Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Team Nana murih??❤️❤️❤️❤️😅❤️💋
Mama wacu burya ibintu ukora nivyiza p jewe haraho mba naniwe mfise stress ariko naraba utuntu twawe nkaruhuka vyukuri Imana ikuje imbere❤❤❤❤
Nanje mfise ikibazo nkica nana😂😂🎉les fans de nana tumenyane❤😂
😂😂😂
Uwibazako Fanny yavyaye nkanj nagonge like❤
Abibaza nkanje ko fanny yamaze kuvyara gusa bari babitse iyi video kugira bazoyipostinge bavyaye nibampe like
Nanje ndavyibaza
Mana yanje ndakweretse umukunzi wacu fany uzomuhe kwibaruka nkabahebirayo kazi nkuko nanje wabinkoreye mana ndakwinginze uze winjirane nawe muri maternité ndakwingize mwami ibizakorekerayo muzabe muri kumwe nawe mwami tuzagushima mana urakoze dusenze twizeye miri ryazina ryuwatsinze rupfu na kuzimu amen
Nana oyeeeee hejuru mwana inda yarakuze biraboneka mumpuzu🤣🤣🤣🤣🤣
Jewe nukuri ndimurukundo na Solution Family❤❤ Hama turiteza Haya Baby Boy❤
Iyi famille irateyigomwe jembona mwonyishirirayo nkibera murimwe❤❤
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
Team maman lao murihe hagusiba twocegwa 🎉🎉🎉 mubeho mwishimye beza bacu 🎉🎉🎉❤❤❤❤
Family nkunda cyn ❤❤❤ Imana ibigenzeneza iguhe kubyara nkabaheburayo kazi ndumukunzi wanyu from Rwanda❤❤❤
Kuva nkimenya ko wibungenze nar mur team hungu😂😂😂🎈🎈🎈ubu rero je suis fière nuwo muhungu Imana Iduhay 💃💃💃💃
😂😂😂 Carmella we Ur super fan yemew vrnt ❤❤❤
Abari muri team Hungu mugonge hano
Imanikujimbere maman lao uzibaruke neza kumwe kwabaheburayo kazi ❤
Uze wibaruke amahoro❤❤
Hey you have ❤❤❤❤
Nukuri turamurindiranye igishika ndabakunda ❤🎉🎉m'y solution couple
Nukuri muraryoheye kuburyo narengewe gusa surprise mutubikiye niyamahasa ndavyibaza.gusa nipfuzakomuvyara umuhungu kabisa imanishimwekuba Ibinkoreyep ndabakundacaneeéegose❤❤❤❤❤❤❤
Najew ndavyipfuz
Sha ndabakunda cane vrt n'a Dubaï muradushikira pe knd birampimbara cane iyo duhay tubaraba❤❤❤❤
Umuryango mwiza ndabakunda solution couple ❤❤❤❤🎉🎉🎉
Arik ga MANA nana arankumbagaje 😅😅😅 so famille Norasque and Fanny wumv k ❤❤❤ Maman lao uz wibaruk amahoro
Familly norasque murtesa kndiiii can ❤❤❤ ndakwipfurije kwibaruka amahoro fanny 🎉🎉🎉 nzoza kwiterurira aaka bébé ❤❤❤❤
waaoh mbeg umuryang mwza ❤❤❤Bb naw tumurindrany igishka ❤❤❤
Uze wibaruke amahoro nkuko umuryango wose wabisengeye❤❤❤❤
Mwebwe muzonatwahura nukur😂😂famille nkunda mubandany muroranirw mwibera muvyishim vya ndiho❤❤❤❤
😂😂😂nana mapenju wanj ndagkund mam nakwishur inda ngwirabonek mumpuzu😅😅😅iy famille Bash ndayikund ubu icombona Iman izabiher ihereezo ryiza ntabindi❤❤❤❤
Numuhunguuuu👆👆👆 ewe ndimuri team hungu 😂😂😂😂
Imana izobikore bigendeneza❤❤❤😂❤❤❤❤❤
Iman uze iban naw uze wibaruk neza ❤❤❤❤
Ndabakunda c'est tout❤❤❤❤
Yoooo❤❤❤❤❤❤❤❤ 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 fany nukur ndagukund kl mbega family nziza mugire umugisha❤❤❤❤❤❤
Ndabakunda cante❤❤❤
Ndabakunda Can ♥️♥️💐🎉🎉
Abantu muryohewe nisengesho rya nana ndamukunda canee😄😄😄
BIKIRA MARIYA N'UMUHUNGU WE YEZU BAZAKUBE HAFI UZIBARUKE MU MAHORO 🙏🏽🙏🏽🙏🏽❤❤❤🕊🕊🕊
Umuhungundaha❤❤❤❤❤
Mwibereho mutababaye bantu neza bacu. Vyukuri murandemeye ibihe vyiza. May God bless you.
Amen Nana Chch❤❤ unteye kwumva amarira ndibaza nayumunezero😭 Asante Yesu 🙏🙏🙌🙌 Amenaaaa double kubasenze Bose🎉🎉 nukuri turabakunda caneee Imana ishishikare kubakumwe namwe
Amen amen
Yooo basha❤🎉🎉🎉ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤❤
Waoooh congratulation vyagenze neza nana nawe ararenze🎉🎉
Ndaguhezagiye di Lavine❤❤❤❤❤
Nukuriii turabishimira canee mukomeze muhezagirwaaa caneeee🎉🎉🎉❤❤❤
Cakora murashimishije uwubanka n'umunyeshariImana nyen'amahoro ikomeze ibashigikire❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbakunda mu mabara yose beza banje🥰🥰🥰Mubabaye munezerewe hose nguma ndaba Lovinga♥️♥️♥️♥️ mutore🌹🌹🌹
Ntanguye kurizwa nisengesho badugije ntarumviriza ikiganiro vrt.❤
Jewe natoye kera umuhungu ❤❤❤
Ndabakunda cane solution Familly Umunezero, Urukundo, n'amafaranga ntibikabure murugo rwanyu🎉🎉🎉🎉🎉
Ancwiiiiiii❤❤❤❤jew ndabakunda muvyumve❤
Ako kaboujie karatesa❤❤❤❤uze wibaruke amahoro muvyeyi
❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂uzewibaruk amahor fanny wacu
Ariko Mana yanje!!Imana ibahezagiiiiiireeze❤❤🎉🎉🎉karibu kibondooo🎉❤
Biraryoshe nanje ndi Blue❤❤❤
Waouh ! Congratulations family Kezimana muz mw'ibaruk amaho Tharrha turamwishimiy can Yesu az akub hafi Maman lae bne préparation
❤❤iryo Zina ndumva irakaze IMANA izomudushikanire amahoro
Iyi famille iranyushe nukuri 🎉🎉🎉🎉
Diella mazina wa Diella wanje ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabakunda nukr❤
Waaaaooowwwwaa that’s a nice name ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Narinkumbuye solution couple ndabakunda cn ❤mwirambire🎉🎉🎉
Umwana yavuts kera congratulations mwiza wacu🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Nicaye ininyuma mukambonera ikibanza imbere munyakure ❤❤❤
Mweeebweeee😂😂😂 numva muri mumutimaaaa❤❤❤❤
Uze wibaruk Nez Fanny wacuu tubarindranye igishika❤❤
❤❤❤❤❤imana imbere turabakund caaane
Nana agira akurikirwr😊😊kurekera ucubiheba ubuntukiri umuhererezi❤😊😊😊
Ndabakunda cane muvyumve❤
Amen kandi Amen🙌🙌🙌🙌imana ikube hafi ibe mukibanza cawe sha fanny ❤❤❤
Iman ikujimbere mwiz izob ari accouchement eutocique ❤❤❤❤ umwan ni umuhungu shan❤❤❤😅
❤❤❤turabakunda cane
Imana yomwijuru izoguhe kwibaruka amahoro fany❤❤
Umuryango mwiza cn 🎉🎉🎉 Fanny lavine n muryang wiw ndabakunda can ❤❤❤❤ team fanny lavine murihe
Umuryang uteg igomw fany numuryang waw ndabakund birenz
Vrmt muratuma nezegwa niyomba mbabay,ndabakund cane❤❤❤😂😂😂😂
Umuryango uhimbaye can eeee ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Yanka yamaguru ane fanny uyihabwe yayemeye numva fanny jewe nibera kmenge vyukuri nuko ntazi ahuba neza jewe wobonanje guterura bèbè❤
Ndabakunda wewe nana uranyica ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Umuryango mwiza IMANA ikomeze ibatwenza ndabakunda cane❤❤❤❤❤
Nana❤❤warakoze MANA kuduha abavyeyi ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Nana urasetsaaa 😂😂😂😂 gusa ndabakunda❤❤❤
❤❤❤❤❤nanje nashaka umuhungu gusa narinziko aramahasa😅
Umusirimu😂😂😂😂😂😂 nana ankoreye umusi mwiza😂
waouh 🎉nn ko ndabakunda❤
😂😂😂😂 nana ng umusirimu😂
Iryosengesho rirankoze kumutima❤❤ rinteye kurira😢😢mwarahezagiwe
Ba kezimana hejuru cane ❤ nanje umwana wnj nzomwitwa ukonyene
nukuri amasengesho yabobana arandijije gusa miranyuzuza❤
Isengesh isengesh Rya nan niryiz p ❤❤❤❤❤
Ndabakunda❤
Couple yanyu ndayikunda cane ndabasengera namwe IMANA ize ifashe fanny wacu nkuko nanje iheruka kumfasha nkibaruka❤
Yoooo bash mbegivyishim iman ibanzigamir dx umuryang nkund cyan🎉🎉🎉❤❤❤
Nana oyeeeeeee❤❤❤😂😂😂😂😂
Nanjekwer narina bibony karumuhug kk fanny Yariyamuhiduy mumaso karib bébé 🎉🎉❤ gusa kweri munzonatwica
Ini kiganiro nzokwama ndakiraba ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
wao mbega umuryango mwiza weee murakunzwe❤❤
Ndabakunda cn muratey igomwe
😂😂😂😂😂😂😂sha ndagagaye 😂😂nana na alacia nibo bantwengej kwl😅😅😅
ndabakund canee canee gosee imana ikomez kubaba hafi❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Umuhungu❤❤❤
Imana uzuyibone mugihe vokuvyaraa Ibisigaye ndakunda umwana wumuhungu pe
Nana aranyishe ngo baradufise❤️❤️❤️💋💋
Inka wemeye ube urubaka ikiraro Fany❤🎉🎉🎉🎉
Basi muzonyicisha umunezeroo🥰🥰🥰🥰

Cakora murashimishije uwubanka n'umunyeshari
Imana nyen'amahoro ikomeze ibashigikire❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbakunda mu mabara yose beza banje🥰🥰🥰
Mubabaye munezerewe hose nguma ndaba Lovinga♥️♥️♥️♥️ mutore🌹🌹🌹

Imana uzuyibone mugihe vokuvyaraa
Ibisigaye ndakunda umwana wumuhungu pe