HOTEL nziza yubatswe n'umu DIASPORA mu KIRUNDO//Icatumye ndabikora//Ubuzima bwo mu mahanga
Вставка
- Опубліковано 15 сер 2023
- HOTEL nziza yubatswe n'umu DIASPORA mu KIRUNDO//Icatumye ndabikora//Ubuzima bwo mu mahanga
@NtareRushatsiHouseTV
#diaspora #ubuzima - Розваги
Aba diaspora bose batekereje nakwe Africa yacu ya tera imbere gahunda najye mfite nugukora ibikorwa iwacu Mu Rwanda 🇷🇼 no Mu Burundi 🇧🇮 turi abavandimwe
Cane gose turi bamwe
Gaël komera cane kuko ibinivyo biganiro vyubaka igihugu.mumahanga naho ntikizorenga kuvyo Yoya yaririvye.ndahaba ariko ntamusi numwe ndigera numva ndi mugira.hama Big up sana brother.Nabandi bafise imitahe nibayijane twubake Uburundi bushasha.
Well done brother Tarasisi.(Tharcisse)
Bavuga ngo hard work always pays off. T'en fais pas ivyo bakwivye baguhamagariye imigisha raison pour laquelle washitse kundoto zawe. Mumahanga sinzohatuka inkuba bien sûre , ariko there's no place like home.
Ivyo nama nabibwiye abo turi kumwe i manamba.
Waronse umuntu mwiza agufasha kukwubakira naho bakwivye
Abandi barakwiba urukomba mazi
Congratulations man
Nukuri pe
Wabikoze neza wiyumviriye nkumugabo.
My brother ndagukuze coz uvuzukuri nivyo tubayemwo pee kandi ntiwibesheye ubuzima ❤🇧🇮
Ivyo wavuze vyose n’ukuri peeee💯💯💯💯
Keep it up I like it" brother kumbur nabandi babonereho uyumugambi niwo p ndatekerz iyi nintango kand natw mukirundo turakwishimiy cn🎉❤❤
Mu Burundi biracashoboka nabandi nibaze bakore hama Juste Gael woz uragerageza ugakora ama videos matomato yama highlights yo gushira kum réseaux sociaux kubintu nkoramutima biba biri mur ico kiganiro
Ico ciyumviro Nico
I just love the way Burundian are developing their Home
Gael uri uwambere , sinzi ko wibuka twahuriye uva kuri rirya barabara rya Entente kuri cloture yo kwa Ndadaye turaganira gato mbere wahatswe kurwa muri karya kanogo , ibiganiro vyawe ni ivyambere , gusa kirya kiganiro na DJ Paulin canyibukije ingene banyankiye kwinjira kuri le Crystal kuko ngo nambara impuzu zirabura naguriye I Washington nabaye imyaka 20 mbere mfiseyo nationalite , Imana iguhezagire imyaka yose merci
Good Did
monsieur Gaël umukubito N'umusaza Drizzy mwarakoze cane especially thanks To you Tarasisi Butoyi
Melbourne we can here you bruh knd ivyo uvuga nivyo arko harinivyo wavuze atarivyo If you work, you won't struggle with financial and you can invest here and enjoy your life and people who wait government social security are the people who struggle with financial problems because they 😊don't want to work and pay tax. In my 5 yrs here did more than that.Any way well done bruh 😊🤛 igisigaye ntahantu wakora utariha tax ,amatara ,fuel nibiryo cnk rego yimodoka knd ibi ntivyatum udater imbere ufise mumuwe.
Agree with you..yavuze vyishi ariko harinaho yoba yuhenze ..
Komera bwana jay 🎉
Congratulations J ntiwibagire kotwakwigishije ubuzima muri australia 🇦🇺
🙄nivy birimwo none ngaha😅😅
Courage
Komera @Juste Gäel ✌️✌️✌️✌️🤛🏿🤛🏿🤛🏿,Cadeau from Sweden 🇸🇪
WOW aba diaspora twahagurutse dusonge mbele duteze igihugu cacu kk turashoboye courage my brother keep up
OG big up yourself for mastering this hustle and coming out strong lots of respect 🙏🏾
Ahohantu numva hameze nka South Africa! is Like the some.
Bro uraciyubweng vrt ntiwibagiy ah wavukiy shn big up
GAEL abantu turi mumahanga gupagasa imiryango tuvukamwo hamwe n,incuti turabizera tukabaha amafaranga ngo badufashe kurangura imigambi hiyo barangije ifaranga baca bazikubita mumifuko yabo.
Leta itadufashishe ntivyoroshe kuko nanje ifaranga bamaze kunyiba ntizigira igitigiri kandi kubera uba uri hanze ntaco ubagira.
90%yabagenzi tubana tumaze kuvugana ahondi ntanumwe ataribwa n,abiwabo.
Amahanga arahanda iyo udafise vision à court et à long terme. Umwana w'umurundi ategerezwa kuva i Burundi azi ico ashaka.
Ukuri kwuzuye
baraje nzamburakimazi ziguteshe umutwe zikwibe zigusabe ibiturire ziguteshe zikwake igiturire
Komera mutama congratulations 🎉
Courage kwerii
Rondera Fabrice abibafashemwo
Congratulations brother
Wapi management ntikurikira..gerageza ncuti
Big up jay
My guy jay Lola 🙌 keep it up
Beautiful. Congratulations
Urakoze kutwibira amabanga kweri
Mbaye uwambere
😊😊
Ndamuhaye kuraje
kbxa ! Tharcisse ronka ibintu ! Naguheruka kera
❤❤❤
Good on you
Mba muri Australia ivyo avuze vyose niko biri. Ubuzima ni hatari.
Yitwa gute iyo Hotel
Da way da way da burundi way 🇧🇮🇧🇮💪💪
Ntiwabeshe gutungira mumahanga biragoye
Gaëlnkawew ntiwohaba kk ukunda iswingi caneee😅
Uyo mudisipora niyubahwe kl kk yakoze ivyo besh batoshobora!
Amahoro bwana Butoyi ndzgushimiye kuriwo mugambo wagezeko ,ariko....
Ndatangaye kukuntu utantumiye murubanza rw'ukwinjira iyo nyubakwa!! Kandi narakureze😅. Nagutazira gashuhe😂 tukiri mu nkambi ukiri kadogo kimyaka 5.
Bisaba untumire canke wizane hino.
#AnotherBanger #Burundi #TheAfricaWewant
Kabisa mumahanga naho gusumira sahokuba,naraye mbonye igihugu cacu ciza cuburundi,imana ibandanye iduha amahoro mugihugu cacu twese turamanuka kabisa.
Kabisa amahoro nakomeza twese dufise imigambi yokugenda burundu
Wow
Justin muranyishe kweri ngo ngwiki!! Ngo aba cherie baruzuye kweri?? 😂😂😅😅
Nanje ubutumbutumbu n'ubugari bw'imyumbati ndabikumbuye kabisa😢
Kuberiki yagiye mukirundo
Umukubito ibiganiro vyiza cane
Ntiwibagire ama taxes 😂😂 uri single baguca ama taxes menshi cane 😂😂🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
Bimbaze mu ndwi 2 bantwaye $1730 ya taxes😢
Ew iyoyoyo ndabona nituma ...
✊✊✊✊🕺💃
None bariha angahe?
Uko nukuri pee
Boss congratulations saaaana .
Nio waba ikimuga uri hanze hariho ama supports menshi udakora ... ikindi Hari za low income houses .... udakora urabaho kwa gusa .... you probably don't have more information
Haaaaaa nabo bakobwa baragowe pe muze murabaha izonda abazanye abagore nabazanye abagabo nukuri ningorane none jewe nama nibaza igituma abantu biteza ingorane nkatangara kombona aha harabakobwa beza nabagabo beza niki kibatera kwibuza amahoro .
Umusaza wubahw tu kirundo urumw
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Umutumire winvugakuri
Ikintu dukeneye mukirundo wodushiriramwo ni piscine na jimu
🙏🙏
🙏🙏
Wavuze ko wamenye inglish ugiye mu ba kobwa? Baraguhenze Ariko umuntu wese arafise aho yakimenyeye, as long u know how to speak. Well done on your work.
Ramba biri mumpwemu
Nasawa mtama
Kirundo yubahw pepepepppppp
Ivyo uyu mtipe yavuze vyose nivyo ukonyene niko biri. Jewe ubu mfise umukobwa nateye inda ubu ndamufashiriza aho mugihugu.
Neza cane ariko kuberiki uterekanye indani
Uvuz ukur kwl nuwakurab ijish ryiz ntibasubir kukurab niryahumwe
Umusaza narabe ahindure aga systeme aze arerekana ivyo bintu baba bariko baravuga nkiyo hoteri twayibonye gake cane
Iryokosa bakwiye kurikosora pe kuva kera
Kabisa
Keep going bro
Amahanga ni meza cane ariko heza cane ni home 🇧🇮🇺🇸❤️
Naje kweri nsakumbuy ubutumbutumbu bwihene nashik iwac nakind nzobanda mund
Cane nagatoke nanje😅😅
Abarundi u have big problems DEFINITION YOGUTUNGA C, est quoi ???
ua-cam.com/video/yjMBxPsm5jk/v-deo.html
UMUPFAKAZI SERIES
@esthella ungurabe rafiki yako
Iravugishije ukuri kweli