izo numero uzishakira iki kwanza? Nimba uzishaka vyukuri ca kwa Hosy inbox akwereke uko wozironka kuk nibazako nawe nyene uruhusha rwo kuzitanga yorinda kurusaba.
Ico nakunze dans toutes cette histoire, nuko Imana tôt ou tard irishura, kandi irahoza. Uravye ukuntu mumeze ubu, ça donne la foi ku wuri mu bibazo ubu. Mme Sandra, puisse Dieu vous bénir au delà de vos attentes, vous l méritez vraiment, vous avez su garder ibanga na fidélité envers Dieu... Vous méritez tout le bonheur qui soit. Enfin, la relation entre vous 2 iri exemplaire ...
Tout concourt au bien de celui qui aime Dieu...Imana ibahezagire cane, témoignage yanyu iri édifiant. Merci pour votre courage de partager tout ça avec nous. Nzi ko Imana ivyo ikora canke ireka bikadushikira bitubera vyiza. Que toute la gloire lui soit rendue! Soyez bénies les précieuses de notre père céleste!!!
These 2 women are juuuust Magic🥺😻😻I just can’t believe ko bagishobora gutwenga after all😩this testimony went straight to my soul and I wish Twebwe abarundi twokwiga kumva les attitudes zabandi kuko on se précipite caane à juger kuruta kugerageza gutahura ivyo uwundi aba ariko arabamwo!
Merci kuntahe kuko benshi turafashijwe,mboneyeho nogusaba papa Rita ahoyobari kuko wwe ariyizi niyaraba ikikiganiro yihutire gusabimbabazi la famille kugirabone kubabarigwa.
Une lesson pour les parents et les enfants!... Nivyiza gutahura imbere yo kugira judgement, abana n'abavyeyi kuganira no kugira attention kubintu abantu batuvuga ncuti...! Hanyuma plz take it easy! Just God's Plan! Cool! Biratangaje iyo umuntu agize ingerana akavufa ngo Dieu merci! Harya ingorane ugize utikwegeye is a classroom for training us and strengthen us! As well as preparing our blessings!
Rita na maman wiwe merci du fond du coeur ndabakunda cane nomenya aho muba noza kubaramutsa.Dieu vous bénisse et vous protège des forces du mal.votre témoignage me donne la force d avancer ds ma vie malgré les obstacles ducamwo kuko umukristu arahura cane n imisalaba kuko na Yezu yarahadutanguriye .courages mes chères ariko mubandanye mubabarira ababagiriy nabi de près ou de loin
Rita ari tellement mature pour son âge😯 hama turashaka kumenya plus de details sur le fameux raprochement ya rita na mama wiwe hamwe na confrontation ya mama rita na la fameuz "femme" après ama revelations ya rita kuvyo bamukoreye. Merci #SirenVibes🙏
Seriously iki kiganiro giheze umutima ugire upasuke 😭😭 I dnt hav much to say but keep on being strong woman and keep gukorera Imana nokuyishimira yaguhay the biggest gift in this world ( your daughter ❤) 😍😍 be blessed 😍😍😍♥️♥️♥️♥️
Ntahuyeko,Sandra et Rita nabantu bibitangaza lmana yaremye.nibutseko Rita,arumwana abona Kure à son âge. Kbdi azoba soit une soeur ou une maman d,influence dans la société burundaise. Ikindi ntahuye,wofasha abantu,utabatunga munzu,kuko ntakuntu aboyafashije,bomwononera umwana.ivyo vyose mwaciyemwo bizubaka un futur solide pour vous.
Merci pour ce témoignage ..kuvyerekeye commentaries nibazako ari problem kuri plateformes zose usanga abakurikira ibiganiro badasangiye niveau y'ubuntu .
I know someone who went through the same thing, everything she explained looks similar. It's sad but very inspiring. It's not share the story but it's going to heal and help so many souls. Thanks so much Sandra and Enjoy!!!
This woman,shis had is not working well I know her very nicely!I dialogue with her she told me the reality that she is mad,she took 21medicaments by day!!!
iki n'igice ca kabiri ciki kiganiro. nimwumve ingene cabandanije. kandi tugirako dusaba imbabazi kumashusho amwe amwe adasa neza🙏🏽 ibigora bigora abagabo🤗
utaravye part1 woyisanga aha👇👇
ua-cam.com/video/pmX523LmKbE/v-deo.html
Gusa hosy vrmt duh contact yuyu mumaman plz
izo numero uzishakira iki kwanza? Nimba uzishaka vyukuri ca kwa Hosy inbox akwereke uko wozironka kuk nibazako nawe nyene uruhusha rwo kuzitanga yorinda kurusaba.
Ok birunvikana
numva naj ndabakunze
⁰
Wafashije wa mubyeyi nishimye cyane nanjye ndu mubyeyi nkawe ndemeza neza ko abana bacu bazatugirira akamaro kubwimbaraga zi Mana
Ico nakunze dans toutes cette histoire, nuko Imana tôt ou tard irishura, kandi irahoza. Uravye ukuntu mumeze ubu, ça donne la foi ku wuri mu bibazo ubu. Mme Sandra, puisse Dieu vous bénir au delà de vos attentes, vous l méritez vraiment, vous avez su garder ibanga na fidélité envers Dieu... Vous méritez tout le bonheur qui soit. Enfin, la relation entre vous 2 iri exemplaire ...
Histoire nziza caaane ifasha kandi yigisha. Nsanzwe mfise émotions narize pe ariko burya Imana ibahe gukomera. Ibibazo biratandukanye caaane ,umenyako ivyawe vyoroshe iyo wumvintahe zabandi.
Mana ndakwingize uhezagire uwumuryango ubongere umugisha nanje biranyigishije cane nanje Imana izampe gushingra intahe abandi kuk nanje nagize agahinda karetse gushikira Rita warahezagiwe umukama akongere umugisha cane
Tout concourt au bien de celui qui aime Dieu...Imana ibahezagire cane, témoignage yanyu iri édifiant. Merci pour votre courage de partager tout ça avec nous. Nzi ko Imana ivyo ikora canke ireka bikadushikira bitubera vyiza. Que toute la gloire lui soit rendue! Soyez bénies les précieuses de notre père céleste!!!
Turabona ubu ibintu vyifashe neza ni famiye irimwo umunezero malgre tout. Ndazi ibibazo ni vyinshi kwiyisi ariko aho ntidusamazwe nuburemerw bwibibazo dufise ahubwo dushire amaso cane ku bunini bw’Imana idushoboze kunesha.
Iyonkuru ya Rita irandjije cane nukuri birababaje cane courage Rita Mama was Rita nawe wihangane
These 2 women are juuuust Magic🥺😻😻I just can’t believe ko bagishobora gutwenga after all😩this testimony went straight to my soul and I wish Twebwe abarundi twokwiga kumva les attitudes zabandi kuko on se précipite caane à juger kuruta kugerageza gutahura ivyo uwundi aba ariko arabamwo!
❤❤❤❤❤
waoo ufise indoto nziza.kurera impfuvyi
Imana ihezagire Sandra na Rita.
Jew ibibazo vyanje nobibabaza ndababona.
Merci kuntahe kuko benshi turafashijwe,mboneyeho nogusaba papa Rita ahoyobari kuko wwe ariyizi niyaraba ikikiganiro yihutire gusabimbabazi la famille kugirabone kubabarigwa.
Waouuh Imana igiraneza kbsaa🥰🥰🥰hosy ndagukunda ♥️
Ndumva nanje nzova mubuzima ndimwo nabayeho ntotezwa nanje bizohera intahe ziradufasha kurta kuko abantubo babonye urimukibazo barazomera ugasaga nibabandi barikugusengera jenanje Imana Niyankura mubibazondimwo Ikagira Ahingejeje ndumva konoshinga intahe nkuko merci muranteye intege zokwihangana God Bless you❤❤❤❤❤❤❤
Nukuri ibintu nkivyo biba kubantu benshi kuvyara umwana utipfuje birababaza caane ubuzima bwose kabisa mama rita pole saana muvyeyi lmana ntitwikoreza imitwaro tudashoboye kwikorera nuko vyari biteguye lmana yakoze kumubiri ariko umutima yarawurinze ivyakibayeho vyose humura bizohera .murakoze harico ndabigiyeko vrma .hosy ndagukunda nawe ma chr
Mwami Yezuuuuu!!!!Mpore ba shaaaa,yooooo,mpore Ritaaaa,mpore Sandraaaaa!!!!Imana ni nzima!!!!Nezerewe ko mwabaye délivré!!!!!
Hosy nsanze imibabaro irutana nukuri. Rita et sa maman, je vous remercie du fond du coeur vrma. Intahe yanyu iramfashije. Hosy ndagukunda kko udusangiza ivy umumaro
Imana ni mutananigwa👌✌✌hari ibitubako twibaza ngo yaduhevye kumbe niho inyishu iri yibitubako tuyishingire intahe kuvyiza vyayo💕
Sandra et Rita, Imana ibahezagire, mwuguruye amaso benshi, ubuzima bwanyu bwokwigisha vyinshi mu miryango.
Imana irahoza igakanda imitima yakomeretse, ibandanye kubagirira neza.
Mubandanye gusenga ni kwiha Imana ni mudahemuka.
Ndabakunze cane.
Yooo ndabakunze Basha! Warakoze mwarakoze kwihanganira ivyobibazo vyose
Rita umwana w'umugisha, wiyambariye nka saint Francois d'Assise
Warahezagiwe imana irazi igituma. Yaguhezagije umwana wigitangaza I love her so much. You are blessed sandra
Rita mazina yanje 😍 you are brave and your mom as well. ♥️
Imana Ibahe umugisha ni ukuri
Imana ikomeze guha umugisha uwo mu maman
Hosy merci pour cette histoire
Imana ishimwe ko ijya yomora ibikomere. Kandi Imana ihe umugisha kuri uy'umuryango kuko bubatse benshi. Nyuza y'ibibazo ubuzima bugomba gukomeza
Une lesson pour les parents et les enfants!... Nivyiza gutahura imbere yo kugira judgement, abana n'abavyeyi kuganira no kugira attention kubintu abantu batuvuga ncuti...! Hanyuma plz take it easy! Just God's Plan! Cool! Biratangaje iyo umuntu agize ingerana akavufa ngo Dieu merci! Harya ingorane ugize utikwegeye is a classroom for training us and strengthen us! As well as preparing our blessings!
Ndababwize ukuri uyumwana wumukobwa twaritumuzi twese je suis choqué kubona histoire yiwe vraiment je suis touché nukur
Mugihe umwana w’umukobwa wese yogira ivyago agatwara inda mubyukuri gukorora inda nishano rikomeye 🥲🥲🥲🥲
Umu mama mwiza vrm ihangane muvyeyi❤️❤️❤️❤️
Hosy urakoze cane waturondereye inkuru izokwigisha benshi irimwo isomo rihambaye, vuba uzobandanye uturose ibibandanya kwiyo nkuru. Hama mama Lutha Imana imwongere imgigisha kuba yemeye kuduha inkuru y'ubuzima bwiwe bizotwigisha bihambaye
birankozeko kandi biranyigishije mais on dit inyuma y`amagorwa haza umunezero i love you so much
Ma sr waragize neza kudakuramwo inda ritha azokubera umugisha
Rita na maman wiwe merci du fond du coeur ndabakunda cane nomenya aho muba noza kubaramutsa.Dieu vous bénisse et vous protège des forces du mal.votre témoignage me donne la force d avancer ds ma vie malgré les obstacles ducamwo kuko umukristu arahura cane n imisalaba kuko na Yezu yarahadutanguriye .courages mes chères ariko mubandanye mubabarira ababagiriy nabi de près ou de loin
Mpore murugendo rujamwijuru turaruha❤
Murakoze cyanee! Umunyamakuru Imana iguhe umugisha, ufashije M.Rita na Rita kwivura. Ubafashije gusohora ibyari bibaremereye. Above all God is Love. Ndabakunze mwese. Kandi biduteye intege. Mukomere. Mutagatifu Rita, akomeze abasabire.
❤❤❤❤❤❤❤
Ariko imana yaguhaye umwana mwiza aciyubwenge cane! Nabatafaswe kugufu si bose bafise umwana nkuwo! Hama nomukibi imana ukuramwo iciza. Hezagirwa
Rita azi ubwenge wagirango nimukuru cyane,
Komeza ujye ejuru Imana iguhe umugisha
Rita ari tellement mature pour son âge😯 hama turashaka kumenya plus de details sur le fameux raprochement ya rita na mama wiwe hamwe na confrontation ya mama rita na la fameuz "femme" après ama revelations ya rita kuvyo bamukoreye. Merci #SirenVibes🙏
Yoo mpore sha Rita!!! Uri tres speciale na maman wawe nico gituma mwahuye nivyo vyose! Courage! Imana ikomeze kubakoresha ivyo yabaremeye...
Icyakora mumbabarire ariko njyewe nakomeje gutekereza ku muntu ushobora gutinyuka guhemukira umuntu urembye. Njye mbona ari ubugome burenze igipimo rwose. Gusa wa mubyeyi we wihangane kuko byose ni ugushaka kw'Imana. Rita we nagukunze cyane kuko wageze igihe cyo kuyungurura amabwire ukumva ko ugomba gukunda mama wawe. Mukomeze mukundane rwose mama w'umuntu arakomeye. Ubu nibwo mbibona kuko ntawe ngifise ariko aho yaguye hose ndamukunda cyane. Imana iradukunda tweseeee🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤
Thanks Maman Rita and Rita, including u Osy ... J'ai été vrm touchée..mubandanye muhezagigwa
Moi je vous apprecie bcp
Muri abantu b'intwari vraiment
You are strong! ! Kubabara bitera ubwenge buhambaye! Haricyo nize . Kandi n’ababyeyi benshi haricyo bazakuramo ! Murakoze gutanga ubuhamya!
Bravo Sandra
Oh iyi tém3gnage irababaj arik irigisha gusa uwo yakoz ivyo vyogufata kunguvu j m demande icoyungutse kuko iyari IMANA izobimubaza sinibaza k ahari aramahoro wosanga naw yarasaze IMANA burya irahana yihorey niyihute asabimbabazi kuri Maman Rita ; numvs mbakuz Sandra and her daughter jé pleuré mé mwanyigishj may God protect u forever😙
Hosy imana iguhezagire kukigoro wagize kugira ubarondere kuk nintaheyigisha cane maman Rita imana iguhezagire kuntahe yawe ushize ahabona kuk idukoze mumutima wacu ndagukunze cane God bless you❤️❤️❤️❤️
Un temoignage trs instructif, iki kiganiro cadufashije.Rita Papa yoza womubabarira?
Yooooh biratey intuntu nagahinda
Seriously iki kiganiro giheze umutima ugire upasuke 😭😭 I dnt hav much to say but keep on being strong woman and keep gukorera Imana nokuyishimira yaguhay the biggest gift in this world ( your daughter ❤) 😍😍 be blessed 😍😍😍♥️♥️♥️♥️
Mon Dieu! c'est très triste! Imana itubabarire cane! Ariko jewe ndumva umengo uwo muntu yafashe ku nguvu maman Rita niyaba akiriho yokwivuga, ....comme ça, agashobora gusaba imbabazi, umwana nawe akamenya se wiwe. Birababaje cane kubaho utazi amamuko yawe; kuko nawe ariko aragera mu bigero, bientôt elle peut fonder son foyer, ntaze ahave ashimana n'uwo basangiye amaraso atabizi.
Mrc iyi ntahe inyigije vyish
Wew urababaye kk bagufashe k unguvu Imana ikaguha umwana nkuyo ariko nuwo mugesera yabikoze ahari ntugire ngo ni muzima n umupfu yapfuye
Mrci osy, ubiharurw ko nkukugororoka kwiyo témoignage waturonderey, Yezu ahezagir Sandra n'umukobwa wiw Rita 🙏🙏
Rita ndamukunze uri très intelligente ukure gutyo ndyohewe ningene ukundana na maman
God is good🙌imana yubahwe
Laaaaa!!!!Mungu wangu ni ww uzi vyos kd usumba vyos ariko w soeur sandra sindaguciriy urubanza mugb ndakuzi kd narakubony kd naraciy iwaw umwanya utari muto!Mungu wang tusaidiee sana
Nakurikiranye vyishi kuriki kigananiro ,imbereyavyose ndamuhaye pole kuvyamubayeko,hanyuma mfisisaboko yoyandika akayikinacanke akayiha abayikina kugirango izokwigishe abantu kko ibibintu vrmt birahari
Wauuuuh,benivyo navyo birahindura imitima ya benshi,much thx from #Pempeu
Tu m f pleuré ma belle.t'es très belle e intelligente Rita.courage à vous imbere niheza😘😘😘
Ndumiwe! Vous êtes fortes! Kandi mwarahezagiwe! Ndashaka kuba umugenzi wa Rita,ndi umu fashion designer nanje nizera ko harico yonyungura kuko ageze kure.
Thank God for the brightest girl you have now. Ndyohewe na Rita Ari wise cane Imana ibandanye kubagirira neza
Ntahuyeko,Sandra et Rita nabantu bibitangaza lmana yaremye.nibutseko Rita,arumwana abona Kure à son âge. Kbdi azoba soit une soeur ou une maman d,influence dans la société burundaise. Ikindi ntahuye,wofasha abantu,utabatunga munzu,kuko ntakuntu aboyafashije,bomwononera umwana.ivyo vyose mwaciyemwo bizubaka un futur solide pour vous.
Merci pour ce témoignage ..kuvyerekeye commentaries nibazako ari problem kuri plateformes zose usanga abakurikira ibiganiro badasangiye niveau y'ubuntu .
Hosy nanje ndasavye inimero yuyo mukobwa uzoba ukoze cane uyindonderere merci beaucoup 🙏🙏
Mwandikire kuri instagram
Hosy big up sana ukora ibikorinka bandany uterimbere
Hosy merci kuduha igice2 Iyintahe ninziza Imana imubehafi katakoze icocaha cogukuramwo inda ikihari kocabaye nagire Mariage kuk Imana yaramubabariye
agire mariage vraiment ? Est ce que t'as entendu combien de fois yavuze ko kugira mariage atari vocation yiwe?
Imana ibazigama kandi uzotuzanire Rita wenyene atubarire ivyiwe wenye hama Mama Rita ndamukunda cane
Imana ikomeze kubagirira neza
Mpore ICO n'igikomere kinini cane,ahubwo imana yahabaye n'uko mwari musanzwe musenga ubundi ar'uwudasenga yari kudeprima.pole sana bantu n'imana kabsa
T'es très intelligente Rita.
🙏🙏🙏 Many thanks To SYRENE TV........To SANDRA & RITA for sharing..........and ve been VERY STRONG to overcome these hard situations.......
Imana lbahukuramba mwaraciye mubibazo kbsx
Rita soit forte birababaje vraiment ikiryoheye nuko nkikikubona muri premiere emmission mwakoranye na hosy ntivyagusa ko waciye murivyo bibazo courage
Rita courage❤
Vraiment ni Family iryoshe kndi yigishu yesu ahe umugisha uwo muryango. Bari fortes cane kandi la Dame azohezagurwa cane pe
Iyontahe irubatse Imitima yabeshi Ikibazo Mbega Yahavuye Amenya Se Wumwana ?
Siren Vibes TV, murahe platform uwo mudamu nawe agire kumbure ico avuga wosanga asaba imbabazi canke bakaba baramutahuye nabi.. Biragoye.. Kandi uyu muntu nawe yihebeye Imana, umengo ntabwo yamurekuriye kubera ko aguma amugarukaho du temps en temps...
Ikiganiro ciza caane merci Hosy
Merci beaucoup kuriyo témoignage Imana ibahezagire
❤❤❤❤😥😥😥😥
Inkaaaa
yooh birababaje
Immana nibahezagire.Rita na Sandra ni muhumure Rugira vyose arabakunda cane kubona malgré ivyo bintu vyose mwaciyemwo uno munsi mukaba mubayeho nka bagenzi complicité yanyu irandyoheye cane. Muhezagirwe
Iyo famille yarahezagiwe. Naba graave
Hosy, sujet zibiganiro vyawe vyerekana ce à quoi tu aspires.. ibintu bizima nukuri.
Force à vous
yooo mpore beza.ariko dushaka
iyo vyahereye.nubwo biruko lmana ishimwe yarabiruye kubona muriko murakira ibikomere.uko mubivuga niko mubohoka cane.rero bandanya mubivuga munakomeze abandi.
I know someone who went through the same thing, everything she explained looks similar. It's sad but very inspiring. It's not share the story but it's going to heal and help so many souls. Thanks so much Sandra and Enjoy!!!
*It's not easy to share the story...*
This woman,shis had is not working well I know her very nicely!I dialogue with her she told me the reality that she is mad,she took 21medicaments by day!!!
Komera maman Rita.
Ndakweneye kumenya ukuntu wagiye kuba umu ikira.
N,ukuri abantu bumve ibihe Bibi waciyemo hanyuma baguhe uburenganzirabwawe babaze bakubaha kd nabo biyubahe aba kristo tunagusengera kugirango Imana ibakomeze kd Imana irimuruhande rwanyu
J'apprécie beaucoup votre courage,que Dieu continue son œuvre à travers vous
Amosozi aranyishe kunkuru yangu! Bigeze kuri version ya Rita birandenga! Imana izobahe ivyo mwipfuza vyose❤! Ibirure
Ntakiba kitar kubugomb bw Imana gsa birababaj vrt 😭 Imana irikumw namwe🙏nkeney kumv ukuntu bahuje kbx
Harimpamvu imana yaguhaye uyomwana nukugira azokubere umugisha.
Nabakunze imana yomwinjuru izabagirire neza
Yarose abo yifatira, imana irakubona Sandra kandi izoguhana
Uyo mwana Rita,numva ndamukunzee kndii kuruta,nincabwengee caane.nivyo ntakuvexa umuntu ,koko mwarabaye vexe bikwiye.lmana izobageze kuvyiza vyinshi mes chères, je suis très émue.nivyo sha Hosy,twebwe turabantu bindero,turabavyeyi,turumvaa,combien bababaye.muragahezagirwa.
❤❤❤❤❤
Urakoze gutanga inkuru nkizo kuko benshi bacababohoka
Courage cane niwe ubaye uwambere ukoze ikiganiro cingira kamaro
Mama wihangane Imana igukomeze izaguhe iherezo ryiza🙏
God bless you 🙏
Maman Lita warabaye umuvyeyi mwiza cane
NC vrmt murab muduh iyind partie vrmt numv mbabay
Je nukuri numvirije ibice vyose .ariko sintahuye ikintu kimwe gusa
Nne Sandra kuba ari ma sœur nkuko tubita nibintu yiyemeje mutima wiwe Hama ntivyateba ngo bibe ariko nubu arabibandanya abona Kari ma sœur mumutima wiwe??
Gusa Imana igukomeze ikurinde kuzoza wiyumvira ibintu vyinshi utazorwara umutima
Ameen
Nagire ntangure gutera intege sœur Sandra n'umwigeme wiwe Rita. Kuko ubuzima baciyemwo ntibworoshe.
Jewe ikibazo canje nobaza Sandra nkubu uwo muntu yamufashe kunguvu aciye aseruka akaja ahabona yomugirira ikigongwe? Mbega Rita we yomwakira nk'umuvyeyi? Bovyitwaramwo gute? Murakoze
ICO Kibazo Bazokitubarize Twumve Inyishu Yaco
Knd ndiko ndabon se wa Rita yizana.nibatubwir ukwo bizogend
Nukuri turashaka kumenye ukwovyabandanije mwaturyoheye
Numva nobarondera nkabaha yambi Hama nkababwira ko Imana ibakunda knd harimpamvu vyabaye uko🥺