Buhumuza by Lovely Team [Official Video Lyrics]
Вставка
- Опубліковано 5 лют 2025
- Indirimbo #Buhumuza, ni iciyumviro cazanywe n'umwe mubagize umugwi Lovely Team ariwe #Masaro Patience (Young Daft) aca arayandika, ayiha melody, ayiha umudiho, ariko aca yifadikanya na #Mvua_Kali ndetse na #Emilion kugira batange ikintu kimeze neza kurushaho!
Abo basore bose uko ari 3 twari duhurikiye mumugwi witwa AGASAGO TEAM!
Indirimbo yasohotse le 1er Janvier 2019
Buhumuza Video Lyrics 2019
AGASAGO Team
Masaro (Young Daft)
Mvua Kali
Emilion
Masaro:
N'imwe muzigiz'ubuseruko
Reka ndaguhaye Buraro n'uburamuko
S'iyindi n'intara ya Cankuzo
Abandi nabo bayitazira Paradizo
Réf (MASARO DAFT):
Buhumuza nkuratee
Ufis'ivyiza vyinshi vyo guhurumbira
Cankuzo nguhayee
Nind'afise nkanje duhayee
(MASARO DAFT):
N'intar'igizwe n'ibiyaya vyizaaa
N'intar'igizwe n'imisozi myizaa
Cankuzo twe turangwa n'ibikorwaa
Inzara,ubunebwe ivyo ntibivugwaa
Rap(MASARO):
Turim'ibijumbu n'imyumbati
Imisozi yose ishajije ibiti
Ibiharage n'ibigori
Mw'isoko turiha amakori
Turima amasaka,umuceri,ibiyoba n'ibindi birimwa vyimbumba rugo
Ntamyidogo iri mu benegihugu
Abahaba dufisemwo akunguko
Réf (MASARO DAFT):
Buhumuza nkuratee
Ufis'ivyiza vyinshi vyo guhurumbira
Cankuzo nguhayee
Nind'afise nkanje duhayee
Rap(MVUA KALI):
Province Cankuzo ndakwise Paradizo
mu vyarivyo vyose uzokwama umbera inkinzo
mu Cankuzo uhageze kweri ntagacinyizo
Shikayo vuba wigerere no kwa karenzo
ehe raba wewe ugaya cankuzo shikayo urabe
Ivyiza bikubereyeyo maze utangare
Amakomine: Cankuzo ,Cendajuru Gisagara, Mishiha na Kigamba
Uhageze parc uzovuga big up Cankuzo stand up
( ...uzovga big up Cankuzo stand up .)
Réf (MASARO DAFT):
Buhumuza nkuratee
Ufis'ivyiza vyinshi vyo guhurumbira
Cankuzo nguhayee
Nind'afise nkanje duhayee
(MASARO DAFT):
Cankuzo
Ni i Buhumuza
Abahageze bose baratuza
Uzohasanga abakundana
Muri vyose barubahanaaa
Yeah
Reka tubabwire uko twé tubigenza
Kugira namw mutegure kazoza
Dutunzwe n'uburimyi hamwe n'ubworozi
Turadandaza tunakora imyuga myinshiiii
(EMMY EMILION)
Buhumuza
Kahise k'uburundi
Nibuts'ijambo ry'umukama ryaj'ahuri
Bav'imisugi
baj'i Muyaga
Ni ku mutima wa cankuzo hari Imana
Warazigamwe Burundi n'abarundi
Mu rugamba Ntare ngw'akugir'ukuuri
Ah'imurore
ku Mana zaho
Mirambo ararwana
Ahasiga umurambo
Nibuts'umuduri
Wa Nkeshimana
No ku mashuha y'i Mishiha nca ndirimba
Nibuts'umuuduri
Wa nkeshimana
Noku mashuha y'i Mishiha nca ndirimbanti iiiiiiii..
Réf (MASARO DAFT & Emilion):
Buhumuza nkuratee
Ufis'ivyiza vyinshi vyo guhurumbira
Cankuzo nguhayee
Nind'afise nkanje duhayee
Buhumuza nkuratee
Ufis'ivyiza vyinshi vyo guhurumbira
Cankuzo nguhayee
Nind'afise nkanje duhayee
Ni
Emilion
Young Daft
Mvua Kali Niga
Thank u for Watching
Plz Subscribe
🔥
Crg
lovely music courage mufise talent 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Thank u patron
❤🎉🎉🎉 aba bahungu intara yari ikwiye kubashigikira
Cankuzo oyeeee
Hariho ibusugi nubwambere ndahumvise vrt
😂😂😂😂
Oyah ntabwo ari Busugi ahubwo ni
MISUGI aho abazungu binjiriye ubwambere mugushika mu Burundi 🇧🇮
✌️✌️still listening to this song
🔥🔥
Ninde acumviriza iyi song 2024??
Be proud of your mother province
Big up our brothers,love u so much
🇧🇮🇧🇮
Be blessed
❤❤❤
👏💯
Original
Reggae always fire🔥🔥
Waaaooooh
❤
🔥
❤
❤❤