Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Imana igume ikunezereza di mama lao❤❤❤nico gihe cawe
Yeeeee!!!umunezerogusa urandenze simbonivyo novyuga .mvugati yaaaaaa!!so,nono afisumugore amukunda.bebe bizoza nawe yitwa Migisha
NONO ICO GISOKOZO MUKINYARWANDA CITWA MUKUSHI❤❤❤❤
Couple y'a chadoudou na Anita😂😂😂abavyumvise tumenyane🎉❤
Fanny nukuri naragutoye ntako ndungikira ama Link abagenzi banje harabo vyananira nkabafashiriza kwiterefone bikagenda neza kandi nabikozezirya turo zibiri twatoye 🎉🎉rero nivyogushima Imana KO tutakoreyubusa
Congratulation Fanny ngukunda nibereye Mu Rwanda 🇷🇼🇷🇼
Umunezero mfise umeng noguterura ntari bugushobore❤❤
Biri serieux Fanny uyu mwaka waruwawe ndazi ivyiza wawuronsemwo ntuzovyibagira pe umunezero uzonaduhotora kugufana ntavyo nicuza vrt ❤
Fany lavine turagukunda kandi turagukeje nibindi birimber wizer yesu azobikora❤❤
Noraske yaratomboje yatwaye umugore wincabwenge😂😂😂 félicitations Fanny❤❤❤❤
Good ❤
Ubundi ugufana Fanny sinzigera ndavyicuza narimw kuko uri irwanyi kazi pe❤❤❤❤ Big congratulation encore ❤💐💐💐
Congratulations🎉🎉🎉🎉 mamalaoooo....très courageuse kuba ukora ibikorwa nkivyo wibungenze,sivyabose!!!
Femme forte,femme battante...❤
Fanny nukur Imana yac yarahabay jew narabisengey sikuber wayitahany Gus naragusengey nukur
Mwari muberewe.Murasangwa intsinzi.
🎉🎉🎉🎉🎉jewe na sanze narize mbonye maman Lao aru wambere 🎉🎉🎉 mwese mura berewe chane😋😋kuko muru rubavu rumwe mwese mura berewe chane 🎉🎉🎉
Iragahezagirwa iyo Mana yarabaye. Fany na Nono Ndabakunda caaaaaaaneeeee
Vyari Vyiza Cane Disi La Fafa ❤❤❤❤❤ Gusa Rero Muzemuhindura Kwandika Mutanguza Izina Ryumushingantahe Vyoba Vyiza Kuruta🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Mamalao wee uzonanyicanyica hama fèlicitation kabizozo Kacu kari numugosha
Imana Ikujimbereee Dii Fani Wacuuu❤❤❤ Uzewibarukee Nezaaa
Waooo vyukuri murashoboye mwubahwe nibindi biri munzira❤❤❤❤❤
Imana yacu iguma yongera ivyiza bir,imbere.
Aliako maman lao urasinda ngo Anita na chadudu bataberanyekweri😂😂😂😂😂
félicitations kur maman lao kl❤❤❤
Always amashurwe Kwa Fany Lavine🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤umuntu yumvise Nono ngo iyabana nuwuraho ngoyari kuba agowe 😂😂😂nind?anywey Imana yarahabay beza banj nkunda
Anyway, congratulations m.lao kunda cyane ❣️❣️
Ivyanyu vyamamwo imana ibihe vyose muryango mwiza dukunda cane😍
Norasque waje nkigisubizo mubuzima bwa fanny peee kuko wamubereye umugisha
Waooooo
Yoo vyari vyiza can mwari mwaberewe mwese ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Fani jewe ukuntu ndagukunda ndabura namajambo nkubwira icowomenya naranezererewe intsinzi yawe,unyigisha vyishi mubuzina❤
We Nora igisokoza citwa ikimangu😃😃
Yambii ya segihembe vrm naje yaranshavuje yarayivye ntiyarirwiwee
Waooooo lavine❤❤
Couplé chadoudou n'a anitha😂😂😂😂😂😂Imana ibibemwo😅😅😅😅😅😅
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nsanuts nakomwinduru bash 🎉🎉🎉🎉bavuz uwambere fanny umunyamugish❤❤❤niry nizin ryae mmn Lao best .....
Twebwe Akogasokozo Tukita Mukushi mu Rwanda 🇷🇼
Nukuri fanny wacu iyaza kubura iyo award twarikubona araba😂😂😂😂kuko ubwo yarafise bwari bwiiiinshiiii canw😂😂😂 congratulations again fanny lavine wacuuu❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Fanny yarabwatabwata Sha,gusa iyo kanzu nayo nakamaramaza🤦😀
Felicitation famie KEZIMANA mwari muberew cane goseeeeee
Femme forte et courageuse🎉🎉🎉.Félicitations Fanny Lavine wacu
UMU Makeup artist you did a great job 😍😍😍!!!!!!mwar muberewe cane na félicitations kndi mwarabiciye biracika🤩🤩🤩🤩
Ako gasokozo bakita kwarukwaru😂 hama jewe irya vendredi nyene naraye ndabiravye kuko sinari kuryama ntabonye amajwi yanje ico yamaze rero ndashimiye Imana yabikoze kandi je vous félicite encore Ndiho ashishikare abiteho. Muraberewe mwese
Imana ibishimirwe!twararyohewe cane!❤❤❤
Agasokozo bakita aga kwarukwaru😅
Waouh vyiza cane mwarimuberewe saana gusa Ayo marori ya nono wapi ntakubereye ivyo mama lao akubwiye nivyo😄
Congratulations encore Maman 3FA ukuntu RER Make up ikubereye yooh❤❤❤❤
Nararyohewe cane mbonye Ubaye uwambere💃💃💃💃💃
Congratulations my dear sister ❤❤❤❤
Ntajambo ryavuze imana ngo rihere❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Felicitation enkor Fanny nkibony gusa kowatsinz numvis Umunezero undenze Imana ikomez ikwagure naw ukomez kuyishima
Félicitations mamalao kure cane nih tukwifurij.rek IMANA yitwe IMANA.
Fanny nukuriii uri intwarikaziii niyo mbanyiii yoseee atabwoba kweliiii urashoboy vrmt🎉🎉🎉❤❤❤
Félicitations fam KEZIMANA ubundi ndabakunda cane 🎉🎉🎉🎉🎉
Félicitations mamie❤❤ ibuye abubatsi bagaye niryo ryagumije ifuruka .Wabaye morodekaye uw umwami akunze uko niko agirirwa🎉🎉🎉🎉🎉imbere ya ............
Imundu nyiish❤❤❤
Famille Kezimana Big up ❤❤❤❤sana ngo la première c'est Fani Lavine umukinyi wamareresi vyari ivyubwiza💋💋🌹🌹🌹
😂😂😂😂😂😂😂😂ngo wagenda urabwatabwata😂😂😂😂😂😂😂😂😂ewe fany uranyishe ubisubiyemwo, uraremerewe
Imigisha ku yindi maze Ukomeze kuryoherwa n umuryango wawe
Je nubu vidéo naguma ndayiraba, félicitations
Kuvyukur ndabakunda cane❤❤
Félicitations maman lao
Ako gasokozo bakita agakwarukwaro😂😂kandi mwari mwaberewee canee❤❤❤❤
Nukuri nasanz narize fanny abaye uwambere iman igiranez❤❤❤❤❤
Félicitations encore et encore ❤❤❤
Mbakunda kanini basha❤❤❤❤❤basha To
Aramubihiye 😂😂😂😂😂❤ ndabakunda
Ndamwikundir lavine wacu umurundikazi abikora neza namakungu akamushigikir ❤ ndagusabiy uze wibaruke amahor ikiganza cuwiteka yesu kristo kize kikwame hejuru yawe ❤❤🎉🎉
Nukuriii muraberew caneeee kandiii twarishimiyeee kuba uwambere gusa jew narahatsw ndiko ndaraba ukuntu ubayeee uwambere Aho narindi haciyee hadik igihuhusi bita (cyclone)arik ijwi ryanj niryapfuy ubusaaa🎉🎉❤❤❤
Nanj uwa2 mumpe twatuntu basha nanj.❤❤
Mur47min mb ndahashits n numbr one❤
Ngo igisokozo ça nono twebw tucita indidiri😁😁
Congratulations Maman Lao ntivyar vyorosh
Ako kokubwatabwata niko😂🤣🤣 so Congratulations Maa🥳🥳🥳🌹🌹🌹 nayawe maze Yesu akomeze guhezagira impande zose👏🤲💃💃💃💃💃
Congratulation Fanny ngukunda kubi ham akogasokoz kitwa agakwarukwaru
Ndanezerew imana ihabwe icubahir muhezagigwe
Lavine ntakubesha narariz kubera umunezero mabuj gushika aho ambaza ikindiza ndamwereka araraba naw vyaramuryohe 😅😅imana igume igushira mumunyenga wumunezero natw ino turi muri saudia turagukunda 🎉🎉❤❤
Jewe narize kubera umunezero kweri kandi mwese muraberewe pe❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Félicitations encore maman Lao nohanyuma inizosaba gukogwa nabakunzi bawe turahari kuko nawewe uratwigisha kubuntu❤🎉
Grand felicitation ma chr
Big congratulations 👏🎉 mama lao ❤😂 ndabakunda cane ♥️ hamwe na solution couple ♥️
Gushigikir maman Lao nivyineza pee wuzur umunezer ninkogufan barca yuyumwaka nono mufata mumugong ufit umufash ashoboye
Ndagukunda cane ❤
Mwari muberewe bash mamalao warutesa❤
Wawo. Muburundi. Urafise. Ibibanzavyiza. Canee. Wawo.
Fanny lavine hejuru cane gusa uzogume ushira IMANA imbere mu rugo gwanyu
Imana izobahana ngo couple ya shadudu na anitha😂😂😂😂😂muranyishe ndabakunda ❤❤❤❤
Wow Congratulation Maman Lao maman 3FA ndagukund cane❤❤❤❤❤❤ nari ndabizi ko ari wewe wari kuba uwambere nanje kukuntu waturyohereje umusi nzomara une somaine ndagushira kuri status yanje ya whatsapp😂😂😂😂😂hama akogasokozo bakita akadidiri😂😂😂😂😂😂😂
Ndabakunda atarivyimbeshere
Ndagukunda mam wacu
Number one today😅😊
Madame Kezimana hejuru cane
Congratulations
Courage maman lao nasanze uryamunsi narize amarira yivyishimo. IMANA ntanzigo igira.
Tukita mukushi😂😂😂😂 love from 🇷🇼
Muratwenga ndake
😂😂😂ako gasokozo naje ndagafise😂😂😂😂😂
Agasokozo kitwa (indidiri)cank (Mukwarukwaru)🙈🙈hari nakita mukushiiiii🙈
❤❤❤❤ maman lao
🎉🎉🎉🎉🎉mukomere ❤❤❤❤❤❤

Femme forte et courageuse🎉🎉🎉.
Félicitations Fanny Lavine wacu
UMU Makeup artist you did a great job 😍😍😍!!!!!!mwar muberewe cane na félicitations kndi mwarabiciye biracika🤩🤩🤩🤩
Ako gasokozo bakita kwarukwaru😂 hama jewe irya vendredi nyene naraye ndabiravye kuko sinari kuryama ntabonye amajwi yanje ico yamaze rero ndashimiye Imana yabikoze kandi je vous félicite encore Ndiho ashishikare abiteho. Muraberewe mwese
Imana ibishimirwe!twararyohewe cane!❤❤❤
Agasokozo bakita aga kwarukwaru😅
Waouh vyiza cane mwarimuberewe saana gusa Ayo marori ya nono wapi ntakubereye ivyo mama lao akubwiye nivyo😄
Congratulations encore Maman 3FA ukuntu RER Make up ikubereye yooh❤❤❤❤
Nararyohewe cane mbonye Ubaye uwambere💃💃💃💃💃
Congratulations my dear sister ❤❤❤❤
Ntajambo ryavuze imana ngo rihere❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Felicitation enkor Fanny nkibony gusa kowatsinz numvis Umunezero undenze Imana ikomez ikwagure naw ukomez kuyishima
Félicitations mamalao kure cane nih tukwifurij.rek IMANA yitwe IMANA.
Fanny nukuriii uri intwarikaziii niyo mbanyiii yoseee atabwoba kweliiii urashoboy vrmt🎉🎉🎉❤❤❤
Félicitations fam KEZIMANA ubundi ndabakunda cane 🎉🎉🎉🎉🎉
Félicitations mamie❤❤ ibuye abubatsi bagaye niryo ryagumije ifuruka .
Wabaye morodekaye uw umwami akunze uko niko agirirwa🎉🎉🎉🎉🎉imbere ya ............
Imundu nyiish❤❤❤
Famille Kezimana Big up ❤❤❤❤sana ngo la première c'est Fani Lavine umukinyi wamareresi vyari ivyubwiza💋💋🌹🌹🌹
😂😂😂😂😂😂😂😂ngo wagenda urabwatabwata😂😂😂😂😂😂😂😂😂ewe fany uranyishe ubisubiyemwo, uraremerewe
Imigisha ku yindi maze
Ukomeze kuryoherwa n umuryango wawe