Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abarundi,Imana yaduhaye igihugu c'amata n'ubuki.Twunge ubumwe,duteze imbere igihugu cacu,tuzorage abana bacu ubutunzi bwiza, n'amahoro arama.Burundi bwacu burundi buhire.
Long live our president Imana ikomeze kukutuzigamira
Umutekano wongerezwe kbx🤞🇧🇮🇧🇮 kuko amashimwe nayimana kl
2:34 ❤😂
❤
Uburundi hejuru Cane
Imana iguhe umugicha papa burundi
Nizereko tugiye kuraba ubutwari bwuwo mutama yubahwe mukuzana iterambere muburundi.mbaga basha aho ntibukeye kubarundi?
BURUNDI wubahw
Imanishimwe ko abavandimwe bajyiyekujyera ahoburiwese yifuzaga
Neva asha wubahwe urumugabo kumbeivyo uvyuga ubuzi icouvuga imana ukuzigamepeeeee
Harambe umuvyey Wacu
Imana imukomez
Knd ubwo ababirigi baba bazi ahantu hose harubutunzi muburundi kuko wosanga bafise carte zabwo. Ariko bagashaka tugume tubatez amaboko. Imana iducungiro bidateza ibibazo. Umwasi w'uburundi wosanga atar kur
Gusa iconkuze turinuprezida aciyubwege kweri
Nanj niyomba
Iyo ata ntambara ihari abarundi Tuturonka akanya ko kwiyumvira hanyuma tugaca dukora. Ndakeje izo ncabwenge zashitse ku kintu gihambaye kizodutez'imbereeee
Vyiza cane ariko ntibuzoherere mu mponjo nk'uburaho tutamenye niba bwacitse umuhisha mu gipimiro bukavaho butumuka 😢
Hama aba chinois bace baza gutwara kwa gusa
Ntibizemwo Imigabwe bibe ivyabenegihugu
Amajambo make ibikorwa vyishi kandi bamuhana ijambo
Kbs
Ça c'est du coltant
Kaguta Eeesory kagame arikwarabihweza nayarya mariri nkuwurayiminor arazayibe nkuko yiba 🇨🇩
Nibakor'umuti kl GS zabazungu n'imbwa
igihugu kiratunze ntavyo twarituzi tugiye kuba abakire
Hinge aba CNDD FDD Bavyigarurire babirye vyose. Ahubwo Aho mukwegeye akaga igihugu kimere nka Congo
Wakig.g.we
Kagame ntasinziriye
Turamurindiriye, abarundi s'abakongomani.😅
Noca nva mu bufaransa nkaja kurwanira UBurundi.😊
Bujyavturafise ubutunzi bunganuku
Abarundi,Imana yaduhaye igihugu c'amata n'ubuki.Twunge ubumwe,duteze imbere igihugu cacu,tuzorage abana bacu ubutunzi bwiza, n'amahoro arama.Burundi bwacu burundi buhire.
Long live our president Imana ikomeze kukutuzigamira
Umutekano wongerezwe kbx🤞🇧🇮🇧🇮 kuko amashimwe nayimana kl
2:34 ❤😂
❤
Uburundi hejuru
Cane
Imana iguhe umugicha papa burundi
Nizereko tugiye kuraba ubutwari bwuwo mutama yubahwe mukuzana iterambere muburundi.mbaga basha aho ntibukeye kubarundi?
BURUNDI wubahw
Imanishimwe ko abavandimwe bajyiyekujyera ahoburiwese yifuzaga
Neva asha wubahwe urumugabo kumbeivyo uvyuga ubuzi icouvuga imana ukuzigamepeeeee
Harambe umuvyey
Wacu
Imana imukomez
Knd ubwo ababirigi baba bazi ahantu hose harubutunzi muburundi kuko wosanga bafise carte zabwo. Ariko bagashaka tugume tubatez amaboko. Imana iducungiro bidateza ibibazo. Umwasi w'uburundi wosanga atar kur
Gusa iconkuze turinuprezida aciyubwege kweri
Nanj niyomba
Iyo ata ntambara ihari abarundi
Tuturonka akanya ko kwiyumvira hanyuma tugaca dukora. Ndakeje izo ncabwenge zashitse ku kintu gihambaye kizodutez'imbereeee