BURUNDI: EVARISTE NDAYISHIMIYE AGEZE AHO BATEYE GRENADE i BUJUMBURA HABAYE INAMA Y'IGITARAGANYA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 тра 2024
  • #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
    Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
    Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
    Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
    Ishami TV Website: ishami.co.rw/
    And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
    #m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #fardc, #amakuru #congo

КОМЕНТАРІ • 72

  • @user-wr5po2rr8h
    @user-wr5po2rr8h 12 днів тому +1

    Wambwawe yumunyagwanda uwoguhotora izosi

  • @patriot880
    @patriot880 13 днів тому +2

    Ntabusesenguzi ntabwo

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 10 днів тому

    Kajuuu rofa , ninde yakugize umuvugizi wabamenja ?

  • @ClovisIrakoze-bl8bg
    @ClovisIrakoze-bl8bg 13 днів тому +3

    Humuriza mutama Abène gihugu turagowe

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 13 днів тому +1

    Arikowobuvugivyomugwanda. Kowarusanzurumunyangwanda..

  • @TuyisabeTuyisabe
    @TuyisabeTuyisabe 9 днів тому

    Ryibivyi wamusuziwe

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 10 днів тому

    Ntuzongere wamucafu we urutwe

  • @user-de9dv2xh6t
    @user-de9dv2xh6t 13 днів тому +2

    Abarundi mufise ubwoba ngo muvugishe ukuri ??? Ubuyobozi mufise ntivyabayeho peee ???, Hari uyu présida w'uburundi na Tchisekedi wa Congo turibaza mubushobozi bwabo bokuyobora !!!!

  • @FatakiDelphin
    @FatakiDelphin 11 днів тому

    Ura rwaye mu mutwe

  • @SamuelMURINDABIGWI
    @SamuelMURINDABIGWI 12 днів тому

    ❤❤❤

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 13 днів тому +2

    Iyo muvuga je nibaza nukuntu mubishobora. Uburundi nogihugu canyuma kiboze muri vyose guhera kuri président hutu débile ikibwa kiraho kizi guhokera gusa kinuka umwanda nkuko naco arumwanda , uriko unsengera ivy ikuzimu jewe ? Wamucafu we ubwoko bwavumwe...

    • @patricensabayezu1301
      @patricensabayezu1301 10 днів тому

      Umwanda? Itditso ry'ico jambo ni "anda". U-mu-anda. Ok.
      U= integuza
      mu = inyitangizo
      anda= itsitso.
      Andika Umwanda. Hanyuma ahari inyitangizo "mu" uhashire "ru", uca ubona igihugu uvuze ico ari co. Mu yandi majamobo, umwanda muri rugagamisha uba .......runini. Ok.

  • @martensnshimi3613
    @martensnshimi3613 13 днів тому +3

    Twebwe naho tworara inzara ni ibisa zwe.igikomeye ni ugukunda igihugu catwibarutse.ivyo ntavyo ni ibisanzwe turazi ko abanyarwanda bicwa n'a l'ETA ariko Angleterre n'a USA bakabishigira.Aha iwacu Abatutsi n'abahutu babana neza.uretse Abo Bari I mahama

    • @user-hj4fj8jr8p
      @user-hj4fj8jr8p 13 днів тому +1

      uvuze neza . bandanya abahutu nabatutsi mubana neza . ntihagire umututsi azoza yicwa ngo numututsi ngo ni uko ari mubahutu babwinshi . vyobakomerana . na muzungu aca aronka aho amenera , ubwoko mubwiyamirize . kiretse ukosheje , uwo ningombwa abazwe . apana ntutsi canke hutu. merci , uvuze neza

  • @claudineali3561
    @claudineali3561 13 днів тому

    Nukuri birababaje😭😭😭😭

  • @SubikaGILBERT
    @SubikaGILBERT 13 днів тому +1

    Muhumure iyomwijuru irahari

  • @GitakoKuboneka
    @GitakoKuboneka 13 днів тому

    Nne ivyo bisasu se kobiterwa ibujumbura honyene.igitega kumurwa wa politique Gut?

  • @PascalMajambere
    @PascalMajambere 12 днів тому

    Kubesha ntanumwe yampfuye gura barakomeretse beshi

  • @user-bm9wb9hd2x
    @user-bm9wb9hd2x 13 днів тому

    Imana itube hafi ariko ariko lmana yagira imbabazi kuburundi kl😭😭😭😭

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx 13 днів тому +1

    Ha kemewek ama r a ziz ezi kameza izonkozi zibibi

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 13 днів тому +1

    Petit hutu Frédéric, je ntukanyigereranye kandi ntukangereranye nibijuuju vyanyu vyabahutu vyanyuma muri vyose kw' isi. Je suis politiciens européen wamujawe ...Barutwitsi n' abamenja uvukamwo twebwe nous sommes la race bénie de Dieu,

    • @patricensabayezu1301
      @patricensabayezu1301 10 днів тому

      Européen depuis quand?

    • @user-hj4fj8jr8p
      @user-hj4fj8jr8p 10 днів тому

      wewe uvuze nabi , ntabwoko busumba ubundi umututsi sigitangaza, ni umuntu nkabandi , nawenye akoze amanyanga aba arigito . uyabikubwiye ni umututsi adateye amazi , ariko ntavyo niratira ngo ndibwo, kuko ubwoko sibwo bugira umuntu , ahubwo ivyo ukora . urihenze caane ayo nayo namacakubiri yabatutsi bamwe bamwe , apana bose . ndazi ko hari abatutsi biyunvira uko ndabigushubije. ubuntu nibwo bugize umuntu , ubuntu nabwo nukwubaha abandi kutabahohotera , ubica , ubacinyiza , ubagaya . umuntu ni umuntu. ntantutsi aho nta nahutu canka twa.

  • @DismansNDIKUMANA
    @DismansNDIKUMANA 13 днів тому

    Kagome siwe yishe uwabo MIHIGO Kizito?Abanyarwanda muvuge ivyanyu.

  • @levygasper7438
    @levygasper7438 12 днів тому

    Nasaba Yuk umushikiranganji wumutekano Burundi akwiye gutanga imihoho agataha muhira KK ntakintu nakimw amariy UBurundi na barundi

  • @samuelbizimana-cd3cm
    @samuelbizimana-cd3cm 6 днів тому

    Nkaho wumva urikuvuga iki icanyereka uko ungana nkabihuza nivyo urondogora

  • @HabonimanaLeonce
    @HabonimanaLeonce 13 днів тому

    Ndabaza kuki Abanyarwanda mwaciye ururondogoro😢 ? Kuki mwabuze amahoro ? Ndabona mugiye gukorerwaho iperereza😭😭😭🇧🇮🇧🇮Rip to those Innocents

  • @ngirabakunzipierre3003
    @ngirabakunzipierre3003 13 днів тому

    Ndayishimiye suwo kuyobora igihugu wenda umudugudu nabwo nugushidikanya

  • @sylvestrehabakurama3046
    @sylvestrehabakurama3046 13 днів тому

    Ariko mwajya mureka gukabya igikomye cyose ngo RDF mwashatse ukomucyemura ibibazo byanyu mukareka gushaka impamvu zitarizo

  • @MazimpakaClaude-kl5yk
    @MazimpakaClaude-kl5yk 13 днів тому

    Wowe uvuga byinshi bitajyanye numutwe winkuru uba wanditse

  • @ericndikumako8435
    @ericndikumako8435 13 днів тому

    Iyi commentaire ndagusavye uze uyinshikirize aho ashikira abafata ingingo. Nivatoze référendum yuko uburundi bwoba Aka état kokukira ikindi gihugu nka America cnk ikindi tube état yigihugu cigihangange kibe arico kigira gestion d'état ubundi président w'uburundi Abe gouverneur.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 10 днів тому

    Depuis quand te permets-tu de poser une telle question si bête ? Certes bête tu l'es mais..

  • @agapemugisha-3692
    @agapemugisha-3692 11 днів тому

    😢😱😱😱

  • @user-tb7yn8ku6t
    @user-tb7yn8ku6t 13 днів тому

    Ntaco kuvuga ngifis nukwumirwa!!

  • @SamuelMURINDABIGWI
    @SamuelMURINDABIGWI 12 днів тому

    😮😮😮 7:00

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 10 днів тому

    Gezaho karofa we Yvonne, nta mututsi wakajuuju nkawe abaho. Ntunazi ivyo uvuga tu déconne comme tous les hutus ntagitangaza. On ne défend pas un déchet pourri comme Ndayishimiye, une immondice puante comme un central de toilette de toute une ville...
    Bien sûr il y a les classes sociales partout au monde. Nkaw un umuhutukazi donc umwanda , déchet de la création, maudite pour l' éternité et à tous égards. Warize mbege ? Urasigukiwe ico Uhoraho yakoze kubwoko bwabahutu bwanyu wewe naso nabo muvukana bose ?
    Ubwoko bw' ihonyabwoko bukora ishano bwizera abapfumu nabarozi , Amen ? Rero mvuze ngo sssuûu 🤫

  • @YankurijeAnasitaziya
    @YankurijeAnasitaziya 13 днів тому

    U Rwanda waragowe amabiyose bega

  • @HeritierMabenga
    @HeritierMabenga 12 днів тому

    ❤❤❤❤

  • @graceumulisa8268
    @graceumulisa8268 13 днів тому

    Wa Maheru we uncecekesha nka nde? Ahubwo umva nkubwire! Wangegera we utabona aho igihugu kirindimuka kandi ukarindimukana nacyo! Itonde!🤮

  • @mukeshimanaclothilde5749
    @mukeshimanaclothilde5749 13 днів тому

    Nibyo neva niyihangane igihugu agihe abashoboye erega kuyobora igihugu si ukuyobora urusengero!

  • @mukeshimanaclothilde5749
    @mukeshimanaclothilde5749 13 днів тому

    Ariko iyo uvuga abasiramu nibenabo

  • @user-ex8zq7qj2q
    @user-ex8zq7qj2q 13 днів тому

    Esekuvugako abarindi bagwamurikongo ko twunva nabanyagwanda bagwayo utabavyga nagwa ukurikuzomenyekana kandi ntawica Nawe atazafpa uburero muraronsivyomuvuga abarindi ntibakina bizojahabona nabamwebwese

  • @graceumulisa8268
    @graceumulisa8268 13 днів тому

    😂😂😂😂

  • @user-py8lp6nw1g
    @user-py8lp6nw1g 13 днів тому

    Nibafate neva niwe wabite

  • @samuelmpawenimana-st2rm
    @samuelmpawenimana-st2rm 13 днів тому

    Reka itabi!

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 13 днів тому

    Abagizibanabi. Uvugakwarigiterobariguterigiporisi

  • @FatakiDelphin
    @FatakiDelphin 11 днів тому

    Urumunyarwanda niyo mpamvu u

  • @user-mt8bm6ul5k
    @user-mt8bm6ul5k 13 днів тому

    Iyo Génocide mûri gukora muzayizira murabeshya

  • @graceumulisa8268
    @graceumulisa8268 13 днів тому

    Yisenye Eden! Cyakora birababaje barundi bavandimwe nimukomere nta Perezi ngo mugira

  • @nubahumpatsejmv2083
    @nubahumpatsejmv2083 13 днів тому +4

    Mukanya baravuga ko Ari u Rwanda rwateye ibyo bigrenade

    • @duglas7484
      @duglas7484 13 днів тому

      Reka kwasama aho se nyine. Canke uvuge niba ari wowe ujejwe kurungika abajya guhungabanya umutekano w’ibindi bihugu ukaba wavuga ngo ntabo narungitse. Naho ubundi mwa banyarwanda mwe mwigize inkozi zibibi mushyigikira izo nyenzi, akanyu kari inyuma kandi muzicuza. Ese nkubwo wibaza ko ibyo bitaboneka aho biva ? Kuki bitangiye aho u Burundi bwohereje ingabo muri Congo ? Mwa byicanyi mwe

  • @tomntakiyimana8582
    @tomntakiyimana8582 13 днів тому

    Hhhhh

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 10 днів тому

    Ben jij gek geworden of zo ? Stom 😢

  • @clemmudage9417
    @clemmudage9417 13 днів тому

    Muminsi izaza uburundi buzamera nka Venezuela niho igihugu cyacyennye mpaka abaturage bose bagahunga ubucyene ninzara ntacyo arabona . Niyompamvu yafunze umupaka kuko bose bari bari kujya mumahanga .. . Ibaze kujya gukatisha i ticket ngo ishyura ama dollars cg euros .

    • @Nestor800
      @Nestor800 10 днів тому

      Barakubeshe ubundi ndazi namwe ko vyabakozeko

  • @martensnshimi3613
    @martensnshimi3613 13 днів тому

    Yababujije gushika ku migambi .None ko mureka kuvuga ingene Kagame anigagura abanyarwanda.

    • @marcnshimirimana5208
      @marcnshimirimana5208 13 днів тому

      Muri ibimaramare gusa, bandanya mwisamburire nk'impene, naho abanigirwa mwibanga muburundi ntawobadondora ngo azo baheze. Kuriyo ngingo ntawe mwotunga agatoki

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 13 днів тому

    Ibi bitero vy'iterabwoba bikorwa n'a cndd-fdd n' imbonerakure zabo kugira abantu bose babeho bajugumira , uwutari ulu cndd-fdd wese abeho mubwoba arwaye mu mutwe..
    Ntimusubire kuvuga amafuti birazwi 100%.
    Ikindi nuko abatutsi bicwa atakindi bazira ataruko basa. Imbonerakure ihagarara hariya ikaraba abatutsi bahagararanye klk part icambere yiyumvira nukubicisha canke kubabeshera ukabona police n'a documentation baraje barabatwaye ntanakimwe babagirije..
    C'est ça la réalité

    • @fredericnshimirimana8014
      @fredericnshimirimana8014 13 днів тому

      Cakora uri rutwitsi.Ngira wewe abateye urabazi uriko uhuvya amatohoza.Mbega wewe ubona wotwara igihugu ukokeza gutyo ?Ko abarundi tubana mu bumwe,ubwo nturi muri babandi bashaka gusahurira mu nduru ?Teshwa mute twarabamenye,abarundi turazi gutandukanya icatsi n'ururo.Intambara yadutwaye abacu n'ivyacu,itubuza gutera imbere.Niba ushaka gutwara ingo ugwize umwimbu kugira n'ivyo uvuga tudafise biboneke.Kuvuga utwikwa ntaco bitwungura

    • @hosannakwizera106
      @hosannakwizera106 13 днів тому

      :bona ibara mwibagara wangegerawe

  • @user-ve5yd9qj5j
    @user-ve5yd9qj5j 13 днів тому

    Ikizwi neza n'uko red tabara ihagarikiwe n'aba poutchistes ba 2015.Abo nabo bari mu Rwanda abo nabo nibo batera izo grenade zose bitwaza ngo ibibazo biri muburundi.
    Ikigira kabiri n'uko hariho imbwa ziyogoza ,zinyonyeza itunga ry'igihugu basanzwe bari muri governement nyene.Abo nibo nabo batuma umukuru wigihugu bamuvangira.

  • @PascalMajambere
    @PascalMajambere 12 днів тому

    Kubesha ntanumwe yampfuye gura barakomeretse beshi

  • @NiyonsengaThereza
    @NiyonsengaThereza 12 днів тому

    😂

  • @AndreNdayavurwa
    @AndreNdayavurwa 13 днів тому +1

    Urwanda rwabicanyi nirwo ruza kudurumbanya uburundi kuko rdf abasoda babarundi babamaze

  • @NiyonsengaThereza
    @NiyonsengaThereza 12 днів тому

    😂