ITANGAZO RYO KUWA 11/05/ 2024

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 тра 2024

КОМЕНТАРІ • 114

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 13 днів тому +4

    Mbega ayo Mayeri yanyu twarayeménye None Abo Baca bajahe

  • @isidorenkunzumwami4130
    @isidorenkunzumwami4130 13 днів тому +1

    C’est cela la transparence. Bravo. Hatirirwa havugwa induru ngo abantu banyurujwe babura irengero.

  • @KAREMERACallixte-rz8xo
    @KAREMERACallixte-rz8xo 13 днів тому +2

    Sha njye we keshi nibaza icyintu abayobozi buburundi bashaka kungukira muribi bavuga kikanyobera rwase mwareste kuyobya abaturajye ko murwanda murucyeneye ndetse cyane ibi bizabajyeza kuki koko??

  • @tuyishimirejaenbaptiste2631
    @tuyishimirejaenbaptiste2631 14 днів тому +5

    Ibibiratuma ibyo Kawa byibagirana

  • @user-qz7uu1hv5s
    @user-qz7uu1hv5s 14 днів тому +5

    abarundi nibamara kumenya ukuri muzumirwa. ibi bizakomeza kuba kugeza mumenye aho ikibazo kiri, naho kuvuga ngo ni uRwanda.........ntacyo bizabagezaho

  • @payton.comedy3964
    @payton.comedy3964 13 днів тому +1

    Birababaje kweri gusa nimudashira ,agapira kamoko hasi ntacyo mbijeje ,uburundi nibwiza mufite ,indero ,ikwiye ,ariko ,uwambaye ,ikirezi ntamenya ko cyera,nimushire hamwe mwubake ,igihugu cyanyu neza,

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 14 днів тому +6

    Dusavye l'appartement de communication au niveau de ministère d'être très sévère et très surveillance pour tous les communication sur le territoire du Burundi. Birababaje :(
    Murakoze .

    • @ByiringiroClovis
      @ByiringiroClovis 11 днів тому

      Rek rek ntihagire ico bikanga kivuye mu Rwanda hubwo nivyitwazo abo bategetsi bitwaza kugira abanyagihugu ntibamenye ibikorwa bibi biri hukorwa nabo CDD bitari vyiza

    • @ByiringiroClovis
      @ByiringiroClovis 11 днів тому

      Rek rek ntihagire ico bikanga kivuye mu Rwanda hubwo nivyitwazo abo bategetsi bitwaza kugira abanyagihugu ntibamenye ibikorwa bibi biri hukorwa nabo CDD bitari vyiza

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 14 днів тому +2

    Mubakerere bakanura izombwa

  • @JeanneMpawenimana-oh7bh
    @JeanneMpawenimana-oh7bh 14 днів тому +2

    Burya nkurunziza pierre yarapfuye koko?igiporisi nugusubirwamwo namwe mubeho mwirutse,ivyo mubimenye! Binjira muri hehe

  • @sinzayigayadamascene6232
    @sinzayigayadamascene6232 14 днів тому +4

    None mushingantahe ,imbibi mwarazi funguye ,abo Byrne bacahe ?

  • @Ninsimahassani
    @Ninsimahassani 12 днів тому

    Kandi icyo gitero cyari cyabanje gutangazwa kuri turwanye akandoyi nakarengane iwacu tv abarundi ntimwumva👈👈👈👈

  • @ByiringiroClovis
    @ByiringiroClovis 13 днів тому +1

    Nanje nsindavyemeye ivyo kwitwaza urwanda wap

  • @inshutioscar2358
    @inshutioscar2358 14 днів тому +3

    hhhhhhhhh sha nukuri murabeshya peee ese nkuburundi koko wasenya hehe kweli ark ubundi sinumva bose ari abarundi hhhhhh

  • @gerardbarutwanayo7713
    @gerardbarutwanayo7713 11 днів тому

    Ahubwo n'izo nzu babapangira canke bifatirwamwo . Reta yofata ingingo yo kuzigurisha kugira hashumbushwe ivyo Abo bicanyi bonona

  • @user-je9fe8qj3r
    @user-je9fe8qj3r 13 днів тому +3

    Muzavuga urwanda muzaruha twe ngabanyarwanda twiyemeje kurwanya ibyo byose ibibera mubihugu byanyu nibitureba ibitureba birimurwanda uwakora ikosa nukudukuricyirana wazabyicuza ibihe byose niho kuvuga nuburenganzira bwanyu nanicyinu cyukuri cyirimaho nibinyoma gusa

  • @user-pk4yn9vc2u
    @user-pk4yn9vc2u 14 днів тому +2

    Urabeshe uwo muheruko kunyuruza yambaye umupira wumweru none ngoyaraye ateye amagerenadi nikinyoma cabayubusa

  • @Otiesh
    @Otiesh 14 днів тому +2

    U Rwanda rurabaryohera kuruvuga,kandi rukabaryohera kurwumva😂😂 niyompamvu ntacyo mwapfa kurukoraho!!!kuki mutarwinjjrira ngo rubereke ibyorubakorera,murasakuza gusaaaaa,ngaho nimukore akazi muve mutugambooooo.

  • @butoyiedmond3752
    @butoyiedmond3752 14 днів тому

    Sha twarabamenye iryo nirementanya hakwiye ama tohoza yigengenga

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i 14 днів тому

    On s'y attendait ko bavuga u Rwanda. Muvyukuri uRwanda ntirwakora uburofa nk'ubwo. Barigana Congo

  • @mamadina8
    @mamadina8 14 днів тому +1

    Abakongomani n'Abarundi mwahuye nurwo Abanyarwanda twahuye narwo

  • @christopherkalisa3613
    @christopherkalisa3613 14 днів тому +1

    Jyu urinda amagambo uvuga.ko usobanuye urwanda rurihe ko ari urwangano.

  • @user-ze8tg1fz7k
    @user-ze8tg1fz7k 14 днів тому +2

    Abo bantu niba arukuri nabo bahanwe vyintanga rugero

  • @edouardkadigiri
    @edouardkadigiri 14 днів тому

    Uwu mugabo arakwiye kuba ategura neza ivyo agiye kubesha kugirango basi wenyene ntiyihinyuze. Ati:" Mukamenge kuri bar du peuple bahateye igisasu ntezwantoki nticaturika bongera bahatega ikindi bita morutove naconyene nticaturika. Haca hakomerekera abenegihugu batanu umwe akaba yahavuye yitaba Imana kubera ibikomere." Yashaje nibamusubirize. Ntagishoboye kubaka ikinyoma ngo gipfume cizerwa n'umunsi umwe wowo.

  • @roxiemkMaider
    @roxiemkMaider 14 днів тому +2

    Barundi benewacu muyakanure izonjye njyera muZikanireuruzikwiriye mubatoragure

  • @SinzinkayoMichel-lu2iw
    @SinzinkayoMichel-lu2iw 12 днів тому

    Birababaje cabane ! Umengo hari abashimishwa no kwumva abapfa bazirubusa. Uwiyumvamwo Uburundi, Abarundi, be n'ababa mu Burundi ntiyoja ngaho ngo yanikire amenyo. Yari yaragabishije (alerte) J P Turayishimiye mu kimenyeshamakuru ciwe East African Day. Rero mwebwe umengo muranezerejwe n'ico gitero n'uko kitabahitanye.

  • @MurangwaRubayiza
    @MurangwaRubayiza 14 днів тому

    Bavandimwe mwakarevye kure pe

  • @user-zk5nx3ft4y
    @user-zk5nx3ft4y 12 днів тому

    Pierre rek guhenda abantu ntumaramara kbx

  • @SinzinkayoMichel-lu2iw
    @SinzinkayoMichel-lu2iw 12 днів тому

    Izo njavyi zibereye guhanwa neza neza neza cane. Bakura iki mu gutoba amahoro ? Nimba Uburundi bukennye ntaco bidutwaye nko kubura umutekano.

  • @user-ws3gi8fk8j
    @user-ws3gi8fk8j 11 днів тому

    Ibyo bisasu muba mwitera kugira ngo mugire abo mwambura ubuzima ayo maraso azabagaruka

  • @uwamahorochadia3010
    @uwamahorochadia3010 11 днів тому

    Urwanda rwagowe kuvakera uburr ibyo muvuga ntacyo byarukoraho ikingenzi nuko arabarundi benewanyu ntamunyarwanda urimo

  • @user-le2pj9ui4w
    @user-le2pj9ui4w 12 днів тому

    Murintwari mukomere

  • @ElyseNimubona
    @ElyseNimubona 14 днів тому

    Mutama cinjire ukuntu ujinyika mukuvuga😂uratwemeza 😅kwari ukuri😂 kimwe abo bantu mwafashe womenga isano bafitaniye ntirisobonutse neza😢

  • @GahimbareGodas
    @GahimbareGodas 12 днів тому

    Ingero yicaha nurupfu NN nkizo nzehe zica iyomihambwe ngo bizobamaririk ,ahubwo iyo mubahata igiti barikubabwira nibindi

  • @ByiringiroClovis
    @ByiringiroClovis 13 днів тому +1

    Ico kigabo kuva 2015 wogira ubwenge bwarabuze

  • @kgbshows59
    @kgbshows59 14 днів тому

    Igisigaye nukuvuga ngo u Rwanda irwo rutuma mubura risanse ibura nubukene mufise hamwe nikawa ko ari igihugu cyu Rwanda😂😂😂😂😂😂😂😂 gusa mwihangane

  • @kakawilson2428
    @kakawilson2428 14 днів тому +4

    Abarundi murababeshi urwanda ntabintu vyubujuju nkubwo bafite

  • @eastafricanlinksltd5591
    @eastafricanlinksltd5591 13 днів тому

    Ibinyoma gusa mukomeze mwiyicire abenegihugu bazagera ho babamenye bazabiyirukanira nta n umwe uzaguma mu Burundi😅😅😅

  • @elysetatu7455
    @elysetatu7455 14 днів тому +2

    Mutegure ibihano vyokuza mubahana imbere yamaso yabantu kukibuga.niyo mutobica gusa mutegure igihano gikakaye kabisa kuko birababaje cane pe.amahoro turayakeneye mwikigihugu cacu

    • @uwimbabaziesperance8478
      @uwimbabaziesperance8478 14 днів тому

      Eregaa nimwe mubyikoreraa,byaramenyekanyee,abategetsi banyu baba bashaka kubahuma amaso ngo mutabona

  • @user-hy6yy9zi9c
    @user-hy6yy9zi9c 14 днів тому +3

    CDDFDD Imbonerakure numuvumo kuburundi,abo batutsi mwica muzobyishyura

    • @joemac7463
      @joemac7463 14 днів тому

      Ntabindi vyo ??? Abibatutsi mushaka kudandaza mugushaka kwigirisha ntibizobakundira

    • @payton.comedy3964
      @payton.comedy3964 13 днів тому

      Iyo mutangiye gucanamo muzana ,amoko burya biba byarangiye ,

  • @user-ws3gi8fk8j
    @user-ws3gi8fk8j 11 днів тому

    Igihugu kirabananiye tu CNDD FDD irananiwe

  • @user-pk4yn9vc2u
    @user-pk4yn9vc2u 14 днів тому +1

    Munzorwarumutima kubwurwada

  • @KongweChimwemwe
    @KongweChimwemwe 13 днів тому

    Bari bakwiye kubambwa kumugaragaro izuba riva kugira bibere isomo nabandi bagomba kugambanira igihugu mukwica inzirakarengane, birababaje rwose , Leta nifate ingingo zihutirwa kuribo

  • @Martin-xf1bw
    @Martin-xf1bw 13 днів тому

    Abo babisha banyongwe !

  • @Otiesh
    @Otiesh 14 днів тому +4

    Ariko Rwanda wagogwa,ntacyomuzarugira,ubwomumaze kubakubita nabi ngobemere ko bavuye mu Rwanda none ngonihobuye,amahanga yarabamenye.mubanze muvane abana ba barundi bapfira i congo mubwize ukuri ababyeyi babo aho abana babo bari?

  • @user-yt5rz8qh9p
    @user-yt5rz8qh9p 13 днів тому

    Hasha iyomihimbiri irota ko nonera igihugu nabarundi

  • @user-wt4lu6pp5v
    @user-wt4lu6pp5v 14 днів тому

    Mubabaze mwitonze barababwira abandi bose binjijwe , aho batorezwa n'ibindi nkenerwa.

  • @AnicetNiyindagiye-eg1yu
    @AnicetNiyindagiye-eg1yu 12 днів тому

    Nkabo muba mukwiye Kuca mukurako amazosi mukica kuk ntaneza bashakira igihugu

  • @isaya4819
    @isaya4819 13 днів тому

    Gukuri rekakoshwa mugabo wavyibushi

  • @helmesmanirakiza9762
    @helmesmanirakiza9762 14 днів тому

    Helloo

  • @joashatangimana5396
    @joashatangimana5396 14 днів тому +2

    Nivyo abantu nk'abo bakwiye gishikirizwa ubutungane, ariko kandi twosaba abajejwe umuyekano kongera inguvu Ku mbibe, cane cane Ku ruzi rwa Rusizi, kuko niho Abo babisha binjirira. Turongeye gushimira inzego z'umutekano mu gihugu cacu mu Burundi zibandanya kwitanga kuneza y'igihugu n'abenegihugu. Ico noherezako, mwotanga numéro itigera ibura, y'umutekano kuburyo n'a message yanditswe ushika neza idatevye kandi igakorerwako buno nyene. Murakoze bubahwa

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 13 днів тому

    Bawihorera Kuko Ahubwo urateye Isoni mbega bafatwa nabande K Bahejej Gutera ko Bose Baca bahundagara None batumwa n bande ?Kw Ejo Tuzobonan Ejo Bariko Bidengevya .

  • @uwimbabaziesperance8478
    @uwimbabaziesperance8478 14 днів тому +2

    Muzumirwa mwisenyera ngo nu Urwanda,arabivuga afite nisoni

  • @user-dm8ks1ez4o
    @user-dm8ks1ez4o 14 днів тому

    Mujye mubarasa mureke imikino

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 13 днів тому

    Nihatari

  • @filandoo2ogii880
    @filandoo2ogii880 13 днів тому

    Akazi kogucungerera umutekano karabananiye none mubuze ivyo mubwira abaturage muvuga U Rwanda mwashatse uko muko mugateza igihugu imbere mukava mubujiji nta Dollars 💵 muri kuvuga ubusa

  • @user-yt5rz8qh9p
    @user-yt5rz8qh9p 13 днів тому

    Amatora aregereje basubire kuvyonga nka 2015

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 14 днів тому

    Nucwica izo mbwa

  • @laurentndikubwimana7623
    @laurentndikubwimana7623 14 днів тому

    Uvuzemo ibiteye isoni , bitari ibyindongozi

  • @businessassist5083
    @businessassist5083 14 днів тому

    None nkokuvuza umuntu nkuyo kl sinumva

  • @NizeyimanaGilbert-rw7xh
    @NizeyimanaGilbert-rw7xh 11 днів тому

    Yu mu police ya mbara impuzu zishaje

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i 14 днів тому

    Ntibitangaje izo ni inzirakarengane. Ntihari kubura des victims. Barishura ivy'imbonerakure zitumwa na ba shebuja

    • @sinzayigayadamascene6232
      @sinzayigayadamascene6232 14 днів тому

      Ahubwo mwibaze uyu bavuga ngo yakomerekejwe na Grenade ku maboko, Grenade yamuturikira mu maboko yu shaka kuyitera agasigara amahoro ,agakomereka byoroheje ku maboko ????? Iyo ni byendagusetsa

  • @user-dm8ks1ez4o
    @user-dm8ks1ez4o 14 днів тому

    Kuko ntimuzigera mugira umutekano mugihe mufite imikino nkiyo ngo mubafate mubafunge muje mubarasa muve mumikino uburundi si ubwo gukinirako

  • @silidio
    @silidio 14 днів тому

    Impereraza ry'uburundi nirishireho uburyo bwogusaba kunguvu amashirahamwe yose yaza terefone ngendanwa zibahe uburenganzira bwo gukurikirana ivyuma vyanyamashirahamwe bibika amakuru kugira iperereza rize rirakurikirana amaterefone bashaka kwumviriza ishirahamwe ryanse baryugarire gukora muburundi bitabaye ivyo Kagame ntazotuva kugakanu.

  • @NiyonsengaTite-gl7wo
    @NiyonsengaTite-gl7wo 14 днів тому

    Ibyo muvuga ntabyomuzi mwa banamwe

  • @dpdupande2037
    @dpdupande2037 13 днів тому

    Hahahaha uburundi murababaje ni ukuri. Igihe kirageze ngo mushake ibisubizo by’ibibazo abenegihugu bafite aho gushaka ibyo mubabeshyeshya ngo babe baribagiye kubaza igitoro, umuyagankuba, n’ibifungurwa.
    None niba abo batorezwa mu Rwanda bakajya RDC, bakabona kuza muburundi mubuzwa n’iki kubafata batirinjira niba mwitaye kumutekano w’abenegihugu?
    Ibinyoma ntabwo bishobora kubakiza ubukare bw’abaturage inshuro ebyiri. Ejo muzavuga ko u Rwanda arirwo rutuma mutabona igitoro n’amafaranga mva makungu. Rero ngo mwarareze, murashaka ko rubishyurira budget y’igihugu.
    BARUNDI, ukuri murakuzi ko igihugu cy’u RWANDA ntakibi kibifuriza kuko nambere nicyo gihugu cyajyaga kibishyurira umusanzu muri EAC byananiye abategetsi banyu kwishyura. Ikindi murabizi ko ubu UMURUNDI ushatse wese aza mu Rwanda anyuze Tanzania kandi ntawuragirirwa nabi yageze mugihugu, ariko murabizi ko abo bategetse banyu badahwema guhiga umunyarwanda uri muburundi ngo bamugirire nabi.
    Barundi nshuti zacu, ntimushukwe n’ubutegetsi bwababuriye ibisubizo kuko nibo bategura uwo mugambi wo gutera grenade ngo babajijishe mube muretse kubaza IGITORO.
    Rero mube maso, igihe ni vuba tukongera tukagenderana kuko NEVA ntazatinda. Sinigeze mbona umuperezida ushyira imbere inyungu ze ngo bimuhire.

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 14 днів тому +1

    Urwanda rero,ndumvya rwishakira intambara kuburundi

  • @regulus4745
    @regulus4745 10 днів тому

    Rucahintare caporal/major/goat thief/coup maker/hired comedian/etc.

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 14 днів тому +1

    Ironderer ama like yo kuri you tub urek kuduhenda guko imipaka mwarayugaye.

  • @azizasudi
    @azizasudi 14 днів тому

    ayo mashetani akwiriye urwo gufa 😡😡

  • @nwanwacompony-tg8du
    @nwanwacompony-tg8du 14 днів тому

    Ntivuorosh

  • @costaburundi
    @costaburundi 14 днів тому

    Bit

  • @ntakirutimanavalens4412
    @ntakirutimanavalens4412 14 днів тому

    Uburyo ubutegetsi bwuburundi bukoresha ngo burangaze abaturage babe bibagiwe ibibazo byugarije abarundi!! Ibyo se U Rwanda rwabikora ngo rwunguke iki? # scapegoating to delude Burundian society

    • @diagfinamix1861
      @diagfinamix1861 14 днів тому

      Ufashwe ugafatanwa itonga se wakwisigura Ute?

  • @user-pk4yn9vc2u
    @user-pk4yn9vc2u 14 днів тому

    Tukeneye utubwire zambonerakire zishumuntu ikabarore muryamukona komutanbavuga nbafatarywe itoga awo ntimushobora kibaviga Kuko arimwebwe mubatuma

  • @user-qz7uu1hv5s
    @user-qz7uu1hv5s 14 днів тому +2

    mwebwe mukomeze mufunge imipaka n'urwanda mufungure iya DRC ubundi mufungure n'iminwa yo kuvuga

  • @user-qm1sx9ol4q
    @user-qm1sx9ol4q 14 днів тому +1

    Bakenew kwicwa

    • @25eyal17
      @25eyal17 14 днів тому

      Bararengana, imbonerakure nizo zabikoze

  • @jdamourmuhire
    @jdamourmuhire 14 днів тому

    Pauvre Burundais

  • @25eyal17
    @25eyal17 14 днів тому

    Ariko urwango ku banyarwanda abarundi bawuterwa n iki!? Ubu mwiyemeje kuba abanzi b u Rwanda hejuru y ibinyoma gusa?
    Ubuyobozi bukomeze butandukanye ibihugu by ibivandimwe ntakizima bizavamo muzabibona.
    Mukure u Rwanda murako kanwa kanyu kanuka

    • @TonyBradley2012
      @TonyBradley2012 14 днів тому

      Abatazi u Rwanda rwa FPR bararubwirwa. Twe FPR tuyizi kuva igitangira intambara muri 1990 ibyo byogutera ama grenades niko inkotanyi zabikora. Nizo zatera amagrenades ahantu hose hahuriye abantu benshi..

  • @user-xt9yg9xu5r
    @user-xt9yg9xu5r 14 днів тому

    The borders of Burundi and Rwanda have been closed where they passed?why thé policemen let an ennemies to enter to kill our children,our parents,our sisters,our brothers,our fother,our mother,our Friend and our people without stopping them?

    • @ErickBaraka-rc4zx
      @ErickBaraka-rc4zx 14 днів тому

      Gabanya guhenda abantu twarabahinyuye izo nimbonerekure mwahenz

  • @user-qz7uu1hv5s
    @user-qz7uu1hv5s 14 днів тому

    Simbabeshye aba bantu bamaze kundambira: Ese ubu koko niko abarundi babyumva bakabyakira?? Gusebya uRwanda bizakemura iki mu bibazo mufite?

    • @joashatangimana5396
      @joashatangimana5396 14 днів тому

      None wewe bikuryahehe? Inzego z'umutekano z'ibirunzi urazizi wewe? Uribaza KO ikibi abanyarwanda bakora tutakizi?

    • @user-qz7uu1hv5s
      @user-qz7uu1hv5s 14 днів тому +1

      @@joashatangimana5396 niba koko izo nzego ziperereza zihari; nawe tekereza ntacyo zakabaye zivuga kuri DRC n'imipaka yayo? cg nta muja uvuga kuri sebuja

    • @user-qb5dy2hw2b
      @user-qb5dy2hw2b 14 днів тому

      Bandanya mugira like, chare n'a coment kugira mubandanye mubona ibiganiro vyacuuuuuu

  • @manassebidashoboka6926
    @manassebidashoboka6926 14 днів тому

    Abarundi mwabuze uko musigurira abarundi uko mwicishije abana mu ntambara idasobanutse none mugiye kwica abana b'abatutsi.
    Muragaba basha.

    • @ajn9087
      @ajn9087 14 днів тому +2

      Abatutsi Niki? Ikosa rihanwa hatitawe kuco umuntu Ari, ubu rero kuko ari abatutsi babrekure😂😂

    • @25eyal17
      @25eyal17 14 днів тому

      ​@@ajn9087Muriko murikinisha mubeshyera u Rwanda ubu ninde wabona umwanya wo guta ng arahungabanya umutekano w igihugu kiri muri destruction economic?
      Ibi byose bizasobanuka neza mwe mukomeze mutegereze too gusa kwanga abanyarwanda ntacyo bizabamarira

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV 14 днів тому

    None uburundi harabuze umuhutu umwe gusaa ndavuga umwe yova muri CNDD FDD aciye ubwenge yotwara iki gihugu???kubujuju bwabaye bwishii mwiki gihugu...nta montage muzikora nabi😂😂😂ngo urwanda ...uburundi bwararozwe toujours des incompétents..
    Mushaka kutwibagiza ko igihugu canse.... inflation+++ pas de sucre, carburant,.....

  • @SibomanaJeanPierre-sy8fx
    @SibomanaJeanPierre-sy8fx 14 днів тому +1

    Nukuri abobatuzanira akarambaraye bibaza ivyobakora kobizotuma twanka reta yacu baribesha mukomeze umutekano kuko abobantu baduteranya nabacu bahanwe

  • @user-ue8pj9ux7o
    @user-ue8pj9ux7o 14 днів тому +1

    URwanda urarubeshyeye kbsa! Urabivuga ufite n'isoni kuko biteye isoni kbsa!!! U Rwanda nirwo rubatoza koko? Murabiba amacakubiri kdi ntabwo aribyo rwose pe!

  • @Bapfunya
    @Bapfunya 14 днів тому

    Mwamutwarira kwamuganga gute nukumureka akabora

  • @sengomajack1680
    @sengomajack1680 14 днів тому +1

    Kagame ni Satani Mukarere abarundi mube maso

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 14 днів тому

    Nimutana maso Abanyarwanda baratumara

  • @mamadina8
    @mamadina8 14 днів тому

    Ni ba imipaka ifunze se harubayobewe ko inkotanyi arincengezi uko mwacengeye Habyara twarabyiboneye n'a maso yacu

  • @user-hy6yy9zi9c
    @user-hy6yy9zi9c 14 днів тому

    CDDFDD Imbonerakure murigutera grenade ngo mubone uko mwica abarundi,murabicanyi,muzobyishyura