John-kay thank U very much kurizo nyigisho utanz nukur iy film irigisha😥mwar mwayiyumviriyeko neza👌gusa iy titre iyo mutayicamw umurong ya fear woman nar kuwiciramw jew😅non wabibony *Fear friends kweli* 😥😥courage turitez ikindi gisasu soon😎
Yoooo mukama wanj ndumiw joachim urambabaje nukur kwimana imisi yigisuma nimirong ine kumbe wamurya umwihishak ngurumugenz wiw kbx abagenz nk joachim mwiy misi mwikebuke john kay mrc kunyigish uduhay bandany utwigisha tura❤❤❤
GNFILMS is here to celebrate ❤❤❤❤
Jhgcvbmmm.
😅😅😮😮😮😮😢🎉❤😊
My favorite movie🍿 🎉
❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤
♥️♥️♥️♥️
❤❤❤
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
My favorite movies❤❤
❤bit mimi
Number one movie😂 impa izo likes🎉
Welcome back Fear women abakunzi biyi séries munkandire kuga foto niba ukunda film ndundi nkanje 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
My Favorite movie 2025🎉
yes
🔥🔥🔥🔥🔥
Urarenze bro. Tuzosubira muri next project brother.
Imana Imbere Cane@@iam_Johnkay
@@Joachim-Smith wamuhemuwe😂😂😂😭War wishe John wacuu good acting brother mwabikoze fresh babahe ayanyu mashurwe🌹🌹🌹👌🇧🇮🎥
Joachim arambabaje kbxa,
John kay hejuru cane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 ikintu cambere mbonye coco nuko atakintu nakimwe wokora kugira ngo unezereze umwana w'umuntu vyose aguma abifata nkubusa Imbere yiwe
Ikindi uwizera umwana w'umuntu aravumwe
Uwo kwizerwa N'Imana yonyen idukunda ata profit itwitezeko🙏🙏🙏🙏🙏🙏
ABARINGAHA KWUWUMUNOTA MUMPE ❤❤❤
aba fans mwese muze tumuhe ama 🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺
😊 hamwe mutoba mwatwenze gasore najoachim mwoba muntaye hasi
Yeeeee aimée sur la poitrine fait comme bartazard😂😂😂😂😂abamubonye mumpe like❤ gs John k bien film vrma 🎉🎉
😂😂😂😂😂😂😂
Tuzomumenya kandi tuzomugaragazaa akantu ntazibagiraaa😂😂😂film yumwaka 🤗🤗🥰🥰💕💕💕
Wao nn ko ihez tukiyikeney abaryohew nkanj like zanyu aho
Nukurindabasavye🙏🙏🙏ndibirangiye muyibandanye.ababonakoboyibandanya mugonghano
Nukuli nivyo kweli
John-kay thank U very much kurizo nyigisho utanz nukur iy film irigisha😥mwar mwayiyumviriyeko neza👌gusa iy titre iyo mutayicamw umurong ya fear woman nar kuwiciramw jew😅non wabibony *Fear friends kweli* 😥😥courage turitez ikindi gisasu soon😎
Merciiii kumpanuro John kay
Wallah ndize knd ndatahuye
Guher iyisaha ntahor nkekeranya kubagenzi
Ndasubiye kwiga mercii John Kay mercii encore🙏❤️
So far women are good only fake friends bring hates to us.
Well done J Kay, there is a lesson in this film.
Ndabon mur muribany bazotez imber sinema ndundi❤❤❤
Yoooo mukama wanj ndumiw joachim urambabaje nukur kwimana imisi yigisuma nimirong ine kumbe wamurya umwihishak ngurumugenz wiw kbx abagenz nk joachim mwiy misi mwikebuke john kay mrc kunyigish uduhay bandany utwigisha tura❤❤❤
Asante sana kwa movies nzuri
ni mutekane bazoyishirako
vendredi 9h
murakunda kuzinduka😂😂😂
Shaaaaa urumuhinga wubahwe kbsa
Film number one❤❤❤❤
Uyumuns nanj nkabandahashits mubamber kbx abazanyum namw muravyumva muribwabumw dushigikir fear women🎉🎉🎉🎉🎉rek ntor agatebe
Rek nanj MB uwakan ham mw ndabemer sn Ni mudukwakwaniriz chaaa kk nabakund cn❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
High quality 🔥🔥🙌🙌
Waaaaah inyigisho ukomey cyne 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
I ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ you kibasumba mukurwanira agateka n'agaciro ka film ndundi n'impano ndundi
You are the light of Africa 🌍
Iyi film numuti koko😢😢😢Thank you John kay❤
Mukuri nayikunda cane ngiyi film nareba igahera ntasimbishije rero muyikomeze muduhe inyigisho
Merci Jonkay Ku nyigisho uduhaye mwiyi reresi, but, nyutwicishe irungu urabe udutemwo akandi kumutse😂😂 yose nayawe 🎉🎉🎉🎉
Amina Amina Amina amina🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Munkandire like kubantu mukunda fear women🎉🎉
Ndarize 😢😢😢
Numva atanico novuga🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Murakoze
Ndanyunzwe pe film iheze nez knd murakoze ❤❤
Mbaye uwambere pe niryambere 😂😂 umuriro ugiye kwaka
Walahi abagenzi nabo gutinya, asante saan kwa film nzuli mulio tupea hata mimi nime jifunza kitu kupitia hii movie ❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤ Mana weeeee ivyisi nikibazo kbs
Legend never disappoint 🎉🎉🎉🎉.
Wao murangije neza kabisa🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Nakumir kweri mwarakoz 🎉🎉❤❤
🎉🎉🎉 kweli munayastahili 👏👏👏.Big up sana muranteramisha ndabishimira hashimwe Imana yoyo ibibashoboza😘
🎉🎉🎉Good film💡💡💡
best quality 🎉🎉🎉
Yes💪💪💪💪murakoze kuyiduha Imana ibahezagire
Film irimwo inyigisho💃💃💃💃💕💕💕
❤❤❤🎉🎉m'y Favo série
Film yumwaka p🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤mubikora neza cane
C'est bon !!!!!
Iyi Film irarenze pe❤
🔥🔥🔥🔥 Film niyi
Waooo yariryosh p MRC kutwigish🙏🙏🙏
Gasore burya arakomey kuririmbir umuntu akiri muzim gwaheza ni mwijur😂😂😂😂
Sha incuti zikigihe niryaryagusa courage ❤❤❤❤muyibandanye harimwo inyigisho
Nukuri harimwo inyigisho ikomeye cane Imana ibahezagire cane muzodutemwo iyindii🙏🙏🙏
Thx💕💕
❤❤❤❤mur kumutima bakinyi beza
Pole John kay
Thank you for everyone who had participated to this movie 🎥, so we keep following your works and we love you too especially Mr John-Kay ❤❤
Courage cane turabakunda cane kur cane nihombipfurij gushik 🙏🙏💝🙏❤❤❤
Yatanguye ari fear women oe iheze ar fear freind😮🎉🎉😅❤❤john key yakoze umutiii kl vuba adutemwo iyindi kuko azi gutegura🎉🎉😂
🎉🎉🎉❤, Mudutegurir izindi film zubwenge nkizo🎉
Waoh❤❤❤❤❤❤
Iyaba abakinyi Bose be ategura films nka John Kay vyoryoha gusumba gs please mudutemwo iyindi yumwotsi canke mutubandanirize iyooo💥💥💫❤️💥💫💥💫❤️💫💥❤️💫💥
Yoooo😭😭😭😭😭 film nziza cn irimwo inyigish nyinshi pe icombony coc tugirirw nab nab twita k arincut zacu Jon kay courage vrt 🎉🎉
❤❤❤❤oya kweri ntihere turayikunda iraryoshe pe irigisha mwubahwe
Turasavye muyibandanye😢😢 mbega inyigisho mwubahwe nukuri🎉
My Favorite Movies❤❤❤❤🎉🎉🎉
Nukur Fanny na jon'key muraberany kand cn iyomwarikuban vya kub good❤❤
Oya nawe urakabije
😂😂😂
Merci beaucoup
Iyo film yariryoshe kandi yarimwo inyigisho zikomeye❤❤❤❤❤, so duhe iyindi film rero
The light of Africa 💡💡
Wooouu filme yarirenze naho nacerewe pe. Congratulation bakinyi beza mwe. Gasore et joachim 🎉🎉🎉🎉🎉mwadutwengeje pe. Abobarozi rero nabo kwl😂😂😂😂nagara cabaranya😂😂😂😂😂😂😂😂😂.
Bihex I don't 😢😢😢😢😢❤❤❤❤
❤❤🎉🎉🎉 Ndabakunda cne courage
Ewuana turikumwe 💯/100
You guys did a fantastic work. ❤❤
It is absolutely a good and educative movie
The Light Of Africa 🎉🎉🎉🎉❤
Welcome in this show
Gasore abijemwo
Vyiza mwakiny neza❤❤❤
nice movie
Uburundi hejuru. ❤❤❤
Numuriro today 💡💡💡
🎉🎉🎉mwarayiteguriye kbx
Fear women kbxaaaaaa 😢 courage vrt murashoboy🎉
Muyikomeze nukuri🎉🎉
good work for all the team
Ego film iraryoshe kandi iratandukanye nizo twari tumenyereye but izina ryayo ntijanye n'iyi histoire na cane cane ugereranije n'ukuntu iheze.
Murakoze
Nimwubawe canane
Courage murashoboye ❤❤❤❤❤
Hagusiba wocererwa 💕💕My favorite movie
Kari karyoshe pe ❤❤❤❤❤
😂😂😂ewe gasore sha ngwaheza mw ijuru 😂😂aramwiyiciye😂
Uwumusi ndazinduye mundemere abaza nyuma🎉🎉🎉
Hejuru cane John key
Courage cane Bana bigihugu❤❤
Muyibandanye ❤❤❤❤❤❤
Good job John Big up
THE LIGHT OF AFRICA COMPANY MOVIE MUBIKORA NEZA MWUBWAHWE, CANE KWELI