2ef
    @FurahaNdayishimiye-wv2ef 6 місяців тому +1

    Waaaooooo mwakir 🎉🎉🎉🎉🎉ndab❤❤❤❤❤❤

  • @user-lf8ms9yy6r
    @user-lf8ms9yy6r 6 місяців тому +1

    Ndabibipfurij namw,Imana ibahe gushik kuc mwipfuza gushikak

  • @salamarashidngendakumana
    @salamarashidngendakumana 6 місяців тому +1

    Natwe turabakunda king Sabas 💪

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 6 місяців тому +2

    Oooo shalom, ndazinduy❤️❤️❤️

  • @user-gz8bf3zq7s
    @user-gz8bf3zq7s 6 місяців тому +1

    Amen natw turabakunda,namw bibabebo beza bacu

  • @user-qt1sb7pb2u
    @user-qt1sb7pb2u 6 місяців тому +6

    😂😂😂😂😂 Ivette na senge
    Nabakinyi
    Basetsa😂😂😂😂😂
    Murakoze
    Noweri
    Yatwese
    ❤❤❤❤❤

  • @user-tr9vp6ef3h
    @user-tr9vp6ef3h 6 місяців тому

    Kuri twese beza bacu mur❤❤❤ ewe vytte wacu nugupfa hazopfumuntu hashake haze ijuri

  • @angerusnshimirimana
    @angerusnshimirimana 6 місяців тому +1

    Eeeee mugatanguy neza peee WE Yvette kajagari oya ingo nguhabwe peee.sabbas komera turikumwe.❤

  • @user-et9ru7zn1d
    @user-et9ru7zn1d 6 місяців тому +1

    Murakoze cane, Bakinyi ba Film Mwese ndabakunda, cane, nabifurije, Noël, nziza Muroranirwe Mubikorwa, vyanyu vyose Mukina neza cane Imana Ibahezagire

  • @zeynomboke-cd4dm
    @zeynomboke-cd4dm 6 місяців тому

    Murakoze cane namwe turawubipfurije mushishikare guterimbere

  • @user-sw2eo2rl2j
    @user-sw2eo2rl2j 6 місяців тому

    Murakoze cane kutwipfuriz umwaka mwiza namwe uzobabere mwiza

  • @bellairakoze2769
    @bellairakoze2769 6 місяців тому +1

    Yvette ❤️👊👊ww uzonanyica😂😂 Mrciii GN films

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 6 місяців тому +2

    My beautiful lady Mimi/Diva urapendej shaaa🥰tnx équipe GNF namw uyu mwaka mushasha uzobaber uwumugisha ugerets kuwundi!Ingaruka series irik uratwigisha can mukomeze🙏

  • @JeannetteMutoniwabo-of3ko
    @JeannetteMutoniwabo-of3ko 6 місяців тому

    Ewe Yvette urantwenza nukuri!! Courage mwese mudukinira neza vmt!!

  • @user-go2hi3zj5g
    @user-go2hi3zj5g 6 місяців тому +1

    Mwiriweho turabakunda , Yvette areke ibyoyigi kuko birashora kumuzanira ingaruka

  • @norasabushimike2912
    @norasabushimike2912 6 місяців тому +1

    Imana ibahezagire cane namwe mugire umwaka w'imigisha

  • @gloireininahazwe
    @gloireininahazwe 6 місяців тому +1

    Love from Gloire to Gogo Love Official

  • @Nice-gd9xr
    @Nice-gd9xr 6 місяців тому +1

    Amen senge wacu❤❤❤❤natwe turabakunda can

  • @kimana8818
    @kimana8818 6 місяців тому

    Wa twese bakunzi 🥰🥰 iy groupe y mungaruka séries ndabakunda walah

  • @nzikorurihovenuste7274
    @nzikorurihovenuste7274 6 місяців тому +1

    Murakoze mweseee ivyo mudusabiye namwe bibabeko nda❤❤❤

  • @user-ds5pt3el5y
    @user-ds5pt3el5y 6 місяців тому

    ❤❤❤❤❤ murakoze muhezagirwe cane senge ivett mimi kingi sabbas uwobayoberwa ntiyoba yarakurikiranye filim

  • @user-ym2rb7xp6c
    @user-ym2rb7xp6c 6 місяців тому +1

    Yvette weee unryoherez umuns kizir kiziririzw musangiy gupfa apan gukira 😂😂😂😂 mwakir amashugw yanyu🌹🌹🌹🌹 courageeee

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348 6 місяців тому +1

    Ndabakunda❤

  • @user-ie6lz6gl5d
    @user-ie6lz6gl5d 6 місяців тому +1

    Amen Amen murakoze ,ewe Ivette uri umuti w'amenyo

  • @afsamossi830
    @afsamossi830 6 місяців тому +1

    Amen ndabakunze cane bizu

  • @uwimanaangenelly348
    @uwimanaangenelly348 6 місяців тому +1

    Nukuri ndabakunda Umwami Yesu abahe ivyo namwe mutwifurije❤❤

  • @JohnKunda-ht7jq
    @JohnKunda-ht7jq 6 місяців тому +1

    Amen senge ivete king sabas morelle égide nabandi mrc namw tuzowwusangire ndabakund❤❤❤❤❤❤

  • @user-ok6td5km4l
    @user-ok6td5km4l 6 місяців тому +1

    Ndagukunfaga Yvette

  • @michelineirakoze-oh1dh
    @michelineirakoze-oh1dh 6 місяців тому +1

    Courage kbx🥰🥰🥰

  • @jalanoman6236
    @jalanoman6236 6 місяців тому +1

    Ndabakunda cyane muhezagirwe cyane

  • @user-mz2oe1sw1m
    @user-mz2oe1sw1m 6 місяців тому

    Murakoze namwe uzubababere uwimishish muvyanyu nomubanyu

  • @dushimiyimanabosco6823
    @dushimiyimanabosco6823 5 місяців тому

    Ntuye murwanda gs nkunda ubutumwa bwanyu ndabashimiyeee❤❤❤

  • @blankoblanko1550
    @blankoblanko1550 6 місяців тому

    Nukur turabakund can gos natw turawubipfurij muze❤❤❤❤❤❤❤

  • @zepherinhavyarimana332
    @zepherinhavyarimana332 6 місяців тому

    Bantu banje beza sabbas mwubahweèeee yurabakundaaaa ivette nawe arahumba amatungo barayagabura tu

  • @NgabirenzizaNoria
    @NgabirenzizaNoria 6 місяців тому +3

    Mbegaa ingaruka ngo yabaye ingaruka weeeee😢😢 ewe Yvette gapiripiriii we😂😂😂😂😂😂

    • @dorinemuhimpundu2807
      @dorinemuhimpundu2807 6 місяців тому

      Naw aragukoreyeko Yvette kweli ,uzany ivyo gufungura akiruka

  • @constructionmetalliqueetbe3320
    @constructionmetalliqueetbe3320 6 місяців тому +4

    Ewana nacerewe kabisa ariko abonatanze mumpe natubiri kuri twatuntu

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha987 6 місяців тому +4

    Ndazindutse noneho abaza nyuma mundemere❤️

  • @olivierndayikeza1650
    @olivierndayikeza1650 6 місяців тому +1

    Waaaooo natwe turabaunda cyane ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @aimechristophetuyizere3565
    @aimechristophetuyizere3565 6 місяців тому

    Murakoze namwe muze muroranirwe mu bikorwa vyiza mudahengeshanya kudushikiriza!!!!

  • @AmosNiyonkuru-gt3fe
    @AmosNiyonkuru-gt3fe 6 місяців тому +1

    Nanj ndabakund cyaaaaneee mwarahezagiw ❤❤God bless you

  • @user-ww1uu9mq8v
    @user-ww1uu9mq8v 6 місяців тому +1

    Yvette uraberewe courage emera mugaburesha koso yamuvyaye ntahuzomushira

  • @DeborahTuyizere-jt4ue
    @DeborahTuyizere-jt4ue 6 місяців тому +9

    Merci ❤❤❤

  • @user-nd2kv8co6q
    @user-nd2kv8co6q 6 місяців тому +1

    Amen turabakunda natwe

  • @user-im4mo9wd6d
    @user-im4mo9wd6d 6 місяців тому +1

    Turabakunda natwe😂❤

  • @odaoda2517
    @odaoda2517 6 місяців тому

    Gaho vyette arasaze kubora ivyisi courage nabakinyi beza barashoboye❤❤❤❤❤

  • @user-pg1ke5jm4x
    @user-pg1ke5jm4x 6 місяців тому +1

    Murakoze cane.namw uyumwaka mushash Imana izo bagasarize.❤

  • @alreemalialyami51
    @alreemalialyami51 6 місяців тому +2

    🎉🎉

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 6 місяців тому

    ❤❤❤murakoze cane namwe ndawubipfurije uzababere uwumugisha ❤❤❤❤

  • @uwurukundobella-uv4xx
    @uwurukundobella-uv4xx 6 місяців тому

    Merci bokuuuu tweseeee umwaka musha ❤❤❤ muhire

  • @user-zh1vx8th2w
    @user-zh1vx8th2w 6 місяців тому +2

    Tuyisangire wesenge nawe bukubeko ❤️❤️

  • @user-nv4he2px7m
    @user-nv4he2px7m 6 місяців тому

    Natwe turabibifurije cyane Mukama abagende imbere

  • @user-bq1qw1pc1k
    @user-bq1qw1pc1k 2 місяці тому

    Ndabakunda cane murakina neza cane❤❤❤

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 6 місяців тому

    Iyi épisode ko irenze uri abashak imitungo isigwa n'abavyeyi biwe uri abashak Finlin uri abashak kubon ba se Sabbas hejuru cane mon frère

  • @amnaamna1335
    @amnaamna1335 6 місяців тому

    Nukuri murashoboye kabis 👌👌👌👌👌

  • @mariesolangeirangabiye8023
    @mariesolangeirangabiye8023 6 місяців тому +2

    😢😢😢Solange mazina urandijije nukuri 😂😂😂😂😂😂 gusa nukuri GN hejuru caane ❤️❤️❤️ murashoboye mwese🥰🥰🥰🥰🥰

    • @pasteursolange
      @pasteursolange 6 місяців тому +1

      merci boku Soso nzoza ndakuriza kazima nzi ko ba Solange bakunda kurira

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 6 місяців тому +1

      ​@@pasteursolangecourage mama Za, nanje ndi mazina, ndabona twagwiriye.ukina neza

    • @pasteursolange
      @pasteursolange 6 місяців тому +1

      @@sosomh5430 Ooo wamenye gute ko ndi mama zarah ooh wooooow

    • @mariesolangeirangabiye8023
      @mariesolangeirangabiye8023 6 місяців тому

      @@pasteursolange oya chch ntuzosubire kundiza😂😂😂😂 ntubizi ko amarira yiwacu atagira contrôle 🤦🤦🤦🤦 gusa nyene wahatwitse vrmt uri sérieuse nyene ukuntu nkajewe🤣🤣🤣🤣🤣 ba Soso twese hejuru caane 😍😍😍😍😍🥰🥰

    • @HamenyimanaAmanda69-fx5rz
      @HamenyimanaAmanda69-fx5rz 6 місяців тому

      Bash murek ktwiryak ndaavy😂😂mb kmwahuy trbakir anyways ukin nez mwiza❤❤

  • @user-ie6lz6gl5d
    @user-ie6lz6gl5d 6 місяців тому +1

    Gusa iyi series ni number one umwe wese afise sitres ziwe congratulations

  • @IsidonieNiyibaruta-ss2nk
    @IsidonieNiyibaruta-ss2nk 6 місяців тому +1

    Murakoze kutunezereza natwe ❤❤

  • @user-vi4yx2ep4f
    @user-vi4yx2ep4f 6 місяців тому +1

    Courage vraiment❤

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 6 місяців тому

    ❤❤mukomere cane mubikorwa tubifurije amagara meza❤❤❤❤❤

  • @santhaaudreilleakimana1778
    @santhaaudreilleakimana1778 6 місяців тому

    Couragee urumukinyi mwizaa wibihe vyose

  • @GeneloseNdayisenga-ff7co
    @GeneloseNdayisenga-ff7co 6 місяців тому

    Ooooh mungara ndahimbawe Egide mutoto WA bubanza wubahwe mwàna wokugatumba

  • @user-je2hg8er6j
    @user-je2hg8er6j 6 місяців тому +1

    Courage🎉🎉

  • @AnithaIkorivyiza-wp6tn
    @AnithaIkorivyiza-wp6tn 6 місяців тому

    Twese murakoz knd turabakunda courage

  • @user-zq6ex4do5r
    @user-zq6ex4do5r 6 місяців тому

    Ivyomutwipfurij namwe bibabek bakiny dukunda ❤❤❤❤❤

  • @IsaieTuyisenge-nr4ji
    @IsaieTuyisenge-nr4ji 6 місяців тому +2

    Waaaooouuuh 🎉turabakunda natwe natwe turabifurije kugera kure cane ❤❤❤

  • @AliseAlise-sj6ud
    @AliseAlise-sj6ud 6 місяців тому +1

    umwaka mwiza kuritwese namwe muze muroranirwe turabakunda❤❤❤❤❤

  • @user-lc6ud5gd6m
    @user-lc6ud5gd6m 6 місяців тому

    Ndabakunda peee mubikira nez 🥰😘😘

  • @AliceBarabwiriza-yl1jv
    @AliceBarabwiriza-yl1jv 6 місяців тому +2

    Ameen ndakiriy Ivy mutwifurij mwizina rya Yesuu👏👏ham natw turabakunda❤❤

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 6 місяців тому +2

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙏
    Namwe bibabeko disi 🥰🥰🥰🥰🥰💕 ❤🎉😂

  • @AudacieManirabona-zb6po
    @AudacieManirabona-zb6po 6 місяців тому +2

    Nahageze bagenzi kumunota wa 25 min ndunva nzindutse pe nimpumpe utwotuntu😂💃💃💃💃💃💃

  • @vumiliaanathalie8506
    @vumiliaanathalie8506 6 місяців тому +1

    Team sabas turabakunda ark diva useka neza ❤

  • @smbest5881
    @smbest5881 6 місяців тому +1

    Congratulation❤❤

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 6 місяців тому +4

    Abantu mubona abarondera sabbas uko bangana nibandi
    Senge amurondera nkumwana wiwe😅
    Diva akamurondera nka King wiwe
    Chris amurondera nka nkumuvukanyi 😅
    Papa diva amurondera nkumuhungu wiwe😂😂
    Yvette amurondera nka muvyarawe😂
    Sonia amurondera nkumugenzi yakoreye amakosa ngwamusabe imbabazi 😂😂
    Egide amurondera nkumwana bareranywe ngwamusabe imbabazi😂😂
    Ewe King sabbas sokoroka bakubone😂😂😂

  • @Francus1609
    @Francus1609 6 місяців тому +1

    Abo muri série INGARUKA kaze peee knd na Noël nziza n'umwaka mushasha wa 2024.

  • @user-kq5pd7ur1b
    @user-kq5pd7ur1b 6 місяців тому

    yooo murampimbayr nukuri namwe Imana ibahezagire

  • @user-pi2cs7bc9r
    @user-pi2cs7bc9r 6 місяців тому +1

    Yvette wacu ndakugukunda rwose ❤❤❤